ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
I’m Congolese but I really felt in love with this family I love you so much Nkurunziza family ❤❤❤
Ndakund ukunt abana babategetsi benshi usang batuje. Elle est très intelligente 👌 simple nurupfasoni gwinshi shaa😘
ni mwiza kandi aritonda cane gose kandi ni mwiza ari intilligent kandi Siren vibes ndayikunda kuko nanje iranyingisha ibintu vyinshi vyakera imigani ,ibisokoze hamwe numuco wakera pe🙏🏾🙏🏾👌🏿mukomeze kutwingisha ikirundi
Niciza vraiment Niki bajoux gisa n'a papa we hamwe na inakuru❤🎉l love her❤❤🎉woohoo nice pe giseka neza
Uziko Nkurunziza yadusigiye izindi ntwari w iki gihugu kizubakwa uko vyomera kose natwe nanj nzakora ibishobok mbafashe tugikomeze tukigir ikitavogerwa ❤❤bdi
Je l'aime énormément dans sa simplicité.Depuis Goma en RDC 🇨🇩
❤❤ Doruka😍😍 love u ingene yitonda sha 😍ariko nkakunda caneeeee maman Dorcas💗💗💗💗
La beauté de chez nous 😘😘😘🇧🇮🇧🇮 très intelligente sha👌
Mpimbawe nokubona Dorcas ark aravuga Imana ikomeze icunge kandi ize yame yibuka imirimo myiza yuwo muryango 🙏🙏
La beauté naturelle vraiment
Dorcas numu no stress kbsa nkunze ingene atwenga🥰🥰n'Inkurunziza nyene izina niryo muntu👌
Umukobwa yarezwe 👌🏿👏🏽👏🏽👏🏽
Amazing émission 😘ndakunda abana ba sogo trop♥️
Umwana mwiza Dorcas yoooo urimwiza nukuri umubiri naturel ubwitonzi mukuvuga ndakubonyekwicontafise Umukama ashishikare kukurindira mubuntu bwiwe
Whaou ! She so beautiful ndakunze inyishu aguhaye y'ikibazo ca kabiri iratomoye kabx icaha ni ico ukora ukizi ko arikibi arko ukagikor ikosa naryo Nico ukora urwamwo ukagira utari ukizi❤❤
😘😘😘
Elle très belle, très magnifique.... Just whaou 😍👌🏽
She is beautiful ❤️ and intelligent I really love her 💕💕💕💕💕💕💕
Like daughter like mother, mama Buntu yubahwe❤
Woooow , I like ,when she say allovers home we are soldiers ❤❤❤❤❤
Franick nta rubanz ruba ruto n imyababarir wahinduts by tthe way uraberew hamw n umushitsi👌❤
Faaaaa entre temps uraberewe caaane💞💞👍👍Soooo ikiganir kirababaje ukuntu
She’s very beautiful and well spoken 😍
Waouh Mugongo wahetse Dorcas uragahoraho peeee❤❤❤❤Umwana mwiza avuga neza,ari cool cane hezagirwa mwiza wanje....Abateguy émission muhezagirwe ❤❤
Ukuntu ari humble sha 🥰😍😍
This guy is so wise he knows how to get thing from you easily arazi kutegura umuntu imbere yuko akubaza ikibazo arazi kukutegura mumutwe na mood yawe
Yoooo, uyu mwana wacu ndamuramukij, asa n'a inasenge shenge. Imana izobarinde mwana.
Ndagkunze cn vnt uri très sympathique
WoW elle est trop belle 🥰
Yesu acunge mukobwa mwiza,she is humble and kind like her mum
Thx Hosy Gutumira Dorcas Nkurunziza am so happy wauuuuu niki banjou ari intelligent umwana yarezwe neza Maman Buntu yarabaturereye neza ❤💋 from🇿🇦🤝✍
Elle est très belle trop magnifique asa neza donc ndakubonamw ubwiza bwabavyeyi bawe Imana ibakomezz iguhazz ubwiza bwayo Dorcas
This the best interview with humble people waoouh!! Siren vibes🔥🔥
😍😍😍uyu mwana asa na mama wiwe trop
Niryoryambere ndavye iyi tv Nukuri ndigishijwe na Dorcas Imana imukoze mamn buntu yarareze neza
Very serious girl and beautiful natural
Waouhhhh juste magnifique l'émission. Merci Dorcas. ❤
Like to Dorcas ❤ respect love you again so much
She's very beautiful🥰👌
Msg nziza ufis Imana mur ww ufs vyose🙌🙌
Gusa franic vrt ndemeye ntamukuru abura mukuruwe yar yiteguy no kuniga yanize shaaa so courage sanaa
Yooo, lmana iguhezagire mukobwa mwiza uri umurundikazi w'akarorero hagati y'urunganwe gw'iki gihe
Nkurunziza intwali umugabo cyaneee!!!!......na nyuma yubu buzima Azabaho kuko yakundaga imana
Iki bajou gisa na se citonda❤❤❤
Chère Dorcas,Je t'aime Tant.Tu es sage,cool, humble,Jolie,Intelligente,Bajoux.....
Dorcas numu no stress kbsa nkunze ingene atwenga🥰🥰
Itanguriro 1:1 ubw mbere n mbere Imana Dorcasi Imana ikomez ingabir zaw Ur twar uzohor m nyong zuw reka 🥰🥰🥰 uruw kimaziii
Ikiganiro ciza cane ndakunze ukuntu umutumire atekerej cane ninyishu zituj imana ibagirire neza numuryango wose ndabakunda cane❤❤❤❤
Abanye ngozi tumenyan❤❤❤❤😊
Wauu mbega umukobwa mwiza aciye bugufi azi ubwenge
Beautiful
Nuko ari umukizwa siko
Elle parle comme sa mère ❤
😂😂
Narabivuze ,ndabivuze kandi nzokwama ndabivuga yuko iyi tv 📺 only@Siren vibes ari ya mbere mu Burundi 🇧🇮,komera @Siren vibes tv 🙌🙌🙌🙌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Ohh mbega umukobwa mwiza you are so beautiful ❤
Elle magnifique,juste on attend qu'elle ait des bons comportements
She's very beautiful .❤
ikosaa nimbere yamategeko n'a leta ihanaa ariko icaha nimbere yimana kuk imana ntihana ikosaa ihana icahaa leta ntihana icaha ihana ikosaa
Kimwe maman buntu yabareze neza.
Martine,Gigi,Nunu,Fidia.nkumbuy8 ème 😂😂😂😂 Franck kur caneee mazeee🎉🎉🎉
Wauuu elle est belle
Shee beauty my girl ❤️
Uyu mwigeme wa Maman Buntu mbonye yitonda cane nakomeze atyo Imana izomushitsa kure cane
Nimwiza cane mukobwa wa Yesu
Très belle émission ! So beatiful girl ❤
Mbega umwana yarezwe neza❤
Twatewe iteka uno munsi❤ na #Franick yanize🤞
😂😂😂😂😂😂😂😂
😅😅😅😅😅
Nubwambere mbonye umwana wa nkurunziza . Muga gayemwe nimwizape ❤
Dorcas ndagukunda cne knd iyaba bishoboka shaka kukubona urumwan mwiza atuje akunda Iman Yesu abandanye aguhezagira nda❤
Respect, Dorcas. Wishurana ubwenge cane.
Elle est très jolie..yezu acunge mwigeme mwiza...
She is very beautiful and kind❤
Yesu aguhumugisha. Sha dorcas
digne d’être fille du président de la république,afise indero❤
Abana biwe bose bakurany indero, ucubona ko umuryang wari witayeho aban
Wamwambariye umushitsi wacu
Nikiza bite, nanje niko nitwa❤
Yategerezwa yariko arakira umushitsi witeka👌🤗 igikobwa ciza gisa Na Se barundi.Maman buntu murera neza Koko ivyamwa vyanyu birabisobanuye caaaaane 🙏
Dorcas , uri mwiza caaaaaane, utwenga neeeeeeza, j'espère que n'indani ko uri mwiza
Ni gi chérie 💋😍
What a beautiful and charming girl!!
nukur arazi kwigumya👏👏ku bibazo wamubajij knd yishur neza
Nkunda cyane abana b'umuhisiNa mama wabo (Mama buntu)Surtout Dorcas.Imana IbakomezeKandi Ibahe kurambaKandi byakunda Imana
Ndanezerewe cane kandi mwakoze kumutumira twari tumukumbuye
Sha uyo mwana ni mwiza kweri asa na papa wiwe kweri ara naseka neza❤
Très belle et sympa
Beautiful girl gi cherie ciza❤
Mpole Sha Dorcas kubura birabaabaza arikoo ntakundi umuntu agira.hama ukomez wibera simple, gentille,kd wikomerez ugorupfasoni.
Beautiful girl...urupfasoni rwindero ndundi rurakuranga mukobwa mwiza
Nice girl dear ❤❤❤❤Mama buntu yarivyaye kweli 🙏♥️😅😅
Muganiraneza❤❤❤
Icana ciza cane. Très mignonne vrt.
Imana iguhezagire cane Kibondo mwe n'abo muvukana tubipfurije kugira ubutwari nk'ubw'umuvyeyi wanyu, wacu Papa Burundi.
Very good !!🇨🇩from💪💪
I love her ❤❤❤ So beutiful❤❤❤
Mignone 😘 et intelligente
Gusa numwana mwizaaaa
Beautifil❤❤❤
So cool courage
Bien cultivée!
Courageee Ndakunzee ingene mwiyumviriyeee kunzana Dorcas Ndabakundaa canee❤❤❤
Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Humble comme ses parents
Mbega umukobwa ateye nka maman we. Kandi aritonda ntameze aciye bugufi disiweeee,je t'aime
Amazing emission
Umukobwa mwiza wimico myiza asa na se caneImana ikirongore ukirinde gukora ikibi nugukorerwa ikibi
I’m Congolese but I really felt in love with this family
I love you so much Nkurunziza family ❤❤❤

Nkunda cyane abana b'umuhisi
Na mama wabo (Mama buntu)
Surtout Dorcas.
Imana Ibakomeze
Kandi Ibahe kuramba
Kandi byakunda Imana
Ndanezerewe cane kandi mwakoze kumutumira twari tumukumbuye
Sha uyo mwana ni mwiza kweri asa na papa wiwe kweri ara naseka neza❤
Très belle et sympa
Beautiful girl gi cherie ciza❤
Mpole Sha Dorcas kubura birabaabaza arikoo ntakundi umuntu agira.hama ukomez wibera simple, gentille,kd wikomerez ugorupfasoni.
Beautiful girl...urupfasoni rwindero ndundi rurakuranga mukobwa mwiza
Nice girl dear ❤❤❤❤
Mama buntu yarivyaye kweli 🙏♥️😅😅
Muganiraneza❤❤❤
Icana ciza cane. Très mignonne vrt.
Imana iguhezagire cane Kibondo mwe n'abo muvukana tubipfurije kugira ubutwari nk'ubw'umuvyeyi wanyu, wacu Papa Burundi.
Very good !!🇨🇩from💪💪
I love her ❤❤❤ So beutiful❤❤❤
Mignone 😘 et intelligente
Gusa numwana mwizaaaa
Beautifil❤❤❤
So cool courage
Bien cultivée!
Courageee Ndakunzee ingene mwiyumviriyeee kunzana Dorcas Ndabakundaa canee❤❤❤
Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Humble comme ses parents
Mbega umukobwa ateye nka maman we. Kandi aritonda ntameze aciye bugufi disiweeee,je t'aime
Amazing emission
Umukobwa mwiza wimico myiza asa na se cane
Imana ikirongore ukirinde gukora ikibi nugukorerwa ikibi