INKURU Y’URUKUNDO | Fabrice na Maya Abaririmbyi beza muri Africa bafite umuryango utangaje ❤️❤️
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 11 พ.ย. 2020
- Kanda Subscribe niba utarayikora maze ujye uba uwambere kubona Video tubagezaho umunsi kuwundi.
Wifuza kuduha ubutumwa watwandikira kuri +250782264382
~-~~-~~~-~~-~
Please watch: "FRANK Yakije Umuroro 🔥🔥 IGITARAMO KIDASANZWR I huye (BUTARE)"
• FRANK NA ABAYUMBE Baki...
~-~~-~~~-~~-~ - เพลง
Maya na Fabrice ndabakunze kukiganiro mutanze.muranyigishije vraiment
Bdi Uratomboye cane Fa na Ma kugaruka muguhugu.Narasavye Imana umusi Maya usengete u Bdi hari Ikimentetso c'ISARAPO nukuri Murumugisha cane
Je vous aime bcq bakozi b'Imana, muritonze cane. Akadame gatwenga neza cane 🥰
I ❤❤❤❤this couple .God bless you so much Maya and Fabrice
Sindarongora,ariko nsaba Uhoraho azamfashe uwo musi niwashika kuzarongorwa na mpwemu yera
I love the authenticity in Maya heart....biba byiza iyo abantu bavuze ukuri kuko bikomeza abandi. I love this couple
Love you Guys and I always pray for you for the third person in your family🙏🙏Imana nukuri ibyumve pe
Maya et Fabrice que l’Eternel Dieu des armées reste toujours avec vous. Je vous aime encore plus après vous avoir écoutés. Vous êtes honnêtes et j’admire votre courage de partager ce grand témoignage avec les autres. Vous êtes forts et bons disciples de Jésus, keep shining wonderful couple ! Mwarahise vraiment ! Imana yanje itanga ivyiza ndayisavye ngo ibampere umugisha muyisaba natwe tubasabira ! Vous avez un exceptionnel héritage à léguer, que Dieu vous multiplie comme est sa promesse.Amen. Je vous aime énormément
This is inspiring. God bless you Fabrice n Maya. We love you guys.
Love you so much bane banje; muri umugisha ku mahanga
🤣😂😅 Maya tumeze kumwe vraimnt umugabo wawe umengo nuwanje muri couple iryoshe kabisa Imana nu mukozi wumuhanga kabisa 🥰😍😘
Fabrice na Maya ndabakunda❤️ Imana ikomeze kubasuka kwa mavuta,mwarahezagiwe 🇧🇮
Courage IMANA izabaje imbere🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I love you family ❤️ imana ibahe imigisha
wow! Murampimbaye. Imana ibongereze amavuta.
Ndabakunda cyane
❤ Family Fabrice and Maya nous sommes béni
Very inspiring! Thank you Fabrice & Maya. Blessings.
Lov the way maya got so emotional at the end of the interview.
I wasn't planning to comment at first but i had to. WOW u guys are real and inspiring .
Inspiring,beautiful fam❤
Ndabakunda sibanga icompa Ngahura namwe🥰
Whaou 🥰🥰 ndakunda cane uyu Muryango ❤️❤️❤️
Murashimishije. GOD BLESS YOU
Wow aba bantu bari bategerejwe
I love this couple. Murampezagira cyane. God bless you so much
We love u,muri couple nziza
maya ndagukunda trooo
Imana Ibahezagire, Mwame mu Bwiza Bwayo Les NZEYIMANA!
Ndabakunda caaaane
Woow what an inspiring couple 😍
My peoooople. I love you guys a loooot.
Pierre Nibasumba
I'm proud of my positiv acting people God bless you🌹💓🌹💓🌻💋💋🌻🌻🌻💋💓🌹
Ohh ndakunda iyi couple ndabakurikira ndi buja nkunda indirimbo cane i m yours hamwe umuremyi merci beaucoup
I really love this couple😍
Ni couple iryoshe kabisa ndabasabiy ico imitima yanyu yifuza murafise abana?from Bujumbura
Good testimony! Amazing, model couple!!! I can subscribe, willingly!
We love you so much lovely family💕Imana ikomeze ibakoreshe 🙏🏽 kandi ibahe ibyo mwifuza byose.
Ndabakunda cane
Beautiful couple ever!
God bless you Maya and fabrice
Je suis à la 14 ème minute , muga numva bariko baratanga ubuhamya bwiza bwofasha abashaka kwubaka urugo sugufyina ni plus des compromis des deux côtés. Merci kuri mwebwe mwabakoresheje iyo interview
We love u so much 😭😭❤️💯🇧🇮
Imana ISHIMWE
A godly couple, we love you
Love this couple 🔥🔥❤️
Je vous aime bien ,stay blessed
Ndabakunda cane Maya & Fabrice
Inspired
ukuntu ndabakunda shaaaa
Be blessed❤
Munyamakuru harikibazo utababajije ko bafise abana
Maya is adorable ❤️❤️and she’s lucky to have such a compromise relationship
Wow mukomere bagenzi
Shalom bakundwa, natwe turabakunda cane iyo couple NZEYIMA. vyukuri muraduhezagira caaaane muburyo bwinshi IMANA ishishikare kubakoresha vyinshi vraiment. Ariko kubwanje sincèrement nabaye en peu choqu kwumva na MAYA nawe asigaye yivugisha ikinyarwanda nkaba CHRISTOPHE na CHRISTIAN IRIMBERE, nabandi benshi... bn a vrai dire ntituzi impamvu vyukuri mubikorera ariko icoba ciza nuko wokwigumira uri une burundaise nkuko tubizi vrt atavyo kw impressionna abantu mururimi rwabo. kuko ucumengo ntimuri proud of you country. by th way merci bcp FABRICE en tout cas uri mu barundi bake caaane dusigaranye hiyo bagumye ari abarundi vya vr vr. ariko malgre tout ndacakunda couple yanyu canee muhezagirwe na RUGIRA
Njye nkunda ikirundi cyn.
Abagore ntukabarenganye niko bateye bazi gufata indimi vuba rero wasanga ntanimbaraga abishiramo kugirango avuge ikinyarwanda. Ahubwo asanga byaje kd ari muri environment yabanyarwanda wimurenganya rwose. Ikirundi natwe turagikunda. Muzatwigishe
Njye nkunda ikirundi cyn.
Abagore ntukabarenganye niko bateye bazi gufata indimi vuba rero wasanga ntanimbaraga abishiramo kugirango avuge ikinyarwanda. Ahubwo asanga byaje kd ari muri environment yabanyarwanda wimurenganya rwose. Ikirundi natwe turagikunda. Muzatwigishe
Ubwambere novuga ko ari phenomenon y'indimi. Environment iri hafi yawe irashobora kuguha ururimi rwayo utanabishaka. Iyo bavuze mother tongue ni ukubera umwana amarana na nyina umwanya munini noneho akakira ururimi rw'uwo bamana. Ibi rero uvyisangamwo atakuvuga ngo ntur proud y'ururimi rwamavuko. (Akarorero, jewe ndi umu interpreter, ariko umu pasteur wanje avuga ikinyarwanda cinshi iyo hageze gukura mucongereza nshira mu kirundi nanjr nsanga ikinyarwnda kirimwo.
Ubwa 2, hari bamwe bamwe babigira ngo ntibamenyekane iyo bava, no proud of origin.
Ico novuga abirabure muri rudange, abarundi en particulier turibagira ururimi kavukire mbere tukavuga izamahanga mbere neza.
Sorry nanje nacanze indimi mukwandika.
Ubu ndabatahura acanze kubera iyo linguistic phenomenon arik hari n'ababigira agafyeri.
Imana iguhezagire, comment yawe nategerezwa kugira ico ndayivuzeko car ça me choquait jadis, ariko ubu it's simple.
From Burundi
Nice couple may God bless u
For u bless us
Nice couple 😍😍
Ndaryoohewekwumvamwubatse mukomerecane Mukomezemwandikaneza nkaza Muremyi
Merci beaucoup encore en vérité mariage n'est pas une évangélisation
Je vous aimes muri beza mugabo
Nice
I really love you 😘
musa neza
👌👌👌👌👌👌
❤❤❤❤❤❤
😘😘😘😘
👌👌👌👌👌
👌👌👌
Find a wife who looks at u like how Maya looks at Fabrice😍
th-cam.com/video/f7Q62fzBMQY/w-d-xo.html
Menya ikikwereka ko Imana igushaka!
Ndabakunda caaaane