Komera @Hosy Irakoze 🫶🙌👏👏👏,this 2023 il faut yuko duhindura mindset yacu tukaba better more than we were last year ,hama tukareka kugira ama haine 😢ataco bimaze mu buzima,komera @Gretta 🤝,u are so intelligent 🧠👌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
What about abantu umwaka wabereye nabi bitabavuyeko? Simpaka Abe arakazi kagenze nabi cank relation nkumuntu yabuze abantu akunda jme di ko abafise droit yokuvuga ko wamubereye nabi aussi twibuke ko umuntu avuga ko umwaka wamubereye nabi selon ivyo yaciyemwo so niwe wenyene azi uburemere bwico kintu so nibaza ko aribisanzwe cane kuba umuntu yovuga ko umwaka wamubereye nabi selon nivyamubayeko…otherwise ikiganiro car kirya she mukomez muduha nibindi 🥰
Gretha uri mwiza ku mubiri no ku mutima ...wahindutse new look mu mutwe urasa neza... Long life to you and many blessings to you Gretha
Ngukwirikira ndi en Belgique !!!!Uradukundisha kand'uradukumbuz'Uburundi bwacu sha Gretta !!!Ndabakunda cane !!!!❤❤❤❤
Komera @Hosy Irakoze 🫶🙌👏👏👏,this 2023 il faut yuko duhindura mindset yacu tukaba better more than we were last year ,hama tukareka kugira ama haine 😢ataco bimaze mu buzima,komera @Gretta 🤝,u are so intelligent 🧠👌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Mwaronse utu micros dushasha😍😍
Keep it up 👌Gretta with osii 🙌love u more and more 🙏ivy osii atwifurij naw bikubeko incuro nyishi😴😴😴😴
Uwufis amatw niyumvireh ntak mutagiz ng mwubk abantu 😇😍
Aba barundikazi nibeza ga bashaaa u so beautiful guys
❤❤❤❤❤❤ndabakunze vrment muraba nom stress ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤nintore ntimubeshe Bena Hosy
Hosy waje usa neza cane🤗😍💯
Besto shaaa Gleu 😂😂❤️❤️❤️
Faut faire attention au micro. Le bruit est desagreable muriko mura bouga!!!!!!! Please
Mbo jw gleu nshaka mudusubize hamwe ndamufitiye biiiiffff yurukundo😎
Hosy bezwe beubeu
Ngo hariho umugenzi imana yaguteguriye juste pour une semaine muranshinuye vrt 😂😂😅😅
Thanks mes chries 🌹 mes dame's🙏murinfura .🇧🇮🇧🇮❤️
Happy New year Hosy and Gretha ❤️. We love you . Mukora ibiganiro vyiza
Mura teuusa musa neza ❤🥰👌
Amen. Umukozi w Imana Hosy 😍 bitubere ko ivyo utwatuyeko
abo bagenzi ba Gretta banyishe, surtout Ariella🤣🤣 emission yar top. We love u mwese🤍🤍🤍
Notre dame de la joie d ruyigi ✌️
Meilleurs voeux namwe💕
Yaritesa 😘🔥
Ndabakunda umusi umwe nzobaramutsa
Soeurettes twubahwe ❤️❤️❤️
Yeah gege ntubeshe ☺️abagenzi bacane nanje kenshi nabony,atarukwaman cnk ngo bavugane imisi yose
Hosy ndagukund kanin nukur njew 🧡💚💛
Hosy u kora ikiganiro ciza ,,ni vyiza kuyaga,,
Musa neza vraiment
Hosy nturamenyera micro shasha hahahahah zuribuka k ica izana les bruits muri emission ugumy uyikoramwo.
😂😂ni micro za kera cane izo… habaye problème gusa🙏🏽
Ayamajambo yanyu atumye mbabarira exe wanje
Tubanka tuguma tubaraba💪💪💪
Vyiza cane
Muraberewe vrmt
Hosy turashaka dj Paulin knd
Amen 👏🏿, Waouuuuh 🤗😍😂😃😄❤️
Am streaming live from Kampala
Musà neza basha
Image zanyu ziri different nizaband mur classa vrmt 👊
❤❤❤😍😍😍😍
Siren hejuru
Nukuri muhezagirwe caane kuko murinvuga kuri.muduha ibiganiro bitwubaka
Jewe shaka agapira kiwanyu wana kandi ntimunkoroge😎
Karibu kuri Siren boutique
Nice
Vraiment mercii bcp
Muvuze ukuri ndabakunda
😍😍💯💯
Ubugenzi buhera , ntibuba bwarabaye ubugenzi
black is beauty walayi
Mwari mwa duhevye
Eweee gretha sha ngo bakubona kibucibuci😂😂😂😂😂
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Amen Amen
😘😘😘😘😘😘
Hello hosy ndaryoherwa nibiganiro vyawe!!!!ariko sorry kub ndabicishij mur commentaires!!!nabuze ah ndagukura!!ndafise Deux fille nabagenzi cane barashaka uzobaganirize mur girlfriend SVP
76711802 niyo wtsp business ya Siren Vibes.. mutwandikire tubahe gahunda
Hosy mbwira uko noronka agapira
Siren vibes , 🥰
What about abantu umwaka wabereye nabi bitabavuyeko? Simpaka Abe arakazi kagenze nabi cank relation nkumuntu yabuze abantu akunda jme di ko abafise droit yokuvuga ko wamubereye nabi aussi twibuke ko umuntu avuga ko umwaka wamubereye nabi selon ivyo yaciyemwo so niwe wenyene azi uburemere bwico kintu so nibaza ko aribisanzwe cane kuba umuntu yovuga ko umwaka wamubereye nabi selon nivyamubayeko…otherwise ikiganiro car kirya she mukomez muduha nibindi 🥰
Tu dis vrai ariko iciza n’ukumenya impamvu wagenze nabi nimba ari ivyo kwirinda ukabigwanya bitakuvuyeko naho igikuru nukwiyakira hama ubuzima bukabandanya
❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇷🇼
🇧🇮🇨🇩🇬🇦🇱🇷Ikibazo cy'ama infections Ku gitsinagore, ni ikibazo gihangayikishije ababyeyi n'abakobwa benshi, aho usanga bamwe barabuze urubyaro, abandi barabuze imihango cyangwa ikaza nabi, abazana ibintu by'umweru mu gitsina cyangwa impumuro mbi, hari nabo usanga nta bushake bagira cyangwa barabuze amavangingo mu gihe cy'imibonano.
Niba mudukeneye ko tubavura infections cg kumenya ibindi Tuvura Kanda ahanditse *ubuvuzi gakondo* hejuru Aho comment itangirira urahita ubona nimero yacu kuri profile utwandikire!!!$
Ndabakunda umusi umwe nzobaramutsa