Noe ko misi yose wama uvuga ibintu bibi gusa, ntaciza na kimwe uzi kuburundi bwakuvyay??? A chaque fois c'est les mêmes histoires.... ntaciza nakimwe uzi kwel😂😂😂😂! Harigihe nibaza kuvukana nikibi😂😂😂
@@shabajims2966sinibaza ko ari amacakubiri. None hari uwutabizi? Niba tuzi yuko mu Burundi hari ayo moko, duce twibagira caractères zabo? None ko ataco uvuga iyo bavuze ngo abahutu mwibagira n'ingoga?
Bob AK gipanga ushaje nabi ndake ububeshi bukwuzuyemwo busumba izomvi wikoreye kumutwe mbe mumezi aheze ko watangarije isi ngo hinjiye ama continaire yimipanga yoba agezehe?😂 Ko waciye ukaziba
None bob mbaze kugiranira imigenderanire myiza na Président nikibazo? Hama nimba mwanka abategetsi none mushako abarundi bose bace babznka? ikindi twipfuza ba Fablice benshi Nyakubahwa Traoré yavuze ngo il ya les esclaves de salon nibaza ko namwe murimwo mutubwira agateka ka muntu namwe atako muzi. Nimuze twubake uburundi mureke iryo tabi
Jewe nabonye ikiganiro yakize ariko aratukana ngo imburakimazi,umuntu atukana iyo ata argument afise,gutukana biroroshe.Uraza mu kuganuro uzanye les preuves zibeshuza izi umu journaluste yavuze,niho babona ko uri un vrai homme d,affaire,baho kuza gutukana bisigurs ko ivyo bakuvuzeko ari vyo kandi vyakubabaje,kandi utazi kugira business,nta my homme d,sffaires akiresha ayo majamvo,azana ibimenyetso,point trait
None ntubona ivyo kumenyesha amakuru biriko biguta kuwamazi sha ihangane nuko bimez tw turi muvyunguka fablice ntimungana umusumvya imyaka muga brain yo uri hasi kko ubuheruka wavuz ko leta yazany imipanga muga budakey kabiri wagaruts kubibeshuza ww nyene 😂😂😂😂
ivyo bintu uriko uvuga birateye insoni.Fablice twebw turazi akamaro amaz kand naw ukirengagiza ukazi.
Sha imana yarabavumye mwebwe
Fabrice turamwemera habonetse benshi nkawe uburundi bwohinduka
Zimya ivyobirofa nimwemuroga uburundi Fabrice turamwemera 💯💯❤
Zimya ivyo birofa fabrice arimuvyunguka bureka kuzana amatiku radio yanyu irabesha muri vyonse
Ahubwo Fabrice tumugabire igihugu cose agiteze Imbere
We urumuntu wibwa turakunda igihugu nitwe tuzocubaka Fablice turamwemera
Kuvyukuri guhaguruka ga BOB ugahangana numu businessman nka Fabrice nukwitesha agaciro pe komeza ukore politique uhangane na leta nivyo vyiza umunyagihugu nawe yanyazwe itongo afise uburenganzira bwo kwitwara kandi umurundi wese arafise uburenganzira busesuye bwokugiriranira imigenderanire nuwo ashaka Kandi RPA sinizera ko uretse ivyo mwiyita nivyo mwihaye ntamunyagihugu wumurundi mukorera ahubwo muri kugikorwa cuwabatumye abaronsa uburyo bwogukora abakingira niwe sobuja natwe dubahishirije vyinshi BOB .Gen Z tumaze kubamenya
Bob Attention
Witonde
😂😂😂😂😂RPA ahubwo ubu nitw twayihinyuye.Nimwivugire nyene n'ukuri.gsa muri IMBURAKIMAZI NYENE
Igihug cacu gihay gitera imbere namwe ngo nubusuma mwambwamwe mwarasaze miragasha nkisoko ya bujumbura😊
Nn rpa harakamaro ifise mwiterambere ryuburundj atari ugucanishamwo abarundi
Wewe guma hiyo umurundi perdi 😂😂😂
Uragatembagara wa kirura we wa shetani twarabahinyuye mwe na pacifique mwa Nzoka mwe uragahera iyo wagiyeb wa mwicanyiwe iwutakuzi arakubarirwa
Rpa irakwiy kwisonera nukuri
None gayemwe mushaka abarundi tuzofire mwizompari zanyu nukuri
Yoooh mwabeshera abarundi mubahenda ngo muriko murabavugira emwe uryamwana mugotseko atabakojeje ibara muzombarira ndabashimiye kuba mwaramwuririyeko abarundi batari bwabamenye abomuribo babamenye
R.P.A muzopfa murushe 😂😂😂 ubu abarundi twaraciye ubwenge ntamwanya tukibafitiye
Wewe ntanubudiasipora ukwiye uruwo guhuhumira ahuri watugumura wareka ntitukwunva twaraguhinyuye
Ukuri ukwahe wa rofawe bb
Mana weee uyu mubobo we simzi ingene yabaye mbega yemwe wewe ntumaramara niyo Radio yawe yibinyoma binpfuye mbega idyoshari dyawe na gatsiko kawe muzogerahe teshwa mute twarabahinyuye nimureka Fablice na badi badiasipora babishoboye bubake igihugu natwe turi mumahanga twitahire mumahoro. Mwantovyi mwe muzogeza rdyari kwisamburirako nkimpene. Twarabahinyuye ukwo nukumaramara. Imana yo mwijuru ikomeze gushigikira Uburundi na Barundi bakunda iterambere. Komera Fabrise Imana ikudukomereze 👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
Twarabahinyuye twe twipfuza guteza igihugu cacu Imbere
Gusa amajambo urayagwiza.twerek ibikorwa hama utujimbere nivyiza ureka amajambo
Mbega mwambwamwe fabrice mumurandera kwiki oslali ntacoyarigukorayo kuko simuburundi icotumwemerera nuko ariko yubaka igihugu ciwe mwatataguye mwamihimbirimwe
Rpa ni COVID-19 nkeseri😂😂😂ariko umuti urahari
Uvuzukueri. Nu.ugera. wasid
Sha buke buke tugenda turagira amakenga muvyo muvuga ukuri si ikirenga reka tubihe imisi erega natwe turafise amaso abona hamwe n'ubwenge
Karashizingani muswaganye abantu barorera?? Mwebwe ikibazo ntakintu ciza mwemerako kiri i Burundi , Fablice ni umugisha ku gihugu kuko ivyo akora biratera iteka igihugu
ntahomutanduka niyenimisega na rpa yanyu nidatazikomurikomugurisha mubomubonye bavumye tokafabric turamwemera
Bobo ndibazako utaratahura Imvugo ya Fablice gusa incombasaba nka RPA mworondera Fablice mukavugana mukamenyukuri ntumutware muri politique Fablice Turamukunda kndi namwe ndabakunda turabarundi twese turengere ibidutandukanya twubake igihugu cacu sha bobo Fablice muvugishe aguhumuco❤
Fabrice muzomupfanira intuntu kuko ariko arubaka ivyo mwasambuye
hari umurundi acemera ibihuha vyanyu
Murakihumira murazi ibihuha vyanyu aho vyatugejeje huhuhuuu ntanakimwe mwamariye igihugu canyu reka ababishoboye bakore 🙄🙄🙄🙄🙄 aho nguravuze
Noe ko misi yose wama uvuga ibintu bibi gusa, ntaciza na kimwe uzi kuburundi bwakuvyay??? A chaque fois c'est les mêmes histoires.... ntaciza nakimwe uzi kwel😂😂😂😂! Harigihe nibaza kuvukana nikibi😂😂😂
Mwebwe mwarapfuye mugenda mbega bobiturara nkabande ko mupfuye muyerera muzopfana agahinda kibikorwa bikorerwa muburundi
Bob nimbwa yamujeri
😂😂😂ndagutwenze gipanga
Nyimbukunda igihugu murangire amatongo benewanyu nabakurubawe banyaze Abahutu 1972 Abe ariyo Fabrice yubakamwo. Mwebwe nuwutarabamenya Ndumva agiye kubamenya. None nka Fabrice umuzadukanye gute?
Umuntu ariko akora ivyiza nkabirya?
Ndabarahiye Ivyanyu bizomenyekana
Umwana w'isema avuma ibere ryamwonkeje.
Izonryarya mwebw mwaravumwe bash ivyo mudahwa muze mubidahirwa hiyo
Twarakunda ino radio Ubu irabesh erepeya ni yakera nn mugomb tube igihugu gifis ishusho mbi riko yoyubaka hons
Ngo iradiyo ivugira abene gihugu 😂😂😂😂😂😂
Uri rugurika koko 😂😂😂
Warapfuye Uganda. Kuva aho wavugiye ngo ubutegetsi bugeze kumusozo kuva 2015 nubu ntiburatemba😂😂😂
Uzobisaziramwo kandi usige izina ribi kubarundi nuburundi.
Kobitwariye iwawu nubatunganirize
Jew ndibaza ko mudakwije mumutwe burya!
Non nkawew uriko uvuga ibyo Fabrice arasumba mwebwe. Mwirigwa murakoma induru namwe mwoza mukubak uburundi mukure induru.
Abagabo bazima birirwa munsaku nk'abagore😂😂😂😂
Aho ntumaramara ga wamugabo we? Aho kugira sensibilisation yaba fablice beshi bubaka uburundi uzana ibihuha bica intege abagifise umutima.
Tu es tout sauf professionnel
Twe turagutahura kuko siwewe urarushe😂😂😂
Urumusazi ww bob
Ego kweli abarundi murazi gutukana nico gituma iterambere tuzoryumva Ku mbuga ngurukanabumenyi
Fabrice turamwemera cane gose wewe bob mwebwe niyo radio yanyu ntaterambere mushakira igihugu
Heeee intashima nkamwe mukwiyi kichwa
Bob je ngomba ndakwishure nkumurundi akunda akunda uburundi vraiment ivyiza amaze gukora ntanakimwe muravuga reka gucintege abantu. Uburundi buzokira ryari je numva abarundi mungeze ahantu . Muriko mwambura icizere abarundi bamufiseko numu Jeune yari kukivi ariko mumukurikize amajambo . Jewe natanguye kumukurikirana kuva kera ndamukunda kuko nasanze azi ivyarimwo mumushireko ngo nabiwabo yabategetsi nkaraba aho yatanguriye 2015 bamwe bari mubindi we ari kukivi Président yari uyu ahari ? Yatanguriye Ibujumbura ? Mana tabara Uburundi kuko abantu mwese bakera bakiriho uburundi gutera imbere bizogorana. Mufise ama code yanyu nicogituma na Yesu yavuze ko ubwami bw'Imana buzinjiramwo abafise ivyiyumviro nkivyumwana muto.
Rekana nuyo musaza ,ubuzaza bwiwe buzomuza ico camariye uboto bwiwe
Ikindi arijenda cane ,nanje ndi muri Canada uko avuga fablice nabi niko amwamamaza.
ivyanyu twarabimenye
We ivyumazegukora bidahonyanga abantu nivyahe gendahiyo mwenugupondagusa
RUGURIKA UHEBWA ANGAHE JEWE NDAYAGUHE KAGAME YAGUHAYE IMODIKA ZINGAHE AMAZU ANGAHE NDAYAKUBAKIRE YAGUHAYE UMUTAHE UWAHE
Iyanukuri. Turahebatukamaramara. Inzaranimbi🤔🤔🤔
Fabrice turamwemera ivyomuvuga nakarimi gusa abatutsi turamenyeye komuri abanyenzigo
Amacakubiri ntaho azodushikana mugabo. Abantu nkawe ntakibaza bagifise muguhugu
@@shabajims2966 abafise ikibanza ni bobo uyo azopfa yangara abatutsi turabazi sha
Uwo nahore
@@shabajims2966sinibaza ko ari amacakubiri. None hari uwutabizi? Niba tuzi yuko mu Burundi hari ayo moko, duce twibagira caractères zabo? None ko ataco uvuga iyo bavuze ngo abahutu mwibagira n'ingoga?
Mwebwe muteye isoni. Abandi bariko biyumvira guteza imbere igihugu namwe n'ugucanishamwo abantu gusa hamwe n'ukubamnika ibara.
🙄🙄🙄 aho ntasoni kweri ?ibihuha vyanyu turazi aho vyatugejeje huhuuu aho rero nguravuze 🙄🙄
Mana. Amasengecho. Nimechi. Kuri. Fabirikke. Mwohoturazi. Komuribakayini. . Ububechi. Ntitubuha. Umwanya
Toka kule,muri abangushi,Munezerwa nukwo igihugu tucisamburirako.
Umwanya wokubaha attention wararenganye,
Kubera Fablice ariko akora ibitandukanye nivyo mwipfuza niho muriko muradedemba,shishikara mudukanuza amaso tubamenye cane.
Muvyuri mutama rekivyurimwo uzetwubake igihugu ureke kuguma wibonekesha nabi kubarundi.muvyukuri ntawogushigikira kuko amakuruyanyu nayoguhungabanya igihugu
Oya reka ntaco mutumariye atari umunwa gusa none mwebwe mutumariyiki😮Ko muri Diaspora ko mutaje mwubake
Mana yanje. abanyafiriki bageze kure!
Fabrice wicunge mwana wa maman, sinkuzi nawe ntunzi ariko mbonye ivyo uriko urakorera igihugu bishobora kukubera umutwaro, aba bantu batanguy kukugwanya nabandi bazoza kuk uburindi bwamyemwo ba maconco
Aha uriyumvira ko wobesha abarundi kuvyerekeye fabric ww ntanuwuzi ariko abarundi barazi uko yaje…ahubwo ivyo vyerekana kur faible mur portique…bob mushenzi urikiyabu
Ibifatanzoka nimwebwe kuko mubomora twubaka mbega abobanyagihugu babitura nibande ntimugira namba Fabrice nimumuvinyuma ntimungana urya numwana wuburundi nhahuriye nawe wamwicanyiwe urya ararinzwe ntuzigera umubona uzomupfanirintuntu uragapu
Izonduru zanyu twarazihaze vrt mwebwe ntitukibakeneye
Ayomahanga mwitayemwo mwibazango nibimwevyakera muzosarirayo buramudataha ngomufadikanye nabandimukubaka igihugu mwishinge kubesha ivyimipanga birahavuye muzanye ibindi abarundi baraciye akange sivyabindi mwahenda abana bigihugu ngonibagumuke ngumuzoca mufatigihugu muminsi mike none bagorewe Imahama bataribabuze ivyobarya amaseyakera ntagihoma urutaro nimureke twigekubana ntahotuzoshirana nomuri America Abazungu nabirabura baricanye ariko batebabarabonako ntawundimuti uretsekubana nawerero imyakayaweyonyene ntubonako iriko irakurega korineza wigendere naragukunda ariko sinarinziko urumwansiwigihugu ariko ibirikobirabamwisi ntacobibigisha ibihevyarahindutse namwenimuhinduke
Les chiens aboient, la caravane passe. Akazi ka Rpa nukurementanya no gusambura nta murundi atabizi
Harimwo parcelle rwawe?😂😂 Noe ww ivyo umaze gukora canke imigambi wokwerekana n'iyihe?😤🤪
Bob, ubonye nkaba Bantu Bose badashigikiye ivyo uvuga kuri Fabrice ntabwoba ugira?? Muzosaza muvuga igihugu naco Kiri mwizamuka
😅😅😅😅reka nitwengere none nka akamaro ka Rpa nakahe umwana arigukora ibintu biboneka 😂😂nawe urikuzana amajambo gusa nubwo yoba arivyo yiba murijew no mutera intege ahubwo abandenye ayanyaga nayandi😂
Gonzalez Timothy Martinez John Johnson Edward
Ahubwo ntimuri nimburakimazi gusa muri nimbwa zimisega,imikoma. nizo zimoka gusa ihende muze tubavugutire mutumye nabatari babazi babamenya murikuye kwagashambara ubu mugenda amenya kumbe nuko mumez erega nahora nibaza KO ivyo muvuga bifise ishingiro none nsanze ahubwo murabansi ruharwa bigihugu cacu ehhhhheeeee kumbe.shaaa reka nifatanye nabandi tubatere ivyotsi nivyakatsi kuko uwobashigikira ntaho mwomugeza kandi nimwebwe mwihemukiye uryamwana Fabrice mukoze mugahanga bitumye murwa mumazi
Bega ishari bobo rugurika ziba ukwo nukwimaramaza reka ubu ntiwokwogera kutugumura go tukwemerere gezaho twaraguhinyuye reka ishari mbega Fablise umuhora iki? Ntasoni nubu uracakomeje gusambura igihugu witwaje amacakubiri. Uragenda kwamugaga bakurabe mumutwe urarwaye cane yari impanuro yubuntugutekereye kuko vyaragutekurukanye naho amakuru uvuga woba uyahemberwa ukwo nukwikurako agashambara wewe nyene puuu hoshi genda
Fabrice murundi atanazi nukwandika orenom ryiwe mwomutako akanya mushaka iki?nigikoresho cabategetsi ariko ndazi ko agapapu katazomusiga
Muzokwicwa nintuntu kweli, ahubwo navuge tumuhe uburundi bwose abwubake kuko niwe ashoboye Hama namwe mwiyahure
Warigupfuma usura abantu tukifata kumazuri ah uvuzik kur Fabrice?? Wew umaz gukora bingah? Puuu
Wewe ugwanira agateka k'abanyagihugu gute ?Canke urgahungabanya mu gucafuza igihugu cacu c'amata n'ubuki ?Uti rero abarundi twese dukora ibibi gusa,ntamurundi n'umwe yokora iciza ngo mugishime ? Fabrice arakuruta incuro igihumbi,uravye imigambi ariko ararangura mu gihugu.Wewe wamaziki?Ha kumunegura,wotondesha ibikogwa umaze gukorera mu gihugu cawe,n'umwana azovuka tukamwereka duti ibi vyakoze naka.Gabanya amajambo,mugwize ibikogwa,bizoheza vyivugire.
Bobobobo uratangaje nn ngaho ntumaramara je nama mbona ahantu nubundi yubaka haba atanzu zihari canke ibindi bintu aba aramashamba canke ahantu hagaragara ivyo kunyaga naho nuduhe icegeranyo cuwagiye kwitwara aviga ko bamunyaze😊
Ngirango namatongo yiwe
Rekikinyoma nimwemudendekeranya
Smith Barbara Harris Linda Lee Deborah
Bob AK gipanga ushaje nabi ndake ububeshi bukwuzuyemwo busumba izomvi wikoreye kumutwe mbe mumezi aheze ko watangarije isi ngo hinjiye ama continaire yimipanga yoba agezehe?😂 Ko waciye ukaziba
Ariko murabesh ntabwo yariko akorana ibiganiro na ba willy nyamitwe cank Ngo bariko bagikorera kuri x no bari mukiganiro bita umukubito
None wew urisentare???
Wewe ntanubudiasipora ukwiye uruwo guhuhumira ahuri watugumura wareka ntitukwunva twaraguhinyuye . Ese wewe uzogeza dyari kuba idyadya
Ariko iyomuravye comment ntanisoni mwumva kwel
Hall Eric Williams Melissa Miller Jessica
Swera banyoko mwambwamwe mizapfa uko mbere mizapfa mwangaea nka gahin mbere ngire ndaba broke
Ukuri kuzotsinga ntacike intege
Bobo uriko urasaza kandi UBUSAZA BWAWE BUZOKUBAZA ICO WAKOREYE UBUTO BWAWE.NTIWIBAZE KO ARIWE WE WENYENE UKUNDA UBURUNDI.
Uyu mutipe numugwayi vraiment ww kuvugira hiyo umaze gukoreriki igihugu ahubwo jewe mbona Woziba kuko ivyuvuga ntaco bisana nivya gabtice manirakiza shame on you
Imbwa zamujeri ziracamoka
None bob mbaze kugiranira imigenderanire myiza na Président nikibazo?
Hama nimba mwanka abategetsi none mushako abarundi bose bace babznka? ikindi twipfuza ba Fablice benshi Nyakubahwa Traoré yavuze ngo il ya les esclaves de salon nibaza ko namwe murimwo mutubwira agateka ka muntu namwe atako muzi. Nimuze twubake uburundi mureke iryo tabi
Bobo Rugurika twebwe icodushaka kugira twumenye zana amazina yabantu banyazwe uzane ivyemezo ubishire ahabona hama ikinyoma gikubitirwe ahabona nayahandi twebwe tubona nkuko uriko uradedemba kandi mwebwe cokimwe nuryamugabo akoresha page ya Urugendo rwabarundi bose murikumwe kuko nihovyaranguriye yerekana ama numero ngo yakiriye amafaranga mugihe hari havyutse umuntu yariko avuga ko yibwe inzu nahonyene dusesanguye twohava dusanga warumugambi nwapanze kuko turiko tubona ko vyatanguye bukebuke kandi ni nubwiko bumwe gusa buriko bwandagaza ivyo
Bibazo kweri Akasukari kagira kaboneke ndavyumva uko
Nagiye kubona ko ibintu vyagorodovye mbonye ukuntu ikinyoma c'imipanga ukuntu bacubatse n'ibindi ntibazoreka kubidendekanya
Jewe nabonye ikiganiro yakize ariko aratukana ngo imburakimazi,umuntu atukana iyo ata argument afise,gutukana biroroshe.Uraza mu kuganuro uzanye les preuves zibeshuza izi umu journaluste yavuze,niho babona ko uri un vrai homme d,affaire,baho kuza gutukana bisigurs ko ivyo bakuvuzeko ari vyo kandi vyakubabaje,kandi utazi kugira business,nta my homme d,sffaires akiresha ayo majamvo,azana ibimenyetso,point trait
None iki gihe Nico kwirata professionalism classic? Igihe kiragiye ahubwo nigihe c'ibikorwa! Arega namba hariho abari muri politique tubasengere bayibemwo kandi neza muburyo bigirira akomaro bose; hama abari mubikorwa bindi twoye kubemplika muri politique twitwaje uburambe muribi canke biriya uryamwana fablice twoye kumusiga urubwa biturutse kumpamvu zihishije inyuma yivyipfuzo rwacu ubwacu canke vyabadutuma muga bigana mwirimbura. Rugurika turakwubaha vrt ariko ryamana pe ntimugirire nabi
None amafaranga yaya kuyehe?
😂😂😂😂 icomukoze muratwengeje. Mumisi muzokwisanga mubitaro mwasaze mumutwe kubera inzigo mugendana mumitwe yanyu😂😂😂😂
Abo bantu none ntibokwitura intwaro n'ubutungane? comme ça ivyo muvuga vyogira ishingiro koko. Mureke akore niyasanga yaratwivye tukabona ivyo yakoze birinyuma y'inyungu zabo yanyaze Reta izoraba ikibereye abo benegihu ibarenganure.
hanyuma muhamagare Fabrice MUMUBAZE yisigure twumva tumenye idonido. Igikuru n'uko ariko arakora ico kirahambaye. Kuba birimwo agasembwa canke amatati aya nariya nibintu boshoboka mgb nukuvuga ko harumuntu ari kukivi arinaco ico kivi kiyazanye. Iyo nayo nintambwe nziza. Murakoze
None ntubona ivyo kumenyesha amakuru biriko biguta kuwamazi sha ihangane nuko bimez tw turi muvyunguka fablice ntimungana umusumvya imyaka muga brain yo uri hasi kko ubuheruka wavuz ko leta yazany imipanga muga budakey kabiri wagaruts kubibeshuza ww nyene 😂😂😂😂
Wewe bobo ntakintu uzoshobora guhagarika kumuvuduko twafashe w'iterambere.ahubwo woraba ukaza tugafatanya.igihugu cubakwa na banyeneco.