umu DIASPORA yanse kuguma hanze ataha kurima muri VACANCE//Ubuzima tubayemwo hariya//Imigambi mfise
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ค. 2023
- umu DIASPORA yanse kuguma hanze ataha kurima muri VACANCE//Ubuzima tubayemwo hariya//Imigambi mfise
@NtareRushatsiHouseTV
#diaspora #visitburundi - บันเทิง
Mwanka mwemera juste gaël arabafise mwese the king of interview
La dame est tres instruite
Kandi avungiye ibintu narimaze igihe mvuga
Ntagihugu nakimwe gitera imbere kidaciye muburumyi nubworozi
Iyo ni base ya developement
Nitwashira inguvu hamwe ntakibuza tuzotera imbere ..
Ikiganiro ciza juste gaël
na Son Excellence yabisubiyemwo kenshi ko uburimyi n'ubworozi ari le pilier de tout developpement
Ça c'est la réalité vraiment.uvuze ivyiyumviro vyiza cane .elle est très courageuse.may God bless you madame Joo.courage
Je voudrais expliquer ico kintu la Dame avuga ko basubiza amahera ya taxes mugihe wakoreye amahera menshi.Hari n’abakorera makeya reta iha amahera ya taxes.Rero niyo système nziza yo kugira aba low income babeho neza comme ça usanga mwese mwaduze mubayeho neza.Dans les pays que je dirai en voie de développement hari déséquilibre iteye ubwoba hakama indyane zidahera.
Kuyindi mpwemu idasanzwe 🥳🥳😊😊 take five🤜🤛 impa like😋niba ukunda takefive
Ngo canada bakora bahagaz aho u bakora bicay nihe ?ahubwo iyo bamubza ati noe iyo ukoz uhagaz amafaranga urayaronka??kuko muburundi urakora uhagaz ukayabura ❤ ariko cananda urahagqrara ukayabona rero narek gucurira abakeny bari naja babuz aho bayakorera bakabura
You miss the point…ashatse kuvuga ko abantu biyumvira kuza muri Canada canke iburaya muze muzi neza ibibarindiriye. Nta juru kuri iy’isi. Ashaka muze mwiteguye neza mu mutwe ntimpuje muri dépression.
Ooooo namabanga 😂😂😂😂 Kuba mubihugu vyo hanze uyo madame ndamushigikiye❤❤❤ ndi muri americ ndakunda uburundi
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤can gos
Murabona ama vues Gael asigaye aronka,abavuga ko ama chaines yo mu bdi atarabwa barabesha,iyo ukoze akazi kawe au serieux,abantu bakabona ko ukora ibintu bizina barakuraba,urabona ko Gael no mu ma interviews yateye imbere kandi aha icubahiro abamuraba,akigora akaza abantu bavuga ibintu bizima,atari ukuzana chaque jour ababaririmvyi,tuba dukeneye ayandi ma sujets,surtout twebwe turri hanze,kandi Gael yaravyumvise.Courage dans ton travail
ntabeshe kweri !!! Le Burundi est beau😊
Jo kamana,uganiriy neza,naryohew, Merci gael
Keep it up Bro
Un bon interview 🤩
Bite. Uyu mudame ariko aravanga ibintu. Nta muntu akora 24h tout d’abord c’est pas légal. Hama kwambara ça dépend ni muntu. Wanye uri umunyamwanda bizoguma uko . Gaël buzana abantu bavuga❤ibintu uko biri. J’habite au Canada j’ai une meilleure vie
Mubwire Sha! Mbe uyo mutahe ariko akoresha iburundi yayakuye hano buja? Il faut kuvuga uko ibintu bimeze atashari.
Birashoboka gukora 24 heures Muri Groupe home Muri canada ,niho mba,mpamaze 30 ans
Kabisa uyu m dame arabesha .bava bujumbura bibaza ko ari vyabindi bigumira bicaye .uyo numunebwe .abanebwe nabo ntakibanza bafise buraya.
nukuri ndababara ukuntu umuntu ashikayo hama ntagaruke,hama agac adecourageant abandi,jewe munfashe nshikeyo mwoba mukoze caaans
@@user-xz5ke5tu9z😮
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌🙌,urahushula ,hushula none ,big up bro 🤜🤜🤜,keep going up bro,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Mrc sana madame
I’m Ugandan but I’m originally from burundi both my parents are Burundian but I was born in Uganda I enjoy to listening burundian language how I wish I know how to talk kirundi
Big UP Broo.Take 👊
Big up juste Gaël reka twikorer imigamb ivyo hanze tubivemw umuntu Akena mumutw
Very nice 🙌
Thanks Justin Gaël kubiganiro vyawe bituganisha mu gukora ivyunguka
Courage Gaël🥳
Keep on bro
Ko muvuga ngo muBurundi hari amahera menshi, mwapangiy iki kuja Canada🙄🙄🙄, uragira sport ugabany iyo nda‼️
Tera imbere inda uyihoze'ntaco ugutwaye ww
J Gaël merc kubiganiro utegura nivyakamaro cane biratwigisha courage.ugume utumira abantu nkabo bivyiyumviro bizima
Big up
Yooo pol sana dada nimbeho yiyowahora c ,est la vie❤❤❤❤❤🇧🇮❤💯✅🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞🔥🔥🔥🔥🔥👌👌
Gaël courage iriko ubikora neza ibiganiro nkibi nivyodukeney JoJo merci kuvyiyunviro vyubaka
Courage Gaël
Uyu mudame avuze ukuri ata kubesha. Good interview Gaël
Ivyo avuze nivyo kweri. Jewe maze kwibwa amahera menshi nabantu ntumye kunkorera.
Ndakwemela mdamaa
Madame Jo avuse ukuri kwuzuye
Merci madame
Iyi tv online niyosigaye ikomeye muburundi kuk ikora ibiganiro vyizaa canee terimbere muhungu wacu
Thanks Umukubito 😊
None muburundi abantu bakora muri construction canke muri production baricara?
Abantu mwenabo nibo tuba dukenewe bakunda igihugu ,uwo mu vyeyi yaritahuye
Uratuzanir ibintu vyiza vrm ❤️❤️❤️❤️❤️✅🙏
Umuhushuro🇧🇮👊🥇
Kamana ndakwemera👌👌😃😃
Rekareka iburaya imigongo yararushe nukwambara setiri❤
Gael umaze iminsi unyemeza uganira nincabwenge gusaaaaaaaaaaa, i am returning subscriber
Kuki abarundi twihenda ko twotera imbere tudakoze? Aba diaspora n'abakozi cane. Abo kananiye natahe. Rero kuki numva uhagara ukuntu umuntu aba yambaye.
Ikindi kintwenza abantu b'aba diaspora muha interview bababesha n'iki. "Ngo Uburundi ni bwiza cane, ngo ngezeyo nasanze hakanye, bakora cane nca numva notaha. None ko udahora ubabaza igituma bataciye bataha.
Rero ntibasubire kubabesha, ivyo bihugu vya buraya vyarateye imbere, ntawobisanisha n'Uburundi.
Muhu ibi ntiwobibona utagomvye gukanura ubone kure. Uburundi harivyose ariko amaso yacu aragutse reka rero ivyiyumvire bifukuke. Umuntu Aja mumahanga kurahura ubwenge. Mbe nikuki ino dukora cane kurusha iwacu?
@@fistonniyoyunguruza3969jewe nibaza ko ata muntu adakunda iwabo.
Dusubize amaso inyuma turabe kahise kacu katumye abantu bava iwabo
They are just talking nonsense.
😄Abo baramaze kuyaronka Nico gituma babivuga baca bashaka guca intege abishakira gukora bagashika Ku ndoto zabo.Nabo badiaspora baze baritonda mu majambo bavuga muma intervews!
Courage kwiterambere
Kbsa ndakwemey wamuvyeyiwe kugira icushitseko nihangiro wiha kbs❤❤👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽🫶🏽🫶🏽🫶🏽🫶🏽🫶🏽🫶🫶🫶🫶💓💓💓💓💓🩶🩶🩶💯💯💯💯💯💯💯💯💯💯💯💯💯💯
Shaa wew Gael bazogukubita 😂😂
100% you rite
Maman wubahwe 'komeza mutwugurure mumitwe
,👏👏👏👏 image ni top kbx. Ku yindi mphweeeemuuuuu
❤❤❤
Nuko yari afise aho avuka. Woba wagiye hanze utesetse ukavuga ngo wipfuje gusubira inyuma?
Ntabwo araba diaspora gusa nomuburundi abantu bose bajakwifoforeza mubibanza vyiza ivyo nikamere kumuntu. Abantu bose muhuye muri centre ville bashajije sinibazako wogenda umwumwe iwabo wosanga hasanuko bababashajije. Ntabanga rero ngaho ryaba diaspora umenye
Umukubito hejuru caane, Gael turagukunda uratuzanira ivyiyumviro bidufasha
Ndimwo mubahinya izo déceptions kweli!
Elle est très belle uwo mumama wacu
Kaz nabandi twubake igihugu cacu
❤❤❤❤
Eregaburundi ninziza ntagihugu kikiruta ariko ikigoye nizonkwi namazi nahowokoracane ufise kurayoguteka namazi muhira ukaronka ahowoga ntujekuvoma mumisozi usanga vyoroshe ukagira inzunziza niyomagara meza
Madame urateye isoni ntanisoni ubivuganye! Niwivigire wenyene ureke kudutesha urubwa.niba ueiko usaba ibiti hiyo gimayo baguhe urye wicaye. Tu exagère k mm.
Gael wewe number one 👌👌
Ama deception ni menshi pe.Abo tumaze guha amafaranga ibintu ngo dukorane baratwivye baraduheza.Ntamuntu numwe tuganira aho mbaye ataribwa n,abiwabo
Canada niyambere .abo bakobwa bakuriye muri bwabuzima bwo kuyayata bwa buja .ntakibanza kubanebwe .uyo niyigumire muri vacance
felicitation à la maman .afise ivyiyunviroro bitomoye
Mubu Burundi hararyoshe nanje maze indwi imwe mvuyeyo ariko niwokumva ukuntu ndahakumbuye ubuswage bwaho umukeke wow 😋😋😋😋😋
Naho waburonka. Ubukumbuye kuko wari uhagaze neza
I know loads of people in Europe with top jobs in Tech companies! You just need to be focus on your education.
Mukomere Cane Muzemurafasha Nababakurikirana Nkubu Nabona Kwarisawa
Yes we can
Gaël ubirimwo neza
Iyo si Canada yagiyemwo arahaze shn
Ukwo nukuri kbs
Egooo!!!mbanje gushima ivyiyumviro vyanyu Kandi cane.Hama akagohe nobavunira nuko vyoba vyiza mugukora imigambi muburundi mwoba muri hafi yayo kuko abeshi muri twebwe umuntu aguhaye akazi atari hafi mengo arakugabiye gusa urihafi biroroha Kandi bakagukorera ivyushaka Kandi neza
Komeza
Asha iduhanire abateononera kbsa umvugiy akantu😊😊😊
Komeza ubazane bahindure uburundi Hama mutunganye neza uburyo bwiza batokwibwa imitahe yabo
Biragoye Cane Ariko Nukutwiyumvirako Natwe Turinyuma Cane Yuburyo Guko Biratugora Kubera Ataburyo
Mundwi iza aba diasporas nzobereka systeme de control muma domaines amwe amwe kandi muzoshima
Kurima ni vyiza
Komera maman bana
Juste ni Umurundizakazi😂
Sha ntabwo abeshe kabisa nuko ubuzima bumeze
Mukore bantu bacu igihugu giterimbere.
Zokwemera uwuzobanza gusubiza passport
Raba ubwenge bugoramwe ayisubize hama bigende bite
Madame ndakeneye kukubona kw'ifoto uri mukazi. Muri tenu 😂😂
Gaël hezagirwa cane
Bonne emission 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Uwobereka muriamerika umugore arimukazi kinyama zingurube akenyeye imbugita munda umenga numugwanyi
Reka nje i muhira média
Chaine yawe turayiraba gos
It's funny ukuntu twitiranwa na Justin amazina abiri hahahha big up my brother
❤🙂
Gayereyubahwe
Madame ariko haribenshi bakora muri Gouvernement
Muri gouvernement hari ubuzi bwinshi ,hari ubwo bita bwo mubiro nakinguvu wirirwa uhagaz cank ugira livraison n ibindi umuntu yokwibaza ko kagoye cank atokora mais ukaguma witwa umukozi wa gouvernement.
@@ubuntu_257 jewe nashatse kuvuga ako mu bureau harubuzi bwinshi butandukanye ubawicaye kuri desk all day ariko ntibivuze ko koroshe kuko ukoresha umutwe cane and lots of responsibility.
Mwubahwe a badiaspora
❤❤❤❤
Njana ndi saudia nzegukora ikokomunzu nawukore kohanze😂😂
🥰⚘
Nivyo kwel harabantu bibacane abarundi nibisuma
Je t'apprécie Madame
Gayeri Muratuvugira Natwege Turibiremwa Mudusabire
Mbega Gael ko uvugisha abananiwe nokuba hanze gusa, warabuze abahashoboye? Canke ufise mission? Uwo mbega aserukira aba Diaspora ? Ni vyiza ko avuga ivyiwe kuko ababa hanze bose ntibabayeho nkuko yabayeho.
❤❤❤❤❤
Madam ndagushimiye kuko uvuze iwacu neza Igitega
Wahisemwo neza kwirerera abana bawe!!! Système occidental kuri ico kintu nta kigenda vraiment!
Gael mubaze igituma badataha kuguma burundi