SOLUTION COUPLE PRANK 💝:Fanny Lavine arishe urugendo rwakazi kubera PRANK 🤕🤭

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ก.ค. 2024
  • Solution couple :
    Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
    Fanny Lavine:+257 79 210 295
    WE ARE FEARLESS GENERATION

ความคิดเห็น • 574

  • @FauziaAkeza
    @FauziaAkeza 10 วันที่ผ่านมา +51

    Abari bakumbuye Prank nkanje mumpe Like bakunzi ❤❤❤❤ kutoka 🇰🇪

    • @vyukusengechantalchantal8899
      @vyukusengechantalchantal8899 10 วันที่ผ่านมา +2

      Ndabakunda kweri

    • @RittaRitta-gi1tf
      @RittaRitta-gi1tf 10 วันที่ผ่านมา +1

      Buretse iyiheruka yariyankuyemwo umutima kwer

    • @user-sc8ek1qu6z
      @user-sc8ek1qu6z 10 วันที่ผ่านมา +1

      Murarenze kwr 😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i 10 วันที่ผ่านมา +38

    Ababona courage Nono afise bampe like😂😂

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r 10 วันที่ผ่านมา +28

    Gusa ico nkundira fico arazi valeurs zumu dames murugo. Azubaka 😂

    • @claudinebayubahe-jx8yq
      @claudinebayubahe-jx8yq 8 วันที่ผ่านมา

      Arubaha cne shaa uwo musore ndamukunze arubahiriza agateka kumuntu

  • @GuygoleNimwiza
    @GuygoleNimwiza 10 วันที่ผ่านมา +35

    Abakund solution couple nkanj mump like tubandany twiryoherererw nivya lavine na nono❤

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i 10 วันที่ผ่านมา +35

    Anita ngo yiparitse imbere ewe Fico urakunda Belle soeur 😂😂😂😂

    • @DusengeCynthia
      @DusengeCynthia 10 วันที่ผ่านมา +1

      Nukuri fico fico aramukunda murabonye kuntu asohoye iryakabiri Anita ngintiyicare mumodoka

    • @AyinkamiyeLadoucepamela
      @AyinkamiyeLadoucepamela 9 วันที่ผ่านมา

      Cane nukuri 😢

  • @user-uz7rt3gk3q
    @user-uz7rt3gk3q 10 วันที่ผ่านมา +10

    Fico ndakwemeye urakunda bofuwawep.imana iguhezagire uzohoruko kabisa.urashigikira Bofu wawe nukuri❤❤❤❤

  • @user-cc5cl6tv1w
    @user-cc5cl6tv1w 10 วันที่ผ่านมา +5

    Ababony fico fiko amurwanirir Fanny ampe lik 😂😂❤❤🎉🎉

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 10 วันที่ผ่านมา +6

    Abakunzi ba show muri he like zabacere ndazihabwe 😂😂 abandi mukagira amakuru 🎉

  • @GgGg-bb3xr
    @GgGg-bb3xr 10 วันที่ผ่านมา +8

    Gus ivyobint Fanny agir sivyo kand abazi komwiyemej gukin prank Fanny wamaz kumva kwar prank bukur ibint vyogushavur cn kubr aba ari prnk gusa ndab❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-co7ff7it9i
    @user-co7ff7it9i 10 วันที่ผ่านมา +7

    Fiko fiko ndakunze ukuntu ugwanirira belle soeur waw uramukunda nukur sohora uwo mukobwa ave mukibanza ca fani

  • @AliciaDavina-k2p
    @AliciaDavina-k2p 10 วันที่ผ่านมา +4

    Ewe fiko fiko sha kuri belle soeur wiwe nokumwitangira yomwitangira ngo naw umenga wayiguze ewe Anita ayubinye siyo❤❤❤😂😂

  • @francineningabire2660
    @francineningabire2660 10 วันที่ผ่านมา +13

    Fanny rrooo 😂😂😂. Ni prank tekerezaaa😂😂😂. Wew naguhanuriy gufata ibintu vyose nka prank, niho uzob ubishoboy, si non umugabo waw yakenyey pe😂😂😂😂

    • @twunguranetv
      @twunguranetv 10 วันที่ผ่านมา +2

      😂😂😂😂

    • @sarasara-ur6nz
      @sarasara-ur6nz 10 วันที่ผ่านมา +2

      😂😂😂😂😂😂

    • @dododolinenshimirimana3112
      @dododolinenshimirimana3112 8 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂😂

    • @sainteaudreyg3458
      @sainteaudreyg3458 8 วันที่ผ่านมา +1

      Wamuhanuye neza cane😂😂prank ni prank kandi nawenyene arazikora😂😂iyo ni faiblesse yerekanye

    • @francineningabire2660
      @francineningabire2660 7 วันที่ผ่านมา

      @@sainteaudreyg3458 niko biri pe. Yihangane cane, tw impanuro za gusa twazimuhay, niyashaka azozigendere

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 10 วันที่ผ่านมา +3

    Nono ngo ibintu birabaye akajembegete🤣🤣🤣🤣🤣 Fiko Fico nahora ndagukunda ubuho ngukunze kurushaho akira aya yose nayawe🌹🌹🌹🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🥀🥀🌻🌻🌻

  • @Eddydaniel-fm2xw
    @Eddydaniel-fm2xw 10 วันที่ผ่านมา +5

    Fiko ndakwemeye kweli urakunda belle soeur wawe Sha Kandi ukamuvugira abandi usanga aruguteranya gusa

  • @Elianemunezero-257d
    @Elianemunezero-257d 10 วันที่ผ่านมา +6

    Waaooo fico sha ubay intwari coup du chapeau fico 🎉🎉❤❤ solution couple hejuru ❤❤❤❤

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 10 วันที่ผ่านมา +16

    Abakunzib solution coupl nkanje mwankandiyekur foto yanje murirwarukundo nyene❤

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 10 วันที่ผ่านมา +7

    Fiko usigaye ufise ubwenge nkubwabadame😂👌🇧🇮Gsa Nono inguvu ukoresha mugusubiza kumurongo Fanny après ya prank ndabona bitaba vyoroshe😂😂😂🇧🇮🇧🇮

  • @HabicigombaEmelyne-vl2pj
    @HabicigombaEmelyne-vl2pj 10 วันที่ผ่านมา +6

    Burya Fanny Ubu prank zaramurambiy namb mutabibona.kare ishavu ryarahera akaramuts abantu arik Ubu vyarahezz😮😮😮😮

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i 10 วันที่ผ่านมา +7

    ❤😂😂😂😂 ntarabona vyinshi ngo kuyerera uuuuuu Nora urakubitwa n'a Team Fanny

  • @beatriceinagasandasanda1583
    @beatriceinagasandasanda1583 10 วันที่ผ่านมา +5

    Fico fico rro aranryohera gute ariko aravuga belle sœur 😂😂😂yamurose amukeneye😂😂

  • @alinenininahazwe3223
    @alinenininahazwe3223 10 วันที่ผ่านมา +3

    Fiko ni umuntu w'umushingantahe peee🙏🙏coup de chapeau! Fanny azokwirinde kumushayako kuko ni incuti nziza

  • @user-qd3jb8hn2q
    @user-qd3jb8hn2q 10 วันที่ผ่านมา +2

    Uzarwaza Fanny tension kweli none wewe Fanny nguhanure uraziko mugiranira prank iminsi yose wewe tekana vyose ivya Nono biba ari prank jyuba ariko urabifata uko nyene ninama nakugira sinon urapfuye vuba .Fiko akunda Fanny sha😂😂😂

  • @user-uo5mq6xb9i
    @user-uo5mq6xb9i 10 วันที่ผ่านมา +2

    Fanny yigira bébé mumutwe kandi ariwe yatanguje ama prank ba wemera mugihe ifashe uti ndemeye coup de chapeau kuri chr wanje apana kuguma wiriza

  • @fabiolaFabiola-et4jb
    @fabiolaFabiola-et4jb 10 วันที่ผ่านมา +11

    Fiko fiko urerekanye urukundo nyarwo kwa belle soeur;iyo mukoze prank umenga biriko birambako,ndashishimurwa can kuko nono ntampuhwe ashiramwo nikijesh gusa,numva fanny wanje yobiheba kuko yorwara tension mumyaka mike yifitiye!

  • @mediatricemanirambona4989
    @mediatricemanirambona4989 10 วันที่ผ่านมา +3

    Fanny wew vyose nukubifata nka prank ukareka kwishavuza uzosanga ataco bikubwira kweli

  • @DivineTuyikeze
    @DivineTuyikeze 10 วันที่ผ่านมา +8

    Nono muriyimis waganguye kuma prank

  • @ChantalMarieKwizera
    @ChantalMarieKwizera 10 วันที่ผ่านมา +4

    Nukuri narinkumbuye prank kubakunda naho n,imana irabizi Kuko kuva lundi sije mbona vendredi irageze

  • @Mugishafransine
    @Mugishafransine 10 วันที่ผ่านมา +6

    Ngiye nazinduka kwle😂😂😂😂😂.nkaba mbaye uwi7🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @MediaMedy
    @MediaMedy 10 วันที่ผ่านมา +2

    Fiko fiko wanguuu nampendaaa walah🤣🤣🤣🤣 ngo sohokaa vimbere oka rero akooo nkakunda ukuntuuu unkunda belle soeur naco nikintuuu kizimaaa❤

  • @jeannenirere743
    @jeannenirere743 10 วันที่ผ่านมา +3

    Urukundo fiko akunda Fanny rurarenze nukuri kabisa wubahwe

  • @user-ng8py9io4z
    @user-ng8py9io4z 10 วันที่ผ่านมา +3

    Ewe fiko hhhhh Fanny urakunzwe 🥰fiko yogupfira icoza comubanza kuri wewe turabakunda❤️

  • @musoLE123
    @musoLE123 10 วันที่ผ่านมา +3

    yooo Fico😂arafana umugore wa mwenewabo❤🎉nivyiza uri Directe ntushigikira amafuti

  • @AudreilleIgiraneza
    @AudreilleIgiraneza 10 วันที่ผ่านมา +2

    Fanny nukuri je ndakumbuy nawe umukorere prank kuko norasque ndabona yavyiharaje cane😌gusa ndabakunda cane😘

  • @AthanaseKavaburaya
    @AthanaseKavaburaya 10 วันที่ผ่านมา +3

    Eeeeeh uyumusi lavine aravyifashemwo nabi Kuko ntiyarakwiye gufata ingingo yanyuma

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz 10 วันที่ผ่านมา +2

    Fico Fiko atitaye kuri prank yakorewe ateguye agatego Norasque yitegeye😂😂😂 ewe fico sha gusa uramukunze Fanny vrt wama umuvugira akira amashugwe yawee🎉🎉🎉🎉

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 10 วันที่ผ่านมา +4

    Yew Fiko arihay umuntu mbeg urukundo ukunda Belle soeur, Fanny aragumuts karabay na tournage irasivy😂😂😂 ni kome ntakundi

  • @AngeMerveilleIrankunda-dh7uj
    @AngeMerveilleIrankunda-dh7uj 10 วันที่ผ่านมา +5

    Abakunzi ba Nono tumenyan👋

    • @LeoncieNiyibitanga-qs1ph
      @LeoncieNiyibitanga-qs1ph 10 วันที่ผ่านมา +2

      Fico nukur urumuntu wumugabo peee akomez kuba hafi fann fiko ubundiko ndabon nor azomugwaz umutima umugore wiwe ndabakund cn mwubahwe cn mugir iman nabant

  • @anemarry8755
    @anemarry8755 9 วันที่ผ่านมา +1

    Fico fico amashurwe nayawe kabx fanny humura urarinzwe peee❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-sq9us1ol4o
    @user-sq9us1ol4o 10 วันที่ผ่านมา +6

    Fico Fico,
    Ndakwemeye caane😂😂😂😂

  • @maombisuzana7184
    @maombisuzana7184 10 วันที่ผ่านมา +3

    Fikofiko ndemey p belle soeur waw urakunda vyukur naband bigireh❤❤❤

  • @donavinensabimana6692
    @donavinensabimana6692 10 วันที่ผ่านมา +6

    Fanny yararose umu porte parole ariwe fikofiko😂😂😂

  • @user-ed9px8sb2r
    @user-ed9px8sb2r 10 วันที่ผ่านมา +5

    😂 Fiko iyo pok et irashisha. Ariko umwana waband wagira umudunde nka tenis😅

  • @nishimweclaire
    @nishimweclaire 10 วันที่ผ่านมา +2

    Non urategura kbx Fanny zuremer ufise umugabo arenze✅numuteguzi kbx

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 10 วันที่ผ่านมา +3

    Ndabemera ntimutunyoteza kuri prank ❤❤❤❤❤❤❤❤❤mwubahwe nono namama lao🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-zu8xm4us9v
    @user-zu8xm4us9v 10 วันที่ผ่านมา +4

    Ewe fiko ntushaka ko mama Lao bamucamwo pe ngo ntakwicara imbere 😂😂

  • @MariusNibayubahe
    @MariusNibayubahe 10 วันที่ผ่านมา +3

    😂😂😂Nono,uzondondere nkuh akantu gakanye shaa knd courage,prank uzihevy tuzoca tugira "dé..."😂😂😂

  • @AngeliqueNiyonemera
    @AngeliqueNiyonemera 10 วันที่ผ่านมา +3

    Fiko wabishizemwo inzigo nawe mugukwega annita😂😂😂😂😂😂

  • @KevineIradukunda-gm7od
    @KevineIradukunda-gm7od 10 วันที่ผ่านมา +3

    Fico disi yikundira Belle soeur bimw birenz ❤❤🎉🎉🎉

    • @KsaKsa-du6uy
      @KsaKsa-du6uy 10 วันที่ผ่านมา

      ❤❤❤❤cane nukur❤❤🎉🎉🎉

  • @user-ny3km6vy8p
    @user-ny3km6vy8p 10 วันที่ผ่านมา +13

    Ficofico oyeeeee uruwamber ndabon Fanny arashigikiw gus rer Anitha naw urahatsw wallah gend wih pol team Fanny 💞

  • @user-xi4ej1tm8k
    @user-xi4ej1tm8k 10 วันที่ผ่านมา +3

    Solution couple kur cne nih ndabipfurij gushik mubikor nez cne ndab❤❤❤❤

  • @lylyjessicaabera3060
    @lylyjessicaabera3060 10 วันที่ผ่านมา +4

    Ndumiweee na ficooo 🙊🙊🙊🙊🙆🏻‍♂️🙆🏻‍♂️🙆🏻‍♂️

  • @CiellaEmerusenge-rs2ej
    @CiellaEmerusenge-rs2ej 10 วันที่ผ่านมา +3

    Nshimishijwe n'ukuntu fiko ashigikira fanny🎉🎉❤❤❤

  • @user-tc7ol8ug1j
    @user-tc7ol8ug1j 10 วันที่ผ่านมา +5

    Plank mukora harimwo n'a sport 😂

  • @Nadinekwizera
    @Nadinekwizera 10 วันที่ผ่านมา +4

    Ficooooooo arafana belle soeur ndabibonye🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @uwurukundobella-uv4xx
    @uwurukundobella-uv4xx 10 วันที่ผ่านมา +2

    Nanje noshavura,Ayo ma pranks ya Norasque ararenze, ibintu bishavuja nkuku naje nokwichaufa😢😂❤❤

  • @TantineZuzu
    @TantineZuzu 10 วันที่ผ่านมา +2

    Non yemwe ndababaze team fanny iryo tiro murimwo nitiro nyabaki ?? 😂😂😂😂❤❤❤

  • @AncileKANEZA
    @AncileKANEZA 10 วันที่ผ่านมา +3

    Fanny wubahwe nukuri,arijewe vyongora kwifata ibara ryogwa sindababeshe.

  • @JosianeINATERAMA
    @JosianeINATERAMA 10 วันที่ผ่านมา +1

    Aintha wasaze 🤣🤣ugeze mugutera ama prank nawe.baraguhakije shaa uzosubire.Fany ntihagire ikintu nakimw kizosubira kugushavuza fata vyose ko ari prank se tout.ariko turashaka mutubwire si vyukuri urugendo rwapfuye

  • @RebeccaUwizeyimana-dd4zg
    @RebeccaUwizeyimana-dd4zg 10 วันที่ผ่านมา +1

    Norasque nukuri wew uransetsa,gusa vrm urumw kumubumbe

  • @Thierrynse
    @Thierrynse 10 วันที่ผ่านมา +1

    Nta bishasha nta bishasha norasque uratanguye prank zububono xo wabigize mumwanya mubiii gx ndaba❤❤❤❤❤xna

  • @enihacoleofficiel2689
    @enihacoleofficiel2689 8 วันที่ผ่านมา +1

    Prank zanyu zisigaye zimbihira kuko muduhenda ni prank kumbe nivyomwateguy😢

  • @user-nb7to8br7v
    @user-nb7to8br7v 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Akogakobwa nako karaneteza ngo naho nokwicara imbere ntaco!!! Mumosoka Fanny yiguriye!! Ahubwo muribona kweri

  • @user-to3jz3eu2t
    @user-to3jz3eu2t 10 วันที่ผ่านมา +3

    Fik ararwaniye cemeg Basha muramvunagiye imbavu 😂😂 ❤gusa ndabikundira

  • @MugishaLiesse-be9kz
    @MugishaLiesse-be9kz 10 วันที่ผ่านมา +2

    Nono hejuru cnee🎉🎉gusa fanny yamanitse amaboko😂😂😂kwl kur prank umukorera yabonye kukir uwambere kwl😂😂😂😂😂😂

  • @kimana8818
    @kimana8818 10 วันที่ผ่านมา +1

    Yooo fiko fiko umuntu w'umushingantahe👌👌👌 ur gahuza miryango nukur ukomez ub umunt w'umugabo nkuko

  • @haha1301
    @haha1301 10 วันที่ผ่านมา +2

    Fico fico urakunda belle soeur wawe kweri ❤❤❤❤

  • @user-uj4yh2pc6s
    @user-uj4yh2pc6s 2 วันที่ผ่านมา +1

    Jew njenkabura prank yanyu caryama muraryohera❤❤❤

  • @LydiaNininahazwe-th9rb
    @LydiaNininahazwe-th9rb 10 วันที่ผ่านมา +1

    Ndakunda ukunt mwibaniy muraryohera caneee murakama mwongere murambanee❤❤

  • @RittaRitta-gi1tf
    @RittaRitta-gi1tf 10 วันที่ผ่านมา +1

    Wefikofiko baragukura ayimbere weho ntiwiyibagire uyomukobwa ndamwemeye kunyishuziwe imodoka niyabose igitanda naco nicumugabo numugore😂😂😂😂😂😂😂ndatwenze ariko ndababaye 😢😢😢😢😢

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 10 วันที่ผ่านมา

    Prank ya gurtyo irababaaza umengo harimwo ivya habara atabirimwo naje ndi muka Norasque novyanka ko tuduga 😢😢😢😢😢😢😢😢😢 izo prank za gurtyo muzihagarike wohava uteranya madame n'aba damu bakinana 😢😢😢

  • @FrancineNshimirimana-io7bz
    @FrancineNshimirimana-io7bz 10 วันที่ผ่านมา +1

    Waooo reka ryame merci kumpa akaba karantwenza
    Abari bakumbuy prank hejuru cane liké ❤❤❤

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official 10 วันที่ผ่านมา +1

    Fico fico hejuru cane uravugira fanny bikaryoha😂 ngo wiparika ahimbere nkande vayo ubu nyene icara inyuma🤣🤣🤣

  • @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu
    @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu 10 วันที่ผ่านมา +1

    Ndakunda ukuntu fiko avugira belle soeur wiw kweli

  • @user-fm4xc4ck9r
    @user-fm4xc4ck9r 10 วันที่ผ่านมา +1

    Fany fikofiko ndamwemera aragukunda peee urabona ingene agushigikira nanumwe yokwicara mukibanza cawe ahari 😊😊😊😊 ndamwemeye peee 😂😂😂

  • @willyntahomvukiye2622
    @willyntahomvukiye2622 8 วันที่ผ่านมา

    Ntare ntatomboza kuri prank aba azizi pee!! Fanny reka gushavura Kuko ni prank. Gusa un jour azogufata kwl madame wawe

  • @user-fy3nn2xu5f
    @user-fy3nn2xu5f 10 วันที่ผ่านมา +1

    Ho nyene le fait yo kuguma yiplanse ku muduga atinjira iyo ni prank aba ashaka agushavuze fanny😂😂ariko pole ntaco kafashe

  • @mariamriziki3240
    @mariamriziki3240 10 วันที่ผ่านมา +4

    Nono nukuri😂😢rindira mama lao nae azoguter yumwotsii🙊🧐

    • @GgGg-bb3xr
      @GgGg-bb3xr 10 วันที่ผ่านมา +2

      Fanny ntaz gukor prnk nez naw yomwitondey akayimuter ihebur 😂😂😂

    • @user-dj7nh3ew1c
      @user-dj7nh3ew1c 8 วันที่ผ่านมา

      Mama lao utayimutey vyobabaza uzomutere yumwotsi😂😂😂

  • @alinekwizera7351
    @alinekwizera7351 9 วันที่ผ่านมา

    Gusa Nono,nukuri Lavine uramubabaza kandi bizotuma na bébé yibungenze naw azohev ababara.biheb nukuri ivyama prank mugih arimw uwundi muntu nukur

  • @user-zm3nh2vp1q
    @user-zm3nh2vp1q 10 วันที่ผ่านมา +1

    😂😂😂😂😂fiko fiko naw ngo sohoka sha nola ww usigay ukora umuti uhabura mama lao mpole mpole sha naw uzomukorereko

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze 9 วันที่ผ่านมา

    Fiko ukuntu akunda belle soeur wiwe nivya bien❤ng NN woja kurara mucumba ciwe😂😂😂Fanny fiko uzomugurire aga coca😂😂team yose ndab❤❤❤❤❤

  • @ElianeIRADUKUNDA
    @ElianeIRADUKUNDA 8 วันที่ผ่านมา

    Fico unampenda sana bofre wako❤❤nivizuri kabisa

  • @KevineIradukunda-gm7od
    @KevineIradukunda-gm7od 10 วันที่ผ่านมา +2

    Sha Nora wubahw vrt 😂😂😂 Fanny j nzofwifashiriz maz nae tuzomukorereko yumirwe😢

    • @IrambonaJoyeuse
      @IrambonaJoyeuse 10 วันที่ผ่านมา

      Ikibazo nta nimero yiwe dufise kandi tuba dufise nyishi peee kuko aramugeramiye kbsa

  • @user-bj5mu4bm7e
    @user-bj5mu4bm7e 10 วันที่ผ่านมา +4

    Mundemere ayanj bandugu

  • @IzereChany
    @IzereChany 8 วันที่ผ่านมา

    Ngo belle soeur iryo zina urihamagay ndasek nkuma😂😂😂ukuntu urivuga mumajamb yose ngo tournage muyigize ivyatsi😅😅

  • @NDUWIMANAChanice
    @NDUWIMANAChanice 10 วันที่ผ่านมา +1

    😂😂😂aciy yiyumvir ibindi😂ewe fiko Shaaa murek yicare imbere😂❤Ntaduga point.

  • @user-ht7uf6zv4w
    @user-ht7uf6zv4w 10 วันที่ผ่านมา +2

    Twari tubakumbuy mur Prank 😂😂😂😂 solution couple hejuru caane

  • @ClaudineNshimirimana-dm1fd
    @ClaudineNshimirimana-dm1fd 10 วันที่ผ่านมา +4

    ❤❤❤❤ mwubahwe nukuri

  • @JulienneMikiko
    @JulienneMikiko 8 วันที่ผ่านมา

    Prank yakajembegete walahi lavine ndamubonye uyumusi azogukubita nono umusi umwe mbona akaze

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 10 วันที่ผ่านมา +1

    Izi prank zizonatwic😂😂

  • @DigneNiyonsaba
    @DigneNiyonsaba 8 วันที่ผ่านมา

    Avuze mama laon abavuze uwoturqmwibaha basiiii❤❤❤fiko fiko abikora neza uwonaw ashamed kwitambika Imber amenteko nyenifunguruzo ari fanny🎉🎉❤❤😂

  • @ClaudineClaudine-u1e
    @ClaudineClaudine-u1e 10 วันที่ผ่านมา +1

    Anita ngo yiparitse imbere ewe fico urakunda belle soeur❤❤❤❤❤

  • @AnickNahimana-tx2ob
    @AnickNahimana-tx2ob 10 วันที่ผ่านมา +1

    Nukuri turabakunda ariko Imana ikabaha kwibungenga ntimuzobisubire

  • @NoellaMusavyiwayezu
    @NoellaMusavyiwayezu 10 วันที่ผ่านมา +2

    Gusa😂fanny yubahw atwara ibintu neza pe arinka jw vyompanga😮😮

  • @claudinenimpagaritse
    @claudinenimpagaritse 9 วันที่ผ่านมา

    Mbega mbega yooo fico fico disi arubaha belle soeur wiwe prank hejuru cane

  • @YvetteFalaja
    @YvetteFalaja 10 วันที่ผ่านมา

    Fiko arahakije Anitha😂😂😂😂

  • @user-qf7nd1et3g
    @user-qf7nd1et3g 10 วันที่ผ่านมา +1

    Jewe ata prank sinobakunda 😂😂😂😂😂😂😂😂😂 courage gusa ndarize Peeee mukibanza ca Maman lao

  • @bernadettekwizera9916
    @bernadettekwizera9916 9 วันที่ผ่านมา

    Fiko arandyoheyee...mbe Ani KO wiparitse ngaho imbere!!!? ahubwo 😀😀

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 9 วันที่ผ่านมา

    Fiko vrma bravo nukur wunv k umutima wanj unezerew n'amajambo ubwiye Anitha yiparika imbere nkande?😂😂😂😂😂ngo umugore suw muzokwam muburutan ewe nono sha uzorwaza umwana w nyokobukw umutima ❤❤❤❤❤❤ mwunv k munyigisha ariko non Ubu wakaz Mum PRANk ugirir Fafa wanj

  • @Claudine-wd9bc
    @Claudine-wd9bc 8 วันที่ผ่านมา

    Fanny abakunzi baw twabonye warambiw na prank Sasa rero uratubwir KO wabivuyemw kk watsinzw kk usigay ushavura birenz prank ikarind ihera ubabay knd natw catubabar mwotuma mubivamw basi

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 10 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂 aha rer teams fanny ntizonger ng kuvug wew rindir naw ndazik uzobabar gus nifayaaaa muduhay weekend nziz ❤❤❤