"Amategeko abwirizwa kwubahirizwa kuri bose. Twese turangana imbere y'amategeko. Twisunge amategeko"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • #Burundi Umushikiranganji wa mbere Gervais NDIRAKOBUCA: "Ivyo twari tumazemwo imyaka myinshi aho kanaka yakora amafuti ukaza wumva uwuterefonye ngo uraraba uwo muntu yari yarafashije,...ngo ni umunywanyi wanje w'umugambwe ngo raba mugire bukebuke, bibwirizwa guhagarara. Amategeko abwirizwa kwubahirizwa kuri bose. Twese turangana imbere y'amategeko''.

ความคิดเห็น • 9

  • @anicetyamuremye7241
    @anicetyamuremye7241 ปีที่แล้ว +2

    👏👏👏Nukuri nico twipfuza abenegihugu hanyuma umugambwe ugombe utware imyaka yose twese tungana twubahirijwe kumwe pe ! Birababaje kuza wumva umuntu ambwira uwundi ngo je urazuwondiwe ??

  • @saloumburundi4268
    @saloumburundi4268 ปีที่แล้ว

    Bashire kumurongo Musaza
    Ndakwemera caaane Imana ikurinde

  • @jamesiranzi5016
    @jamesiranzi5016 ปีที่แล้ว

    👏👏👏👏👏👏

  • @jamesiranzi5016
    @jamesiranzi5016 ปีที่แล้ว

    👏👏👏👏👏👏

  • @bizimanaabedi5177
    @bizimanaabedi5177 ปีที่แล้ว

    Ico nkundira nyakubahwa umunshikiranganji wa mbere ivugisha ukuri ataravye nkunzi

  • @mdmn8160
    @mdmn8160 ปีที่แล้ว +1

    🤣👏

  • @nininahazwedonavine3349
    @nininahazwedonavine3349 ปีที่แล้ว

    Reka dukore tutikoresheje Imana izodushigikira

  • @edisonsinyarwe6777
    @edisonsinyarwe6777 ปีที่แล้ว

    Komera bagorore kabx

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 ปีที่แล้ว

    Generaux. Imbere yaba generals ntategeko