ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mpwemu Yera Adushoboze twumvire iyi mburi vyukuri Yesu Aguhezagire mukozi w Imana .
Girumugisha mwinshi
Rangurura hakirikare kukoBugiyekwira Yesu aguhe imbaRaga muvuge mushizamangaNkapaulo Amen🙏🏾🙏🏾❤❤Turabakunda kandi cane
Umugisha mwinshi caaane
Imana yarakoze yaturingikiye uyu mukozi W'Imana turagukunda
Umugisha
Imana ikwongere amavuta mukozo w,imana
Shishikara gusemerera mukozi w'Imana uhezagirwe iyo mburi ihindure imitima yabenshi
Imana nishimwe cane icompa nkuzura mpwemu yera
Amen
Imana ikomeje kuburira abantu kweri kandi burya hagiye kubaba cane cane kuntuntumva😮😮😮
Umugisha mwinshi 🧡
Iyi mburi N'iyukuri pee Umwami Yesu Kristo adufashe cane kwihana
Amen amen
Yesu Abahezagire cane Murakoze cane kutuburira
Imanaiguhe umugisha ntakoutagize yesu aturengere
Ntako utagize muvyeyi, Uhoraho adutabare,aduhe kumva ico mpwemu abwira ishengero 😢
Haleluyaaaaaaaaa Ameneeeeee !uko nukuri
Girumugisha
Yesu ndaguhungiyeko unyakire
Ameeeen 🧡
Murakoz cane kwi mbur
Icompa nkazorangiza amahoro urugend rwanj nkarurangiza amahoro. YESU abahezagire bakozi b' Imana tuze duhwanire mugihugu co mwijuru
Turamwifurije iherezo ryiza
❤❤❤❤ love too much mutumishe wa Mungu
Urampa iherezo ryiza Mwami Yesu kubwimbabazi zawe
Ameeeen
Natwe uzotugendere mukozi w'Imana igitega inyabututsi
Iman idufash
Yesabahezagire mukozi wlmana
Hezagirwa cane
Amen kubwa
Amena kubwa
Uko ni ukuri kuzuye mpwemu aravyemeza KO igihe gushitse ivyavugishijwe. Birashitsee ,,aaaamen,,,
Komera muri kristo
YESU AHEZAGIRE UWU MUKOZI WIWE ERIC
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mpwemu Yera Adushoboze twumvire iyi mburi vyukuri
Yesu Aguhezagire mukozi w Imana .
Girumugisha mwinshi
Rangurura hakirikare kuko
Bugiyekwira Yesu aguhe imba
Raga muvuge mushizamanga
Nkapaulo Amen🙏🏾🙏🏾❤❤
Turabakunda kandi cane