NATACHA yubahutse umusaza//ingeso yadutse yo kutagira ico basonera//LETA nitwiyumvire idutezurire

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 14 ม.ค. 2025

ความคิดเห็น • 71

  • @thomasndayisaba9959
    @thomasndayisaba9959 3 ปีที่แล้ว

    natacha nikitandero big up san Team umukubito
    gaél ur are so intelligent my boy go a head

  • @estherqueen6214
    @estherqueen6214 3 ปีที่แล้ว

    👏👏👏 mufise ivyiyumviro bizima. Imana ibafashe. Aba artistes ntibate indero. Niho abantu bazobakunda banabasonera. Courage.

  • @rodyvibestvshow6509
    @rodyvibestvshow6509 3 ปีที่แล้ว +9

    Nijewe akurikira umukubito 5 sur 5 muri USA,big up batama

  • @sahabojeanpaul6544
    @sahabojeanpaul6544 3 ปีที่แล้ว +2

    Nitwa Mr homeboy hama kidumu umugani yakoresheje ntiwarubereye kubaririmvyi babarundi twishimiye kandi dufana ahubwo dushimire Natacha Yase kugereranywa nimbwa kuko imbwa ntiziririmba ahubwo zirabira songa mbere natacha

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 3 ปีที่แล้ว +2

    Rome na willy Imana ibampere umugisha kabisa mpaka leo mimi ningali naheshim ma legend

  • @nadegemuhimpundu7488
    @nadegemuhimpundu7488 3 ปีที่แล้ว +1

    Wouh ,Roméo asigaye atwara amicale des musiciens Burundais ! Congratulations bwana Ingwe! Love from Liany Bar

  • @yveslamyiradukunda2189
    @yveslamyiradukunda2189 3 ปีที่แล้ว

    Mutama Roméo respect kabisa uvuze ukuri

  • @gadibrahim5557
    @gadibrahim5557 3 ปีที่แล้ว +4

    Natasha ukwiye gucibwa amande akwiye kuk yarataye indero....Romeo ico kibazo ntikiz cijane hatabaye inkebuzo...
    Gad from Kenya

  • @yveslamyiradukunda2189
    @yveslamyiradukunda2189 3 ปีที่แล้ว

    Keep on it CEO w umukubito

  • @josuekhalifa8745
    @josuekhalifa8745 3 ปีที่แล้ว +2

    Wallah bugururire aba musician kko n'ububare buruguruyeeee

  • @dieudonneniyongabo3523
    @dieudonneniyongabo3523 3 ปีที่แล้ว

    Ndabaknda cane

  • @bigirimanaflorence9099
    @bigirimanaflorence9099 3 ปีที่แล้ว

    Nukuri Imana ibampere umugisha koko mushize umuco ahagaragara mutarinze kurandira burya inda uyibaza uwayirayeko buriya iyo bafuga ngo bugare namazu y'uburaro (hôtel) ndibaza na Natasha yarigutahura ico gidumu yashatse kuvuga

  • @kabangejames968
    @kabangejames968 3 ปีที่แล้ว +2

    Respect romeo ico kibanza uragikwiye turongore

  • @fernandhatu6039
    @fernandhatu6039 3 ปีที่แล้ว

    Umumomoto, umufutro, hahaaaaaah!! Yaagaaa jama yangu, #Torres_from_Dubai_Deirra

  • @kayg624
    @kayg624 3 ปีที่แล้ว +1

    Uwumvise ko Juste Gael yahejeje interview akinihira ati uuuuh ampe like. 😂

  • @samuelniyokwizigigwa6402
    @samuelniyokwizigigwa6402 3 ปีที่แล้ว

    Kirazira kwandika ikintu hanyuma ntusigura mugihe wamaze kubishira ahabona.rero ntakuvugira uyu cank uriya.yanditse yategerezwa kubisigura atari kuca winumira.natasha oyeee ntakurya umunwa.nabonye yashiriye infashanyo mama wa kidumu.n'akamenyo.🙈🙈

  • @samuelniyokwizigigwa6402
    @samuelniyokwizigigwa6402 3 ปีที่แล้ว

    Roméo reka kutera ubwoba abaririnvyi.ntanahamwe ndunva ama l'ETA ahagarika abaririnvyi cank imutegeka kugara imbuga ziw,ahubwo baramuhana hanyuma akikosora.wabivuze nabi naho watanguye neza uciye uvyonona muguheza.

    • @youthethshs8304
      @youthethshs8304 3 ปีที่แล้ว

      Kidumu yirigwarasubirawo Natasha ngontuzikuririmba biriyayivyiza arabishoboye

  • @Agnes-qq4np
    @Agnes-qq4np 3 ปีที่แล้ว

    Kidumu aeshimiwe na natacha naye ace masiara mukubwa ni mukubwa tu ata uwe unamzidi pesa✌

    • @gygygyslaine5016
      @gygygyslaine5016 3 ปีที่แล้ว

      Nindero nke kabisa kubaha ntavyokweli

  • @dieudonneniyongabo3523
    @dieudonneniyongabo3523 3 ปีที่แล้ว

    Natacha nacibwe amande

  • @shineboy6826
    @shineboy6826 3 ปีที่แล้ว +1

    romeo turamwemera nabandanye aduserukira anatuvugira ibintu bisubire muburyo nimba uraye uhaze wibuke nirya yaburaye munda harara inzara hakazinduka inzigo

  • @Ntare4040
    @Ntare4040 3 ปีที่แล้ว

    ☆☆☆ None nkuyo mutipe ni nda inganuko ngo arashonje ☆☆☆ ewe yemwe ahubona turahanzwe!!!!!!!! 🤔🤔🤔🤔😀😀😀😀

  • @davidniyankuru8469
    @davidniyankuru8469 3 ปีที่แล้ว

    Nimba ubunywero bucuguruye, kubera iki bahagarika karaoke???!!!

  • @suami3597
    @suami3597 3 ปีที่แล้ว

    reka gukoresha telefone unatia haya iyo redio ukoresha ntamaheraa ibuze gushika aho ukoresha fone Gael

  • @janetahmed6948
    @janetahmed6948 3 ปีที่แล้ว

    Abantu ba kerw

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 3 ปีที่แล้ว

    Murishobizi hama isakuhose niyojob

  • @audreyndoricimpa2532
    @audreyndoricimpa2532 3 ปีที่แล้ว

    😅😅😅😅😅😅😅😅bararemvye nibabatabarize

  • @jbmsz2532
    @jbmsz2532 3 ปีที่แล้ว

    Umukubito mwubahwe🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 3 ปีที่แล้ว

    Ivyomuvuze nivyo ✊❤️❤️❤️

  • @lynendim8586
    @lynendim8586 3 ปีที่แล้ว

    Niyuvugire nukwo afise urya muzungu niyo mpamvu.sha ivyisi nibihera

  • @malicksag466
    @malicksag466 3 ปีที่แล้ว

    Natacha naw arubahuka pe akwiy gusab umusaza ikigongwe

  • @cedrickthebarber
    @cedrickthebarber 3 ปีที่แล้ว

    Uko nukuri respect

  • @ndayishimiyejeanpierre5841
    @ndayishimiyejeanpierre5841 3 ปีที่แล้ว

    Ababantu watumiye nabantu babagabo bavuga gishingantahe ndabashimiye caane ibibazo vyaciy i burundi nibibe bitoregwa umuti bukebuke hama tugerageze twubahane, twongere dushikirize ibiri kumumutima neza.leta nayo nirabe yorohereze abakora utugenegene numuziki.

  • @malicksag466
    @malicksag466 3 ปีที่แล้ว

    Wallace 🖐️🖐️🖐️🖐️Malick hapa🇿🇦

  • @irakozeblandine5917
    @irakozeblandine5917 3 ปีที่แล้ว

    Jew la boss ntakabikiw mbon kuko sindabon vidéo ariko atuk umuntu kwel

  • @tonyezynsanzumuhire4388
    @tonyezynsanzumuhire4388 3 ปีที่แล้ว +2

    Walace wale wale

  • @luayaluaya7324
    @luayaluaya7324 3 ปีที่แล้ว

    romeo n umugabo ndak

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 3 ปีที่แล้ว

    None arumutama nakoreshe ikirundibosebumva kwarabana naweyarasotoye yabivuze aziyuko batazakubitahura

  • @arthurmusafiri5298
    @arthurmusafiri5298 3 ปีที่แล้ว +3

    Gael Gura Microphone

  • @sabushimikeaaron3884
    @sabushimikeaaron3884 3 ปีที่แล้ว +1

    Romeo avuz ukur

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 3 ปีที่แล้ว

    Abobatumirwa barikobaradusangiza ikiyago kumukubito tuabashimiye kanditurabakunda.

  • @michoubigirimana4070
    @michoubigirimana4070 3 ปีที่แล้ว

    Number one

  • @rosanantirenganya4027
    @rosanantirenganya4027 3 ปีที่แล้ว +1

    Kabisa

  • @yvandivinirakoze9377
    @yvandivinirakoze9377 3 ปีที่แล้ว

    Sat b yarabivuze konah Corona yasaze batari kugara ama karaoké nibiteramo bamwamirira kure ark ubu urabonak bavyemrea caane ko inzara yishee abana bigihugu nuko reo nibavyumve bagire ici babafashije ntiharire busemaa

  • @kadarisii2291
    @kadarisii2291 3 ปีที่แล้ว

    Romeo aranyishe 🤣🤣🤣: « Usanga kubera inzara uravuga ibintu, uwundi ico yumvamwo gusa we akumva imbwa. » Saddly truue, tonton..

  • @batahesaleh2346
    @batahesaleh2346 3 ปีที่แล้ว

    Nukuri nitwa Saleh ariko la Boss Natasha nukuri yavuze ukuri na kidumu yarataye indero

  • @shootershilcon8307
    @shootershilcon8307 3 ปีที่แล้ว

    None Romeo niwe president nimumuhane kubera yarenze imipaka na sat b yatuje indero irimo iraza urabona

  • @karolidjibril6391
    @karolidjibril6391 3 ปีที่แล้ว

    Hama ivyo vya batama nimwigizeyo hirya mukore mureka amajambo l'exemple parfait ntimuyifise O.L.G Olegue baraka deux fois dans le colimateur de la RFI arakora naba coloni bagakenguruka 👍

  • @arthurkezumuremyi8460
    @arthurkezumuremyi8460 3 ปีที่แล้ว

    jew nama nabivuze ko barya ba Akes don kwataraba journaliste,bakora ivyo batazi journalisme ntibazi icarico

  • @fistonahishakiye680
    @fistonahishakiye680 3 ปีที่แล้ว

    Roméo uvuga nkumivyeyi kbsa nibamenye ko bafise bakuru babo

  • @كريستالكينيا
    @كريستالكينيا 3 ปีที่แล้ว +1

    🥱🥱🥱🥱 nimutudugirize volume bisamirane hose vrm muri mukuri nimwubahwe

  • @samuelniyokwizigigwa6402
    @samuelniyokwizigigwa6402 3 ปีที่แล้ว

    Willy ngo Abo muri maternel ngo ntwabwenge bafise?ahuraho barabufise mbere bwinshi kukurusha.

  • @cbanews4730
    @cbanews4730 3 ปีที่แล้ว

    Mwarateguye ukuntu hokubahirizwa amategeko yokwikingira corona?

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 3 ปีที่แล้ว

    number 2

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 ปีที่แล้ว

    😊😊

  • @ndayiragijeemilemarlon1369
    @ndayiragijeemilemarlon1369 3 ปีที่แล้ว

    Ni bugurure hama leta mvyeyi itegeke ama entreprises gushigikira abaririmvyi vrma urazi mu bindi bihugu ingene birirwa bararya inoti?

  • @jeandedieuiradukuda5359
    @jeandedieuiradukuda5359 3 ปีที่แล้ว

    bano bagabo baciy' ubwenge koko...nkunz'ukuntu amajambo yabo arimwo ubwenge
    kandi yo

    • @adidjayousuf7300
      @adidjayousuf7300 3 ปีที่แล้ว

      Kabisa Bose bameze.bavuga bitonda🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @nickdavyndayizeye4463
    @nickdavyndayizeye4463 3 ปีที่แล้ว

    First comment

  • @kazungusisterkey5787
    @kazungusisterkey5787 3 ปีที่แล้ว

    Nibazako iciyunvira canyu sikaba muga nabasaza baratukanye kuko umaze kwinjira mubuzima bwabandi uba ukosheje nuko ukuri kuvuga uokuzi

  • @NDOTO-abra
    @NDOTO-abra 3 ปีที่แล้ว

    Kidum yariyambuya gaciro kwitabantu imbwa acaduhinsiguro itabaho uryamuganiyaciye mumiganiyikirundi urabaho??? Agaciro umuntarakiha romeo abivuzeneza ninzara kuribamwe

    • @abelardbarayisaba2585
      @abelardbarayisaba2585 3 ปีที่แล้ว +1

      Abantu ntitwumva.baguhaye insiguro.cane cane Willy yanatanze Exemple ariko wew niyi Saha nturatahura.kidumu ntabwo yatutse abantu ngo nimbwa.
      Subira wumvire ikiganiro mugenzi Hama utahure

  • @clovisirakoze8870
    @clovisirakoze8870 3 ปีที่แล้ว

    Romeo uvuze ukuri nkukurima. Abarundi ikibzo kiduhaze ni probleme mentale...niyo ngirne nini dufise.

  • @lodana2575
    @lodana2575 3 ปีที่แล้ว

    Natasha nimba ari amaher amuhend nta ndero na ntoyi asigarany kbx non ndibaz katac yubah abana biwe azobaha iyih nder naw ubwiw yaratay

  • @karolidjibril6391
    @karolidjibril6391 3 ปีที่แล้ว

    Vous êtes sérieux muriko muvuga ngo basubire buguruy ama karaok kwli esk au moi vous imagine ko covid ihari reka kudukwemera confinement national sha abantu nibarwara ngo bagiy kurundana muma karaok muzosigura iki abarundi?

  • @acirfakcalb3162
    @acirfakcalb3162 3 ปีที่แล้ว +1

    Ariko irya ntamuco ngo ni Natasha! Funga indirimbo ze zose! Ka msichana kaze kameolewa na mzee kanaiba pesa na kudangany etu kanaimba! Stupid kabisa! Mumbabarire ndatukanye!