Sivyiza kuvug uwund munt surtou uvug k ar umugenz waw Mind yo're business Madame urek kwinjira mur vie privé y Monna n juge pas vite kuko ivyo boba barayaze ari babiri ntiwarimwo alors raba ibikuraba n ubuzima bwawe ubwabandi ubureke kuko aha kw isi umwe wese azobazwa rwiwe gabanya umunwa
😂😂😂😂 noe iyo bavuze ama negatif ko muca mushavura Womenya Nelly n umugenzi wa Monnia kandi cnee kandi ni ya muvuze nabi ahubwo ariko akebura na bakobwa bashuhira abahungu bohaze🏃♀️
Just Gael nibaza ko inzira wari watanguye nziza yo kudushikiriza ibiganiro bitwigisha ukatwereka abantu bariko bariteza imbere... vyari vyaguhaye credibility nziza bigatuma ibiganiro vyawe bikurikiranwa nabantu basobanutse. Sinibaza ko aya matiku yaba star bacu abarongorwa nabatarongorana ntitubikeneye cane birekere twa du channel tundi. uwokoze research ya Channel yawe amenye ivyo aje kurondera exact. It's my opinion kandi nizera ko abagukurikira dufise uburenganzira bwo gutanga iciyumviro kubera ko UMUKUBITO ari iyacu twese THANK YOU.
Je ne connaissais pas Nelly Natt mais elle est vraiment importante😂❤
Monna ari intelligente cane warubwumve Nelly avuga Monna uragize neza Mugenzi
Nahora ntakunda Nelly nat ariko ngaho ndaje nkwikundire shahu😂😂😂 unkoreye umusi vrema
Kudakunda Nellynat nibintu bigoye cane kuko birangira wamaze kubikunda
Wagize ma explications très très importantes mugabo. Bravo 👍
Uyu mukobwa 😂😂😂😂 bakwanka ngukunda p😂😂😂😂 Ereg bituma tuguma turaba abahanzi bacu diii nimuvuge kugira twibagir abandi tugume turi focused kuvyiwacu 🇧🇮🇧🇮
Uwo muntu uvuze yahonga Monna akaca amuheba ni umuhungu wa Venerand turabizi sha shaka umuvuge😀😀😀
Nukuri turabizi pe.nanj iyo nkuru ndayizi
@huguetteniyonzima8586 n'umusi wa mariage yiw bar bamubuze ngo yiryamaniye na Monna mur Hôtel sha...izonkuru twarazironse😀
@@UYEICuragra inkuru nkivy ntavy narinz😂😂😂kumbe nuko mrc kuriyo nkuru
Bailo cank Chris?
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Birashika jew ndazi uwo mumuryango yambaye bague de fiançaille 2ans et demi.ariko le mm type niwe yamutwaye.la patience svp
Ariko nigake birama!!!
Huuuuu 2ans? sinumva uburozi woba wandoz ndazibuwayambay Nka 4ans Burya umukozi wimana yarayimwambuy acaronka uyundi mugabo
Ariko Nelly Nat bazomuhe bureau ya investigation kuko mbona yabigize umwuga🥱😆 genre numu Agent Secret 😆 Ako uburundi buratuze daa
Madame banza umenye kuvuga français avec prononciation Hama uheze uvuge insaku 😏😏😏😏
Sivyiza kuvug uwund munt surtou uvug k ar umugenz waw Mind yo're business Madame urek kwinjira mur vie privé y Monna n juge pas vite kuko ivyo boba barayaze ari babiri ntiwarimwo alors raba ibikuraba n ubuzima bwawe ubwabandi ubureke kuko aha kw isi umwe wese azobazwa rwiwe gabanya umunwa
😂😂😂😂 noe iyo bavuze ama negatif ko muca mushavura Womenya Nelly n umugenzi wa Monnia kandi cnee kandi ni ya muvuze nabi ahubwo ariko akebura na bakobwa bashuhira abahungu bohaze🏃♀️
NELLY NATT NI UMUMARARUNGU
ARIKO NI DEMOCRATE MUKANWA.
NELLY URANEZEREZA ❤❤❤
Yegoko lunette😂😂😂😂😂😂 wagira ni ikirahure kimodoka😂😂😂
Iyonkuru ya Ami Pro na Sat B irankuyeho nukuri😂😂😂😂😂gusa urikimararungu
"Ukutubwira ibintu bikomeye cane😅"I love Buja❤
Just Gael nibaza ko inzira wari watanguye nziza yo kudushikiriza ibiganiro bitwigisha ukatwereka abantu bariko bariteza imbere...
vyari vyaguhaye credibility nziza bigatuma ibiganiro vyawe bikurikiranwa nabantu basobanutse.
Sinibaza ko aya matiku yaba star bacu abarongorwa nabatarongorana ntitubikeneye cane birekere twa du channel tundi.
uwokoze research ya Channel yawe amenye ivyo aje kurondera exact.
It's my opinion kandi nizera ko abagukurikira dufise uburenganzira bwo gutanga iciyumviro kubera ko UMUKUBITO ari iyacu twese
THANK YOU.
Birya biraba bake ibi navyo biraba benshi nawe ari mu rudandaza urumva ko bigoye
Nn yoc agum Azan ivy mwe Mukund gusa rek adutemwo😅😅😅
Erega mwiduka habamwo ibidandazwa bitandukanye ncuti wewe uzoze uraraba ivyukunda ivyudakunda uvyihoze uyu we ari murudandazwa azi ico yunguka azanye nkibi😂😂😂😂 none ama dollars yinjiye murikikiganiro wibaza ngo nangahe???canke ntuzi ico TH-cam imaze??😂😂😂aha arinjije sha nawe urikuravugango akwereke ivyiterambere gusa😂😂😂😂 ahavyaba umutumigwa yaba uwamutumiye bose barimukazi nimba atavyo waruzi ubimenye😂😂😂😂 ibintu nkibi birinjiza cane muri youtubi kuko ikiganiro kirabwa nabenshi kandi bakiri bato jenkubu sinzi nivyo bariko baravuga ndavyumva nkurundirurimi ntumva😂😂😂 ariko bo bazi ivyobariko baravuga uziko kuva ikiganiro gutanguye ngeze kuminota myinshi sindumva ikintu kizima kinyerekeye😂😂😂 ariko ndapfa kwugurura ikiganiro gusa kugira nshigikire gael naho ivyo bariko baravuga bitanyerekeye nuko
None burya umwirabure aragira imishatsi imezuko? Kuberiki abirabure mwanka ukw'lmana yabaremye?abazungu barabaroze uburozi bubi😭😭
Sha Bazi Ko arivyiza ,ariko ntibamenya Ko ari demons bikoreye kumitwe yabo .
😂😂Nelly ndamukunda pe interview yiw sinoshobora kuyirengagiza kuk uranduhur knd ndumufan waw mubambeee
Queen of buzz❤❤❤❤
But like how is it her business !?
You look so good today Nelly 😍😍
😂😂😂😂😂😂😂😂ariko Nelly natt ndakwikundira pe😂😂😂😂😂😂😂
ikosa ntokora nugusimba interview ya Nelly kuminota yanyuma reo haryosh gusumvya😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nelly Andemeye umusi 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Mana yanje urihangana nukuriii,inkuru ya satb🤣🤣🤣🤣🤣
Nelly ndagukunda kuburyo umusi nakubonye muri ville nzokuramutsa nkakubwira ko ndagukunda kuko uranduhura
😂😂😂😂nelly nat ndagukunda uvyumve
Number one
Ahusanga imvitation zigira zisohoke😅😅
Mana nelly ndamukunda 😅😅😅😅 interview yiwe mpfuma ndayiraba 2jrs ariko nkayiheza
😂😂😂😂 Nelly niwe umunyarusaku dufise abandi baribesha😂😂
😂😂😂 zurambara lunette zigukwiye erega bizokwankira guhema
Uyu mwigeme agira inkuru😂😂😂reka ndamwumvirize😂😂😂
Ubundi tudafise Nelly twobaho gute🤣🤣🤣merciiii ❤🎉
Nukuri😂😂😂
😂😂😂
😂😂😂
Ww uyo munwa waw utaguma hamw batawuturiy ntuzotekereza🤔😁🤔🤔
Komerezaho Nelly utwihera ukuri,uwokuza kubabaza aranywa amazi yokunywa birahera
Ariko Nelly j uranyish😅😅😅😅
Mbe Nelly none wewe ntanahamwe uri mwiza? no mugatuza wuzuye amahere kweri?
Ariko sha Nelly😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅 ndatwenze ndahwereyeee😅😅😅
@vanessagateka-nb 😊😊😊😊 uuum haa twese
Ariko abantu mudandaza ibintu vyamavuta mworangiramavuta uwo muvyeyivwacu ntaco vyobatwara
Akantu ka sat b Niko kantu kantwengeje😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ndagukunda Nelly
😂😂😂fiancale igifaranca kiragusob ako kagasubiyemw kabir
Akagatamakazi nagaheruka kera 😂😂😂
Hahhh,ibintu vyarakomey😂😂😂😂
Ndakunda Nelly nat nopfaaa 😂😂😂😂
Nelly shaka amakuru ya belle nice
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Aba journalistes havamwo Juste Gaël gusa,Mana yanje, Mana yanje,Mana yanje
😅😅😅😅😅wewe wivu gusa niyo ikwishe ww none upangira iki ubuzima ebu pambana nivyaw
Wallahi uyu mwanamuke ni mutoto mubaya. Aramuseseye agafu kandi ari umugenzi wiwe
Miss Nono arubatse Gaël
Nelly nat vmt❤❤❤
merci nelly nat❤️😂
Nelli uraberewe cane.
Nkunda ibiganiro vya Nelly kuko ndakiraba nkagiheza
Niko yaduhenze ngo asengera ku Ntahanfsa😂😂😂
Ntahangwa
Fiyansare😂Hahhh narinzi ubwambere karukwigirisha...
Jew Nelly Nat ndamukunda nukuri😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
None nkuyu aje azananye hehe??
Iyo nzigo ga azananye ??😅😅
Marriage ya mona ikurebaho iki wewe??
Murampa numéro yuwo mugore😂😂
Ubundi ninde ybabwiye ko fiancaille zimara 2 mois mwabi werewere mwe. Hama ngo zasambutse mutazi nivyo mujamwo.
Je bambarize nanj nshaka kumenya aho vyanditse
Akokagore gasogaye ari akanebwe ntamakuru kagitanga
J Nelly ndamukunda vrt😅😂😂😅
Nelly asigay anezer cn sinz mpamv❤
Noe wewe uzogira mariage ryri?canke wewe urko urakukuruka🤣🤣🤣😂😂😂
Ako karuru karanezereye mama yangu
Juste gaël nawe ga Mana mugutwenga😂😂😂😂
Sha kari kaborewe vraiment uyo muvinyu kaguma kamanura 😅😅😅😅
Nelly nukuri urumwana mWiza Shaka nimero yawe
Izo nzara worya ubugari
Mana uwoshavurira akagakobwa yokwiyahura😂karasaz 😂😂
NKAKA GASAZAKAZI KARI KWANIKIRA MUGENZIWE 😂😂😂😂😅😅
Gute twisanze ahaahantu kwl😅
Nelly mba mfise inyota yokumva inkuru zawe
Nukur unomus unkuyeh nahor nkwank arik ubu ndagukunz wanarose umunt muzima akubaz ibibaz atuje naw bituma wishir utuje
Ko wambaye ubusa wana!!,mu gikiriza ko mbona ibintu atari sawa ama boutons ni grave.
ngo amipro nurudarwiwe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 iyo nkuru iranyishe kwer
Nelly nciye ndagukumbura
Nelly hariho nabo demande Iba hama bagatwarana après 3ans#mugume hamwe
Nelly ndagukundaa cnee ukunt uvuga ukurii kandi kwama arukuri peee
Urya mu fiancé wa Mona ni ikibwa afise umwana wumuhungu Canada nta na phone ngo aramutse umwana.
Isi iragoye😂😂😂
Icakora nelly uvuga ahica ushitse kubantu nkabo uba uriko urica abantu
Umutasi wacu NellyNat aratuzaniye amakuru ubundi ni wewe wanje NellyNat wacu.😂
Ariko comme umugenzi wiwe ntiyarakwiye kubizana hanze
Bivana na profession y'iwe kuko n'umu influenceuse.
Donc Paparazzi n'abantu bavuga ubuzima bw'aba star bwose bavuga ivyihishije kandi ntaco bahisha kuji nivyo biba bibatunze, views zova hehe?
Kiranvu wurusaku komerezaho
"Ukutubwira ibintu bikomeye cane😅"
🎉🎉🎉🎉
😂😂😂😂😂akantu ka sat b😂😂😂😂
Uvuze ukuri kabisa. Abakobwa yurihuta kabisa
Paysane Vip
Ndabaramukije ndasavye mube mutuzanir ibintu bitubwir ivyo kwitez imber turekan nibintu bib bir privacy 🤦🤦🤦
😂ninde yakubwiye ko aha ariho bigira imigambi yo kwiteza imbere ?
Muzomugarukane😂😂😂😂
9:45😭😂😂😂😂😂❤️
Uzagirumunwa kugezaryari
36:40😭❤️❤️❤️❤️😂😂😂
Jewe nta mwana ndigera nihakana
Mbe Nellynat numu pentecôte ???
Kuva keraaaa 😂
Ngo je suis vaccinée!
Uranduhura nukuri😂
Uveze..nukuri wamu kecuwe mugabo nuko .ushaje nabi wagashetaniwe
Ati jew ndumunyarusaku gusa 😂😂😂 Nelly unanipaga raha kweli 😂😂😂
😂😂😂😂😂on me vole une femme
🤣🤣🤣Inkuru y'a satura iranyishe ukuntu uyivuze