vlog y’umubatizo wa HOSY 😍/yavuze Impamvu yabatijwe irya kabiri mu mazi menshi/Message yatanze❤️

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 127

  • @jeaninehan
    @jeaninehan 10 หลายเดือนก่อน +10

    Félicitation Hosy, wahisemo neza 👏 Ufise platform itesa, igihe kizogira, uzoze urigisha ijambo ry' Imana, abantu bazokumviriza 👌❤

  • @niwemugeni
    @niwemugeni 10 หลายเดือนก่อน +3

    Félicitations Hosy wacu. Imana igushoboze. Otherwise, mfise filling ko il y a un mariage à l'horizon 🥰

  • @angejonithamuhoza4856
    @angejonithamuhoza4856 9 หลายเดือนก่อน

    Yesu akuje imbere muri vyose Hosy

  • @michelinemiche442
    @michelinemiche442 9 หลายเดือนก่อน

    Wahisemwo neze disi,gusa intambara uzokwitege ku zigwana kuko ntivyoroha,iyo wakiriye Yesu nkumwami numukiza wawe

  • @igiheniki
    @igiheniki 9 หลายเดือนก่อน

    Kandi ukomeze ubwira abantu ivyagakiza kuriyo platform yawe, uhisemwo neza, songa mbele

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitations Hosy🎉C'est très sage ce que tu as fait. All the best for you in this new journey. Comptes toujours sur le Saint-Esprit (Umufasha wacu 😊😊)

  • @estherbuyole5001
    @estherbuyole5001 10 หลายเดือนก่อน

    Congratulations Hosy
    Weye endeleleya usifatiriye maneno ya batu
    Batu bariumbiwaga kusema

  • @igiheniki
    @igiheniki 9 หลายเดือนก่อน

    Felicitation ma chere, kuko umubatizo, ni ihitamwo ry umuntu kugatwe kiwe,

  • @FannyFafaofficial
    @FannyFafaofficial 10 หลายเดือนก่อน +1

    Wow wow wow 😢wow congratulations congratulations congratulations congratulations congratulations HOSY LOVE FROM Fanny Fafa official 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @blackandblessed1847
    @blackandblessed1847 10 หลายเดือนก่อน +4

    Congratulations to you Intambara rero iratanguye vya vrai ...😅😂🤣Mais igitesa nuko tugendera Mu ntsinzi ya Kristo soo Amaraso ya Christo akubere vyose mpwemu yera Akubere umu guide

  • @bdreams2793
    @bdreams2793 9 หลายเดือนก่อน

    The heaven is rejoicing

  • @candidensengiyumva8875
    @candidensengiyumva8875 10 หลายเดือนก่อน +2

    Imana iguhezagire muvyeyi mwinza
    Maze ikujimbere ,iguhe ico umutima wawe wifunza...Sans oublier tes merveilleuses enfants 🙏🤲🙇🤲🙏

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 10 หลายเดือนก่อน +3

    Yezu wizeye akumurikire cane..félicitations Hosy wanje❤❤❤❤

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 10 หลายเดือนก่อน +1

    Vyose nimumutima sha amazi nikimenyetso hindura wongere utinye icitwa icasha niyonzira yonyene. Yoba kwibira mumazi arivyo bitwara mwijuru ntawosigara.

  • @nyleneuwimana6184
    @nyleneuwimana6184 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitations encore mwiza wacu Yesu agukomereze mubuntu bwayo uruwagaciro🔥❤️❤️❤️❤️❤️❤️💋💋💋

  • @angeavenir4523
    @angeavenir4523 10 หลายเดือนก่อน

    Courage sha hosy kumwizigira ntibikoza isoni ivyakera vyararangiye ahinduye ibihe bishasha IMANA igukomeze munzira watanguye wahisemwo neza

  • @NzitondaEmelyne
    @NzitondaEmelyne 10 หลายเดือนก่อน +1

    Félicitation Hosy nabandi mwahisemwo neza ntimuzicuza kukwira uyo mwami wabami,nahora ndagukunda nciye ndagukunda kurusha❤❤

  • @eduigenicishatse8549
    @eduigenicishatse8549 10 หลายเดือนก่อน

    Uhoraho akomez kubazigam kandi aguherekez muri uru rugendo❤❤❤

  • @hosannadorcasiyampezagiye2559
    @hosannadorcasiyampezagiye2559 10 หลายเดือนก่อน

    Yesu igihe john amubatiriza hamujeko mpwemu w'Imana amukoresha ibitangaza nawe Mpwemu w'Imana yakujeko niwe azokurongora niwe wiyonjoroye azokugarukana laisse lui faire son oeuvre en toi iconzi co il n'echoue jamais fait lui confiance le saint Esprit ararenz we rindira uzoba ubwira

  • @wisdom3596
    @wisdom3596 10 หลายเดือนก่อน

    Hallelujah Glory be To JESUS-CHRIST my GOD congratulations Our lovely sister Hosy may our GOD JESUS-CHRIST bless you so much in JESUS-CHRIST Mighty Holy Name

  • @rebeccantanyungu6314
    @rebeccantanyungu6314 10 หลายเดือนก่อน

    Nahora nkunda Hosy ubuho birarenze. Kandi uhisemwo neza.Kandi uko ugira influence kubindi,ugire influence kuvya Yesu. Congratulations

  • @bonfilshabonimana5272
    @bonfilshabonimana5272 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitation Hosy,wahisemwo neza cane

  • @jeanpaulndikumana3099
    @jeanpaulndikumana3099 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitations hosy, lmana igushoboze kugendera mubugombe bwayo bwose, n'uyu murongo uzokubere ubuzima bwawe muri vyose na hose, Rom8,14 uzorongorwe na mpwemu w'lmana 24h sur 24 h mu buzima bwawe bwose.

  • @diellamicheleharerimana9048
    @diellamicheleharerimana9048 10 หลายเดือนก่อน

    you are so lovely woman of god and congratulation for your new chapter

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok 10 หลายเดือนก่อน

    Ko wemeye kwakira Yesu nk'Umwani n'umukiza mu bugingo bwawe uzobona umugisha. Uzugendere ubukristo kugira Imana izakwereke ikiganza cayo

  • @aliceumwali8551
    @aliceumwali8551 10 หลายเดือนก่อน

    Congratulations on your baptism Hosy…que Dieu te guide

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial 10 หลายเดือนก่อน

    Ntawubstizwa kabira mumazi meshi ,waraguye warigeze kubatuzwa mumazi meshi ico bakora nukukwakira ukihana ariko ntawubatizwa 2

  • @nadineigirivyiza3146
    @nadineigirivyiza3146 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitations Hosy.Umwami Yesu agukomeze mu rugendo.Izogukoreshe ivyubuhizi.wahisemwo neza.bless you more

  • @donnar3790
    @donnar3790 10 หลายเดือนก่อน

    Way to go Hosy🎉🎉 Imana izokomeze kubana nawe numuryango wawe kugeza kwiherezo. Remain blessed

  • @linakarire9107
    @linakarire9107 9 หลายเดือนก่อน

    Congratulations

  • @Elshaddai2023
    @Elshaddai2023 10 หลายเดือนก่อน +1

    Waouh impundu mwijuru. Toutes mes félicitations hosy wacu mwiza❤❤❤❤

  • @braruditablet8687
    @braruditablet8687 10 หลายเดือนก่อน

    Now That you are baptized then congrats. Thats a great step in your life. Abenshi bazokritika but let them and leave them. Ba nyenevyo nibo babitahura. Happy for you, for the Christian family and thé kingdom of God

  • @ChadiaNzeyimana
    @ChadiaNzeyimana 10 หลายเดือนก่อน

    May God bless u!

  • @sbm389
    @sbm389 10 หลายเดือนก่อน

    Well done girl🙌🙌 wishing you all the best in your renewed spiritual journey🙌👏👏My your
    Life be filled with love, faith and joy 🎉🎉❤Congratulations on your baptism Hosy

  • @IsabelleNZEYIMANA
    @IsabelleNZEYIMANA 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitation wa hisemwo neza gukurikira Yezu ni´Umwami n´Umukiza

  • @freetalk8569
    @freetalk8569 10 หลายเดือนก่อน

    Ariko wavuze mu kirundi ukareka icongereza pour le moment . Mbaza ugire des cours d’anglais

  • @migazocumba7212
    @migazocumba7212 10 หลายเดือนก่อน

    Ndagukej murundikazi wacu ❤naj narabatijw mu mazi mesh arko banyemerey nosubiramwo kandi numva nokizwa kandi et plus

  • @ishimweaudrynoel
    @ishimweaudrynoel 9 หลายเดือนก่อน

    Kubatizwa canke gukizwa KO tuzi KO ari guheba Hama ugafatana nubundi buzima bushasha, wahevye iki none?

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe 10 หลายเดือนก่อน +1

    Congratulations hosyy❤❤

  • @IradukundaLauriane
    @IradukundaLauriane 10 หลายเดือนก่อน +1

    Mes félicitations hosy🎉christ abndany aganza mubuzim bwaw❤

  • @guillaineumuvyeyi-rc3qm
    @guillaineumuvyeyi-rc3qm 10 หลายเดือนก่อน

    Je te félicite vrmt,que Dieu te guide

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 10 หลายเดือนก่อน

    Congratulations my sisters uhisemwo neza nukuri ndanezerewe nanje kaze kwadata

  • @dianensanimfura-yp6vq
    @dianensanimfura-yp6vq 10 หลายเดือนก่อน

    Hosy wanje félicitations sh yesu Akure muri wewe

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj 10 หลายเดือนก่อน

    Hosy felistation🎉 kuntambwe uteye yo kubatizwa imana ikujyi imbere.

  • @mamu25
    @mamu25 10 หลายเดือนก่อน

    Felicitations Hosy🥰🥰et merci pour ton témoignage. Que Dieu t'utilise encore et encore pour cette génération.

  • @paynettenizeyimana2271
    @paynettenizeyimana2271 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitations

  • @nadinekankindi
    @nadinekankindi 10 หลายเดือนก่อน

    Ugize neza hosy yesu aguhezagire

  • @tuyisabegloria8580
    @tuyisabegloria8580 10 หลายเดือนก่อน

    Dagushigikiye kabisa next is me 😍😊

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn2202 10 หลายเดือนก่อน

    congrats Hosian,uzokomez kuba icete gisomeka

  • @njejimanajean3728
    @njejimanajean3728 10 หลายเดือนก่อน

    Hosy,Baptême est un signe ,et un signe est une réalité visible qui nous renvoie à une autre réalité invisible.de cette définition,une nette réalité iri muri wewe,urafise le pourquoi wahisemwo iyindi baptême,uwokugirira introspection yoba yihenze cane.

  • @eellooe6339
    @eellooe6339 10 หลายเดือนก่อน

    Haribeshi bazoza bigirantumwazayesu.kandi.bazozimiza beshi umuririvyi yavuzego gumakugakiza kawewataguranye rabibihebigoye biratwegereje vyokutunyaga icowakiriye

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 10 หลายเดือนก่อน

    Erega Hosy n'iyo wari kuba ubishaka gusubira muri pentecôte ntibari kukwakira utifashe nkabo. Entre temps félicitations. Komeza inzira watangiye.

  • @ornellaakimana4681
    @ornellaakimana4681 10 หลายเดือนก่อน

    Iyo modoka kumeng ni imwe ya B Face😅😅hagataho mes félicitations Hosy chérie

  • @christinesemuto940
    @christinesemuto940 10 หลายเดือนก่อน

    Hosy uhisemwo neza disi icyo nzi cyo ntuzabyicuza

  • @irakozedarlene7743
    @irakozedarlene7743 10 หลายเดือนก่อน

    Felicitation Hosy you made a perfect choice 💕❤️

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 10 หลายเดือนก่อน

    Hezagirwa and stay strong with blessings

  • @audi8861
    @audi8861 10 หลายเดือนก่อน +2

    Félicitation Hosy

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 10 หลายเดือนก่อน

    Uvuze ikintu nababwiye guhitamwo nikintu gikomeye kijanye na baptême

  • @martinenshimirimana1827
    @martinenshimirimana1827 10 หลายเดือนก่อน

    Congratulations Hosy !

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 10 หลายเดือนก่อน +1

    Urwo rushengero rwitwa ngwiki? Namba aribikino 😂😂😂😂

  • @Kezia742
    @Kezia742 10 หลายเดือนก่อน

    Watekereje cane hariho benshi babatijwe ku gahato uteye morare yo kukiranuka ku mana

  • @jeremienibaruta
    @jeremienibaruta 10 หลายเดือนก่อน

    Uraba amakara ntube urubeya! Toutes mes félicitations Hosy

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 10 หลายเดือนก่อน

    Wahisemwo neza

  • @angevandapapovamuhimpundu2994
    @angevandapapovamuhimpundu2994 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitation ma belle❤

  • @souaviskwizera7144
    @souaviskwizera7144 10 หลายเดือนก่อน +1

    Felicitation ma Hosy ❤

  • @winnynduwimana4751
    @winnynduwimana4751 10 หลายเดือนก่อน

    Felitation

  • @inesnkezubumwe2420
    @inesnkezubumwe2420 10 หลายเดือนก่อน

    Wahisemwo neza👌 ntuzicuza félicitations

  • @arianenikuze4475
    @arianenikuze4475 10 หลายเดือนก่อน

    Uhisemwo neza caane. Ibindi bavuga, don't mind.

  • @NizigiyimanaeloiEloi
    @NizigiyimanaeloiEloi 10 หลายเดือนก่อน

    Congrats sh hosy

  • @babydtonekaneza1303
    @babydtonekaneza1303 10 หลายเดือนก่อน

    Gongratulations Hosy,more blessings🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 10 หลายเดือนก่อน +4

    Nuko urakaza mumuryango wabakiriye Yesu nkumwami numukiza w'Ubugingo bwabo ucufata ama décision amwamwe rero gukizwa neza bisabako harivyo ureka ugaheba burundu ataruko biraba dilué mukanya isase Isi igasubira ikakwihereranya

    • @odelodel6592
      @odelodel6592 10 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤

  • @ondndkddkddk4612
    @ondndkddkddk4612 10 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @pedromwenyewe1484
    @pedromwenyewe1484 10 หลายเดือนก่อน

    Zuvugikirundi I'm telling don't even try to mix language yhoooo it's sound bad anyway you did good

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitations hosy kandi

  • @ondndkddkddk4612
    @ondndkddkddk4612 10 หลายเดือนก่อน

    Amen❤❤

  • @ReineFlorentineBizindavyi
    @ReineFlorentineBizindavyi 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @ThetigerZz
    @ThetigerZz 10 หลายเดือนก่อน

    Wooow bonne décision ❤

  • @inesbigirimana867
    @inesbigirimana867 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitations sana

  • @Kirisu
    @Kirisu 10 หลายเดือนก่อน +1

    Wahisemwo neza ❤❤❤

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 10 หลายเดือนก่อน

    Imitwe irikwinshi

  • @WinSoulsOutreachMinistries
    @WinSoulsOutreachMinistries 10 หลายเดือนก่อน

    Alleluiaaaaa, félicitations

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 10 หลายเดือนก่อน

    Mbega ivyiza Dieu vous bénisse mazina Irakoze ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🤲🤲🤲🤲🤲🤲💯✅

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 10 หลายเดือนก่อน +1

    Nivyiza cane

  • @KhjjB-j6r
    @KhjjB-j6r 9 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉 Amen

  • @Vision2300
    @Vision2300 10 หลายเดือนก่อน

    Félicitation ma sœur

  • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
    @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 10 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂ng nikimenyets cik ga hosy😂😂😂😂😂

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 10 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂 none nikuki ari wenyene bambitse ikanzu wenyene😂😂😂❤

  • @yumvirabayisabapacifique
    @yumvirabayisabapacifique 10 หลายเดือนก่อน

    Congratulations sisi ❤❤❤

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 10 หลายเดือนก่อน

    Murabaza umusanza mfyisi uko kera babandwa. Exactement la même chose. Kireka ko babadumba mu ryzi, kumugoroba. Abantu bajanwa n' abavyeyi babo hakabandishwa n' abatiwe mu muryango. Kubatizwa= kubandwa!

  • @eellooe6339
    @eellooe6339 10 หลายเดือนก่อน +2

    Basha.ivyayomadini.muzobamuvyuva mugihecukuzakwayesu ibatisimu mwenizo muzirabekohage mbenihe umuntubatizwa nibisuko kumutwe yasiziminwa nigohe tubandanyatumigwa.bantubimana muguvyicomwakiriye ntimuzohave musaga mukurikiyubwije

    • @jeankwizera4719
      @jeankwizera4719 10 หลายเดือนก่อน

      Jw rero icanyumije niturya dupantalo abakobwa bamw bamw binjirany murugomero hamw birababaj😢 ahandi biratwengej😂

    • @donnar3790
      @donnar3790 10 หลายเดือนก่อน

      ​@@jeankwizera4719 urinde kugira ucire urubanza abandi? Imana ibabarire

    • @jeankwizera4719
      @jeankwizera4719 10 หลายเดือนก่อน

      @@donnar3790 Hmm! JW abant muratangaza Noé umunt aseruy akar kumutima aba aciy urubanza? Ahoho naw umaz guca nyishi! Gusa hari ibintu bimw mupfa kuvyirengagiza mubiz. nirenganira da🏃🙄

  • @rebeccantanyungu6314
    @rebeccantanyungu6314 10 หลายเดือนก่อน

    Hosy,kuba waremeye umubatizo wabavyeyi kwabyaye ukwumvira kuko si wewe wigiriye engagement. Ubu ugeze ikirenge muca Yesu na wene yabatijwe a 30 ans

    • @ninettekaneza9607
      @ninettekaneza9607 10 หลายเดือนก่อน

      Urabeshe ntyabatijwe à 30 ans

  • @JanetAhmad-v3h
    @JanetAhmad-v3h 10 หลายเดือนก่อน

    amezi meshi niwo mubatizo ukivayo umengo urera

  • @ebenaebena9736
    @ebenaebena9736 10 หลายเดือนก่อน

    Uko nuguhaga😂

  • @consolatenkeshimana-fg9hp
    @consolatenkeshimana-fg9hp 10 หลายเดือนก่อน

    Baptême ni sacrement et non un commandement

  • @ChristabellaKezakumugambwe
    @ChristabellaKezakumugambwe 10 หลายเดือนก่อน

    Uguma wibatirizwa muraraba nayo mashengero mwijiramwo yariyo

  • @ParvineBwitonzi
    @ParvineBwitonzi 10 หลายเดือนก่อน +1

    You ' re welcome at CLM, my lovely church

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 10 หลายเดือนก่อน

      Urwo rusengero rwanyu nisaw mubatiza abafis mèche ku mutwe kd mbon vyose arisaw si mèche gusa

    • @ChimèneGretta
      @ChimèneGretta 10 หลายเดือนก่อน +1

      I would like to know the CLM's program of every sunday

    • @ParvineBwitonzi
      @ParvineBwitonzi 10 หลายเดือนก่อน

      ​@@ChimèneGrettawe have 2 services 8h- 9h30 am
      Second 10h30- 12h am. You are welcome dear

  • @ådrynodry
    @ådrynodry 10 หลายเดือนก่อน

    Waaaaaaauuuuuu 😍😍😍😍😍😍😍😍😍

  • @bijoux20
    @bijoux20 10 หลายเดือนก่อน +1

    Sasa kwanini unabatizwa na meshe kichwani? Uyo niubatizo wasi zamwisho

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 10 หลายเดือนก่อน

      Kabisa

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  10 หลายเดือนก่อน +2

      Wanabatizwa na vipara??

    • @marinaniyonsaba564
      @marinaniyonsaba564 10 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂​@@sirenvibestv

  • @Beltranofficiel
    @Beltranofficiel 10 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy😂🎉❤

  • @NIYONZIMAGoreth
    @NIYONZIMAGoreth 10 หลายเดือนก่อน

    hosy ufise iki bebe ciza pe