Alicia, Un destin Difficile S02-E09-HD 1080
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
- Alexei Bauer, umusore uva mumuryango ukize cane mugihugu c'uburundi, yakunze umukobwa Alicia Petrovna ava mumuryango ubayabaye kandi wo mubwoko butandukanye. Urukundo rwabo rwahuye n'imbogamizi nyishi cane kumvo z'uko ubushobozi bw'imiryango yabo bakomokamwo butangana.
D.O.P: NYAMA PRO
Director: B10 CLASSIC
Story/Script: Evariste Irankunda - ภาพยนตร์และแอนิเมชัน
Moriah mwubahwe
Merci pour votre soutien les doyens
Muraturyoherej umusi naho mwarimwatunyoteje courage vrmt mubikora nezaa❤❤❤❤❤
Courage wari mukumbuw kbx 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉ariko muteba cane kuyinduha
Mwarimwara tungandishije cane ariko turaryohewee sana munzemuratunyarukirizaaaa turabakunda caneeeeee
Kaze mwari mutunyoteje sana zamuratunyarukiriza vrt kk turabakunda cane
Waooooh 💃mbega vyakabay arivyo films un destin difficile yagarutse?RK nicare kbx GS kutunyoteza oyha abayikurikiran mump twatuntu
Nukuri murwanda turabakurikiye cyn gusa twari tubakumbiye cyn Alicia ❤❤❤❤ nabandi hejuru cyn
Merci
Mwari mwaduhevye.ntimusubire tudutevya❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Manawe narinarayibagiy kwer 😂karibu kwer❤
Wow twari tubakumbuye ver 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉🎉ni gwanyu
Ndishimye kongera kubabona❤❤❤❤
Courage
Duhuweeee iheze nkiyishashaye ,,mutunyarukirize reo
Courage bantu banje mubikor neza gusa kutunyotez bib
Ntimuzotugangaraze ninyota Kandi muzoba mukize. Courage
Courage xanaa mwarimukubuw ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Yooooooo karibu cane gasore nari mbakumbuye
Mwarimwaratunyoteje karibu
Ndabakunda❤❤❤❤ muduhe
Mwari mwadutebeje kweli.twari tuyikumbuy♥️♥️
Mwari mwaratevye kuduha iyo film ariko turazi ko bishobora kugorana. Rero mwogira vuba mukaguma muturonsa ibindi bice. Big up🎉🎉🎉
ubu ntakubatevya namba
Twari tuyikumbuye 🙏🙏🙏
Courage ❤❤❤❤❤❤
wawoo bagavyz ndabakund cn ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Alicia felicitations hama chr wa gasore muraberanye mwubahwe 😆😆😆🙏🙏🙏🙏
Welcom twaritubarindirany igishika turabakunda ❤
😂😂😂courage vraiment igihe ni kinini amezi hafi ane
Waouh narindayinyotewe ariko bibi kuza muratunyoteza😂
Waaaaaoôoh ntimuzosubire kudutevya vrttt
Burundi oyeee❤ kama unapenda muvi ya butundi weka lik 🎉
Waouh mwar mwaradutebej mwabikoz neza can,ubutah murongeza umwanya
Murakoze caaaane
Welcome back Alicia mwarimukumbuwe pe❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Yes murakaza neza kwel
Mubirimwonezap❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Gasore ashatse araba sérieux kbsaa
Iyo ngeso yogusohora hahahez igihe kinini bihagarare muze murakoresh umwanya kbxaaaaa
Waoooooo❤❤ mubikor nez p ikibaz nikimw nukunt mupoter piiii tukanabibagr ivy sivyiz vub rer suite tuyihabw🎉❤❤
vuba caaaane
Nukuri muratunyotej can zamurab muduhe kare
Ni fire🔥🔥🔥🔥🔥
Mwahorahe wlcom❤❤
Nukuri narindayikumbuye cane murabe ntimuzosubire kuducereza
Mwar mwaraduhevy kbx
Vrt twari tuyikumburanye igishika turabakunda caaaan abari yayirindiranye igishika nkanje tumenyane
Kaze cane ibihe vyari bibaye vyinshi cane
Kaze mwari mutunyoteje mumpe like tuberekeko tubakunda kuko baduha ibintu vyiza cane
Mwari mwatevmbeje narinza narayibagiyr bamuyinyarutsa uraryoshe❤❤❤❤❤❤
Courage
Ndakund cne cn cn flimezanyu
Gus icotwobasab Ntimuze mwonger kuyitevy umwaka wose murik murayitegur ereg muz musang abafan babibagiy🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mwahorah komwar mwaduhevy twar tubakumbuye
Mwabikoze neza nukur mutunyarukiriza muratunyoteza
Mwari mukumbuwe❤❤❤
Igeze Aho iryoha pe gusa ntimuze musubire guteba nkubu ibiheruka twaravyibagiye
Mukomere caneeeeee ❤❤🎉🎉
merci Ngoma
Namwe murayitevya ncuti zanj
Courage bantu banjye
Iyi film isohoka itinz ubund sinibuka naho vyatanguriy
Mwakoze nez cane kwongera kuturyohera
merci
Nyarutsa iyindi mudatevya
Naho nacerewe kubwimvo zitamvuyeko ariko vrm 😅😅😅😅 nukuri courage cn pe
Merci bcp
NC film courage
❤❤❤
Gasore shaa❤❤❤
Courage bcp
Nice video
Mwari mwabihevye
Alicia welcome
Courage❤
Kwamuganga bagakora imishatsi haha
Courage❤❤❤
Courage ❤❤
Courage ❤❤❤
Courage❤❤❤
Nanj ndagukund nukur
Gukoreshumwanya kwivyizinza vyihutisha iterambere kuk iyunyotew ntunywe ntakabuza imihogo iruma
merci
komeza gasore ndabakunda cn
Good
Courageee
Thanks
Wauuu! Twari tuyikumbuye! 👍👍👍👍👍
Waooooh!courage ariko muradutevy san
Mwari mwarafuhejejeyo
Mwari mwatunyoteje kl
Melyse urakina neza caan pe❤️
munyarutse iyindi mwari mwarayitebej
Wow❤❤
Twari tubakumbuye 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥
Waooooo un destin dificil ❤️💋
Mwahorahe? Muyizana iyindi twayibagiye
Muratevy caaane😢😢😢😢😢
Welcome back kabisa
Gusa murayitevya kandiryosh
Wawou mwubahwe
Twaritubakumbuy🎉🎉🎉
Ariko mwari mwagiy hehe
Mwarimwatunyotejebezabacu
Iyifillim munzoyibandany
Ego izobandanya
Mwari mwaratunyoteje kl
Gasoj courage 💪💪💪😂😂😂🎉🎉🎉🎉
Mutunyarukirize igice gikurikira
Twar tuyikumbuy🎉❤