Abahungu bamwe bashaka kudusambanya gusa//Depression badutera//Ingaruka zavyo nuko//KELLYNA arabuze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 47

  • @Gateretsesteve1
    @Gateretsesteve1 3 หลายเดือนก่อน +6

    #kellyna est très intelligente vraiment même sa manière de s'exprimer est ouverte aussi sécurisé 😊avec beaucoup des conseils pour la génération future, c'est vraiment formidable 👍courage pour ta propre carrière 👏

  • @sindalove5831
    @sindalove5831 3 หลายเดือนก่อน +15

    Justin natwe bino ruguru Turabasavye muzoze mudukoreshe ikiganira igisabo ariko nidutegetse Kand turabakunda cane

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 3 หลายเดือนก่อน +7

    Africa biratugora kumenya signes zerekana ko ari depression kuko nubuzima bwa buri musi kuri majorité, déja ni depression

  • @PiscoPhiri
    @PiscoPhiri 3 หลายเดือนก่อน +8

    KELLYNA,MONNA WALDA na VANIA ICE MUZOZE MURABITONDERA KUMA INTERVIEW MUBAKORESHA. BARACIYUBWENGE KBX🙏🙏🙏🙏 Gaël ndazi kubakoranya ari nka babiri vyomusaba ubwenge bwinshi. Yosanga aribo bariko bamukoresha ikiganiro🤣🤣

  • @harerimnasamlionel6966
    @harerimnasamlionel6966 2 หลายเดือนก่อน +1

    Love from Rwanda

  • @christophehabumuremyi6640
    @christophehabumuremyi6640 3 หลายเดือนก่อน +4

    Uyu mwigeme wacu afise fondation nziza abandanije avyitwaramwo neza iterambere ryamushwayemwo.

  • @Pontien-dy7lr
    @Pontien-dy7lr 3 หลายเดือนก่อน +5

    Uwo mwigeme nintwarikazi kabixaaa!!!yubahwee kumpanuro ziwe!!!azoze aganiriza nabagenxiwe!!!

  • @IrAdna
    @IrAdna 3 หลายเดือนก่อน +2

    Akaba yabeshe pe. Abantu benshi barataye umutwe cane kandi babigendana ukwo. Ingo zo ni ikindi kibazo, kandi biva ku kutigana neza. Ukwiga mvuga si kumenya ivyo uwundi ari kuko umuntu ntahera kwigwa, ahubwo ndavuga kumenya uko uwundi ari kugira umenye uko mubana gusa.

  • @arnaulddolfi20
    @arnaulddolfi20 3 หลายเดือนก่อน +1

    Vérité !! Tu es aussi intelligente !

  • @HermesBreezy
    @HermesBreezy 3 หลายเดือนก่อน +2

    T'es tres intelligente ❤❤

  • @harerimnasamlionel6966
    @harerimnasamlionel6966 2 หลายเดือนก่อน

    Uyu mukobwa avuga ukuri Vraiment

  • @pascalndayikeza-qb9oj
    @pascalndayikeza-qb9oj 2 หลายเดือนก่อน

    justin kellyna avug ukuri kl
    ewan turamushigikiye

  • @ihuriromucowabarundi
    @ihuriromucowabarundi 2 หลายเดือนก่อน

    Abahungu sibo batera depression abakobwa. Ahubwo abavyeyi ,abantu dukuze nitwe dutanga impanuro mbi canke indero ishingiye kububeshi tuvyita gutanga indero nziza, bigatuma abana baba victime ya depression bakiri bato. Iyo bakuze , bagakoresha ivyo vy'iyumviro vy'ububeshi bigishijwe ugasanga bifise ingaruka mbi ijana kuri depression. Nico gituma ubu ingo nyinshi zibamwo abantu benshi bari deprimer. Abantu dukoresha ijambo "urukundo" uko rutari; urukundo Imana yifuje ko tugira ni universel (rusangi) . Abantu twigize incambwenge , twafashe ugwo rukundo rusangi, turucamwo ibicebice, turuhindura urukundo mathématique, aho usanga rushingiye kubintu bisa n'inyungu. Nkumukobwa yigishijweko ategerezwa kuronka care kumuhungu, uca usanga bimugoye plus tard . Umuhungu nawe yigishijweko ngo umukobwa ategerezwa kumwubaha, biramugora nawene plus tard. Iyo tuvuga urukundo ruva ku Mana, arigwo rusangi, umuhungu ashimvye umukobwa ngo baze bamane canke babane,yoheza akamukunda atizeye igihembo canke kubahwa. Umukobwa nawe ntiyokwitega ama care. Abavyeyi namwe, kwigisha abana inkundo zitandukanye, nukubagirira nabi cane. Iyo uvuzeko umwana wawe umukunda kurusha abandi, ukibagirako yavukiye kuzoba umugore canke umugabo wuwundi mwana w'umuvyeyi wundi. Ntwogarukira rero ugwo rukundo rusangi Imana yadusavye kugira, kuko niho tutazisanga murivyo vya depression.

  • @DuduNiyo
    @DuduNiyo 3 หลายเดือนก่อน +4

    La meuf est très intelligente

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 3 หลายเดือนก่อน

    Smart girl,
    We need more people like her in our country

  • @TuyageComcast
    @TuyageComcast 3 หลายเดือนก่อน +5

    Kuberiki umuhaa none nawe nuko uba ubishaka kuko I think ntanguvu akoresha kugire umuhe 😅😅abakobwa nibige kuvuga oyaa atarivyo muracatangaa 😅

    • @Pontien-dy7lr
      @Pontien-dy7lr 2 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 2 หลายเดือนก่อน

    sha ivyavuze nivyo cane pe abana barabona abangenzi beza baba vyeyi natwe aba mama turabona ningonga abangenzi babi kubana bacu ivyavuze ndavyemeye pe 90/100

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 2 หลายเดือนก่อน

    sha ivyavuze nivyo cane pe abana barabona abangenzi beza baba vyeyi natwe aba mama turabona ningonga abangenzi babi kubana bacu ivyavuze ndavyemeye pe 95

  • @nyakabandaexpres
    @nyakabandaexpres 3 หลายเดือนก่อน +1

    Tu t'exprimes bien

  • @sibomanaAlphaxad
    @sibomanaAlphaxad 3 หลายเดือนก่อน +1

    Wp nareke kuguvak atankund zihariharimpamv ziwawe bivany nabumazeguhur. Urukund rurahar Arik ivyo uvuganivy

  • @christophehabumuremyi6640
    @christophehabumuremyi6640 3 หลายเดือนก่อน +1

    Umukobwa w indero kandi aciye ubwenge

  • @ProudB719
    @ProudB719 3 หลายเดือนก่อน

    Salut mon frere Gael,
    Vyokunda ko ndonka numero yanyu?
    Merci.

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 3 หลายเดือนก่อน

    Uw mu dada araciye ubwenge vrmt

  • @jeanclaudentakarutimana4619
    @jeanclaudentakarutimana4619 3 หลายเดือนก่อน

    Kelina ufise ijwi ryiza.
    Juste Gaël nube ufata akanya ko Ku reagissa kuma commentaires yababywanyi please

    • @Pontien-dy7lr
      @Pontien-dy7lr 3 หลายเดือนก่อน +1

      @@jeanclaudentakarutimana4619 ico nico ariko hariko commentaires nawe ari wewe ata réaction wozigirako!!!kk hari ababifata nkimikino ariko Bury harya umwe wese agenda akuramwo akamukozeko!!!

  • @MANIRAKIZAJeanPaul-h7d
    @MANIRAKIZAJeanPaul-h7d 3 หลายเดือนก่อน

    Psychologue musicienne Kellyna🤣🤣🤣🤣

  • @startv257.
    @startv257. 3 หลายเดือนก่อน +1

    KARABAYE😂😂😂😂

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 3 หลายเดือนก่อน +2

    Nibose bashaka kubasambanya cank ushatse kuvuga abaguhenze kugatwe kawe😂😂😂😂

    • @Pontien-dy7lr
      @Pontien-dy7lr 3 หลายเดือนก่อน

      Aho ndumvako mwafashwe😂😂😂😂

  • @manirambonaemeryhasta3739
    @manirambonaemeryhasta3739 3 หลายเดือนก่อน +3

    Tekana baracabasambanya baracariko.

  • @georgettenkengurutse1312
    @georgettenkengurutse1312 3 หลายเดือนก่อน

    Uvuga ibintu vyiza vyubaka abantu ariko uzoze urishura kukibazo ubajjwe vyoba vyiza cnee.komerezaho

  • @rukundovibe3341
    @rukundovibe3341 3 หลายเดือนก่อน +2

    🔥🔥🔥🔥

  • @SébastienNiringiyimana
    @SébastienNiringiyimana 3 หลายเดือนก่อน

    Haha😂😂 biragoye kumenya😂🔥

  • @alanblessed1744
    @alanblessed1744 3 หลายเดือนก่อน

    Kuraamaboko mumpuzuu mukoree. 😂😂 ntako kabisaa

  • @FerdinandNiyongere
    @FerdinandNiyongere 3 หลายเดือนก่อน

  • @rutwitsibouroundiOfficial
    @rutwitsibouroundiOfficial 3 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉

  • @NduwimanaJaphet-b5c
    @NduwimanaJaphet-b5c 3 หลายเดือนก่อน

    Uyumukobwa ntiyoga mumaso kuko yisize atiyoze😅😅😅😅

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 3 หลายเดือนก่อน

      @user. Eka nawe urafise uburyo bwihariye bwo kuraba ingene ibibazo bisumbana mubuzima. Aha bariko baravuga ibintu bihambaye biraba societe burundaise, mugabo commentaire yawe ngo n'uko gusa uwo mukobwa yisize atiyoze.

    • @arnaulddolfi20
      @arnaulddolfi20 3 หลายเดือนก่อน

      Jalousie

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 3 หลายเดือนก่อน

    😢. Bn'kjh

  • @BENI-AA
    @BENI-AA 3 หลายเดือนก่อน

    Zuratubwira umusiki wae, utureke nturu umu phycologist...

    • @PiscoPhiri
      @PiscoPhiri 3 หลายเดือนก่อน

      Ton idée est bête.
      Gutukana oyaaa birabujijwe. Udafise ico uterereye mukiganiro. Cunuma

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 หลายเดือนก่อน

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @DemanaTV
    @DemanaTV 3 หลายเดือนก่อน

    Ok 😮😮

  • @elysentoreyimana-xo7ik
    @elysentoreyimana-xo7ik 3 หลายเดือนก่อน

    I xoo yuyo mukobw niyiger avug abakobw ukunt baj mubitam kwidadaz aratiny kumen amabang abahung rek natw twarabameny komudakund mukund inoti niyompav babonon amakos nayany namw nimukr amabok mumpuz mukor