Sindimoja come back and let's all together as one build this beautiful country we can't afford another war or political crisis. Plz let give this nation a chance
Egome kweli n ukunuranura. Uravye utudumbidumbi tw amashengero atagira n inzu asengeramo mugabo bakirirwa bavuza ingoma barara ijoro ryose bayogora atawuryama vyose biva muri ukwo kunuranura kw ababijejwe turavyiyamirije. Abanyagihugu turakeneye kuruhuka . KUTARYAMA ngo uruhuke neza bituma akazi ka bukeye gakorwa nabi nabi ndetse hakaba n abisinzirirako.Abarundi twararushe bikwiye mu bihe vy indwano ku buryo ata na kimwe gikwiye guhungabanya itiro ryacu na cane cane mu ntumbero yo gukamisha ako karuhuko k ijoro kugira ku mutaga umwimbu ube mwiza. Komera komera .
Jowi jos kwiyoberanya kwawe gutuma atajambo uvuga ryiza, ukwiye gushikigikira ijambo ryiza. Kuko aha bibonekako atabikoze niho uzoryoherwa. Abikoze uzobabara. Pole . Tout change, tout évolue seul les imbéciles qui ne changent pas .
Nyakwubahwa cane,turashimye ijambo ryiza mushikirije ririmwo imigambi myiza irashe yo guteza imbere igihugu,kandi ivyo mukabikorerako ndababwira ukuriko ikiganza c'IMANA kizobana namwe gushika muyoboye igihugu cacu ciza.
Muhezagirwe.
Ndi umunyarwanda ariko nkunda uburundi hamwe nabarundi nimwirambire twubake ijyihugu cyanyu natwe tuzaza kujyituramo kuko uburundi nibwiza cyane ntakureba kumazuru oya
Hon minister. You are the future leader we needed. God with you
Exactly
Jewe mbonye ko vraiement uje hageze ndetse hari hagiye kurenga.
Imana iguhagarikire cane .
Kandi bakakirengako ubwo butegetsi muzobutakaza mukanya isase kuko abanyagihugu babajwe ntacobananira guhenura.
Urakoze cane🙏🙏🙏
Imana ibihezagire uvuze ijambo ryaza
Good cane mutama muhere cana cane mwibarabara umuntu yubaka avhga ati urya Zagura amabuye undi amatole none ugura umuduga gte uhembwa 100 millesfb uje hageze abasivile nabasivile nyene big up
Mbega igihugu cacu kombonako kigiye guhinduka komera mutama wacu Imana ikujimbere
Bravo Mr le Ministre, Hindura ibintu .abantu nkamwe nibo turondera.
Nukur Imana ibaje imbere ndabona ko igihugu cacu kigiy kuja kurutonde
Urakoze Muvyeyi bandanya kudukorera ivyiza abarundi dutahuke iwacu kuko turakunda igihugu cacu
Komera ku muheto mon Lt Gnl, Uburundi bukeneye abantu b'Intwari
I wish everyone would be on the same page as your saying the country will on the right direction
Imana ibahezagire ibaduze hejuru muterimbrre cane gose. 🙏🙏🙏
Nahora ndakwumva noe ndakwiboneye, Imana igufashe mutari kumwe ntavyo woshobora
Wow! Imaginez-vous dans deux semaines akaba amaze kubona ivyo bintu vyose vrt!
i'm in love with this government, BURUNDI on our way up!!!!!!!!!!!!!! thanks GOD
Sindimoja come back and let's all together as one build this beautiful country we can't afford another war or political crisis. Plz let give this nation a chance
Nibakunvira bagashira mungiro ivyo ushikirije tuzoba duteye intambwe ikomeye muburundi .ariko impinga iracari ndende reka turindire haraho vyohinduka
Kurwanya ibiturire ni vyiza cyane || Kora SUBSCRIBE kuri channel UBUKIRE NYABWO TV th-cam.com/video/rfyXJvWyU0o/w-d-xo.html
Komerezaho ntwwri yigihugu
Nyakubahwa Gervais ,avugikishije #ukuri
Imana iguhezagire cane Mutama ukuri Imana iragukunda kandi ikakwagura
I agreed this , keep this way!!!!
Komera Mutama abidoze bakikugena ko bigiye kudenduka bazobona n'amaso yabo ko ibuye ryagawe n'abubatsi ariryo ryabaye irigumya ifuruka.
Uvuze neza can 🇧🇮
Ahubwo iyo uduha numéro duhamagarako duhuye nabo banyonyezi nyakubahwa mushikiranganji ! Duhindurire igihugu kibe iciteka nukuri.
Nta kinya
Habwigwa benshi hakumva benevyo
Vieux azobagarika
Mutama ndakwemeye nimuhindurigihugu lmanazobafashe
Nukuri bari bagisibije mutama nkurinyuma
I appreciate on maximum this speech
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Niyirambire uyu mu général wacu
Uravuze ibintu bizima urumuntu w,umugabo ivyuvuze babikurikije igihugu cacu cokogorora
Komeraaa muvyeyi twari twarishwe
Ntasinya ahumirije. Ihi bambewe.
A right man in a right ministry!! Haha ... abirirwaga bidoga ububwa birabashyuhanye kabisa!!!
Nibagire indero , baheshe iteka igihugu cacu!
Nyakubahwa muje hageze. Kandi nizerako Uwuhoraho azokujimbere. Ico nosaba nuko vyoshirwa mungiro. Maze igihugu kikava mukaga.
Nivyo,abategetsi baze barishikira kukivi niho boronka amakuru meza yimvaho,abanyagihugu baratinya kwinjira mubiro bimwebimwe.na turya dusandugu turafasha mugabo atari cane.kukivi niho mubina igikenewe nikidakenewe
Mutama komera uwukwanka akwandureko turagushigikiye kurivyovyiyumviro Hera muri PAFE nihohambere umengo bari murudandazwa
Congratulations.
Nyakubahwa nimba imvugo igiye kujana n'ingiro nukuri shishikare lmana ibaje imbere, turabeko igihugu cacu cokwogorora, uzobe inyankamugayo, ubutwari nibwo bwamye buranga umugabo. 😷😷😷
Ndakwemeye
I'love you so much 🇵🇸
Komera mutama itworo yawe izodushikane heza
Abanyonyezi nabo mubate muri gereza.
Knd ico uvuze Nico cane kuko kurya igiturure nugutukisha itworo reo mubijukire abo bose bafise iyongeso .
Vyiza mwoshiraho numéro itarihwa iyo umuntu abonye ikintu kiriko gikogwa nuwogukingira ace abibashukiriza murakoze.
Ijambo ryiza. Turagushigikiye. Jewe ndakwizeye. Abavugako bitazoshoboka nabo bibonekako ubishoboye bazobabara bazokwama batoba uko nyene ariko ntaco bazoshikako. Ababihakana nibamenye ibi: Tout change, tout évolue , seuls les imbéciles qui ne changent pas.
Bien dit!!!
Urumuntu wumugabo nukuri tugiye kubona impinduka ahubwo nimugwize twadusandugu mukore nko muri Tanzanie ntamuntu aryigiturire komeraa mutama. Umuntu acatse
Uvuze neza cane mutama. Gusa bikwirikijwe vyoba vyiza cane. Birakenewe ko abategetsi baze baragira ingendo badateguje kuma societés niho bazokwibonera ukuri
Tugiy kubona uburundi bushasha👏
kweli bro utakuwa safi sanaaa
Nivyo twari turindiriye mumwanya muremure vraiment
Nivyiza cane
Kuzicira abandi urabizi! Urwawe amaherezo ruzoshika! #ntirisakaye
Wirambire nyakubahwa mushikiranganji
Aho ndagutahura ariko turindiriy ingiro
Kandi twasaba komwahera kuri zankozi zikibi zi Makamba kakabera akarorero abandi
Irya dossier ndasavye yihute kuko baduteje urumbwa nkabanya makamba precisema kayogoro
Niwoze izina ryawe mutama
Basha imihimbiri yose turinyuma yawe
Ijambo ryinkoramutuma ry'umwubahwa wacu.
Gose nkuri inyuma Minister CPC Gervais, uzabikore rwose ubunyonyezi igiturire bituvire mugihugu cacu cuburundi
Leta nkozi!!
Ukwo nukuri mutama
Safi Sana
Nyakubahwa gerageza ibintu vyaracitse.no mubutaere ntimuze muhibagirwe kwel twarapfiriy ahotwokiriye.
Uyu mugabo imvugo niba ingjiro twaba turi kwerekaza heza.
None uwo ni umwe Ndakugarika bama bavuga??? Ico akoze avuze neza wogira avuye ubu nyene mw'ijuru. Nizere ko azobishira mu ngiro. Ariko vyose akwiye kumenya ko biva mu busumbasumbane bw'imishahara buteye isibe n'ubwoba. Abantu baja mu mashengero kubera bihebuye bibaza ko ataco bazoronka ku mwana w'umuntu kuko bababesha ko Imana ariyo ishoboye ivyananiranye izobatabara. Mudahemvye neza abantu ivyo vyose muvuga bizosendwa. Hazoguma hafatwa udufi dutoya ibifi binini vyiraramiye. Ubukene buzura inzara ntibuzoreka gutuma abantu guhemuka canecane abakozi ba Reta. Bashaka kubaka amazu, bashaka imiduga, bashaka kwambara neza, gufungurira imiryango yabo neza, kuvuza no kwigisha abana harimwo no kudasiba icupa ku mugoroba😅 ... none mwibaza ko bazoreka kurya ibiturire??? Mudafashe ingingo zifasha abantu kubaho neza muzobamarira mu gasho kuko ndumva ko mpimba igiye kwagura imbibe. Iterabwoba ntirikora iyo abantu bageze kure ataco bacera ubukene bubageze habi bariyahura, bagahitishamwo gupfa no gukira nta mweranda ari kw'isi. Ni vyo ni ugutuza igiturire ariko n'ukugisubiriza imigambi irashe ifasha abantu kwisununura batarinze kumenja. Mu gasho nta muti uriyo murihenda cane.
Uvuze ukuri cane.
Nuyo
Ikiganza c' Uhoraho kikubeko uri muhezagiro muhihugu cacu ciza
Uri Umugabo w'intwari mu gihugu hoba abashikiranganji 5 nkamwe uburundi bwokwibereye paradizo
Niwabikora bigakunda uzoce witoza après 7 ans. Abarongozi dukeneye ni nkabo.
Ntasinya ahumirije baba bamuhumye amaso. Nka ya mfyisi iti ngo WORYA IKI? FUKUZIA MBALI MUHESHIMIWA.
Namwe mutwara mureke kubaka amagorofa kandi muhembwa ubusa. Ayo mazu yubakwa n'ibivuye hehe ko mutayahembwa? Abarongozi b'ukuri berekana akororero keza.
Nokuntega mugereyo baragisibije
None abantu nkaba bari hh ? kuberiki batabazanye kare! abanyagihugu batobato bararushe! imvugo ijane n ingiro!
Irijambo nirizima
Tugiye gukira p
Together minister of internal affairs ofcoz corruption support poverty in any country
Amen
Ndakugarika azobashugurukira atamifyino.
Izi commentaires muzirabe .
Iyaba baraba commentaires hari vyinshi biba vyarahindutse.
Kuvuga biroroshe reka turindire ingiro amajambo nkayo yamye avugwa reka tuzobirabe burakeye baje kumirimo
Mjanye naw uyo azi kuicha gs ivyi biturire sihar ntamwany
Egome kweli n ukunuranura. Uravye utudumbidumbi tw amashengero atagira n inzu asengeramo mugabo bakirirwa bavuza ingoma barara ijoro ryose bayogora atawuryama vyose biva muri ukwo kunuranura kw ababijejwe turavyiyamirije. Abanyagihugu turakeneye kuruhuka . KUTARYAMA ngo uruhuke neza bituma akazi ka bukeye gakorwa nabi nabi ndetse hakaba n abisinzirirako.Abarundi twararushe bikwiye mu bihe vy indwano ku buryo ata na kimwe gikwiye guhungabanya itiro ryacu na cane cane mu ntumbero yo gukamisha ako karuhuko k ijoro kugira ku mutaga umwimbu ube mwiza.
Komera komera .
👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻
Yes
Hhhhh Jummy ww Arafunzwe muzambere rekareka mukuvayo atanga yandi
KOMERZAHO MUTAMA IZO NGINGO ZIRATOMOYE
Ni mutarwanya corruption murapfuye murarangiye .
Ntimuzagire ngo ntimwaburiwe .
Babwire
Kuvuga biroroshe gushira mungiro bikagora
🙌🙌🙌👍👍👍
Ibyamashengero ico nicukuri kabisa,rusigay arurucuruzwa kabisa
Urumugabo babwire pppppp
❤❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇵🇸
Tuzobibona nivyaja mungiro
Reka tubirabe nayahandi uburundi bwaribugeze kure
Vuga make kuko ntaco uje urishije abandi, kor' akazi mujejwe gusa, nayo gukamisha mwese nivyo mukora
Haaaa imvugo ibingiro..imvugo ikabingiro uburundi buzoca buba paradis 🤗🤨
Ariko avuze ukuri caaàaane.ese Vyoba mungiro🙏🙏
Jowi jos kwiyoberanya kwawe gutuma atajambo uvuga ryiza, ukwiye gushikigikira ijambo ryiza. Kuko aha bibonekako atabikoze niho uzoryoherwa. Abikoze uzobabara. Pole . Tout change, tout évolue seul les imbéciles qui ne changent pas .
Abarundi dushaka ibikorwa ntidushaka amagambo turabamenyereye akarimi gasosa turakamenyereye
Ndakwemeye pe!!!!
Mutama ndakwemeye nimuhindurigihugu lmanazobafashe