RABA UMU JEUNE AKIRI MUTO YIGISHA IKIRUNDI😍/NDAKENEYE UMUKUNZI TUZOKWUBAKANA/Umviriza

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
  • #ikirundi #burundi

ความคิดเห็น • 29

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. 9 วันที่ผ่านมา +1

    Iciyumviro ciza 🇧🇮✊✍️
    Ibintu vyokuvanga indibi bihagarare bisigaye biteye isoni cane

  • @Themma129
    @Themma129 10 วันที่ผ่านมา +2

    Uwo mugambi ni wo, Albin. Kanatsinda uranabifitiye impano n' igishika. Ariko nk' uko wabivuze, kutaba waranonosoye ivyo kwigisha indimi mvamahanga ntibikworohereza. Ariko rero, ngo ntawuronka umwana ngo abure impetso. Uko utera imbere ni ko uzoraba ingene ukarisha ubwenge. Mugabo iyo ngabire ya "marketing ndabona igufasha cane". Guma ku.murimo. Felicitations!

    • @albinjuven
      @albinjuven 9 วันที่ผ่านมา

      Urakoze caane Themma. Vyose bizogenda neza, Intango niyo iba itoroshe

  • @dieudonneNd
    @dieudonneNd 10 วันที่ผ่านมา +2

    ikirindu Mubarundi 👌🏾🇧🇮

  • @GlorioseNiyubahwe
    @GlorioseNiyubahwe 9 วันที่ผ่านมา +1

    Courage cne Albin 😂😂nzokwerek ahandi ucigish ikirundi

    • @albinjuven
      @albinjuven 9 วันที่ผ่านมา

      Urakoze Dear Cousine wanje, nyirangirire mbere🎉🎉🎉🎉🎉

  • @MukunziCedrick-mu6gj
    @MukunziCedrick-mu6gj 10 วันที่ผ่านมา +1

    Uyumujama araciye ubwenge cane courage bro imbere niheza ufise ivyumvire bitomoye abigeme nabo barahari bagifise umucu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤

    • @albinjuven
      @albinjuven 9 วันที่ผ่านมา

      Urakoze cane Mukunzi🎉🎉

  • @Mutuzostudio
    @Mutuzostudio 10 วันที่ผ่านมา +1

    🔥🔥🔥🔥 Albin ubahwa

    • @albinjuven
      @albinjuven 9 วันที่ผ่านมา

      Merci saana Mutuzo cher Frère

  • @belyseirankunda7277
    @belyseirankunda7277 10 วันที่ผ่านมา +1

    Neza cane wakoze igikogwa gikomeye kuko igihugu cacu kirakenewe ko kimenyekana hose ✅🇧🇮

    • @albinjuven
      @albinjuven 9 วันที่ผ่านมา

      Urakoze caane Belyse

  • @rugambalibrary
    @rugambalibrary 10 วันที่ผ่านมา

    Uyo mugambi niwo ❤❤

  • @Prosperintumwamubitabo
    @Prosperintumwamubitabo 10 วันที่ผ่านมา

    Ikirundi cacu ururimi rwacu Mr albin 🎉

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 9 วันที่ผ่านมา

    Twigishe twigishe twumvireho

  • @user-yy2rk4wi3p
    @user-yy2rk4wi3p 10 วันที่ผ่านมา

    Ikiganiro cariciza cane turabakunda cane

  • @samuelmpawenimana-st2rm
    @samuelmpawenimana-st2rm 4 วันที่ผ่านมา

    Ikirundi?nanje natanguye ku cibagira!

  • @Ingomayimyibutsa257
    @Ingomayimyibutsa257 9 วันที่ผ่านมา

    Vyiza cane!!!

  • @stamniganze
    @stamniganze 9 วันที่ผ่านมา

    Hubwo harakenewe kazinduzi(dictionary) zikirundi ❤❤

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 9 วันที่ผ่านมา

    Twigishe twigishe twumvireho kbsa

  • @davidkwizera2586
    @davidkwizera2586 9 วันที่ผ่านมา

    Umurundi nikirumundi
    Leta yacu irakwiye kworosha uburyo twoshobora guhindura amazina dufise tukagira ayacu y'ikirundi afise insiguro
    Nanje ndashaka kugira amazina y'ikirundi gusa ntavangiwe

  • @KamarizaViolette-zm5bw
    @KamarizaViolette-zm5bw 10 วันที่ผ่านมา

    Atwihish ndasavye😂😂

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official 10 วันที่ผ่านมา

    Iwacu nuvyukuri barakwiye guhindura ukwo bigisha nkino mubarabu nabo muri kaminuza ivyigwa vyose ni mucarabu gusa ntanurundi rurimi babangikanya

  • @AFox-mi8xx
    @AFox-mi8xx 10 วันที่ผ่านมา

    Yambu Hosy.Ndipfuza kuyaga nawe.Uratanga watsap

  • @GlorioseNiyubahwe
    @GlorioseNiyubahwe 9 วันที่ผ่านมา

    Courage cne Albin 😂😂nzokwerek ahandi ucigish ikirundi

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 9 วันที่ผ่านมา

    Twigishe twigishe twumvireho

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 9 วันที่ผ่านมา

    Twigishe twigishe twumvireho

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 9 วันที่ผ่านมา

    Twigishe twigishe twumvireho

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 9 วันที่ผ่านมา

    Twigishe twigishe twumvireho