Msamaji BUCUTI MU MAJAMBO AKOMEYE AVUZE UBURYO YERETSWE URUKUNDO N’ABA Tanzania Iwabo ata Gaciro

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
  • #sirenvibestv #tanzania #msemaji

ความคิดเห็น • 26

  • @marceldouglas3016
    @marceldouglas3016 9 วันที่ผ่านมา +4

    Bonjour Bonjour SAREN V. ABANYAFRIKA TUZOKWAMA INYUMA KUBERA AMA JALOUSIES. LES JALOUX VONT MAIGRIR. STAY BLESSED.

  • @MathiesKwizerimana
    @MathiesKwizerimana 10 วันที่ผ่านมา +3

    Nukuri bucuti niyubahwe jewe ibihaniro vyose yakoranye nabatanzaniya narabikurikiranye vyose novuga ko yavugiye uburundi❤❤

  • @FeruziDancancoach
    @FeruziDancancoach 9 วันที่ผ่านมา +3

    Honorable BUCUTI MANARA HASSANI MUHAMEDI njo jina LAKO unaweza Saaaaana

  • @mvuneboy6287
    @mvuneboy6287 10 วันที่ผ่านมา +4

    Nabii akubaliki kwaooooooo

  • @alainnahimana8542
    @alainnahimana8542 9 วันที่ผ่านมา +3

    Courage bucuti terimbere nkumuzinga

  • @mugishamédiatv
    @mugishamédiatv 9 วันที่ผ่านมา +4

    wabikoze kinyamwuga

  • @Universdesign-zz7sl
    @Universdesign-zz7sl 10 วันที่ผ่านมา +4

    Congratulations bucuti👊💯

  • @Thinktwice257
    @Thinktwice257 7 วันที่ผ่านมา

    Arsène namubony ubwambere Buyenzi duhurira hamwe dukoresha i 1:09 modoka...It was moto kbsa kwi Blague nyinshi.Un super gars

  • @GerardNikobiri
    @GerardNikobiri วันที่ผ่านมา

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 je namaze kwakira kuri embassadeur 🔥💪💪

  • @aimeniyukuri2004
    @aimeniyukuri2004 8 วันที่ผ่านมา +1

    Komera Bucuti imbere niheza

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 10 วันที่ผ่านมา +2

    Aho rero Bucuti.Hosy wakoze kumuzana ikiganiro kiranryoheye kumateka ya Bucuti nuko Kristo ashishikare aguha Igikundiro imigisha myishi muvyawe nomubawe knd warakoze nokutumenyekanisha uko Tz

  • @nishimwearnaud8643
    @nishimwearnaud8643 10 วันที่ผ่านมา +4

    Nukuri ikiganiro cari kimeze neza

  • @amigohazard8375
    @amigohazard8375 10 วันที่ผ่านมา +3

    Babalao manara wa Burundi 💪💪😂😂

  • @africaforhope4409
    @africaforhope4409 9 วันที่ผ่านมา +2

    Msemaji wa Vital'o, Msemaji wa Africa Bucuti, Babalao..., Kibonge waryibagiye??
    Ume trand kabisa🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 10 วันที่ผ่านมา +3

    Papa Nadare❤❤❤❤

  • @iradukundawivine9094
    @iradukundawivine9094 10 วันที่ผ่านมา +2

    Go ahead sha Arsene....🤩

  • @epithacekayeye6266
    @epithacekayeye6266 10 วันที่ผ่านมา +3

    Burundi nimukoreshe mu kuyimenyekanisha uyo aba Tanzania baramukunze nuko akunda Bujumbura gose n'ubuzima bworoshe yaranguriye Prado ariko agendera muri starlet ama parcelle yayamaze ntamu boss numwe atagirira publicité narabe agira sport kandi arafasha famille nyinshi ndamuzi ntabesha....

  • @user-kh6oq7cg3u
    @user-kh6oq7cg3u 10 วันที่ผ่านมา +2

    Turamwemera

  • @BahatiTido-hj6cv
    @BahatiTido-hj6cv 9 วันที่ผ่านมา +1

    Dukeneye abantu benshi nkamwe BUCUTI

  • @SolutionCouple
    @SolutionCouple 9 วันที่ผ่านมา +1

    Kbsaaa 😊

  • @NathanaelNahayo-uh8gr
    @NathanaelNahayo-uh8gr 9 วันที่ผ่านมา +1

    Bucuti,umurundi yubahwe

  • @bujabestonlinetv
    @bujabestonlinetv 6 วันที่ผ่านมา +1

    Bucuti wewe ni Mtu na nusu

  • @ChlilArm
    @ChlilArm 7 วันที่ผ่านมา

    Abana n'abakuze Bucuti arabafasha...mu ma mariage ari mc aratwenza na rallye na basketball...afise umutima mwiza na Kenya..rwanda baramuhaye akazi ka marketing akunda Bujumbura

  • @kimcedric2637
    @kimcedric2637 6 วันที่ผ่านมา

    Bucuti les Amis hhh mu Cibitoki

  • @bernardkarangwa1047
    @bernardkarangwa1047 9 วันที่ผ่านมา

    Bucuti hejuru cane

  • @BahatiTido-hj6cv
    @BahatiTido-hj6cv 9 วันที่ผ่านมา +2

    Dukeneye abantu benshi nkamwe BUCUTI