IKIGANIRO C'INGO N'IMIRYANGO:N'igiki catabaye Mariage ya Pasteur Marc KAGISYE?
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 9 ก.พ. 2025
- Mukiganiro c'Ingo n'Imiryango caremeshejwe na Pasteur Marc KAGISYE n'Umufasha wiwe mumpera z'umwaka 2019 muri Leta zunze ubumwe z'Amerika mugisagara ca Portland muri Etat ya Maine,uyo muryango warashingiye intahe abaraho ko mu minsi yambere bakigira ubugeni bitari vyoroshe nagato.Banatugira inama y'ibintu 7 twokora kugira ingo zacu ziryohe kandi zikomere. Pasteur Marc KAGISYE arongoye ishengero LIFE CENTER rifise icicaro mu BURUNDI.
Imiryango tuvukiramwo,imico n'imyerere yaho dukurira,akahise k'ivyo twabayemwo bigira ingaruka zahafi y'ubuzima tubamwo mungo twubaka.LIANY MEDIA Tv kimwe mubiyiraje ishinga nugusangiza abandi intahe n'inyigisho zituma tugira ingo turyoherewe kandi zikomeye.
Wifuza gushinga intahe canke kudusangiza inyigisho zifasha kubaka umuryango, urahawe ikaze.Twandikire kuri lianymedia@gmail.com.
Murakoze Imana ibahezagire.
Abamusabir ubwenge n ayandi Mavuta mump like
Imana ibahezagire cane kubwiyo nyigisho
Imana ikwongerereze amavuta mukozi w'Imana
Yesu akwongere umugisha n ubwenge mukozi w'Imana nzima , kuko inyigisho zawe ziradufasha cane
.. what a WISDOM !!! Thank you
Ameeeeen ❤ Imana idufashe
Pastor uhabwe umugisha cyane
Mon pasteur 🙌 imana ikomeze kukugirir neza
Merci du partage ! Turabakuuuunda...!!!! Imana ibahe umugisha.!
Pastor Marc ndagukunda cyne watabaye ubuzima bwanjye bwari bugeze ku munota wa nyuma.
Imana yo mu Ijuru ijye iguha umugisha n'umuryango wawe🙏
Imana ishime caaane.
Glory to GOD hallelujah
Ntukababare witwa Mugisha
Murakoze cyne pasteur Marc nubwambere numvise inyigisho zanyu arko ninziza Yesu agukomereze ubuzima thx.
Narinsanzwe nkunda cet homme de Dieu.
Je dois Voyager au Burundi to see him.
I'm very very surprised.
Quel bon message !! Merci beaucoup Pasteur Marc. Iyo message irakwiye kumvwa na tous les couples.
Merciii bcp pasteur🙏 abakurikiranye émission bagatahura mwegere iyo Mana ice inzira aho vyari bigoye . Muzogaruke mushinga intahe muduza Ishimwe. Musangiz ubutumwa n kubandi cane cane abo mwubakanye burya Mutima Mweranda niw yabahay gutahura ashobora nabone kubaha Gutahura .🤲
Thank you so much ,my God bless you Pastor
Imana iguhe imigisha myinshi ufite ijambo ryiza pe, riranyubatse
Oooh urakoze cane mon pasteur ur umugishaa kumahangaa
Merciii bcp Pasteur ,tu es rempli de sagesse vraiment🙏🙏
Inyigisho zidashiramwo akanovera , Merci bakozi b'Imana murumugisha kubabafise Imana ibazigame kandi ibongere amavuta yumusesekara. 🙏🙏
Urakoze caane.
Merci Pasteur Imana ibahezagire
Merci bcp mon Pasteur.muri abavyeyi beza.Mukomeze inyigisho nkizo Mpwemu Yera muhoran Amavuta akomeze kongera
Urakoze Pastor kunyigisho nziza uduhaye
imana ikumpere imingisha myinshi wingishije ibintu vyiza binkoze kumutima 🙏🏾🙏🏾❤️
Murakoze cane,Imana ibahe imigisha.
Quel bon message!!!Ne pas briser la décision yuwo mwubany.... Quelle sagesse !!!!!
Merci mon pasteur Marc si ndubaka urugo mais ndafashijwe cane goseee..muduhe suite kuko izi enseignement ziri intéressé nukuri.
God bless you Pastor!! Thanks🙌🏽
IMANA Ikongere umugisha uvuze ukuri kuzuy
God bless you Pastor and your family muri icitegerezo ciza kuri benshi be blessed
Merci Pastor, hahiriwe abumva bakabigendera. Uranyifashirije. Imana ibahezagir.
Amen mukozi w'Imana. Murakoze cane
Mubarikiwe bakozi b,Imana
Mr6 bcp
Mungu wee nkunda uyu mu pasteur mubuzima mwigirah vyishii
Amen IMANA idufashe
be blessed again
Amen 🙏 merci beaucoup Pasteur
Imana ikomez kugusiga mon Pasteur. Uri umugisha ku mahanga
Amen amen,uhezagirw can paster
Urakoze
Merci beaucoup Mon pastor
Murakoze.gusa sindubakkkk
Cyooo.. Ndafashijwe cane... May God bless you man of God.
Ndabibuka caneeee!Mariage yabo bayivuzeko cane.umwane wo muri Rohero no mubwiza canke Buyenzi sinibuka neza.bagize courage cane kandi mariage yanyu yari nziza niho narindi, har'umuntu yivye chaînette ya Betty avant mariage vyari bibaje abantu bibaza ibintu vyinshi.irukundo rwukuri rwama rutsinda .Imana igume abagirira neza.🤗🙏🏿✌🏾
Betty nuwo mu Bwiza.
@@nduwimanarose3129 ok,merci sinari ndavyibuka neza.
Mrc pasteur ndafashijwe cane goosee Imana izane ihinduka mungo zacu kurubwobutumwa
Mbega ibiganiro byiza,
Merci bcp pastor
Oh my God
Ndafashijwe gose
Ndubaha amavuta akurimwo lmana lzoguh lngororano
Urugo rwiza nubuntu bw'Imana gusa
Svp mwaguhaye link/lien twakuraho iyi nyigisho yose ; turabashyimiye kandi kutugezaho iyi nyigisho ndafashijwe Imana ibahe umugisha.
Imana ishimwe komwafashijwe,ico nico kiganiro twagiranye.
Hezagirwe kabisa murakoze kumpanuro
Jew nunv umeng nar kuzan w mugab i burundi ukamubwir kuk wew yubats urugo
Mrci beaucoup Pasteur! Message très édifiant👐👐🔥🔥🔥
🖐🖐
Mubari mw’isi nta wugororoka||Indirimbo zo guhimbaza Imana #68|| Église Pentecôte Marion
Bon enseignement ♥️♥️♥️
👏
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 harih ahantu untwengej uti n Angle y Box
Uratang imihoh cnk uhapfyirato
We need part2 😐
Sure, I will.
Pasteur ndifuz k noguhezagir kabe gato ndakaguh
Oneday will be together
Merci bcp pastor