Ndakund ibiganiro vyanyu naremey ndiha wifi kubera ama channel yanyu ariyo yacu nutwo tujuju twanyu ndadukund tunkorera umusi ham jew nitwa king of love ndi kenya Nairobi nkaba nkorera mur Rhyme Barbershop SpA
Hy Siren vibes🙌 just kubabaz mur girl Friends mwaratumiye aba girl kub girl na boy kub boy sasa je nifuz kubasab muzotumir umu boy numu girl arab meilleur ami
Hello am from Rwanda, just bumped onto this comment and i felt so touched, friendship is and will always be one of the best things one can have. So can i be your friend and i will be a good one🤎
Nanje ntamugenzi nfise🤔..nfise abo nokwita connaissances. Kandi ntaco bintwaye kubera ko chaque jour mba ndi un contact n,abantu. Si je veux parler de quelque chause ndakivuga bitewe na nivyo tuba turiko turavugana n,umuntu umwe murabo tuba turi kumwe. Iyo nshaka gusohoka je propose à quelqu,un hama tugasohoka nkariha.
Yooo they are so cute and sweet. May their friendship be blessed and for forever
Ahubwo muzotumire nabavyeyi nabo nabo muri girl freins🤣🤣🤣
Abo bana ndabakunda kanini cane😍🤗🤗ubugenz bwabo buraryoshe🤗hosy keep up the good work vrt🙏respect🌠
These girls look so real 😍 full of transparency
My God ❤️ BA Gloria bama araba cute😍👌🏿 biraryosh kuronkumu friend mu♥️👩❤️👩
Nabasirikare birates gogo n'a caddie muratwenz🤣🤣😂😂😂😂murakuran amasan reo
Girlfriend yuno musi vrt iraryoheye cane mwatumiye abasoda mu ma sentiments
Those guestsss are too cute🤩
Nice-looking Gretha😍😍
😍😍ndabakunze bari so cute
Ubutahaa muzotumire aba maman babagenziiii😍😍😍
Ikikiganirooo 😭😭😭🥰🥰🥰🥰
Hosy, you look pretty😍
Love from Burundi 🇧🇮 rumonge 🐟🌴
Ndakund ibiganiro vyanyu naremey ndiha wifi kubera ama channel yanyu ariyo yacu nutwo tujuju twanyu ndadukund tunkorera umusi ham jew nitwa king of love ndi kenya Nairobi nkaba nkorera mur Rhyme Barbershop SpA
Abanya Kibumbu b'i Mwaro turabakunda cane !!!Nats'indaro en Belgique !!!Muter'imbere basha !!!!❤❤😂😂❤❤
Bar too cute😭😍😍😍😍😍😍
Girl friend hejur cane😘
Hy Siren vibes🙌 just kubabaz mur girl Friends mwaratumiye aba girl kub girl na boy kub boy sasa je nifuz kubasab muzotumir umu boy numu girl arab meilleur ami
Merciiii
Emission iri top, abo ba girlfriends naba bajoues🥰🥰🥰🥰
Gogo🥰🥰 ndagukumbuy 🤗
So cute am from Rwanda
So so cute muratesa vrt muzobandanye mukundana
Bantu biwacu Nyabugete,kanyosha 😍😍
Gleeeeeuuuu uratesa bajou😍😍😍
wow😍 👌👌👌👌❤️
Ka kady karasetsa cyaneee😅
J ndamufis umw vrt.tel k nkaba caddie vrt.igisoda
Gretta shn!!asa n'umugenzi mwiza disi,ndamukunz nanj nuko abagenzi ngira batankunda je nkabakunda😭😭now i'm alone ndindiriy uwuzonkunda nanj kuk narageragej biranka,ndagira effort Can ark bobo wapii ub narahagarits kubr ico nyen
❤️❤️
Mpole nukuri
Hello am from Rwanda, just bumped onto this comment and i felt so touched, friendship is and will always be one of the best things one can have. So can i be your friend and i will be a good one🤎
Jew Nararush abo nkund banyerek umeng ntibankeney usanga bafis aband umuganiriy ubisanga kuyundi benshi ninryarya numva ntinya abagenzi benshi sibeza 😢
Muvyo nahevy ic kirimw p uo nca😭😭
💞💞💞💞💞❤️❤️♥️❤️♥️biraryosheeee gseee
They are both cute 😍💖
Gretta yambuu😘
Abo Bana bar neutre..batwubatse..ab anges, ubugnzi bwabo hjuru😘😍💯
Baraberewe
Mwambay neza vrt
Ikiganiro kiraryoshe ariko na boyfriends irakenewe
murashobor kuza muratumira aba hungu nabo baba Ari abagenzi
Kanyosh hom gogo
Nanje ntamugenzi nfise🤔..nfise abo nokwita connaissances. Kandi ntaco bintwaye kubera ko chaque jour mba ndi un contact n,abantu. Si je veux parler de quelque chause ndakivuga bitewe na nivyo tuba turiko turavugana n,umuntu umwe murabo tuba turi kumwe.
Iyo nshaka gusohoka je propose à quelqu,un hama tugasohoka nkariha.
Sad life
@@Gabriella-i7e no. I am happy with my life. It is my choose.
Mwoza kutubwira iyo experience yanyu☺
❤❤❤❤❤❤❤
Oooh 😍😍
Ndaryohewe niho nkiryama pe
Abobana ndabakunze vrt
I got from lusaka
Hosy t'es bien maquillée
😂😂😂😂😂😂❤❤❤
😂😂😂😂
Utwotwana nadukunze
IKINAMICO NSHYASHYA 2022 NA VUMBI NTUCIKWE
th-cam.com/video/r_tJORFULdc/w-d-xo.html
Imana yacu Ni Nziza cyane ❤️👍👍
th-cam.com/video/ofZkwuNzLRw/w-d-xo.html
Hosy Mpa Nume Yakana Kamw Nitwiza Ndadukunze
Bimwe mumpano uburundi bufise.gutakaza umwanya. Bravo Elon musk.
😭🔥