SOLUTION COUPLE💝:Special PRANK🔥🔥// Norasque nabana bakoreye PRANK Fanny Lavine yumutse😂😤😢

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 เม.ย. 2024
  • Solution couple :
    Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
    Fanny Lavine:+257 79 210 295
    WE ARE FEARLESS GENERATION!!!!

ความคิดเห็น • 881

  • @user-tr5qq2yz8q
    @user-tr5qq2yz8q 2 หลายเดือนก่อน +240

    Abariko bararaba basoma na commentaire nkanje tumenyane😂😂

    • @AlineNsabimana-jx8sq
      @AlineNsabimana-jx8sq 2 หลายเดือนก่อน

      Nanj nuko diiii

    • @user-uq9mt7yu6l
      @user-uq9mt7yu6l 2 หลายเดือนก่อน +1

      Jyewe nikonama ntakiganir nomar ntarinmir commater😅😅😅😅

    • @user-og4nc3hw7e
      @user-og4nc3hw7e 2 หลายเดือนก่อน +2

      Ndingah kwl ❤❤❤

    • @Nduwayezuclaudine
      @Nduwayezuclaudine 2 หลายเดือนก่อน +1

      Mumeze nkanje ndaba nsoma commente

    • @kubwimanayvette6203
      @kubwimanayvette6203 2 หลายเดือนก่อน +1

      Jewe niko meze😂😂

  • @Alphamediaburundi
    @Alphamediaburundi 2 หลายเดือนก่อน +178

    Kumbe baraz kuririmba Alacia na Nissi abaryohew nkanje mumpe like

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 2 หลายเดือนก่อน +53

    Abakunzi ba solution couple nubwo nacerewe like zanyu ndazikeneye muze tuhatwike 💃💃💃 so courage 💕

    • @EstellaNono
      @EstellaNono 2 หลายเดือนก่อน

      Muhaturire hashe ndabakunda cane

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o 2 หลายเดือนก่อน +59

    Sha ndabona hagiye gusha team nora like yacu muri rwarukundo❤❤

  • @divinetuyisabe4638
    @divinetuyisabe4638 2 หลายเดือนก่อน +49

    Ndabaye uwambere.mumpe like,Hama mubeho mutababaye beza

  • @IradukundaLiesse
    @IradukundaLiesse 2 หลายเดือนก่อน +88

    Ewane abanyuma mumpe izo like

  • @IshimweAkbar
    @IshimweAkbar 2 หลายเดือนก่อน +19

    Nukur mukomeze kuturyoher kumbe alacia na Joshua baraz kuririmb vyiza cane abaryohew nkanj kand bashak nizind prank ni mump like

  • @niyonkuruanastasie9277
    @niyonkuruanastasie9277 2 หลายเดือนก่อน +46

    Mufite umukobwa mwiza😍 muzamushyingire mu Rwanda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

    • @user-wq7ep5gd3q
      @user-wq7ep5gd3q 2 หลายเดือนก่อน +1

      😢😢😢😢😢😢

    • @blandinedusabe
      @blandinedusabe 2 หลายเดือนก่อน +1

      😮😮ngo 😢😢

    • @AlthrayhQw4-kq4ru
      @AlthrayhQw4-kq4ru 2 หลายเดือนก่อน +3

      Ngaha ntamacakubiri turibamwe nabanya Rwanda ☝️☝️

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 2 หลายเดือนก่อน +1

      Muri yamatiku yanyu😜🤮🤮🤮🤮🤮

    • @AlthrayhQw4-kq4ru
      @AlthrayhQw4-kq4ru 2 หลายเดือนก่อน

      @@user-ld9mg1hf2v oya ntayo sorry

  • @graceiradukunda5855
    @graceiradukunda5855 2 หลายเดือนก่อน +37

    😂😂😂😂😂😂 Nora baguhe amashurwee yaw Kui prank ui number one 🥳🥳🥳🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 2 หลายเดือนก่อน +28

    Ukuntu umwana abasezeye nivyo biryoheyee😂😂😂

  • @ameame9588
    @ameame9588 2 หลายเดือนก่อน +48

    Umuryango wishimye🥰abakunda uyu muryango nkanje mumpe udu❤❤❤❤

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 2 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤

    • @user-on2dj1dj2v
      @user-on2dj1dj2v 2 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤

    • @user-mg6gq8lz1g
      @user-mg6gq8lz1g 2 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤ndabafana

    • @user-ow7bq7qf7q
      @user-ow7bq7qf7q 2 หลายเดือนก่อน

      Mubamwabivuganye zamurek kutubesha noe mwozamuravuga nkuko arimucumba ham akarek kubuva

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 2 หลายเดือนก่อน

      ​@@user-ow7bq7qf7qnange biransiga ibibint😂😂

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 2 หลายเดือนก่อน +21

    Abaribakumbuye kubona fanny arikarira 😂gonga like😂

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 2 หลายเดือนก่อน +17

    Abaribakumbuyek fanny asubizwa prank nkanje gonga like nubwonatevy kurabikiganiro 😂

  • @user-tw5jw1tr9y
    @user-tw5jw1tr9y 2 หลายเดือนก่อน +7

    Abakunda gucegwa nkanj mump lik 😂🎉❤

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 2 หลายเดือนก่อน +10

    Fanny Salama😂 Norasque mugiye muvyo gukina sha uzorira neza😂😂😂nawe ati rero namasengesho urajako umuntu yabonye Fanny arira ariko arasenga kubera Norasque mumpereze Aka emoji gashoboka😂😂

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 2 หลายเดือนก่อน +11

    Alacia na Nissi bwarantwengeje🤣🤣🤣🤣 ico bikoze murabagome mwafashije Nora kuriza maman wanyu😅😅 mwubahwe Bana mwabikoze neza🌹🌹🌹❤️❤️🙏

  • @user-nc4ld6yg5g
    @user-nc4ld6yg5g 2 หลายเดือนก่อน +12

    Whaouh courage cane gusa Fanny nawe uratwenz numukinyi wa film harico adashoboye nivy vyo kwiboreza biri mu kazi Akora ndabakunda Can solution couple❤❤❤❤

  • @lydi791
    @lydi791 2 หลายเดือนก่อน +13

    🤣🤣🤣🤣mutoto akitaka wembe mupe 😂😂😂Fanny waravyisabiye Prank sasa kula chuma😂😂😂

  • @user-ts8ho8bx2z
    @user-ts8ho8bx2z 2 หลายเดือนก่อน +18

    Jewe muzonankuraho kubintu muriko mutugirira xo ndabakunda muvyumve

  • @nicoleiradukunda4698
    @nicoleiradukunda4698 2 หลายเดือนก่อน +4

    Abakunda iyo famille mumpe liké basha abavyumva nkuko mvyumva kora hano🖐️

  • @MugishaAdinette
    @MugishaAdinette 2 หลายเดือนก่อน +5

    Hahhahahaha ndakwemeye mukobwa uzi ibintu vyinshi urugande turazi gusirika courrage ibintu muriko murabigenza neza❤❤❤❤❤

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndapfuye nogutwenga
    Bien joué Nono n’abana 👌
    Mamlawo jikaze
    Ndabakunda basha ❤️❤️❤️

  • @JoellaHavyarimana
    @JoellaHavyarimana 2 หลายเดือนก่อน +17

    Reka ndabe akantukuyumusi ndazi sibwabwana😂😂😂

    • @IrakozeAnitha-dk1qk
      @IrakozeAnitha-dk1qk 2 หลายเดือนก่อน +2

      Nacerewe abaza nyuma mundemere😂😂😂😂😂

  • @NsengimanaBertrand
    @NsengimanaBertrand 2 หลายเดือนก่อน +11

    Waoooh my favorite family hejuru cne ndabakunda❤❤❤

  • @GiftBella-de5hz
    @GiftBella-de5hz 2 หลายเดือนก่อน +3

    😂😂😂😂😂😂Amarira yawe ari hafi😂😂😂😂uzohava ugwara. Imana izokurinde kurizwa na Nono atari prank

  • @user-tw3fz3zc4i
    @user-tw3fz3zc4i 2 หลายเดือนก่อน +1

    🎉🎉🎉 solution couple ❤❤❤ kabisa urazi gutegura pe

  • @niyonzimabebyna
    @niyonzimabebyna 2 หลายเดือนก่อน +20

    Solution couple kbx turahatwika nampaka nta rungu vrt murakunzwe nanje ❤

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 2 หลายเดือนก่อน +4

    Nukuri famille yanyu iratesa ingen Joshua aramukanya na Norasque na mama wiwe muraryohera vraiment ❤❤❤❤

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂 irung ntitugir pe 🥰🥰 jew ndabemer bandany muduh tubar❤❤❤❤

  • @MamadembeleLadouce
    @MamadembeleLadouce 2 หลายเดือนก่อน +1

    Waoooooo mbega prank nziza 😊😊😊😊😊 ryamy nezerew vrmt Ntare yubahwe cane

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 หลายเดือนก่อน +2

    Fany uko wigenje uyumusi baragukomye pe gusa ❤❤❤mudukorerumusi courageux

  • @user-jv8pr5yv2s
    @user-jv8pr5yv2s 2 หลายเดือนก่อน +1

    Solution family hejuru.Mwese muri aba stars muri iyo nzu.Ndabafana.Naho mwoba mwabiteguye tuzoguma turabakunda kuko harimwo inyigisho

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 2 หลายเดือนก่อน

    Ego vrt izo mwahora mukora iyuno musi ni 🔥🔥👌👌🤸🤸courage vrm ❤❤

  • @nielidauenglish
    @nielidauenglish 2 หลายเดือนก่อน +3

    😂😂😂😂i love the way umwe wese muri intro ya prank yiwe avuga ko arenze atagira iz'uburofa😂😂😂

  • @VestineNdayikeza-de7co
    @VestineNdayikeza-de7co 2 หลายเดือนก่อน +2

    Ikinezer urabikora unezerew naw yagukorer prank ukaca wiririr bikaryoher nono mug ureke kugum undiriza umuvyeyi wanj kugum arir lavine ndagukunda siwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @AaAa-wz6wy
    @AaAa-wz6wy 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iyi prank vrt si bwabwan kbsa big up😂❤

  • @user-qd3jb8hn2q
    @user-qd3jb8hn2q 2 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂❤❤ ayo ma prank yiwanyu azabakorera akantu kabi kweli Fanny Lavine ntayashoboye mumureke y'itekanire

  • @OdetteNTIBIGAYA
    @OdetteNTIBIGAYA 2 หลายเดือนก่อน +1

    Waouh.prank nziza cane,burya warikuvyemera kwarara muri salon.

  • @tumainionesimo6321
    @tumainionesimo6321 2 หลายเดือนก่อน +14

    Mfise ubwoba ko ivyo mukina bizohava biba nyavyo,,rero nk'umukristo mugenzi wanyu,nabahanura gukina ibintu biri positive,,,kuko satani agira ic'ahagazeko❤❤❤,ndabakunda

    • @marymgort1160
      @marymgort1160 2 หลายเดือนก่อน

      Ahoho namafilm bocabayaheb kuko na film ntibiba arivyo😅😅

    • @DELICIAIRAKOZE-gi2cq
      @DELICIAIRAKOZE-gi2cq 2 หลายเดือนก่อน

      Uko n'ukuri kweli kuko n'a film n'ububeshi n'ibintu aba tari ivyanyavyo

    • @ffhcgggcjc-ix7fs
      @ffhcgggcjc-ix7fs 2 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂

    • @ffhcgggcjc-ix7fs
      @ffhcgggcjc-ix7fs 2 หลายเดือนก่อน

      Ahubwo.niwe urumu.kirisu😂wenyene.twe ntabukirisu.dufise😂😂😂😂

    • @ira_faira_fa8010
      @ira_faira_fa8010 2 หลายเดือนก่อน

      Weho uraruzanye😂😂😂

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 2 หลายเดือนก่อน +2

    Alacia yatwenze😂 ngo turasirika😂 Happy family😂muzonyica mbere😂ntayindi prank isigaye mur stock muduhe😂numv vyanseko ndayihimba😂

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 2 หลายเดือนก่อน +11

    Ewe Norasque nukuri uguma umubabaza Fanny 🤣🤣

  • @Cycy129
    @Cycy129 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nice familly ❤❤❤mukomeze mugubwa neza turabakunda caneeee😂😂😂🎉🎉🎉

  • @charitemanirakiza1200
    @charitemanirakiza1200 2 หลายเดือนก่อน +2

    Nora izo Prank zanyu murazipanga ntimutubeshe gusa ndabakunda cane❤❤❤

  • @user-hx8xq6vp2i
    @user-hx8xq6vp2i 2 หลายเดือนก่อน +1

    Yoooo manawe muramukoreyeko peee gusa ndabakunda❤️❤️🤣🤣

  • @JoselyneKajeneza-ry4tx
    @JoselyneKajeneza-ry4tx 2 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂😂 mwebwe ga yemwe gusa Imana irushirize kubagirira neza

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765 2 หลายเดือนก่อน +3

    Yeeeeyeeee ubuniyumwoto peeeeeee rekandab

  • @LythiaIrirakiza-ji2ll
    @LythiaIrirakiza-ji2ll 2 หลายเดือนก่อน

    🤣🤣🤣Fanny wanj disii pol xn nukur nono ubahwa kbx Tora 💐💐💐💐💐yawe

  • @mukahirwajeannette4153
    @mukahirwajeannette4153 2 หลายเดือนก่อน +8

    Njye rero ndumva ibintu by'amaprank mwabireka kuko guhora uriza fanny simbymva neza

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ibibintu vyukuriza maman lao sivyiza nukr🤣🤣🤣🤣 GS ntanguye gutwenga ntaranayimara😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 solution couple hejuru cane✌️✌️ muzonaturanguza

  • @mediatricemanirambona4989
    @mediatricemanirambona4989 2 หลายเดือนก่อน +2

    Sha Nono arategura nukuri manaweee dumiw aga prank keza gatomoy neza😂

  • @FarinaMassoud-kx7es
    @FarinaMassoud-kx7es 2 หลายเดือนก่อน +2

    Norasque ndakwemeye kwl 🎉🎉🎉nayawe kwl 👏👏👏

  • @ParfaiteNdungutse
    @ParfaiteNdungutse 2 หลายเดือนก่อน

    Sha Nola wubahwe Imana ikuzigame igume iguha nimigisha wewe urazi komora ibikomere uko ushobozwa n'a Ndiho kk Ndiho we yomora kukurusha ndaba❤❤❤

  • @EveryneManirafasha
    @EveryneManirafasha 2 หลายเดือนก่อน +4

    Uyumusi murantwengeje kugezanaho babah amashugwe yanyu vmnt nono uyumus sibwabwana 🎉🎉🎉🎉

  • @user-jt2ue2qd8l
    @user-jt2ue2qd8l 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nora uri umu acteur wa vrai kabisa😂😂😂
    Imboregwa ya kweli😂😂😂😂😂😂

  • @niyonkururasimerody-ib4wi
    @niyonkururasimerody-ib4wi 2 หลายเดือนก่อน +5

    Solution couple Reo hejuru mubicu🎉🎉

  • @deconiyongabo9745
    @deconiyongabo9745 2 หลายเดือนก่อน +2

    Iyi yoyo nagakura😂😂😂😂jewe ndi team Norasque unomusi

  • @emelynecimpaye6630
    @emelynecimpaye6630 2 หลายเดือนก่อน

    Kwl 😂😂 ❤❤courage ntimutwicisha irungu ❤❤😂😂😂

  • @RehemaHussein-pt9ic
    @RehemaHussein-pt9ic 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂maskini ivyo vya prank nimubihebe kuko izohava ibateranya nukuri so turabakunda❤❤❤

  • @GahimbareClairia
    @GahimbareClairia หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda bashaaa muranryoher cn♥️♥️♥️♥️

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765 2 หลายเดือนก่อน +5

    Yaaaaa mbayuwambere rinda urarira Ubu irumutse

  • @user-pf2bu4hn1j
    @user-pf2bu4hn1j 2 หลายเดือนก่อน +3

    ❤❤❤❤😂😂😂😂nuranyishe ukonaje ngaha ntakowabonye😂😂😂😂😂

  • @belyseniyonkenguruka4585
    @belyseniyonkenguruka4585 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂juuu sna😂😂😂😂muranezerez wallah Love yuuuuuu so much solution couple 🔥🔥🔥🔥❤

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 2 หลายเดือนก่อน +2

    Famille imeze neza Imana ibubakire❤❤❤

  • @EstellaNTAKARUTIMANA
    @EstellaNTAKARUTIMANA 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂 Alacia ati sije nohahera ndakomboroza ikidaji

  • @divinendabarushimana9506
    @divinendabarushimana9506 2 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda ❤ikosa nokora nuk mwoposta ikintu simbe mubakiraba ❤

  • @nesdolandayisaba3335
    @nesdolandayisaba3335 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂yoooo,iyo prank niyo ya kwanza😅😅 ndakwemey Ntare🎉

  • @user-sq9us1ol4o
    @user-sq9us1ol4o 2 หลายเดือนก่อน

    Abana baba star, nibo ba star pee !!!!
    Urugo ruzimaa

  • @user-kx5jy6zw2d
    @user-kx5jy6zw2d 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabakunda cane Hanny natwe tumukorerero

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 2 หลายเดือนก่อน

    Nukurii vrmt mwigumir mu munyenga❤❤ urukundo hejuru caneee

  • @LouiseNiyogusengwa
    @LouiseNiyogusengwa หลายเดือนก่อน

    Umunezeto wanyu nizo nkomezi zuhoraho ndabikundiraa munkuyeho ndabknd cn😍😍❤❤❤

  • @KevineIradukunda-gm7od
    @KevineIradukunda-gm7od 2 หลายเดือนก่อน +4

    Ndaj ntweng nongera ndira 😂😂😂😂 basi ndabakunda mubirimwo neza

    • @IrambonaJoyeuse
      @IrambonaJoyeuse 2 หลายเดือนก่อน

      Fa yooo ntaribi nawe uzomurabire ndakwizeye

  • @lionelkatihabwa7320
    @lionelkatihabwa7320 2 หลายเดือนก่อน +1

    Inzoga woyinwa ntanimoterez ngwayumv!Izo muba mwaziteguye😂 Nuko nyn Ariko kazi kanyu ahandiho ntivyaribintu😄😄

  • @pascalinensengiyumva3821
    @pascalinensengiyumva3821 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂ndamanyutse.Fanny baragukoreyeko.None nawe mukwigira uwejo😂😂😂. solution couple mwubahwe❤

  • @DjumaNdayishimiye-rc7ol
    @DjumaNdayishimiye-rc7ol 2 หลายเดือนก่อน +1

    ariko mana nubwo mbayuwanyum ndaryohew mundemeyumusi nukur ariko nono wew rr uzuriz Faxine wacu bibi turabemer knd muraturyoher❤❤❤❤😊

  • @user-cy4cx5fu3i
    @user-cy4cx5fu3i 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂ibintu vyos birashisha vyoseeeee vyoseeeee!!! Ew Nora sha

  • @JoyeuseIrankunda-gy5mn
    @JoyeuseIrankunda-gy5mn 2 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cyane pe Solution couple mwaziye igihe

  • @jaliairakoze6617
    @jaliairakoze6617 2 หลายเดือนก่อน +2

    Iyi Prank yariyooo ariko nuko muba mwabiteguye fanny nawe yabishizemwo agasuzuguro keshi😂😂😂nubwo vyari kuba arivyo wari kumuyengayenga ukazobimubaza ejo ariko kumuzanira ishuka ngwarare muri.salo wapi😃😃😃

  • @user-kn2rc9gx2c
    @user-kn2rc9gx2c 2 หลายเดือนก่อน +5

    Abo bana n igitangaza. Ukuntu biyumvamwo Norasque biranezereje. Uhav ufatwa uriko uravuga cane.

  • @NiragiraOscar-nv4ud
    @NiragiraOscar-nv4ud 2 หลายเดือนก่อน

    Nono uraz kwiboreza kwl😀 maman lao nguko nanj ngaha ntavyuzi. Azobigenz kury nyen🤗🤗 ntazik wew udakangwa.

  • @kimana8818
    @kimana8818 2 หลายเดือนก่อน +1

    Guherubu nd team norasque,,🤣🤣🤣🤣🤣 mpak Fanny ahevy ivy bintu vy kwiriza

  • @Cirakoze318
    @Cirakoze318 หลายเดือนก่อน

    Yoooo imana ibahezagire Nukuri 😊

  • @niyonizigiyefrancinefafa7877
    @niyonizigiyefrancinefafa7877 หลายเดือนก่อน

    Mpol fan kafashe❤❤❤❤

  • @user-oy9vj2hd3m
    @user-oy9vj2hd3m 2 หลายเดือนก่อน +2

    Yooooo ntunanirwe nukur😂😂😂

  • @alineirankunda425
    @alineirankunda425 2 หลายเดือนก่อน

    Cakoze uramukomy kwer umukoreye prank yubweng pe!!!❤❤❤from rumonge

  • @user-qw2mq8ux5i
    @user-qw2mq8ux5i 2 หลายเดือนก่อน +1

    J ico nohanur Fanny wnj yogabany kurir agafat k ibiba vyos ar ama prank kk...Gs niw wamuvyonzee🎉🎉🎉

  • @user-qf7nd1et3g
    @user-qf7nd1et3g 2 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda caneee birenze

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nukuri ndabakunda cane pee😂😂😂😂😂❤❤❤

  • @Glorious-nt9qp
    @Glorious-nt9qp 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndaryohewe fanny uvyifayamwo neza merci beaucoup ma Bell chérie

  • @nikuzelouise-dh1nl
    @nikuzelouise-dh1nl 2 หลายเดือนก่อน +1

    Sha uramukomye kabisa ❤❤❤

  • @user-lt2il4se2z
    @user-lt2il4se2z 2 หลายเดือนก่อน +3

    Kanyuzi yigana prank za Fleury 😅😅😅😂😂😂

  • @user-ot9nl9ik2s
    @user-ot9nl9ik2s 2 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cneee vrt 😘😘😘😘

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂Ntavyo waruzi, kayinwa, nubi menye, kauinwa😂

  • @user-re5je9sd9y
    @user-re5je9sd9y 2 หลายเดือนก่อน +1

    Natanguye gutwenga ntarayibona❤❤❤

  • @AngemarieIgiraneza
    @AngemarieIgiraneza 2 หลายเดือนก่อน

    Karafash disiiiiii😅😅😅😅ew mukam urugo rwiza bagenz bacu🥰🥰🥰

  • @FideleNzisabira-gn9nz
    @FideleNzisabira-gn9nz 2 หลายเดือนก่อน +1

    Oooooh mvugik ndekik so ndab♥️♥️♥️♥️

  • @EricBizindavyi-of9cf
    @EricBizindavyi-of9cf หลายเดือนก่อน

    Aragukomy kwer😂😂😂😂gusa ndabakunda caaaaan❤❤❤❤

  • @user-vw6yw5to9l
    @user-vw6yw5to9l 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂 ngashuka vrmt ❤❤mwirambire

  • @Deliciaiteriteka
    @Deliciaiteriteka 2 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda caaanee

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂murantesa basha ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ezechielnkeshimana9492
    @ezechielnkeshimana9492 2 หลายเดือนก่อน

    😂 yooooo fani Disi ntanukwumva akamoto ka énergie ? Jewe nono naca nimotereza icupa!!