Alicia, Un destin Difficile S02-E11-HD 1080 ||Episode Finale Saison 2||
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 22 มิ.ย. 2024
- Alexei Bauer, umusore uva mumuryango ukize cane mugihugu c'uburundi, yakunze umukobwa Alicia Petrovna ava mumuryango ubayabaye kandi wo mubwoko butandukanye. Urukundo rwabo rwahuye n'imbogamizi nyishi cane kumvo z'uko ubushobozi bw'imiryango yabo bakomokamwo butangana.
D.O.P: NYAMA PRO
Director: B10 CLASSIC
Story/Script: Evariste Irankunda - ภาพยนตร์และแอนิเมชัน
Alicia felicitati8ns yemwe nide yabonye ingene gasore aberewe nubushefu. 🤣🤣🤣🤣🤣 yemwe murashimishije mwubahwe
Nukuri yariyaberewe gasore🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤
Uuuh Ntavya Gasore nagende hariya . Gasore atera asubira inyuma niibirenge mugukina. Ahubwo nashiremwo akayaga nka kera yongere akine neza apana kuguma agira ibintu nkivya Mutima le Comédien
Nizereko irya jambo mbonye ngo Fin bidasigura ko itazobandanya! Iraryoshe caaaneee! Ino film yarerekanye ko Gasore afise iyindi mpano!!!
Waouh ihez neza sh courage Alvella courage Ismail ndets mwese mwakiny mwarakoz mwatwigishîje vyinsh mwubahwe cane iyintahe iratwubatse😂🥳🥳💞🙏🙏
Yariryoshe peee akaryoshe ntifahora mwitama muzane iyindi gasor urakina neza pee❤❤❤❤❤❤
Season 3 vubavuba
Félicitations kd film ninziza cane
Mwakinyene hatsinda imana ntihatsinda imari.tura❤
Views zabaye nke ko mudukase iminota😅😅😅cyokora yari iryoshye pe!Merci❤❤❤❤😊
Mbaye mubambere❤❤❤
Murabitunganya neza 🙏🙏
I'm from Zambian ndabakunda Kandi ndabakurikirana can komeza
Courage ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤ nazidutse
Bahagez n3 courag nd❤❤❤nimwakir🎉🎉🎉🎉
Nice one nimuduhe seoson 2 plz
Filme mutubabarire ibandanye nyama pro nabony yemey kutuvugr Kwa boss 👍👍abikore koko
ABUMVISE PRIVIET KU MUNOTA WA 11:25 batere bafyonda kuri like .
Komera cane mubisimwo neza nyagasani abandanye abahezagira ndabakunda pe❤❤❤🎉🎉🎉❤❤❤
Gasore ndagukunda muriyi flm wactinga nez vrmnt bikakubera❤❤❤❤
Ewe gasore sinarinziko woberwa nubu chef namanyanga yawe
hahaaaaaaa
Ko muzinduka cane.
Nimuduh iyikurikir nukuri
Nanjye ndazindutse nimutumpundagazeko nimanukire wokimwe ntiharibwagereko ihera
Season 3 izoboneka
Courage🎉🎉🎉❤
Courage 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Nta fin ngaho duhe suite 😊😊😊😊😊😊😊ukuntu yigisha nyene 😢😢😢
Gasore uranezera cane kweri❤❤❤🇧🇮🇧🇮🥰🥰
Waooooo mukomeze turayikunda babalawo ndakunda ukirikukina
❤❤courage❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉mubeho mutababaye❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Ariko mana!! Akagay kabano bakonbw nuyu muhugu njebon ataco mumusubij ndumiwe 😂
Ndabakunda cn alexis Alicia hejuru
Courage mbakunda kanini🔥🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️✍️💯💯💯❤❤❤❤💃💃💃💃💃
Ndabakunda ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️ nimwirambire🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ngo final 😢😢😢😢ariko ga sorry umengo uri patron vyanyavyo
Nihombandi❤❤
Courage kure cane niho mbifurije
Courage ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Oyanukuri nimutwongere iminota ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nizereko idaheze
Mwubahwe cane mubitegura neza cane
Yariteguye neza vraiment
Dima bravo !!!arazi ingene bariko bagara
Woow! Irimw inyigish vrmt 💕💕 courage
Nizereko idaheze izobandanya😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤
Season 3 izoza....
Vyaryosh vrt courage 🎉🎉❤❤
Bisaba DIMA aje hanze nimuyiduhe tubateze yompi
Nimuduhe so3 mwobamukoze.
Alicia courage vrement ♥️♥️ murabe muzemuraduha iminota ikwiye
Mwadusondets kuminota😂 Imana irababona gusa ❤❤❤❤
Birahimbaye cane dutemwo akandi
Next season please 🙏 ❤😂
Amajwi bivuganabi
Yani ngaha munsize muri kesikese🤷🤷iyomunyonger 5min 🎉🎉🎉 anyway thanks so much 🎉🎉❤❤
thanks too
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iheze twari tukinyoterewe kubona ibikurikiraa
Courage🎉🎉🎉🎉
Film iraryosh can ariko ndamaz kubona kumeng basa nkabashak bayiheze knd twari tukiyikeneye
Bandany muduh ibind bice
Oya nimuyibandanye iraryoshe
Good
Mubikora neza
❤❤❤
Courage
Nice❤❤
Gasore uraberewe nibiro
My favorite❤❤❤
Ibandany kbs ntimuvuge ngo fin
❤❤❤❤Nawapenda sana
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Oy iyo fin nimuyikureh
Muduh iyind ntimutinyoteze turabakund cane
Iman ntazig dim urabemej 😂😂😂
Nta nzigo nkr...
Uno musi nanje nazindutse munduhe like abaza nyuma ❤❤😂🎉🎉😢
Ako kajombo mbonye ngo FIN nibazako kadasigura ko iheze. Nkubu nari ntanguye kwiyumvira uko Alexandra azosubira gutoba marriage ya alicia😂😂😢. Nubwo biruko ndabakeje yari iryoshe pe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Akokanyum nikokabi ngo final 🎉😢😢😢😢😢😢😢😢😢🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Vyizaaa caaaaane.ariko tubasabe mwongereze iminotaaaa kweriii ??
🎉🎉
Umuntu agira montage wapiiii kweliii naze araba neza image ashirakooo ko imeze bien
Waoooo
Kiheze nabi
Ntihari bwagere kwihera
❤❤❤ muyibandanye
Wow😅😅😅kl
Mutunyarukirize vrt
Iyi film tuzoyikumbura😭🙆♂️
Sha nn kumeng vyagomb bitangur kuryohaaa KL?'
Courag
Curange❤❤❤❤❤❤
Gusa amajwi ntiyasohotse neza
❤❤
S3 tuyihabwe
Ego Ego
❤❤❤❤❤❤❤
❤
Icokirussia Nico kintwengeje!!!
Nobabara iheze kbx
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉❤
❤❤❤❤❤❤
Unomusi nazinduts
❤❤❤🎉
Ntitwabonye mariage ariko