ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana Ikomeze kuguha kuramba Muvyeyi warahezagiwe ndaryohecane kubeikigikogwa izomanuro nukuzigendera🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Imana igihe kuramba mukuru wigihugu cacu Evariste neva❤❤❤❤
Imana iguhezagire
Ariko kamana iyis harabazovuga kobayikorey non nkabobaphasoni bose barimuriryobohero cha satani numuja ntawonosabira akokaja kogufungwa nikibazo prezida wacu imanimwonger umugicha nibih vyiyonger❤❤❤❤
Ndanezerew.cane.kubavuye.murigereza.nyakubahwa.imana.igukomeze.
Nakubali rais
❤Imana iguhezagire sebarundi ukoze ibikomeye kubapfungwa bahohotewe.
Kwl vyiza caane 💪
Vyiza kweriii
Murakoz muvyeyi turabakunda
His excellent president ndayishimiye is honest president
Fatafataka😂😂😂😂😢😢kisegeti😢😢😢😢😢😢😢
Hezagirwa muvyeyi ukoze ikintu kibereye Imana iguhe umugisha turakeje abarekuwe bose
❤❤BURUNDI 🇰🇪🇧🇮🇧🇮💪😘🙌🙌
Nivyiz
Imana iguhe umugisha muvyeyi🇧🇮❤️❤️
Mutama Wacu yatwigisha nuko tuvukana na bamwe bamwe ar'ibigaba sindabibazwa😢
Kumbe uro umugaba mzee urakwiye kongerwa
Bonjour
Ugize neza Muvyeyi
Ramba sebarundi❤
Urakoze cane Nyenicubahiro umukuru w'Igihugu
I'mana imbere cane
Turagukunda muvyey wacu
❤
Muhabwe
icubahiro muvyeyi
❤❤❤
D. One
Uwo muvyeyi wacu arareba ajye mumasentare Kuko hariho ibitagenda neza
Ego cane muvyeyi
None nkabamwe bafungira abantu ubusa Kubera amafaranga bafise canke ibinti mubutegetsi bafise Ubu biyumva gute?
Argaheezagigwa umuvyeyiwacu
Ukoze igikorwa ciza cane kuk aho hantu bari hararyana uko biri kose n'abandi bataraho bakwije ibisabwa ko barekurwa mubibuke nibiherere ngah gusa
Imana imuhezagire❤❤🤲🤲🙌🙌
AmatoraYegerj non nka bobos bari mugashoBariyo bariga bara koraNon bagumye muri gerza 2040 2060 😂😂😂
Umaniguhe kuramba umuvyeyi
Uworaba abo bantu bose ntanumwe bosanga yararngan8jwe nubutungane kaba yafunzwe arumwere canke yavmfunzwe kukarenganyo??? Ivyo bintu uwobiraba neza yosanga si bose bakoze ivyaha
Murakoze cn muvyeyii ukoze ikint gikomey cn muhezagirw cn
Yo
Ivyobintunakarenganyo murarekura abononeye abandi abononewe bagataha zirayoye ubutungane bwuburundi harabakoresha akarenganyo
wandayawe ivyuvuga biragusa,genda naw ubahe iyondishi ushaka,
Bunyoni mbe nawe yob yagiriwe ikigongwe?
Nukurondera amJwi
Abantu tuzobafate gute kabisa ubona yuko atabarekuye
Abarundi nukuri muragoyr kwel
Niho twari twibereye kwr
Nukurondera amajwi????ntaco basi urareka kuyamuha uziko urimburabugirire???none hoho arondeye amajwi mwububuryo uwatashe ntiyomuha iryojwi yarinze avayo???nuko atawiwawe arimwo ngira nicogituma uvuzuko naho atobafungura gutogwa ko azotogwa bamureka kuba ibidadi benuko ntasoni???umuntu aze yifate gute????
Ubwenge sikirenga kbx areke kubasohora aratorwa abasohore abandanya atorwa nn ww uvuga karondera amajwi gut ko kumutora atarigisabo hamutora uwushatse numutima wubuntu agize arabasabira ikigorwe
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤

Amatora
Yegerj non nka bobos bari mugasho
Bariyo bariga bara kora
Non bagumye muri gerza 2040 2060 😂😂😂