Nukuri mwaragize ibintu bizima. Abarundi turi bamwe! Hama ayo mazi ndayazi, nayabayemwo. Nava I Vyanda nkahaca kuruhuka, ngataha Bururi centre. Hosy's Team, more applauses
Merci beaucoup vous avez visiter où mon grand père est né mon père nous parlait de Nyaruyange à kibimbi ce grand montagne rocheuse,d'amashuha de Muyange communément appelé " Amashuha y'Abarazi"
Merci Hosy conseil nziza cane turengere ibidutandukanya twubake igihugu cacu🎉🎉amazi yo kumusozi Ibenga n'amashuha asa neza ni meza gooose, banyabururi nimw'exploitE aho hantu mushireho ama Hotels, ama restaurants vu k hegeranye🎉
Nous avons des belles endroits comme ça au burundi avec des jolies routes, et tout ce qu'on voit souvent du burundi c'est la ville de bujumbura sal 😢! Il faut signaler ça à [ Agaciro Media ] ou [ Umukubito ] pour venir faire un reportage et mettre en valeur la ville et le pays
NUkUri birampimbaye cane nkumbuye uburundi bwanje. From mozambique
Wouuu so amazing
Uburundi bwacu ni bwiza.
Urakoz cane Hosy
Merci bcp Hosy twari tunagukumbuye Uburundi nibwiza cane vrt👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nukuri mwaragize ibintu bizima. Abarundi turi bamwe! Hama ayo mazi ndayazi, nayabayemwo. Nava I Vyanda nkahaca kuruhuka, ngataha Bururi centre.
Hosy's Team, more applauses
Usubiye kuja gutembera uzombwire tujane nanje ndabikunda. Hama merci Hosy
Warakoze nanje ndatangaye aha ni iwacu i Burundi waw yooh ariko ivyiz
Imana Ibahezagire cane Hosy,courage cane ndumufana wanyu adakunda kugira commentaire mais tjrs akanda like😂!Mwarakoze kuza muhira iwacu mu Mashuha y 'i Bururi ku Muyange,n ikibanza kitazwi n'abantu benshi kandi ciza cane,niho hantu ushobora kwumva uruhutse mu buryo bwose,no mu nda appetit uvayo ari beacoup,abantu bazojayo bibuka gutwara ivyo gufungura arasonzesha cane,...17h abantu bavuye mu bikorwa harya haba huzuye niho benshi baza kwoga,kuko ushaka kutariha amahera uza avant 8h na apres 17h nimba bitahindutse,urumva ko biyumviye ku mvukira zaho hantu baraborohereza na bamw bataronka amahera...,ririya benga ryo ku Nyaruyange amazi abakanye nico gituma vyiza woza kwoga amashuha wahereye hariya hejuru,....kandi hariho aga petit BASSIN ni gato kari just impande y'urwo ruzi SIGUVYAYE Kogamwo abagabo gusa,sinzi naho ko mwahabonye,Niho hantu ibararabara nabonye riherera ukaribura,😂!Imbere yuko amashuha bayasubiramwo neza iyo grand BASSIN yogamwo sexe feminin ariko jeudi et Samedi bagaca barekera sexe masculin nabo,peut etre nubu vyoba ariko biri ,ntibavangana uretse Ingenzi zivuye kure,nukuvuga abenegihugu bose baba bazi horaire yo kwoga uko itunganijwe,exemple ur'umugabo ugiye ku munsi utari uwanyu waba ubavangiye waca ubanza kubasaba permissio kugira mwogane kugira Imico n imigenzo,n indero rupfasoni vyubahirizwe,kandi mwoge mwisanzuye kuko haba harimwo abakuze n abana,...so thank you so much,komeza mutwereka ivyiza vy Uburundi!
Wow! Une piscine naturelle c'est comme en Jamaïque
Beautiful nature
Merci beaucoup vous avez visiter où mon grand père est né mon père nous parlait de Nyaruyange à kibimbi ce grand montagne rocheuse,d'amashuha de Muyange communément appelé " Amashuha y'Abarazi"
Bujumbura -Rumonge-Bururi-kiremba-Buja-Muyange , mercii bcp Bururi ni muhira ariko Aho hantu ndahaheruka kera hataraba aménagé ! Courage Hosy
Uburundi hejuru🎉🎉🎉
Woow Hosy mer6 beaucup vraiment aho hantu ni heza cane🎉❤❤
Hosy uringirakarakamaro kugihugu c'Uburundi👌👌 komez utember igihugu cacu ucerek amakungu natwe tumenyereh Aho kuj kuruhukira
Thx deer we love from cap town. South Africa 🇿🇦. Uburundi n paradise
Woooow, i loooove it
Nice place ❤
Merci bcp urakoze kutwereka uburundi bwacu bwiza.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Merci bcp on s'est bcp amusé naho tutari kumwe abantu nkamwe murakwiye agashimwe
Hosy merci bcp.Ndagukundira ukuntu udukundisha uburundi.Utwereka ivyiza vy'uburundi.Imana izomfashe nzoshike aho hantu.Nanje nkunda nature.
Merci Hosy uranyeretse iwacu ntarinzi
Wow❤
Bururi kwetu 🎉 Merci Hosy
Ayo mashuha narayose kenshi eka naho kuri nyaruyange narahishikiye
Wow, thanks Hosy
Wow i like what you said at the end of the video we are struggling not necessarily because of our differences
Vraiment UBURUNDI ni paradise ❤❤❤❤
Woow I'm burundi hm ni Rumonge ahahantu hararenze pe ❤❤❤❤❤❤❤
Mercii Hooo
Yoooo ça me donne envie maintenant, merci Hosy et son équipe 🎉❤❤
Merci Hosy conseil nziza cane turengere ibidutandukanya twubake igihugu cacu🎉🎉amazi yo kumusozi Ibenga n'amashuha asa neza ni meza gooose, banyabururi nimw'exploitE aho hantu mushireho ama Hotels, ama restaurants vu k hegeranye🎉
Wow thanks hosy❤kutwereka iwacu disi haratesa vrt🎉abo abavyeyi rero😊😊
Waaa merci Hosy❤
❤eeeeeee ndaryohewepe mvuka muri bururi ivyanda ariko ntahonzi pe😊
Haratesa vraiment ''mercii ❤
Urakoze kudutembereza ,iwacu ni heza caaane
Wakoze caaane hosy irakoze
Hosy merci bcp kuba utweretse aho tutari tuzi
Woow Urakoze cane kutwereka hano hantu heza
Extraordinaire 🥰
Nukuri mercii Hosy ndgukunda pe
Bururi niheza n'Intara nziza👌♥️
Thx Hosy.
Nakuze nja ahohantu
Wow 👌 👏 😍 ivyiza vy,iwacu ❤ 💥
Mercii kutwereka iwacuu 🎉
Mercy chr kuza utatwereka ahantu heza mugihugu cacu ciza cuburundi ❤❤😊😊😊
niheza, merci
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥home sweet Home nyumbani kwanz ☝️ tarudi na mm ni fike hiyooo sehem kwr
merci mon amie niheza vrt courage
Merci beaucoup Hosy❤ uranjanayo nanje😂
Merciii bcp Rosy ndagukundaaa
Ndakunda Hosy ga Mana ukuntu untembereza nibereye muhira Ndiho aguhezagire cane muvyawe nomubawe iburundi niheza knd harashajije sana.hama Hosy Peshy na Cory turabakumbuye nabonyene baduhe bishasha tube turatwenga vuba tubahabwe bikunze nigisabo sitegeko bzuuu
Ce fût un endroit qui servait dans le temps aux entraînements des militaires.
Merci kbsa..
Merci beaucoup vraiment numv nipfuza kuhaja nukur
Mwaragize randonnée nziza.
Niheza pe ❤
Amashuha ni meza cane❤
Merci kutwerek uburundi bwacu bwiza
Nous avons des belles endroits comme ça au burundi avec des jolies routes, et tout ce qu'on voit souvent du burundi c'est la ville de bujumbura sal 😢! Il faut signaler ça à [ Agaciro Media ] ou [ Umukubito ] pour venir faire un reportage et mettre en valeur la ville et le pays
Merciii voyage irahez😂 twarameny vyinshi vrmt thank youuuuu👏🏽
Courage Hosy❤
Twavumbuye it's means?
Interested guys thank you for reminder ❤
Merci Hosy kunkumbuza ahantu mperuka kera, ndahaheruka batarahubaka nkuko
Ooh ahantu nkunda cane❤❤
Bravo Hosy
Waaaaaaoooo urintwari hosy
Oooooh merciii bcp hosy🥰🥰
❤ waouh merci bcp Hosy 😊
nzaza untembereze
Hosy muzogend mucibitoki carugombo kumashuh numv ngo nimur dogodogo❤❤❤❤❤
Oya ari kuruhwa kuri frontière n'u rwanda
😂😂😂😂Basha muranryoheye number1 Bdi
Urakoze kudutembereza uburundi
Merci bcp Hosy
Thank you so much, Ni vyiza ko muza muratwereka ivyiza vyacu
Mrci bcp ❤nubwo nahatemberey kera 2005 nari ndahakumbuy kubona ko hahindutse .
Thx hosy wich commune exactly wich location
1. Murakoze kutwereka ayo mazi n'iyo misozi vyiza.
2. Reta y'Uburundi ni ice ibaha agashimwe kuko namwe muragunduye ubutare busha. Ivyo bisa n'umuhondo ni soufre bashobora gukoramwo ibibiriti.
Merci bcp Hossy, urankumbuje iwacu, j' ai vécu ça les années 1990, c' était amusant. Ikibimbi vers nyaruyangr😂❤❤
Mr6 bcp Hosy we love uu so much❤
Merci kutwereka iwacu
Merci bcp
merci hosy ahowaciy hose kuv kur rweru narazikwirikiranye
Mwatoye nti mwavumbuye be muvuga Ikirundi
Ndakwindira mamy hosy
Maman Siren vibes ❤❤❤❤
Turabashimiye cane. Bana buburundi. Beza
Hosy waao uziyuko aho ndahahazi nahamenye 2020 waah murahankubuje pe wakoze cane
Amazi ntiyigera aryoha hosy
Bahita mu mashuha ya Kibimbi. Jewe mfise 65 ans kandi mba kubirometero 5 yayo mashuha. Hari nabavuga amashuha yo Kumuyange. Aho kumuyange haba umuganwa Hararawe.
Harafise une histoire, kera umuryango w' abarazi baragwanye n'umuryango w'ababanda hanyuma abarazi babonye basugerejwe baca bariruka bajavuka uruzi Siguvyaye abandi babaja inyuma. Bashitse nabo muri siguvyaye bahura n'amazi menshi avuye ikibimbi benshi baratwagwa kandi ntawari yabonyeko imvura yaguye. Siguvyaye ruba ruratabaye Abarazi. Abarazi baca bagenda hariya mu mashuha gushimira Imana bahubaha ibitabo (utuzu dutoyi) baca baraterekera. Bakahasasa imisezero y'ubwatsi bagatanga n'abashikanwa( indya zihiye) nico gituma hari bake bahita amashuha y'abarazi.
Harya hariho sources z'amashuha 7 harya baberetse kera yari amashuha y'abagore.
Twosaba Reta ukaturonsa ibarabara ryiza rishikayo. Hejuru ikibimbi hoho ni muri Paradis.
Abatahazi kalibu
J'aime cette histoire yukungend bagwanye😢 ubundi ivyo nivyo tuba dukeneye mubitabo vyomwishure
Ni muyihe Ntara,commune,secteur......?
Merci beaucoup ❤
Waooo thx muvyeyii kur histoire
Waooo thx muvyeyii kur histoire
big up our girl , aho ni home haratuje ndahikundira
ivyiza cane
Merci san❤❤🎉🎉
Merci hozy urankumbuje iwacu ndahaheruka il ya 20 ana
Mwubahwe
Amashuha y abarazi musi ya kibimbi muri Ruvumi. Wakoze cane kunyereka muhira nari ndahaherutse muri 2014 batarahubaka.
Muzogende mutwereke amashuha yo kumugara nayo twumva ngo aratesa. Ngonakotse. Karaboneka. Mwoba mukoze. Ni muri rumonge nyene. Ntara ya bururi urumva ko hari. Abençoado. Akokajambo. Abençoado gasigura guhezagigwa. Bagasoma abensowadu mururimi gwigi protigare. Umunti akubariye kuri abensowadu. Abavuze. Kowahezagiwe
Hosy merci,malheureusement j regrette kmyak nabaye ibururi sinigeze shika aho hantu
Merci kutwibutsa akarere keza caane gusa ndabemeye kubona mwaroze ibenga rya nyaruyange natinya cane ndagiye inka ikibimbi
Vyabisigo musanze vyarimutse basha😂😂😂
Merci hosy
Muburundi amacakubiri nirya twirira 😂😂😂😂