INYISHU KUBIBAZO VYABAJIJWE KUBIJANYE NIMISHATSI KUBAGORE NABAKOBWA//UKABA UTANYUZWE PFUKAMA USENGE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 22 ธ.ค. 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Urakoze cane Ibibintu nukuri kuzuye peeee.jewe nahora ndabishirako ,ariko muricogihe narara n'avait amaraso mukanwa ,nkarara ndarazirana mbere nuwo tuvyamanye nkarara ndamukubita ndimundotombi.ikindi Abana narabasukira izomeshi ,hama Abana bakarara kuravuza induru ibintu bibaniga ijoro vyose tukarara dusenga Arikubera ivyo. Imana ninziza ibihe vyose.icogihe maze kubiheba nkakubura inzuyose vyose nkabita. Twaciye turonka amahoro gushicaniyisaha.ndashima Imana kuko Imana yabaye hafi. Iratwihishurira.kugendera mwishusho yayo. Imana ishigwe hehuru.gumya gusenga namwe Imana Izokwihishuria..Amen murakoze cane Yesu Ashimwe kurubu butumwa.
Urakoze cane kuriyo commentaire yawe nziza🧡
Faites ces vidéo en français
Ego KBS YESU aguhe umugisha njye byaranfashije cane
Imana ibahezagire cane
Komera mu mbaraga n ubushobozi bw Umwami Yesu Christo. Musome Actes des Apôtres 18: 9-10. Courage mw izina rya Yesu Christo
Nivyo Imana idufashe kubiheba ❤
Urakoze cyane mukozi w'Imana. Nagiye mbibona kuri bene data ariko nagira ngo ni umwihariko kuri we. Ndavuga gutera kanta. None mfite ikibazo cy'uko tutarabyemeranyaho n'umugabo,Ari ko jye simbishaka kiyitera.Ndagusabye unsengere byegutera intambara hagati yacu Kandi nyiveho neza.
Mukunzi wanyje ukomore cane uzavuge byose ukowabgiwe naho guhinduka ntabgo YESU azabikubaza ntugatinye
Mubyeyi mwiza,Imana igukomeze muri uri rugendo .abagore benshi bagushwa n'ubwibone.
Imana ibahezagire cane.
Ivyo muvuga ni ukuri,umukobwa wese agomba gutenga igitambara.
Komera cane mugeni was YESU izoninyigisho zikwiriye murikigihe gusa YESU aguhishe ababi
Mukozi w'Imana urakoze cyane.Imana iguhe imugisha
Muhezagirwe cane Mukozi w' Imana icoduha gutahura tutitaye kubindi bintu abakobwa naba mama satani yaratuziye ariko hashimwe YESU yemera kuguma atuburira
Yesu aguhe umugishya Mama kurubuhanuzi nukuri burampagajye
Imana iguhezagire muvyeyi urakoze cyaane numva mfashijwe pe .
Ntiwakumva ukuntu nezerewe ❤mu mutima ❤ ndi umuvugabutumwa kandi ubu butumwa bwawe nukuri busa neza nubwo nahamagawe ntangaza yoooooo Imana iguhe umugisha twicuze twihane dusenge Imana iratugirira imbabazi rwose 🙏🧎🧎🧎🧎🧎 Imana ibabajwe nuko abantu batacyemera ubwiza yabaremanye (orginalite)-(naturelement)
Umugisha 💞
Imana y'amahoro itweze rwose.
Gumamo mubyeyi mwiza❤ nUmwuka w'Imana Ari muriwowe ndagukunda cyaneee❤❤❤❤
Amen
Imana iguhe umugisha Maman Joyeux
Urakoze cane kubutumwa bwiza bubohora
Imana idutabare abagore nabakobwa twumve iyi mburi idushoboze guhinduka gose 🙏
Umugisha
Imana ishimwe kuba ituburira
Imana aguhezagire mukobwa wa yesu lmana igukomeze
Yesu aguhezagire icompa aba mama nabakobw bakumva iyim buri
Hezagirwa
Imana idufashe cyane gose
Imana iguhezagire mukozi w Imana
Imana iguhe umugisha
Ok basha iyo n'Imana yagutumye kabisa
Uwiteka aguhe umugisha.
Iby'imisatsi uvuga nibyo ark mumenye ko niyo wayikuraho ark utarabyarwa ubwa kabiri ntacyo bibabimaze.Yohana 3:3.Ubutumwa bubohora ni ubutumwa bwo kwakira imbabazi z'Imana cg kubyarwa ubwa kabiri.
Umugisha
Amen amen
Twebwe Abari mubihugu vyohanze ntibiba vyoroshe kubana Bacu ,,abanyagwaruka ,nikibazo turi muntambara ikomeye. Mudusengere
Parfum nanjye Imana yarayimbujije nari ndyamye nijoro Imana yambwiye ko iyo parfum ndiko nkoresha uruganda rwayo nyirarwo atanga ibitambo I kuzimu inyereka mark nizina ryarwo uko rwitwa ndabyuka njya kureba ku icupa mbona Niko rwitwa nkuko nabibonye mu iyerekwa nca ndeka parfum until now
Hezagirwa cane mugenzi 🧡
Aha ndemeranya nawe yuko harivyo Imana ishobora kubuza umuntu kugiti ciwe ariko hariho abandi baca babigira icirwa bakabwira abandi ngo bahebe gukoresha parfum kandi zose zitava hamwe. Nico gituma nama mvuga nti abakristo dukwiye kubanza gusiguza neza imbere yuko tujana ibintu mu bantu kuko hari ibihahamura. Ni nkuko wovuga ngo uwutambara igitambara mu mutwe aba akoze icaha! Twarabibonye mu myaka ya 1990-2000 kuduga abantu banegura abatambara igitambara mu mutwe.Rero twumvirize vyose ariko dusiguze Imana kuko ubu tuzi benshi baca imanza ubu babiretse. Biterwa n'ihamagarwa ry'umuntu wese.
Mana nange undemere ibikomeye
Ni vyiza kuguma wambaye igitambara kuko ijambo rivuga ngo dusenge ubudahumeka. Iyo ugunda haraho haza akaririmbo canke ukiyumvira kuMana bivuga ngo umwanya wo gusenga numwanya uwariwo wose ucishije mubwenge mukanwa muvyiyumviro amajambo yImana igihe co gusenga rero ni umwanya wose ibisigaye ni ukwiyorohereza.
Nashaka mbaze iyo ufise umushatsi mwishi kandi ugora gusokoza wobigenza gute?
Tubwire we amavuta wisiga
Ninde uzarokoka? Niba n'amavuta ari ay'ikuzimu!😢😢
Komerezaho
Yego imana ntago ibikunda twabyanga twabyemera
Uravuze ngo ku isabato ni kuwa gatandatu?Ubisengere kdi usome bibliya urasanga wibeshye.
Ico nokwongerako nuko kwambara igitambara bikenewe umwanya uwariwo wose kuko gusenga ntibigira igihe kuko ushobora gushika ahantu bigasabwa ko usenga utari hafi yo muhira canke utari murusengero.
Girumugisha mwinshi
Hezagirwa cane
Imana idufashe
Noʻnekutatwerece iyopuzunatwegotuyireke
Ndizera ibi atari ubwambere abantu babyumvise cyeretse ababayeho birengagiza no kuri Beulah byanyuzeho kenshi no ku yandi ma channel atandukanye .
Ibi nibyukuri duhinduke gose Uhoraho agira Ikigongwe.
Caane
Ndashaka number ziwe
Agakiza ni kristo urashobora kwipfuka hose ata gakiza twagiye tubibona 'umusukoni warufise amababi gusa ata camwa 'cane cane rero agakiza gashitse
uzaduhe numero
Muzotwandikire iryozina abatazi igifrasa tuzorabe ko natwe tutazifise canke ntituzozigure
Numero zawe ? Please
Ziriko
Imana iguhe umugisha
Imana idufashe