KIGINGI biranse ko yihangana//kwubaka URUGO vyatumye//igihe ndonka IKIBONDO//Kuja muri CANADA gukina
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ก.ค. 2023
- KIGINGI biranse ko yihangana//kwubaka URUGO vyatumye//igihe ndonka IKIBONDO//Kuja muri CANADA gukina
@AlfredMUGENZI
#kigingi #diaspora #comedy - บันเทิง
Umugore numugisha barakwizera iyufise urugo🤗🤗🤗🤗🤗😍😍😍🌼❤️🌼❤️🌹❤️🌹❤️😊
😂 Papa Enora ni mwonkwe n'ibikura. Muvyare muheke musubireyo ntihababa.
Shaaa kigingi vrm uraduhaye show yo kubuntu ndagushimiye gosee😂😂😂😂😂JBU🙏
Kigingi urintwari muri éducation y'urwaruka rwubu.komeza
gael vuga ibintu bifise sens
Komeza uterimbere nku munzinga
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 urantwengej
😂😂😂😂😂émission iryoshe
Hahaaa ariko Kigingi uri umuti wamenyo pe nusubireyo ntamahwa muhungu mwiza uzahite ukurikiza umuhungu mwizina rya Yesu. Turagukukunda mu Rda
Kgl turabemera cyane
Nivyo muburundi ntamu star ahari💯
Kwl bazivyara kare raba Mutima Comedy ntubon ko ya vyaye
Ubunyen haciye amenzi angahe
Mbes na tanu wallah
Uranduha kbx Imana ikutuzigamire ❤
Number one to comment asha ah k mbony kigingi ndaterama kabisa
UKO NUKURI KIGINGI, ico turi nico twahawe edication yari solide . Abavyeyi bacu batureze neza, indero nyayo pe.ABUBU WAPI
Kera nuko ata social media yarihari kandi abakera bari bafise ibanga.
Yesu wee ngo namatwi urabona ngwiiii urazi gutwenza nugende.
Yes thanks kigingi for my baby blessings
😂😂😂😂Kigingi urantwengeje kl 🤣🤣mwebw muhuy muranduhura mu mutwe mwubahw can 🙏🙏🙏❣️
J'ai trois enfants ariko ivyo bama banyereka muri échographie ntanakimw mbona mpfa kwemera 😀
Helicpter yanditseko umukubito hahahaha Gael vuga Amenn
Ivyo kigingi avuze nivyo kabisa
Avuze neza cane
Mr kaigingiiii much love from Deutschland
Kwel irera ryubu rirarenze
😂😂😂😂😂kigingi weeeh😂😂😂😂
Ewee kigingi arantwengeje
Kigingi c est le meilleur
🤣🤣🤣kigingi
😂😂😂ngo namatwi ndayabona ari kigingi
Welcome kigingi much love ❤
Vivons cachés , vivons heureux niyo yatureze kandi iratuma abana badafyina
big up bro
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙄
Kigingi ni we muntu wa mbere numvise asobanuye neza ico umu star bivuga,aba star ni ba Jennifer Lopez,ba Riyanna,ba Brad Pit n,abandi.Iyo numvise abarundi n,abanyarwanda bavuga ngo ni aba stars birankuraho,nkuko Kigingi abivuze,umu star aba afise aba securite,aba assistante,aba maqiilleuse,ahantu hose agiye bajana,ntaco yikorera,afise abakozi bashika nka 10 ahemba,bamwama iruhande.Jewe aho mba ntibabita aba star,kuko barazi ko star ari ikintu kinini cane,bavuga ngo bazwi,umuntu azwi,kandi ni muri Occident,ariko muri Afrika umuntu wese azwi bamwita umu star,ni hatari
Nagira mbaze Aga summer comedy ko kazoba,naho ntararaba vidéos yose
Ndabemera cane
Haaaaaaa Kigingi aka Papa Enora!uranyishee vmt 9:40,mur échographie ntanikintu nakimw ubona vmt gusa ub wiyumvamw k ubibona
You Know I'm Here
kingingi nari ndagukumbuye
Papa Ennora😊😊😊❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🤗🤗🤗🤗😍😍😍😍❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌼🌼🌼🌼
Papa Jodel Enora Sha🥰🥱🥱🥱
Kigigi twari tumukumbuy
😂😂😂
Papa Ennora,.....
Juste nahora i burundi..
Ndagaruka septembre..
Kigi uti karibu Swizerland udutwenze..😂
Gregg
Papa Enora
Muribaruka bavyeyi
Kigingi Papa Enora 🥳🥳🥳❤️
hahahahah😂😂😂😂
Uri kigugu kigingi😂😂😂😂ariko ndagukunda uransetsa
Umukubito
Ati womeng naband babany😂😂😂😂ngukund kanini
😂😂😂😂😂
Biguma bija kuri point idasanzwe n uh mu G
😂😂😂🤣🤣🤣🤣
Kigingi bamuhebere ntanuwundi bazopfa banganyije intellectuel knd arazi de quoi à dire nivyo atavuga apana babandi bapfa ivyobavuze
🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤
Ikintu kinezereye ningene nuburundi dusigaye tuzi gufata amasanamu meeeze vrt
Ariko ukntu amubwiy ngo narinzi ng uraz ubwenge
Ivyo vyaba journalist bo muri kenya nububeshi 😂😂 ntabwo batunze cane but hariho abayafise nka "Maina Kangeni" ... others are living a simple life.... kurusha abo muburundi tho 😂
😂😂😂😂😂😂😂😂
Kingi nihonki bona ikigani ro cawe wararo nase ikibondo vyiza yoo umuge nziwaw asani papa Ena gut wondansa 16:03 Nîmeyabo j 16:17 16:18 16:18 16:19 16:19 16:19 16:19 16:20 16:20 16:20 16:20 16:20 ndimubarabu
Nari ndagukumbuye 😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Urasubirayo sha kingingi nta mahwa ariyo
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Personne n'a remarqué ingen yagum asamarir bary bakobw inyum 🤔😂
None Mama wiwe kowamujanye kuvyarira murikira? Nuko bitangura,ntayandi ma hôpital yarahari.
😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂