Ukiri umwana nturabe iki kiganiro nicabakuze😍|Lenine na Darlène Barabivuze|Hosy yoca yahukana

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ก.ค. 2021
  • Mwaramutse canke mwiriwe.
    nkuko musanzwe mubimenyereye ikiganiro cacu ca Debate gisohoka ku wagatanu cama kigamije gukebura, kwigisha eka no kuyaga ku bintu bimwe bimwe abantu batinya kuvugako kandi ari ukuri twama tubona imisi yose. Uno musi twatumiye umuhinga muvyingo n'Imiryango Lenine MANARIYO kugira turabire hamwe impamvu ikunze gutuma habaho ukwahukana ku mugore n'umugabo.
    raba wumvirize hama nawe utange iciyumviro cawe haraho wosanga harabo gifashije.
    #Debat

ความคิดเห็น • 159

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  3 ปีที่แล้ว +17

    Mwaramutse canke mwiriwe.
    nkuko musanzwe mubimenyereye ikiganiro cacu ca Debate gisohoka ku wagatanu cama kigamije gukebura, kwigisha eka no kuyaga ku bintu bimwe bimwe abantu batinya kuvugako kandi ari ukuri twama tubona imisi yose. Uno musi twatumiye umuhinga muvyingo n'Imiryango Lenine MANARIYO kugira turabire hamwe impamvu ikunze gutuma habaho ukwahukana ku mugore n'umugabo.
    raba wumvirize hama nawe utange iciyumviro cawe haraho wosanga harabo gifashije.

    • @fundi_feli6299
      @fundi_feli6299 3 ปีที่แล้ว

      Dukebure dukebure

    • @nademidk2416
      @nademidk2416 3 ปีที่แล้ว

      Nisaw gamana riyo sh naguheruk ker kukubon ndashimy ikikganir kk vyankozeko

    • @nademidk2416
      @nademidk2416 3 ปีที่แล้ว

      Nukur ndashaka ko mubiganir mugir vyos birankorak kand nipfuza kubonn namw so .sinz uko vyogenda

  • @constantinmarango118
    @constantinmarango118 3 ปีที่แล้ว +4

    C'était un sujet intéressant. Ariko inyota ntiyaheze, muze mukibandanye ...
    Darlene avec son franc-parler,you are the best.

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official ปีที่แล้ว +2

    This is so helpful vraiment muri society 👏🏾👏🏾👏🏾

  • @hamugish
    @hamugish 3 ปีที่แล้ว +6

    Merci bcp mwese 🙏🙏 ku kiganiro cigisha. @ Dada welcome back😊

  • @irakozesolange3908
    @irakozesolange3908 3 ปีที่แล้ว +14

    Moi aussi 😅😅😅muramvuze concernant les commentaires.entre temps Darlene yaranryoheye uko yigisha kuko hariho urwaruka rwinshi rurwa mwisanganya kuber ukutamenya kuko abavyeyi bacu hari vyinshiiii batatubwira kubera imico.ariko j siko nshak ko nzorera abana banje kuko ndubatse ub nanj nd'umuvyeyi

    • @mucofabillola6572
      @mucofabillola6572 3 ปีที่แล้ว

      Wewentiwomukunda kundusha ndamukundavyahatari

    • @nademidk2416
      @nademidk2416 3 ปีที่แล้ว

      Yoooo nivyiz ko twokundana

  • @mjrj6793
    @mjrj6793 3 ปีที่แล้ว +4

    Waaaaaooooo muraryoheyee sanaa munzogisubiremwo ico kinganiro knd bifashijee beshi nanj ndafashijwee canee me nanj ntanvukanye ubu gwayi noee mufashijee ik??kwamugang nihee??babinvura ??pris murafashijee sanaa

  • @theglobalreform
    @theglobalreform 3 ปีที่แล้ว +5

    Maze igihe nkurikirana ivyiyumviro vy'umukobwa wacu Dada. Nukuri ndabikunda pe!

  • @christellairakoze532
    @christellairakoze532 ปีที่แล้ว

    Hosy yambu caane ndagukunda giose ndumurundikazi mba mububiligi,ndifuza ko umusi umwe uzohamagare nkabantu 2 babaye impfuvyi bakiri bato,uzoganirize bazotubarire ukuntu babayeho mubupfuvyi bwabo,jewe ninza tuzogirana ikiganiro pe,ndabakunda caane imana ikomeze kubazigama

  • @dielladushime8956
    @dielladushime8956 3 ปีที่แล้ว +4

    Sha ikikiganir kiranyigishij cane muhezagirw kand lenine Imana ikwongererez ubumeny❤❤

  • @grettamukezamfura408
    @grettamukezamfura408 3 ปีที่แล้ว +6

    Wauuuuuu karibu dada wanjeeee.ndakunda conseils zaw sana.merci hosy

  • @dstesbaskets3093
    @dstesbaskets3093 3 ปีที่แล้ว

    merci kutuzanira Dada sha Hosy

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 3 ปีที่แล้ว +1

    This conversation it’s helpful especially to the younger people like youth but we need to know how to protect or prevent that for those who already happened I really enjoyed this debate and I’m waiting next time
    Thank you Ossy

  • @Anselmeniy
    @Anselmeniy 2 ปีที่แล้ว +2

    Lénine ...umutama wamateka.ndabakunda Sana .ibiganiro vyawe biratwubaka.👍🏾👍🏾

  • @lesjumeauxmusic
    @lesjumeauxmusic 3 ปีที่แล้ว

    Love from Les Jumeaux Music Club

  • @vivantjournalist
    @vivantjournalist 3 ปีที่แล้ว +1

    merci beaucoup siren vibes tv pour votre intervention dans la societe burundaise, love from hit news/+257

  • @melissanijimbere6693
    @melissanijimbere6693 3 ปีที่แล้ว

    C très intéressant !!

  • @mariegorethnzitonda775
    @mariegorethnzitonda775 3 ปีที่แล้ว

    1.Muje aho hantu,kubera indero yikirundi atari vyiza kwerekana amatako,muzoje mugerageza mwikwize.Du reste mbakuriye chapeau muratwigishije vraiment nkuyemwo vyinshi kandi ndazi ntakekeranya ko bizofasha imiryango myinshi mbere nabakiri bato kizobafasha

  • @bonvoyagetaxi7730
    @bonvoyagetaxi7730 3 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro ciza vraiment! Big up.

  • @orlankevyirambona4720
    @orlankevyirambona4720 3 ปีที่แล้ว +1

    ONG ahbwo abashigikire Hosy kko mutanga inyigisho ku buntu , kandi bigasanzar u Burundi bwose ni si yose aho iva ikagera
    Ntimugaterwe isoni rero ya Sexualité ahubwo ni kubihagarko cane kuko nivyo vyishe isi ku kutamenya
    Big up sana Siren vibes mukomerezahoo

  • @nicomburunditv9668
    @nicomburunditv9668 3 ปีที่แล้ว +1

    Oooh Darlène .namuheruka yiga 8ème.ooh courage.kamye gakerebutse uko en plus arakana keza

  • @vyimanaevelyne7728
    @vyimanaevelyne7728 3 ปีที่แล้ว

    Murakoze kiraryoshe cane. ❤️❤️🇧🇮🇧🇮❤️❤️🇦🇪🇦🇪❤️❤️

  • @Innocentciza
    @Innocentciza 3 ปีที่แล้ว +3

    nice work

  • @misserica2121
    @misserica2121 3 ปีที่แล้ว +2

    Siren_vybz @hosy na @dada muranryoheye saaaana.

  • @kikikiki579
    @kikikiki579 3 ปีที่แล้ว

    Dada uyu musi waruberewe😘 keep it up

  • @alainnishimwe6938
    @alainnishimwe6938 3 ปีที่แล้ว +1

    Great talk kabisa... harimwo inyigisho nyinshi cane ariko reka nanje nterere iciyumviro nunganira darlene na hosy . I think what Lenine is failing to understand iyo Hosy na Darlene bavuze uruhara rw'imico nuko (Lenine) ahita yumva umenga ikosa ricitse abagore bahitamwo gushidikanya n'iyo mico nk 'ukumenga umurundikazi arafise ubwo bwisanzure ,which points out again what the actual issue is: Nta muntu yigira , agirwa n'abandi kandi imico n imigenzo niyo ihita yerekeza inyifato zacu. Bref , umuco w abarundi (to be fair, novuga nti n'uwabantu muri rusangi) ushira igitsina gabo hejuru y'igitsina gore. Inkurikizi yavyo nazo ni nyinshi including ingene abakenyezi bahitamwo kwifata mu ma situations nk'ayo mwarimwo muravuga. Ikibereye sukwo dutunga urutoke abakenyezi "bahitamwo" gushidikanya n 'uwo muco but rather kwiraba nk 'umugabo uruhara dufisemwo , tukabatahura kandi tubatera intege. Abo bake bahitamwo kwiheba no gutukwa na societe n'abo turabakeza kuko n 'ubutwari ariko ntidukwiye guca dutunga intoke 80% bariko barabaho ubuzima as "expected". Le probleme n'est pas sur les femmes mais les hommes , c'est nous qui beneficions du sexisme et la patriarchie.
    This is why they say black women are the most disrespected ....When they try to show us how we contribute to their oppression , we tell them that it is just an illusion ...black men we need to be BETTER...smh ..
    HOSY COURAGE .....

  • @annicknick2727
    @annicknick2727 3 ปีที่แล้ว

    Dada ndakwemer sana ur tres intelligente

  • @niwemugeniannefrida82
    @niwemugeniannefrida82 3 ปีที่แล้ว +1

    Darlène ,ego bavugako ari umugabo ari umutwe mais umugore ni le cou hein(ni rôle ikomeye)😉bon debat!

  • @irampayeoliveliesse4378
    @irampayeoliveliesse4378 3 ปีที่แล้ว

    Ndagukunda Impanuro za Lenine muzomutumire kenshi jew inyigisho ziw ziranyubaka knd ziranfasha gose iyo uzunvise ukazigendera hahiriw abo babana munzu kuko avuga Ivyubaka Umuntu.lenine courage ubandany uvugutigwa Imana Iguhishurire vyinshi vyokutubwira

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 3 ปีที่แล้ว

    Mrc kubiganiro vyanyu

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 3 ปีที่แล้ว +3

    Nanje mubuzima ndanka kubuwambere mukiganiro mbanshaka nze hagwiriye comment nisomere🤦‍♂️

  • @ndayishimiyeakbar4673
    @ndayishimiyeakbar4673 3 ปีที่แล้ว

    very important to society

  • @eliezelndimurukundo993
    @eliezelndimurukundo993 3 ปีที่แล้ว

    Hosy congratulations kubwubu butumwa bwiza 🙏🙏🙏🙏

  • @lylyjaydia3714
    @lylyjaydia3714 3 ปีที่แล้ว +3

    Hosy style zawe ndazikunda vrmt

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 3 ปีที่แล้ว

    Ndabakunda

  • @irakozesolange3908
    @irakozesolange3908 3 ปีที่แล้ว +5

    Ewe Lénine urantwengeje🤣🤣🤣🤣at'umunwa ukava i gard ugashika muri ville 😂😂😂

  • @sabrinaningabiye3666
    @sabrinaningabiye3666 3 ปีที่แล้ว +2

    👌👌🔥🔥🔥

  • @fonsenabornda7335
    @fonsenabornda7335 3 ปีที่แล้ว +2

    Dada ntakwicwa ninzara knd imfungurwa zihari🥰🥰

  • @queliairambona860
    @queliairambona860 3 ปีที่แล้ว +1

    Mwakoze kutugeza kwiki kiganiro 🙏🙏

    • @leornadtivenge4281
      @leornadtivenge4281 3 ปีที่แล้ว

      Ww wavuze ko utaragera noe ibi urabikunzee😂😂😂😂ew sh

  • @zainandayikeje3857
    @zainandayikeje3857 3 ปีที่แล้ว

    Ndabashimiye nanje cane ndanabakunze Kandi nukwuguruka murugo kugira ingo zibe ijuru rito mwese mwubahwe ariko lenine iyo Groupe yaba maman dayihabwe gusa jewe nokora on ligne Murakoze

  • @kikikiki579
    @kikikiki579 3 ปีที่แล้ว

    Hama Dada abarundi sukwiyorobeka harigihe wihanganye Imana ibahezagira bigakunda...ndazi uwo vyashikiye apres 12ans zo kwihangana

  • @irakozeliliane7548
    @irakozeliliane7548 2 ปีที่แล้ว +1

    Darlène nivyo ntuze umusibane ugira débat. Elle est dit ce que les autres n'ose pas dire et je suis désolée, elle est vrai dans ses propos. Courage les filles. Brisons le tabou

  • @DJMURYAOFFICIALBdi
    @DJMURYAOFFICIALBdi 3 ปีที่แล้ว +1

    Alvin yaratanhuye kuturambira. Wakoze kuduhindirira ariko nizereko mwavanye neza

  • @Evra800
    @Evra800 3 ปีที่แล้ว +1

    Turabashimiy mwese kumpanuro zanyu 🙏🏿

  • @djkobemerry6284
    @djkobemerry6284 3 ปีที่แล้ว +1

    Iki kiganiro kirigisha cane urakoze cane, hubwo next time dusabe muzotumire na Béni Ndayishimiye hamwe nabo batumire ndibaza iyo débat izoba iryoshe.

  • @Evra800
    @Evra800 3 ปีที่แล้ว

    Lenine niwubahwe utwigishije vyinshi,Ozi uwo Mtu turamukeney mukiganiro gikurikira thx 🙏🏿 sana

  • @fonsenabornda7335
    @fonsenabornda7335 3 ปีที่แล้ว

    🥰🥰

  • @zfjxgxgwx7446
    @zfjxgxgwx7446 3 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro ciza caane hosy komerezaho turabakunda sha .renine ndamukeneye nzomwihere intahe ishobora kubakabantu benshi caane .kuko numero yiwe sindayironka neza. Kuko hosy sinoja kuri tv sindabikunda vrma.na dada ndamukunda caane turabategereje vrndredi après

  • @nadinnmugisha5168
    @nadinnmugisha5168 3 ปีที่แล้ว +4

    Ewe lenine ngwereka twari mumubiri wisi 😂😂😂😂uwavyunvise ndamubone

    • @sadiasadia737
      @sadiasadia737 3 ปีที่แล้ว

      Nanje nakumvise ndatwenga na mpaka

    • @nademidk2416
      @nademidk2416 3 ปีที่แล้ว

      HahahH mbega nobabona gut kugira tuganire

    • @nadinnmugisha5168
      @nadinnmugisha5168 3 ปีที่แล้ว

      @@nademidk2416 +966503377157

  • @kercybty
    @kercybty 3 ปีที่แล้ว +1

    Uyu kaka iko nandagaya. Please warundi tuwe nasema ukeli! Kama Man👨 sio muzima. Kuna dawa zaki Africa. Watu wana pona tu. Like kwenda hospital una ogeya na doctors. Kuna dawa. Watu wana pona tu. Tuwashe kila saa tabiya yaku ingiya mambo ya madini. Wakati kwetu Burundi. In real life atupendani!!! Let be for really my people's from Burundi 🇧🇮 GOD bless Burundi and all Africa🇧🇮🇨🇩🇹🇿👊🏿

  • @esther8032
    @esther8032 2 ปีที่แล้ว

    Courage tuhigira vyishi

  • @nadegemuhimpundu7488
    @nadegemuhimpundu7488 3 ปีที่แล้ว

    Dada ubishizemwo inguvu n'ishaka wovamwo umu journaliste mwiza ! Courage ........

  • @anithaniyogushimwa2094
    @anithaniyogushimwa2094 3 ปีที่แล้ว

    Hosy hejuru cane wadukoreye umuti ukwiye

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 3 ปีที่แล้ว +1

    Dada uri wambereeee

  • @leopordnimbona3265
    @leopordnimbona3265 ปีที่แล้ว

    Nta solution kuribose ingorane ifisumwe umwewese arijana

  • @user-st2tu9ht9p
    @user-st2tu9ht9p 3 ปีที่แล้ว +1

    Murakoz can

  • @liessemuvyeyi5528
    @liessemuvyeyi5528 3 ปีที่แล้ว

    Ehe nivyo mbanshaka iyo émission Hosy nanj uzompamagare muriyo émission nabo bantu

  • @ninettehappynessninettehap7007
    @ninettehappynessninettehap7007 3 ปีที่แล้ว +1

    Darline ariko wambaye aakjipe kagufii raba wicaye amakwise yose hanzee arko ntakindii kibi niwirambir

  • @leopordnimbona3265
    @leopordnimbona3265 ปีที่แล้ว

    Mwaramutse Renine iyonsiguro utanze sindayemeye

  • @leornadtivenge4281
    @leornadtivenge4281 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndasavye ko mwompuza nuyumugabo ico ndamwibariza

  • @murundicomedy257
    @murundicomedy257 3 ปีที่แล้ว +1

    Darlene uravugish ukur,nturyumunw

  • @kg7285
    @kg7285 2 ปีที่แล้ว

    Hello les filles ndabakunda mukora ibikorwa vyiza, ndabasavye muzogire debate ivuga abantu bavyara hanze baze baremera abana bavyaye kuko birica abana ntamwana kwisi atipfuza kuronka umu papa

  • @gilbertndayihaya2298
    @gilbertndayihaya2298 3 ปีที่แล้ว +1

    Muvuze ukuri kandi vyari bikenewe ngo hajijuke benshi.

  • @leopordnimbona3265
    @leopordnimbona3265 ปีที่แล้ว

    Icondagusavye mpa insiguro yumunezero mumajambo asobanutse neza

  • @Kiirumba
    @Kiirumba 3 ปีที่แล้ว +5

    🏃‍♂️ 🏃‍♂️ 🏃

  • @fofoigira7107
    @fofoigira7107 2 ปีที่แล้ว

    Gute bavura umwana ari umu impuissance

  • @honorenduwamungu9831
    @honorenduwamungu9831 2 ปีที่แล้ว

    Nimba hari groupe z'izi manuro, nshiremwo nanje afise ivyo nahanura vyinshi

  • @titikabasele1867
    @titikabasele1867 3 ปีที่แล้ว +1

    Na Hosy aze arabivuga neza umenga abivugana nisoni ndagukunda ubivuze

  • @irakozesolange3908
    @irakozesolange3908 3 ปีที่แล้ว +3

    Leni iyo gpe noyijamwo gute??nimba usoma comments unyishure tuvugan

  • @kanezabelyse249
    @kanezabelyse249 3 ปีที่แล้ว +2

    Mrciiiii pour l'émission esk on peut avoir le numéro de Hosy ou Dada

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  3 ปีที่แล้ว

      62666016 c'est pour Dada

  • @wardah8988
    @wardah8988 3 ปีที่แล้ว +1

    Mugabo iyomubamuziko muje imbere yakamera bamubanza mwambare mwikwize

  • @musorejeanbaptiste8811
    @musorejeanbaptiste8811 3 ปีที่แล้ว

    Mon frère Lénine, ince zari ziriya mpuzu za kera bakura umugore bakazicacura bagaterera hariya hama bakabona kurangura amabanga mpuzabitsina! Ntabw ari turiya dutsi wavuze

  • @kenzanina9164
    @kenzanina9164 3 ปีที่แล้ว

    Nshira nanje muri groupe

  • @hakizimanahakizimana1620
    @hakizimanahakizimana1620 3 ปีที่แล้ว +3

    Bible niko ivuga non? Ego harahari. Twibka kuza turanasoma bible!!! Ntitwishinge kuri tv!!!!

  • @jacquelinebavakure5936
    @jacquelinebavakure5936 3 ปีที่แล้ว

    Nukwambara ukikwiza mbere yo kwigisha abandi
    Amatako hejuru kweri 🤔🤔🤔

  • @bachunsabimana5848
    @bachunsabimana5848 3 ปีที่แล้ว

    Abapfubuzi nibaryumeko

  • @leopordnimbona3265
    @leopordnimbona3265 ปีที่แล้ว

    Umuretse wobugiyehehe

  • @leopordnimbona3265
    @leopordnimbona3265 ปีที่แล้ว

    Bamuzica muzicira ariwewenawe

  • @jeanclaudeminani8162
    @jeanclaudeminani8162 3 ปีที่แล้ว

    Darlene ; umudiho uva mwitako. Wavunitse itako wokubita umudiho gute?

  • @orlankevyirambona4720
    @orlankevyirambona4720 3 ปีที่แล้ว

    Débat nziza cane ,nivyiz ko muza muratumira abantu batandukanye kigira twunv ibi nabiriya bitandukanye,dushimira na Lénine yagumy atanga intahe izi naziriya bisigura ko ivyo avuga atari longolongoo ahbwo bibaho cane

  • @otosport8539
    @otosport8539 3 ปีที่แล้ว

    Biratahuritse, kukijanye n'uko umugabo yokora ataha umugore ntakore ngo atahe, ni uko umugore avyaye umwana aca yandikwa kuri uyo mugabo akarera amaraso atari ayiwe

  • @iranzifanny9008
    @iranzifanny9008 ปีที่แล้ว

    murashoboy vrt👊👊

  • @sshh5464
    @sshh5464 3 ปีที่แล้ว

    Sha ivyo nivyo peeee ndinumugabo ngr yakuze muruwo buryo mana ntabumbwa nakimwe aguma genda mubandi mbese numuhehesi wadanje 😪😪😪

  • @oscargahizi2651
    @oscargahizi2651 3 ปีที่แล้ว

    Nez can ikiganiro ni ciza can kndi uwo mu type aciyey ubwenge abisiguy nez can ikiyago cubahwe kibuz vyose biba bipfuye.

  • @teddytanganyika1981
    @teddytanganyika1981 3 ปีที่แล้ว

    Haha ati rwaza uwanje aracikanye

  • @arakazashabani3295
    @arakazashabani3295 3 ปีที่แล้ว +1

    nivyiza kunyigisho nziza muduhaye

  • @jcfjbgstjv9505
    @jcfjbgstjv9505 3 ปีที่แล้ว

    Ikikiganiro niciza cane uzoze utumira Lénine az'aratwihera impanuro.

  • @akamashinitv127
    @akamashinitv127 ปีที่แล้ว

    Yo mbega ikiganiro kiza nange nshaka tuzaganire kubibazo byabubatse

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  ปีที่แล้ว

      Karibu cane .. numero yacu ni 76711802

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 3 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro niciza cane kuk kirimw inyigisho kandi turize pe mwakoze kuzana ikikiganiro c'abubatse.

  • @kenzanina9164
    @kenzanina9164 3 ปีที่แล้ว

    Nanje numva nkunze dada kweri hosy mer6

  • @leopordnimbona3265
    @leopordnimbona3265 ปีที่แล้ว

    Ivyobintu vyokubana ntimuzemurabitebako murugo abantubabana ukobavyunvya ntatugorwubakurundi ivyowabonye ntushobora kubizana iwawe

  • @clebertmuhoza
    @clebertmuhoza 3 ปีที่แล้ว +1

    Hahahaaa uwutandika ni jew nkunda gusoma ama commentaires

    • @esther8032
      @esther8032 2 ปีที่แล้ว

      urashekej kbs

  • @niwemugeniannefrida82
    @niwemugeniannefrida82 3 ปีที่แล้ว

    Ngo ugasanga bizorangira uryumviye kwi radio 😅

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 3 ปีที่แล้ว

    Muramubaza kuvyerekey igitsina cumugabo afise igitsina kinini kitabangamira abakenyezi

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 ปีที่แล้ว

    Ekleziya katolika iremezako ushakanye n'uwudakomeye gukora amabanga y'abubatse ,muravana kuko ntimuraba muramenyana. Ariko muhuje ibitsina bikamara akanya gato,murivuza

  • @user-jl8qb6he1i
    @user-jl8qb6he1i 3 ปีที่แล้ว

    Mbeg ozi ng ng wocubayo

  • @ndayisengagabrielofficial1298
    @ndayisengagabrielofficial1298 3 ปีที่แล้ว

    Abarundizi vous êtes très véridique arabanyarwandakazi barijijisha kandi bagakora les contraires

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 3 ปีที่แล้ว

    Ndabaramukije jewe ndubatse ariko sinigera mbamuhira keshi kuko mbandimukazi kandi simbahafi ndihanze yigigihugu bdashoboye kumara imyaka2 ntataha murugo ariko nikumvo yubukene sikubera kwanka kubahafi yumuryango non kugirambehafi yumugore kugira ndamunezereze nokoriki mbajije manariyo ambwire ico nokora mpebakazi kugira name hafi yumugore? Ariko ntabandibakobwa nkunda wapi

  • @lisanden7465
    @lisanden7465 3 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro cari kiryoshe caane. Abo batumire bose n incabwenge kandi bavuga neza. Mukomerezaho✌🏽. None Lenin yoba ari sexologue canke? Ko numvise umengo arafise arafasha abantu cane! Darlene iciyumviro co kutarya umunwa ni ciza cane ugikomez cane. Hosy nawe ugeragez kuvuga utekanye kugira twumve neza ivyo uvuga sinon ukora neza! Muhezagirwe mwese

  • @mucofabillola6572
    @mucofabillola6572 3 ปีที่แล้ว

    Iconyereka renine arikugitanda narmada wiwe ngirango akavumbikarahatumuka

  • @ericnimubona5186
    @ericnimubona5186 3 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro ni ciza muga Ozy apana gufata position nkumugore