IMBURI IMBURI IJE YIHUSE KUBURUNDI NO KUBA KRISTO/IMANA INTUMYE NGO MVUGE IMBURI YO GUTEGURA UMUGENI

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 21 ส.ค. 2024
  • Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
    Fyonda hano / @umucoweratv2021
    Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
    Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
    #Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

ความคิดเห็น • 98

  • @octaviennendayifukamiye4754
    @octaviennendayifukamiye4754 หลายเดือนก่อน +13

    Nunva nkeneye isengesho ryawe mukozi w'Imana isengesho ryimbitse

  • @IreneNdayishimiye-m5n
    @IreneNdayishimiye-m5n 10 วันที่ผ่านมา +1

    Irakoze mikoz wimana yes akwonget ammavut ndets nanj umpek iy ngabire amen

  • @peacehorimbere
    @peacehorimbere 6 วันที่ผ่านมา +1

    HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUA HALLELLUAAAAAAAA URAKOZE CAAANEEEE GOOOSEEEE YESU CHRISTO!!!!!!!!!!!!!

  • @FranckUwa
    @FranckUwa 5 วันที่ผ่านมา

    Yesu nashimwe kuvyahishurira abiwe.Nawe muvyeyi Imana ikongere amavuta usengere ishengero.

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +7

    Imana ibahézagire turigufashwa cane Bene Data

  • @dianecitre131
    @dianecitre131 หลายเดือนก่อน +5

    EN FRANCAIS S'IL VOUS PLAIT. CES TÉMOIGNAGE M'ÉDITFIE BEAUCOUP. MERCI SOIS BÉNIS.

  • @horimberepeace7376
    @horimberepeace7376 7 วันที่ผ่านมา +1

    HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAA HALLELUAAAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢

  • @Olivella-br8mm
    @Olivella-br8mm หลายเดือนก่อน +6

    Ameeeen.Imana idutabare.itubabarire

    • @UMUCOWERATV2021
      @UMUCOWERATV2021  หลายเดือนก่อน

      nukwihanira kureka ivyaha

    • @user-tp4kg3jp6d
      @user-tp4kg3jp6d หลายเดือนก่อน +1

      Mukozi w'Imana ndagukeneye nihane negere data watwese mbabarira unyihanishe nature🙏🙏

    • @UMUCOWERATV2021
      @UMUCOWERATV2021  หลายเดือนก่อน +1

      @@user-tp4kg3jp6d
      +25769187391

  • @AnicetMunezero
    @AnicetMunezero หลายเดือนก่อน +7

    Imana uduhe kwihana neza pe!!

  • @jeanfreddyuwizeyimana5354
    @jeanfreddyuwizeyimana5354 หลายเดือนก่อน +2

    Imana imukomereze amaboko Kandi izomuhembe ubugingo imuhoze amarira.

  • @ScholastiqueScholastique-d7i
    @ScholastiqueScholastique-d7i หลายเดือนก่อน +1

    Yesu aguhe umugisha mukozi w'Imana .warahezagiiwe . Imana ntaco itakora kugira ngo twezwe Imana iradukunda .kandi koko Imana ni rukundo.

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy5505 หลายเดือนก่อน +2

    Imbabazi z' Imana zimbeko Amen 😢😢😢

  • @Nzambimanachantal
    @Nzambimanachantal 21 วันที่ผ่านมา +1

    Muriki gihe dukeneye abakozi b,IMANA nkaba ❤ mbega ubutumwa bwiza❤ volume 🎉🎉 amavuta menshi

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @user-bl8is7bs7c
    @user-bl8is7bs7c หลายเดือนก่อน +3

    Haracariho abantu b,Imana nukuri!!yoooo abazodutsinda nibeshi

  • @nk.p.9503
    @nk.p.9503 หลายเดือนก่อน +1

    Turakiriye imburi. Murakoze 🙏🙏

  • @ahadi7yirehofficial286
    @ahadi7yirehofficial286 21 วันที่ผ่านมา +1

    Ukuri kudateye amazi! Uwuri n'ugutwi niyumve ico Imana ivuga, ntisiba kuburira umuntu wese

  • @ezechielndikumana
    @ezechielndikumana หลายเดือนก่อน +6

    Mukozi w'Imana Data wa Twese akwongere amavuta kandi abayo yabamenye kera Vuga Twihane kandi ntaruvange rurimwo semerera gose!Imana itubabarire.

  • @user-cg9es4tk6n
    @user-cg9es4tk6n 23 วันที่ผ่านมา +1

    yesu aguhe umugi mukozi wimana!

  • @sylvestremanirambona-bd6fp
    @sylvestremanirambona-bd6fp 28 วันที่ผ่านมา +1

    AMEN KUBWA.

  • @user-zk8mi9uf3w
    @user-zk8mi9uf3w หลายเดือนก่อน +1

    Imana ikongere imbaraga navuta bikomeko bivuge papa

  • @octaviennendayifukamiye4754
    @octaviennendayifukamiye4754 หลายเดือนก่อน +1

    Ndanezerwe ni nyigisho zawe Yesu yongere aguhezagire

  • @irakozelamech5274
    @irakozelamech5274 หลายเดือนก่อน +5

    Hahirw'abumv'amajambo y'Imana bakayakora

  • @Bénigne-k4x
    @Bénigne-k4x หลายเดือนก่อน +1

    AMEN

  • @DorineIgiraneza-yd8oc
    @DorineIgiraneza-yd8oc 25 วันที่ผ่านมา +1

    Imbabazi z'Imana zitubeko nukur gsa Imana iradukunda

  • @chebetech6684
    @chebetech6684 หลายเดือนก่อน +3

    yesu ashimwe nitwa niyokwizera francine nsengera uhoraho anshitseko amasezerano yayo

    • @Bayibahedina
      @Bayibahedina หลายเดือนก่อน

      Niwihangane Kuko ntivyererinzara vyererigihe

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t หลายเดือนก่อน +2

    Narinkukumbuye mukoziw'Imana Imana igukomeze mumurimo wayo ❤

  • @nyamberepascal4431
    @nyamberepascal4431 23 วันที่ผ่านมา +1

    Usengere mukozi wimana ndumunyavyaha musengere

  • @FeliciteGahimbare
    @FeliciteGahimbare หลายเดือนก่อน +3

    Imana idutabare cane

  • @OlivierNIHORIMBERE-jl6kb
    @OlivierNIHORIMBERE-jl6kb หลายเดือนก่อน +1

    Imana iguhe imigisha Kandi muzogire iherezo ryiza!

  • @user-lu1lp6uw1h
    @user-lu1lp6uw1h หลายเดือนก่อน +5

    Imana imukomez kmw mump nr yiw ngah nyen

  • @user-lw5ve9cg8z
    @user-lw5ve9cg8z หลายเดือนก่อน +3

    Iyo mana yica nirimbukire munyenga yirimbukiro mwizina ryuwatubabwiwe

    • @irakozelamech5274
      @irakozelamech5274 หลายเดือนก่อน +1

      Sha Uhoraho Imana Data wa twese n'inyembabazi Kandi Iranahana uwaneneje kw'ijambo yamutumyeko. Vyiza Ko Hano muma Comments batanze Num ziwe wozitor'ukamwibariza woronk'umuco ukwiye

  • @Bayibahedina
    @Bayibahedina หลายเดือนก่อน +1

    Mwayi jomati

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana7791 หลายเดือนก่อน +1

    reka guhedwa nabigira abakozi bimana

  • @Faveur_de_Dieu
    @Faveur_de_Dieu หลายเดือนก่อน +1

    Imana itabare ubwoko bwayo

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +2

    Uwukeneye numéro yiwe ace kubarongozi ba chaîne umuco wera bayimuhe, Yesu christo abahezagire

  • @MichelineNshimirimana-u3h
    @MichelineNshimirimana-u3h หลายเดือนก่อน +1

    Iman ibahezagir ubuhanuz buragizahobunkuy nahobunshikany ndafashijw

  • @octaviennendayifukamiye4754
    @octaviennendayifukamiye4754 หลายเดือนก่อน +3

    Muhezagirwe tuzohurire mw'ijuru

    • @UMUCOWERATV2021
      @UMUCOWERATV2021  หลายเดือนก่อน

      amen

    • @user-hp1nt7qq3r
      @user-hp1nt7qq3r หลายเดือนก่อน

      ​@@UMUCOWERATV2021 Shalom Shalom mukazi w'imana mwomfasha aka numéro kuwumuvugabutumwa mwobamukoze🙏🙏

    • @UMUCOWERATV2021
      @UMUCOWERATV2021  หลายเดือนก่อน

      @@user-hp1nt7qq3r
      nyandikira kuri whatsap kurizo num ubona muntango no kumpera ya video

  • @AnicetMunezero
    @AnicetMunezero หลายเดือนก่อน +4

    Kndi imana ishisikare kumukoresha munkomezi zayo

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 หลายเดือนก่อน +3

    Ntitwemera abigira abatumwa n'Imana bahinduye urudandazwa

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira หลายเดือนก่อน +1

      Bibwirwa benshi bikumva benevyo. Abanka kwihana inkota y'Imana izobarya, yamara twari dukwiye kwumva ico ijambo ry'Imana ritubwira tudahona.

    • @octaviennendayifukamiye4754
      @octaviennendayifukamiye4754 หลายเดือนก่อน +2

      Yesu aguhumugisha mukozi w'Imana unsengere tuzohurire mw'ijuruz

    • @irakozelamech5274
      @irakozelamech5274 หลายเดือนก่อน +1

      Claire ushatse kuvug'uyu Éric Canke n'uyu ????

    • @jeanberchmansnzobambona6842
      @jeanberchmansnzobambona6842 หลายเดือนก่อน

      Ukuri kurababaza.

  • @user-qk5rv2fz8z
    @user-qk5rv2fz8z หลายเดือนก่อน +1

    imana idutabare

  • @philbertnsanzamahoro4709
    @philbertnsanzamahoro4709 หลายเดือนก่อน +2

    Inyigisho bene izo muzitondere. Imana yo mw'i juru ntirimbura ibiremwa vyayo, ahubwo irabikiza. Iyo irimbura ni iyindi mana itandukanye n'iya Yezu Kristu.

    • @jeanberchmansnzobambona6842
      @jeanberchmansnzobambona6842 หลายเดือนก่อน +1

      Nivyuzi? Yooo we ndabona nta makuru ufise.

    • @user-zk8mi9uf3w
      @user-zk8mi9uf3w หลายเดือนก่อน +1

      Ivyo wew ubisomahe kweri Sotomayor nagomora yahakoreye ibi? Ntiyabarimbuye kuri nowa ntiyarimbuje imvura
      Ntimukihagarareko ivyotubona murikigihe ntivyoreka kurakaza imana mbekuki mutinya ko abavuga komukwiye kwihana inane bigikunze muvandi Imana ntikina ndaziko benshi mwemera mwiboneye nka Thomas iraje ibisonure nahawe kwisuzuma

    • @ububyutse
      @ububyutse หลายเดือนก่อน

      None se igihe cy umwuzure siyo yabikoze? Sodoma na Gomora siyo yamanuye umuriro mw Ijuru? None Ananiya na Safira si Umwuka Wera wabakinduye kubera kubeshya Uhoraho?
      ICYAHA nicyo gitandukanya umuntu n Imana.None se abantu barihannye? Bizeye Umwana w Imana? ​@@user-zk8mi9uf3w

  • @jeromenkuru670
    @jeromenkuru670 หลายเดือนก่อน +1

    Imana Muremyi ntiyigera inezerererwa urupfu rw'umunyakabi,kandi ntiyica irakiza.Dushishoze neza.umukama adufashe

    • @h-citizenshipkingdomheir
      @h-citizenshipkingdomheir หลายเดือนก่อน

      Ko itica woshobora kumbwira uwishe Nadabu na Abihu abahungu b'umuherezi Aroni? Imana ntihimbarwa n'abihisha mubwenge mukunyegeza ubugaririji. Izere Yesu wihane niho uzokira. Kuko ngo uwukora icaha niwe azopfa

    • @nk.p.9503
      @nk.p.9503 หลายเดือนก่อน

      Muri Yesaya yarivugiye ko ariyo muremyi w ivyago....ntiwihende rero, Imana ivuze ko ihana, irahana. Kandi ihana uwo ikunda

  • @cesarianzohabona7696
    @cesarianzohabona7696 หลายเดือนก่อน +2

    Bene kora bishwe n'iki?ni satani canke ni Imana?

  • @nyamberepascal4431
    @nyamberepascal4431 23 วันที่ผ่านมา +1

    Ndakene numéro yiwe

  • @user-ot9eg1ks8v
    @user-ot9eg1ks8v หลายเดือนก่อน +1

    Iman irushirize kuguhezagire warasize

  • @AnicetMunezero
    @AnicetMunezero หลายเดือนก่อน +3

    Uwufita numéro yiw ayimpe ahanyene

    • @UMUCOWERATV2021
      @UMUCOWERATV2021  หลายเดือนก่อน +1

      mwarimu Eric
      +25769187391

  • @marianduwimana7934
    @marianduwimana7934 23 วันที่ผ่านมา +1

    Urumu papa wabana 9 nabuzukuru
    None abobana bavuka kubagore bangahe?

  • @NsengiyumvaYounissa
    @NsengiyumvaYounissa หลายเดือนก่อน +3

    IMANA irakoze cane!

  • @FrancineKanyange-ce7wl
    @FrancineKanyange-ce7wl หลายเดือนก่อน +1

    Duhe numéro zuwomukozi wImana horicubonye eric.muzoba mukoze

  • @user-ez9cg7vt2u
    @user-ez9cg7vt2u หลายเดือนก่อน +1

    IMana iturengere

  • @ntibaali3865
    @ntibaali3865 24 วันที่ผ่านมา +1

    Acha ujingha

  • @FrancineKanyange-ce7wl
    @FrancineKanyange-ce7wl หลายเดือนก่อน +1

    Aha uwoyifita ntiyoyiduha? Nagira vyokunda ntakundi

    • @UMUCOWERATV2021
      @UMUCOWERATV2021  หลายเดือนก่อน

      numero mubarizako narazitanze kuri video

  • @user-lw5ve9cg8z
    @user-lw5ve9cg8z หลายเดือนก่อน +1

    Reka rero nkubaze iyo mana yica nimwe yaduhebeye umwana wayo agasesa amaraso yiwe? Uraraba neza kobutariko uravuga ubutumwa bwa sekibi.muri yesaya kuri 1_ 9

  • @user-lw5ve9cg8z
    @user-lw5ve9cg8z หลายเดือนก่อน +2

    Niyo kitaba uzoca ugira iki

    • @CultureInkino
      @CultureInkino หลายเดือนก่อน +1

      Nimwihangane lmana ntikina

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +6

    Imana ibahézagire turigufashwa cane Bene Data

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +2

    Uwukeneye numéro yiwe ace kubarongozi ba chaîne umuco wera bayimuhe, Yesu christo abahezagire

  • @user-lw5ve9cg8z
    @user-lw5ve9cg8z หลายเดือนก่อน +1

    Iyo mana yica nirimbukire munyenga yirimbukiro mwizina ryuwatubabwiwe

    • @CultureInkino
      @CultureInkino หลายเดือนก่อน +1

      Itonde lmana ntikina ahubwo wihane

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +2

    Imana ibahézagire turigufashwa cane Bene Data

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +1

    Uwukeneye numéro yiwe ace kubarongozi ba chaîne umuco wera bayimuhe, Yesu christo abahezagire

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +1

    Uwukeneye numéro yiwe ace kubarongozi ba chaîne umuco wera bayimuhe, Yesu christo abahezagire

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney หลายเดือนก่อน +2

    Uwukeneye numéro yiwe ace kubarongozi ba chaîne umuco wera bayimuhe, Yesu christo abahezagire