Alicia, Un destin Difficile S02-E06-HD 1080.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 ก.พ. 2024
  • Alexei Bauer, umusore uva mumuryango ukize cane mugihugu c'uburundi, yakunze umukobwa Alicia Petrovna ava mumuryango ubayabaye kandi wo mubwoko butandukanye. Urukundo rwabo rwahuye n'imbogamizi nyishi cane kumvo z'uko ubushobozi bw'imiryango yabo bakomokamwo butangana.
    D.O.P: NYAMA PRO
    Director: B10
    Story/Script: Evariste Irankunda
    SPECIAL THANKS:
    Bude's Food and drink
    Chacha Charly
    Cyriaque Niyokwizera
    Alvella Muhimbare
  • ภาพยนตร์และแอนิเมชัน

ความคิดเห็น • 167

  • @stevegahimbare
    @stevegahimbare 4 หลายเดือนก่อน +18

    Ibintu vyokudutevya nivyo bibi!! Ahandi film ni nziza cane gusa muzosanga muduha ibintu twaribagiye uko vyatanguy

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 4 หลายเดือนก่อน +11

    Abakunzi ba Alicia tumenyane ❤❤❤❤❤❤❤

  • @francinenibigira247
    @francinenibigira247 4 หลายเดือนก่อน +3

    Alvella urakunda kurira ijisho rimw rikaba ariryo rikorora amasozi kenshi 😂😊

  • @jacquelinekaneza6017
    @jacquelinekaneza6017 4 หลายเดือนก่อน +4

    Yooo ndabakunda cane,kimwe ndabankira murateba cane muza musanga twaribagiwe ingene vyatanguye.kosora iryo teba ubundi turabakunda❤❤❤❤

  • @user-xz3tn2uh5g
    @user-xz3tn2uh5g 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ndabakunda cane muduha flime nziza cane

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 4 หลายเดือนก่อน +3

    Kuva film utangur twumva ngo se wa Alexandra ararway niho tukimubon ham rer ngo nyin wa Alicia arapfuy muratwenza Daphrose yigiriy kera uwo mutwerets arway honyen mbony umengo ni melyse

  • @user-ol9ml1ns1g
    @user-ol9ml1ns1g 4 หลายเดือนก่อน +4

    emwe film imara ukwezi idasohotse iba yibagiw niyompamnv mubon icirabwa nabak kuko abensh baba bibazak yahebw kera

  • @emeryvyosenumukama6192
    @emeryvyosenumukama6192 4 หลายเดือนก่อน +2

    erega muzohava musanga twarayibagiye!! knd muzoba muhomvye burya.Rero mukorere kumwanya frères et sœurs

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ntimuz mudutevy kk ishits ahiryoh muzoc muyigarukan umunt atibuk nakimwe sha nobafata ❤❤

  • @user-rt4ps1my2r
    @user-rt4ps1my2r 4 หลายเดือนก่อน +1

    Mubikot UK tub yubishaka Arik muradutevya nyama we ubandanye ni Banga ryaw ndabn nisa neza cameramen👍👍

  • @jgjfnfjjjgjjfjfj8825
    @jgjfnfjjjgjjfjfj8825 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ninde arize nkanje 😢😢😢

  • @charleneirateriteka8710
    @charleneirateriteka8710 4 หลายเดือนก่อน

    Un Destin ukungen ndayikunda🎉🎉❤❤❤ courage ❤

  • @user-fx6cz8qt3f
    @user-fx6cz8qt3f 4 หลายเดือนก่อน +3

    ❤❤❤❤❤courage 🎉🎉🎉

  • @Darcine-bx4ou9by6f
    @Darcine-bx4ou9by6f 4 หลายเดือนก่อน +1

    Courage ❤

  • @user-pj1vh5rv4q
    @user-pj1vh5rv4q 4 หลายเดือนก่อน +1

    Mwaduhae Gato kandi kari karyoshe gxa courage tuze turebe iyo bizarangirira

  • @HarmondKinda
    @HarmondKinda 4 หลายเดือนก่อน +1

    Iyi film iraryoshe cn gusa nuko muteba kuduba izikurikira

  • @user-bo5rt8nf7u
    @user-bo5rt8nf7u 4 หลายเดือนก่อน +1

    😢😢😢😢😢😢😢 ndarize nukuri

  • @b10tv19
    @b10tv19 4 หลายเดือนก่อน

    Love from B10 Classic

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 4 หลายเดือนก่อน

    Alicia mpor team mwes courage ❤❤

  • @NadineNdihokubwayo-gv5pm
    @NadineNdihokubwayo-gv5pm 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ndarize nukuri alvela

  • @FannyUwineza-ni4xi
    @FannyUwineza-ni4xi 4 หลายเดือนก่อน +1

    Courage vrt mubikora neza nd❤❤

  • @user-lj3tl8ce5m
    @user-lj3tl8ce5m 4 หลายเดือนก่อน +1

    Murandijije nukuri umubyeyi aragoye😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

    • @nadinenkezimana6719
      @nadinenkezimana6719 4 หลายเดือนก่อน

      😭😭😭😭😭sanze nakoroye amosozi nanje

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  หลายเดือนก่อน

      mpole mpole

  • @CynthiaVyuka
    @CynthiaVyuka 4 หลายเดือนก่อน +1

    Lové you Cynthia vyuka officiel

  • @junchengsportsnewsstars5016
    @junchengsportsnewsstars5016 4 หลายเดือนก่อน +1

    Courage 💪 love from Tumusifu Etienne 🇧🇮💙❤️

  • @busoniayizeki5633
    @busoniayizeki5633 4 หลายเดือนก่อน

    Courage ndabakund cn ntimuzoyitevy

  • @Asa-ij8fi
    @Asa-ij8fi 4 หลายเดือนก่อน +2

    Oyamuratevyacane ❤❤❤❤🎉🎉😢

    • @DanielNshimirimana
      @DanielNshimirimana 4 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉

  • @iranzialexiss1587
    @iranzialexiss1587 4 หลายเดือนก่อน

    Courage filme igezaharyoshe 💥💥

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 4 หลายเดือนก่อน +1

    Mwikebuke muduha filme nigice cahez tutacibuka ivyarimwo

  • @NadineNdihokubwayo-gv5pm
    @NadineNdihokubwayo-gv5pm 4 หลายเดือนก่อน +1

    Wamunyagitega nahigereye

  • @BarnabeNdereyimana-et6ie
    @BarnabeNdereyimana-et6ie 4 หลายเดือนก่อน

    Nukuri turabashimiye mubikora neza knd courage ariko hari ikintu kimwe mukwiye guhindura ikintu cumwanya mugikorereko kbs.

  • @bonaventurebuzubona8763
    @bonaventurebuzubona8763 4 หลายเดือนก่อน +1

    M'y number one

  • @AliceHakizimana-yn9mt
    @AliceHakizimana-yn9mt 4 หลายเดือนก่อน +1

    Kuduyevy Bibi nay firm ninziz

  • @NepomsceneHabumuremyi
    @NepomsceneHabumuremyi 4 หลายเดือนก่อน

    Courage my broo Gasore

  • @alicekanyamuneza5091
    @alicekanyamuneza5091 4 หลายเดือนก่อน

    Courage Alvella ❤

  • @solangekefahakizimana5414
    @solangekefahakizimana5414 4 หลายเดือนก่อน

    Courage

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nice❤❤❤

  • @FANNY-oc4cb
    @FANNY-oc4cb 4 หลายเดือนก่อน

    Courage vraiment ndabakunda ❤❤❤❤

  • @user-et5xv9pt4j
    @user-et5xv9pt4j 4 หลายเดือนก่อน +1

    Muradutevya umengo ntimuzi ivyomurimwo pi😢

  • @jeandedieunshimirimana9333
    @jeandedieunshimirimana9333 4 หลายเดือนก่อน +1

    Le destin devient de plus en plus complique! 😭😭😭

  • @user-up8ip9xu4n
    @user-up8ip9xu4n 4 หลายเดือนก่อน

    Courage❤

  • @stitore2388
    @stitore2388 4 หลายเดือนก่อน

    Courage mwubahwe

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 4 หลายเดือนก่อน

    Courage❤❤❤❤

  • @IrankundaDevotte-yu4nm
    @IrankundaDevotte-yu4nm 4 หลายเดือนก่อน

    Courage ❤✨

  • @BonithNimpagaritse
    @BonithNimpagaritse 4 หลายเดือนก่อน

    Courage cn🎉🎉🎉🎉

  • @AliseAlise-sj6ud
    @AliseAlise-sj6ud 4 หลายเดือนก่อน

    courage🎉🎉

  • @mavokorich2765
    @mavokorich2765 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nihoturi❤

  • @user-rh2ok1jk5z
    @user-rh2ok1jk5z 4 หลายเดือนก่อน

    Couraje

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 4 หลายเดือนก่อน

    Alisaia wanje🎉🎉🎉🎉

  • @user-cc5cl6tv1w
    @user-cc5cl6tv1w 4 หลายเดือนก่อน

    Courage xanaa❤❤🎉🎉😢😢

  • @user-bl6ij1sx2l
    @user-bl6ij1sx2l 4 หลายเดือนก่อน

    Byiza cyane ariko munjye mutebuka

  • @jamesrukundo4024
    @jamesrukundo4024 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤ Alicia

  • @anjelawanje6127
    @anjelawanje6127 4 หลายเดือนก่อน

    Vyiza cane❤❤

  • @issaamurani822
    @issaamurani822 4 หลายเดือนก่อน

    Komeza komeza

  • @medybayemere
    @medybayemere 4 หลายเดือนก่อน +1

    Murandijij nukuri munyibukij mama wanj na papa arik mercii mubikor nez

  • @Iteritekamimi-yk8nx
    @Iteritekamimi-yk8nx 4 หลายเดือนก่อน

    Courage vrema 🎉🎉🎉🎉❤❤💯💯🔥

  • @ericmanirambona3378
    @ericmanirambona3378 4 หลายเดือนก่อน

    Vyiza cane❤❤❤❤❤

  • @user-hk5hz9zo6h
    @user-hk5hz9zo6h 4 หลายเดือนก่อน

    Aho akandi kazosohoka haheze ukwezi

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 4 หลายเดือนก่อน

    Courage kbx❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @ernestbayubahe4433
    @ernestbayubahe4433 4 หลายเดือนก่อน

    Komereza Aho

  • @harrisonmwewa1865
    @harrisonmwewa1865 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤courage ndabakunda

  • @pali3502
    @pali3502 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤ nivyiza cane komerezaho

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 4 หลายเดือนก่อน

    Yoooooo😢😢😢😢 munyibukij igih mmn AFPA 😢😢😢 yoooooo nukuri numvise namosozi

  • @Salahsamia-xj1ll
    @Salahsamia-xj1ll 4 หลายเดือนก่อน

    Mwihanganye abokakozeko mwese kimwe gusa bazebara tunyarukuriza vyobabyiza

  • @lydi791
    @lydi791 4 หลายเดือนก่อน

    Ibintu bigiye kukomera

  • @InnocentBRB-rr8fs
    @InnocentBRB-rr8fs 4 หลายเดือนก่อน +1

    Twahishikiye

  • @alicenibigira
    @alicenibigira 4 หลายเดือนก่อน

    Alicia rôle yokurir arayishoboy p😢arik nyen birakaz wihangan 🔥💪🥰

  • @onesphorenizigiyimana9260
    @onesphorenizigiyimana9260 4 หลายเดือนก่อน

    Courage mukina neza vrt ❤

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 4 หลายเดือนก่อน

    Waoooooo 🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @ndikumanadiane7458
    @ndikumanadiane7458 4 หลายเดือนก่อน +1

    Uwa 6❤❤❤❤❤

  • @MoiseYAMUREMYE-gd1sd
    @MoiseYAMUREMYE-gd1sd 4 หลายเดือนก่อน

    Couragee

    • @user-pi4ib7ql4d
      @user-pi4ib7ql4d 4 หลายเดือนก่อน

      Mbana cerewe ariko nkagera gusa bamuraba mukanyarutsa niminota muyongere pore Alicia😢😢😢😢

  • @user-tc7ml6mj6y
    @user-tc7ml6mj6y 4 หลายเดือนก่อน

    Mugerageze munyarutse reo kugira turyohegwe.musubiy kuyitebana nzoba ndabihevy kuko muranshavuza

  • @user-ye4gk4we3u
    @user-ye4gk4we3u 4 หลายเดือนก่อน +1

    Muraturijije peee

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 4 หลายเดือนก่อน

    Harabavye

  • @user-ou4ht9sg5h
    @user-ou4ht9sg5h 4 หลายเดือนก่อน

    Maman muganga yaje 😅😅😅😅😅 iyo mitwe😅😅😅😅😅 siyo😅😅😅

  • @alexisnkurunziza461
    @alexisnkurunziza461 4 หลายเดือนก่อน

    Mpore alicia

  • @kevincandy3488
    @kevincandy3488 4 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤

  • @blendaalice2160
    @blendaalice2160 4 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda alivera

  • @akimana29
    @akimana29 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nahashits kera

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @TuyiishimireJanine
    @TuyiishimireJanine 4 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 4 หลายเดือนก่อน

    Courge❤🇧🇮🇸🇦🔥

  • @edisonhagarurimana4343
    @edisonhagarurimana4343 4 หลายเดือนก่อน

    Ndabakund caan🙏🙏

  • @janvierkarimanzira5088
    @janvierkarimanzira5088 4 หลายเดือนก่อน +1

    Turikumwe %

  • @-rebeth
    @-rebeth 4 หลายเดือนก่อน

    icombona rek ndabe akarago nicaare kk mpaka mbonye iyindi ep gusa mbona nubwo iteba gusohoka nzihamgana pee kk mbona hagiye gushaaa❤❤❤❤

  • @user-sz9yo7jp2m
    @user-sz9yo7jp2m 4 หลายเดือนก่อน +1

    Mbuwamberep

  • @GiftBella-de5hz
    @GiftBella-de5hz 4 หลายเดือนก่อน

    😢😢😢😢 courage

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 4 หลายเดือนก่อน +1

    🔥🔥🔥👌

  • @user-vh7zv2wu4g
    @user-vh7zv2wu4g 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤😂😂🎉🎉🎉🎉 Alicia pl san

  • @DianetdTuyisenge
    @DianetdTuyisenge 4 หลายเดือนก่อน

    Muyiduh tucibuka ivyabanjeee

  • @IrakozeRosine-hb2dl
    @IrakozeRosine-hb2dl 4 หลายเดือนก่อน

    Irandijije nanje

  • @user-wb6pn3fk3o
    @user-wb6pn3fk3o 4 หลายเดือนก่อน +1

    my nemu 8

  • @user-tg1sp3ur1r
    @user-tg1sp3ur1r 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ikigice kirandijije😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

    • @b10tv19
      @b10tv19 4 หลายเดือนก่อน

      Naje narize😢😢

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  หลายเดือนก่อน

      mpole Rahima

  • @nadinenkezimana6719
    @nadinenkezimana6719 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤

  • @user-xv4po4ig3b
    @user-xv4po4ig3b 4 หลายเดือนก่อน

    Nkaje sinibuka nukovyatanguye kubera gutevya

  • @kevineinarukundo7229
    @kevineinarukundo7229 4 หลายเดือนก่อน

    Kumbe gasore ari romantic disi

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤😢😢

  • @CizaRodrick
    @CizaRodrick 4 หลายเดือนก่อน

    Irarenze

  • @NimpayeGenevella-mn6km
    @NimpayeGenevella-mn6km 4 หลายเดือนก่อน

    Pls mutunyarukirize vert kandi courage cane❤❤

  • @user-sf1xn9ls4t
    @user-sf1xn9ls4t 4 หลายเดือนก่อน

    Muraduteberezaaa mwe wap