Alicia, Un destin Difficile S02-E08 HD 1080
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 2 มี.ค. 2024
- Alexei Bauer, umusore uva mumuryango ukize cane mugihugu c'uburundi, yakunze umukobwa Alicia Petrovna ava mumuryango ubayabaye kandi wo mubwoko butandukanye. Urukundo rwabo rwahuye n'imbogamizi nyishi cane kumvo z'uko ubushobozi bw'imiryango yabo bakomokamwo butangana.
D.O.P: NYAMA PRO
Director: B10
Story/Script: Evariste Irankunda - ภาพยนตร์และแอนิเมชัน
Arvella ngukunda kubi ukunt ukina neza ❤❤❤.
Mwongere iminota pe kuko muradusondeka pe❤❤❤❤❤
Ndabakundacane avocado niyubahwe
Arik muratubanira kumwany vrt mwongerez iminot bas🙏
Gasore najaja nasamwellà iyiflm yanyu turayikumbuye giremuduherezep ❤❤❤❤😊😊😊
Mwarateguy kbx xo nguma nsaba KO mwoza muraduha izikurikira vyihuse kugira tutibagira ivyo twabony mbere bigatuma tubibona nkibidatahuritse
Mwemuraturya umwanya nukuraba mwongez iminota
♥️♥️♥️🌹🌹🌹vub muduh iyikurikir
Nuko nkaba ndahageze nubwo nacerewe kimwe ndabakunda❤🇸🇦🇧🇮
Wawo alicia na alexandra baravukana manaweeee
Turabakunda cyanee
Kibeba Nice avocat😂😂😂😂😂😂😂😂
Courage
Love from GOGO LOVE OFFICIAL TO BURUNDI
Mugang utazii kuvura abagwayi ngobakire😀😀 courage caan
Mwirambire turabakunda
Gasore uvyitwaramw nez muriyi film bravo👌Alicia ndagufana san 💞nice movie kabisa bienton Alexandra azobon ko isi idasakay😅
Mwarimwaduteberej ningene ndabakunda❤
😭😭😭😭😭 kabaye kagufi
Nimurekure twiherijisho🥰🥰
Fanya halaka
Ariko vyizaweee!!!!mwarize mwaduhevye kabisa
Vyiza cane mwayikinye neza
Namwe muratunyoteza
Alvella, Gasore et Albert ❤
Gasore baba laooo nakubaliiii Alicia muratesa❤❤❤❤❤😅
Mumeze mute ndabakunda cyane
Mwakoze ingor nuko mutwicisha kurindira umwanya muremumere
Ndabakunda cane
Nice gusa mwongere iminota mubikora neza❤
Nkamb ndahaze mbay 6 gus muratunyotez
Courage ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Basha igice cayo kigezehe
Gasore nukuri muradusondek iminota knd muyinduh mundwi 1nimurab muhindur nikur
Mwubahwe murashoboy
Nigato cyane
Mutwongere iminota❤❤ courageux
Kuraje mwese🎉🎉💃💃💃💃💃💕💕💕💕
Muradusondeka caaaane
🤝🤝🤝🤝🤝❤️❤️❤️
Courage mwubahwe
Nukuri iraryosh gusa muradusondeka
Courage 💪💪💪
❤❤❤
Uyumusi mwabiryoheje kbs
Courage ariko mwadusondets😂😂😂 nimurabe mwongereze iminota
Naho nacerewe ndahageze iyikurikira muyinyarutse ❤❤❤❤❤
Nice
Courage ❤❤❤❤❤
Courage mes amies ❤❤❤❤❤❤
Courage kbx
❤❤🎉🎉
Iyiminota muyongere kwari
Oy mwogere iminota nimikeyaaa caaane😢😢😢😢😢😢😢
Nimwongere kbx iminota
Igira ibe akajembegeti gasor uravukan na alvella
Courage xanaa ❤❤🎉🎉😂
Gasole usigay ukina uri sérieux Big p
Courage cane 😂😂😂😂😂
Courage bakunziii
Mwe mutwicana umunoho aaaaah
Mwongere iminota wana!!!❤❤❤
Oooooh❤❤
Courage kbx mutunyarukirize
Nn ba mutuma mwongerako iy minota y publicité😢😢😢 courage🎉🎉🎉🎉
Muratwima iminota kl giramuze murabirab
Kuberiki mutongerako iminota 😢😢😢
❤
Ndakund kanyana na alvella na gasore na bandi
Nkunda gasore mwiyi Flm pe
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
Ayomasaha kari beaucoup
❤❤❤❤❤❤❤
Wawooo❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Film nzia caan yigish mwubahw🙏
Film iteguye neza vrt hama mwongere akanya mureke kutwicisha amatsiko but big up sana mukina nezza
❤🔥🔥🔥🔥
❤❤❤🎉
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ivyo mwiyambika bracelet zidarapo rya Tanzanie sivyo nimwe mukwiye kumenyekanisha uburundi biciy cinéma buri akantu twe abafana turaraba
Gasore na alivella mwapoteye
Gasore nimugerageze mugire flimendende ukunukudutesha akayabagu
Iheze hatagez
❤❤❤❤🎉🎉
Mukosore16 min nimike cane muri kutunyoteza.mwisubireko
Iraryoshe ariko muduha gato
❤❤❤🎉🎉🎉
Turabakund ma
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Igice gikurikira ko kitaza mutwicishije inyota
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nimurabe muduhe igice gikurikira vrt
Irates kwer gus nuk muteb kand mukaduh gat can
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
16min harimwo n'a publicité 😢😅😮 oya nukuriii ongereza umwanya
Ingorane muduha gatoya ,mukina neza nimwongereko iminota
Batum tunyotegw can kl ndabon hagiy kubamw iminyur kl
😂😂❤🎉🎉🎉🎉
Jewe ndabe iyo bija😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Rekura twihere ijisho
Yarabay noneho,abakeba nabavukanyi? mwihangane caaaaneee