IMBURI IMBURI YIHUTA KWISHENGERO//IMANA YANTEGETSE GUSUBIRA GUSEMERERA/IMVURA IRAGUYE KANDI NYINSHI
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 7 ก.พ. 2025
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Amen ukonukuri mukozi w MANA IMANA IBONGERE AMAVUTA
Mukozi w'Imana nzima uhezagirwe. Imana ishimwe kuko iracafise abakozi bayo. Komera. Mpwemu Yera vyukuri nanje ndamukeneye kugera mbashe kunesha ivyo tuzohura ejo.
Yesu ndihanye ukugabitanya kwanje ahugendera abandi nanje ntusige Amen.
Amen
Imana intabare intabarane nabagenzi banje
Yesu adutabare Kandi aturengere yongere atwuzuze mpwemuyera
Yesu aho ugendera abera nanje ntusige
Mukozi W'Imana hezagirwa wibuke gusengera abantu Bose bakwirikirana imburi wama waduhaye ndisabiye
Umugisha
Ndaje YESU kuri wewe ukondi kwose unyakire Umbabarire kuko nagucumuyeko ibihetangabo kenshi niteze imbabazi zawe Amen Amen Amen 🙏 🙏🙏
Hezagirwa cane
Amen amen ndashaka nanje kuzura Mpwemuyera.
Amen
Ubutumwa nkub nibw tuba dukeney iman ibahe umugish
Yesu Kristo adufashe caaane ! Amen.
Horicubonye eric Imana iguhezagire kandi ikwongere imbaraga zokuyivugira atabwoba izibampere iherezo ryiza kandi natwe iduhe kwuzura mpwemu be nokugenzura igih tumenye koturi miminsi ya nyuma (Mana udufashe tukurorerane namatara yuzuye amavuta ya MPWEMU YERA)🙏🙏🙏🙏
Amen 🧡
Umwami Yesu Kristo aduhe kumvira ijwi ryiwe.Mudufashe nimero z'uno mukozi w'Imana.
Koresha izo numéro ubona muriyo vidéo
Mana nanje ndagomba kuzuru mpwemu yera.nshoboza.kandi lmana ihezagire mukozi wayo.
Amen uyumukozi w'Imana ndipfuza kumubona kuko ubutumwa atanga burampimbara sanzwe ndumu katolique arik ndakund ubutumwa bwanyu
Umugisha mwinshi
Amen nanj Yesu ntusige ndagomba kuzura mpwemu
Imana iguhumugisha mukozi wandiho
Yesu aturengere kandi itabare itubabarire cane twaragabitanije
Yesu Agukomeze Caaane Muntu Wa Yesu Kristo.Imana Ibahezagire Caaaane.
Amen
Yesu aguhezagire caneeee gose kuriyo mburi utugejejeko
Mpwemu Yera adushoboze cane🎉hezagigwa cane
Imana iduhekumvira iijwi ry'Imana ,iduhe kubihavya impwemu
Kristo Yesu atabare abantu biwe kabisa, nahubundi ntivyoroshe
Amen
Mana yanje uzondinde kumaramara kugeza kumusi wanyuma ,umfashe umpe mpwemu wawe yame amfasha kwihana no kwezwa
Imbaraga n' amavuta mutumishi wa Mungu abantu bakabuje kumenyera Imana
Iman itubabarire ntivyorosh
HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO IMBURI IKOMEYE CAAANEEE GOOOSEEE!!!!!!👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢🌎🌎🌎🌎🌎🌎🌎🌎🌎🌎🌎🌎🌎
YESU CHRISTO!!!!!!!! YESU CHRISTO!!!!!!! TABARAAAAAAAAAAAA!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
Egooooo
Uhezagigwe mukozi w'imana wongegwe inkomezi
Mana ndashak mpemuyera
Ukondi kose Mwami wewurakuzi ni fuza kunesha Uzunyibuke Yesi
Ndashako kuzura mpwemu
Mana yacu tabar'ishengero uracari ku ntebe y'imbabazi
Turashimiye yesu christo
Nyuzuza mpwemu yera ndisabiye
Mana dufashe uduhe guhagarara mugihe gikwiy nikidakwiye
Uduhe kurwana intambara nziza yo kwizera.
Mana mp kwuzuru mpemu yera.
Uyu mukozi ninde ?akorera he?
Twuzuze mpwemu Mana
Horicubonye Eric/ rutana
Igikwiye ni ukwihana tu ibindi bakureko amaso kubiri mwisi.
Yesu Agukomeze Caaane Muntu Wa Yesu Kristo.Imana Ibahezagire Caaaane.
Kristo Yesu atabare abantu biwe kabisa, nahubundi ntivyoroshe
Amen
Igikwiye ni ukwihana tu ibindi bakureko amaso kubiri mwisi.
Hezagirwa 🧡
Yesu Agukomeze Caaane Muntu Wa Yesu Kristo.Imana Ibahezagire Caaaane.