ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Anniella céleste mon amie waravyibushe sha🎉
Babu nakubar sup
Eeeeh ibifaransa navyoo 😮 Gusa mutama Geal ni toto wa mjini tena msomi ariko ikirundi agihushura ar'umwimerere kabisa😅 Cool bro topic zawe ni 👌
Just gael ndagukwirikiran 5/5
Inda zanyu nizo muzira ntakindi 😂😂😂
kuri titre nukuraba mukahindira akantu, abasuger daddies sibo batuma abakobwa batagira mariage gukunda amaronka, nukudashaka gukura amaboko mumpuzu bituma biha abayarondey bataravye imyaka navyo vyitwa ubuhumbu.
Juste Gaël ndazi yuko atari ibiganiro vyose uhora u posta; uyu muntu ariko avuga ngo bareke abakiri bato bakore ibijanye na sexualité ngo ariko bababwire protection na method de contraception, aho kuvyiyamiriza. Wumva u Burundi bw'ejo buzoba bumeze gute ? Iki kiganiro kubwanje ntiwari kugi posta , thank you.
Ko uvuga ngo ni uwo yabivuze, burya woba uziriiana ivyigishwa abana bo kuva 5 gushika 9 w'amashure nshingiro? Ikibazo ntikiri kubwabivuze, kiri ku babishize mu mashure.
Bullshit 😮