Kadie Kay lyrics ziwe zitahurwa n'umuntu afise IQ iri hejuru kuko ziba zirimwo message iri deep,muburundi turakeneye abantu benshi bandika nkawe kdi ikindi naco umuntu akoze ikintu ciza basha tube tumuha amashurwe yiwe akiriho so so much respect Kadie kay Lyrics zawe ziri kuri high level 🎉🎉🎉🎉🎉
Kadie Kay yari umwarimu kuri École Internationale de Bujumbura (EIB), arazi Igifaransa caane ... Kadie Kay Indirimbo yanditse zirimwo message iri deep kuko arazi kuryohora indimi, arazi kuryohora Ikirundi n'Igifaransa ...
Masterland est très intelligent, uko yitwara arazi gu Controla Emossions ziwe, Twitege ko mumyaka iza azoba Akarorero kurunganwe rwiwe. Google Mum nayo reka tuyi Feeling Gael🇧🇮. UMUKUBITO Hejuru 👏
GOOGLE MUM..Autre chose abagabo muvuganye ikintu akwishura ngo reka nje kwiyumvira ariko aba agiye guhanuza sa femme ikintu ciza,igitangaje rero ....wewe wirirwa uravyiyumvira ariko ta femme aguha inyishu mu mwanya muto Google Mum mwubahwe
Kadie Kay lyrics ziwe zitahurwa n'umuntu afise IQ iri hejuru kuko ziba zirimwo message iri deep,muburundi turakeneye abantu benshi bandika nkawe kdi ikindi naco umuntu akoze ikintu ciza basha tube tumuha amashurwe yiwe akiriho so so much respect Kadie kay Lyrics zawe ziri kuri high level 🎉🎉🎉🎉🎉
Kadie Kay yari umwarimu kuri École Internationale de Bujumbura (EIB), arazi Igifaransa caane ...
Kadie Kay Indirimbo yanditse zirimwo message iri deep kuko arazi kuryohora indimi, arazi kuryohora Ikirundi n'Igifaransa ...
Ndakunda ukuntu Masterland yitondo God bless you 🎉🎉 thank you Mama Kadie kay😊
Kadi Nukur imana iguhe umugisha Kuko turagukunda cane super mum tora 🌹🌹🌹muvyeyi urazoduha mon professeur turagusavye
COURAGE CANE GOOGLE MUM KADI KAY 🤍🫂 MASTERLAND KEEP IT UP 😊
Masterland est très intelligent, uko yitwara arazi gu Controla Emossions ziwe, Twitege ko mumyaka iza azoba Akarorero kurunganwe rwiwe. Google Mum nayo reka tuyi Feeling Gael🇧🇮. UMUKUBITO Hejuru 👏
Masterland araciye ubwenge caane par contre j'ai l'impression ko abégueya ... Ariko navyone mbona avyitwaramwo neza ...
Yubahwe uyu mu maman pe afise ivyiyumviro birnze kandi ariko arazana l'évolution mu muziki ndundi
Wow wow wow kadie kay Imana ibandany iguhezagira
I love your creativity Kadie K❤
Master burya abantu iyo uriko uratera imbere mubintu ivyari vyo vyose abansi baravuka nukuri twari dukwiye kumenya uko tuvyitwaramwo ntiducike intege tukagumana intego dufise ntidusubire inyuma.... courage kwr
Kadie Kay arakwiye amashurwe na Master land yabikoze neza❤❤
17:17 Very smart Woman😊👍. Gaël reka gutega Umuvyeyi wacu😅, agirira publicité indirimbo nshasha.
Ego kadie kay uraruenz cane
Masterland ❤❤❤
❤❤❤❤❤
Kad mubakenyezi tetero,...... yararirimbiye maman wiwe ,.......
GOOGLE MUM..Autre chose abagabo muvuganye ikintu akwishura ngo reka nje kwiyumvira ariko aba agiye guhanuza sa femme ikintu ciza,igitangaje rero ....wewe wirirwa uravyiyumvira ariko ta femme aguha inyishu mu mwanya muto
Google Mum mwubahwe
Kadie kay azotwandikire indirimbo yo guhamagarira aba Diaspora bose bo mu bwoko bwoko gukunda igihigu cabo Uburundi.
Aba diaspora basanzwe bakunda Igihugu cabo ntubibahamagarira kuko biri naturel ...
@@sese667 si bose haracarimwo abataravyumva
@@bosconiyonkuru6151 N'iki wita gukunda Igihugu ?
@@sese667 subira kwishure wige
@@bosconiyonkuru6151 Ndasubiramwo ikibazo : N'iki wita gukunda Igihugu ?? Ufatira kuki kugira uvuge ko umuntu kanaka adakunda Igihugu ?? N'ikihe gipimo ufatira ko ??
Ariko kweli uyu mumama arasubiriye???
Uwumu mere ndamukunda knd yubahwe