Umukuru w’Igihugu Pierre Nkurunziza yishwe ahawe ishano n’abo bagendanye (Bob Rugurika)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 13 ธ.ค. 2024
  • Abasangiye urugamba n’umukuru w’Igihugu Pierre Nkurunziza ni bo bamwishe bakoresheje ishano. Ivyo bishirwa ahabona na Bob Rugurika, umumenyeshamakuru akaba n’umuyobozi wa radio RPA. Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa mbere, Bob Rugurika amenyesha ko igihe Pierre Nkurunziza yagandagurwa hari hategekanijwe abandi bantu bahagarikwa bakanicwa mu ntumbero yo guhuvya amatohoza. Bob Rugurika asaba leta y’Uburundi gutanga umuco kuri ubwo bwicanyi, atari uko ngo ibindi vyemezo bizoshirwa ahabona kuri urwo rupfu.

ความคิดเห็น • 20

  • @Martin-xf1bw
    @Martin-xf1bw ปีที่แล้ว +2

    Nagomba mvunire akagohe abakurikira iyi radio: ibi bintu iyi radio-nsambuzi iriko izana ni amayeri mashasha yo kuzana akajagari mu gihugu kuko:
    - RPA ntiyigeze ivuga neza Nkurunziza
    - RPA yagumye yamamaza akajagari mu gihugu
    - RPA na Bob ntibishimiye ubutegetsi mu Burundi.
    Muri make; ibi binyoma n'irementanya ntihagire uwubiha agaciro kuko uravye iki kiringo babizanyemwo, hari umugambi mubi uri inyuma.
    Nkurunziza yararyamiye ukuboko kw'abagabo, mumureke yiruhukire mu mahoro nkuko umutambukanyi wiwe yabivuze.

    • @NinaZouzou-p4d
      @NinaZouzou-p4d 5 หลายเดือนก่อน

      Akajaagari kazanwe nabicanyi baba dd be nimbonerakure cokura ububeshi ngaho😏😏

  • @fundifundi5505
    @fundifundi5505 11 หลายเดือนก่อน +1

    Vyaragucanze bob nkivyo harukunfiriza haru wutaziko urigihuha kuva kera

  • @kazefiacre8392
    @kazefiacre8392 24 วันที่ผ่านมา

    Wahunze kuberiki uriko uramugwanya ubunaho uramuvugira 😂😂😂😂😂twarabamenyee

  • @fundifundi5505
    @fundifundi5505 11 หลายเดือนก่อน

    Gihuha cawe turakimenyerey

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil ปีที่แล้ว

    Mbega piere😂buyoya yishe abahutu bangana gute😂 ko😂 mutabavuga nimureke😂 uburyarya😂 nimba murabagabo muraza mu Burundi mubivugireho zabemera si non nimwemere mutwagwe gushika😂yesu😂 azutse😂

  • @victorg7280
    @victorg7280 ปีที่แล้ว

    Ceceka Sha ntawutakuzi!!!.Izompuhwe!!!!

    • @Ntwri
      @Ntwri ปีที่แล้ว

      Ahubwo ceceka wewe kuko ntawukuzi!

    • @victorg7280
      @victorg7280 ปีที่แล้ว

      @@Ntwri We avocat du diable. Urihoribusa!!!!

    • @Ntwri
      @Ntwri ปีที่แล้ว

      @@victorg7280 Si je suis l'avocat du diable, et bien toi tu es le diable en personne.

  • @rosettehabimana2666
    @rosettehabimana2666 ปีที่แล้ว

    Urabesha.
    Uriko uteranya abantu nabandi..
    Turazi imikorere yawe wa mugabo we.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 ปีที่แล้ว +1

    Ibihe turimwo sivy agahimbo ! Ibitugoye sikuzura gaherere nyakugenda yiyahuye !
    Ja muzindi dossier ntizibuze.
    Ivyamwe n'a Deniza uzobigarukako hanyuma

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza ปีที่แล้ว

    Ewew Bob,yabuze sujet ubu ariko avuga n,importe quoi.Ubu relo wabaye porte-parole wiwe,Mana,uzi amabi yakoze,imiryango yahekuye,impfuvyi yagize,vugira abo victimes biwe ureke kuvuga ayamuhe ushaka gutwika,icamwishe in s,enfout,we n,Imana bazovyimenyanire,reka kuducereza

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 ปีที่แล้ว

    Ahubwo uwamunize akwiye kumenyekana agahabwa ikidari tukanamwubakira na monument. Yarakijije igihugu...
    Imigambi mibisha yamye ategura akayishira mungiro yari iherezo kubarundi benshi...
    Ivyo kwigagamisha bidahera akanigagura abandi bijane nawe arakagenda aboshe shetani mahembe.
    Ivyo yivye tuzobigaruza vyanse bikunze...

    • @Nkundukuri
      @Nkundukuri ปีที่แล้ว

      Nawe uwakuniga yaba agiriye neza u BURUNDI kubera urwango ufise

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 ปีที่แล้ว

    Dusavye Bob kugira profile bas areke kudukora mubikomere twe tuzi ikibi kibishe uwo mwanda yadukoreye kiragira limite.
    Duhanzwe navyinshi nareke kuzura ibindi yoba akoze.
    Himba uhishe !

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana ปีที่แล้ว

    Abarundi mutinya kwumva ukuri none president nkurunzinza aho jew ntapfuye nawe nkurunzinza niwe yari kwitswa na coron virus aha mubategetsi Hari akagambane nyene birazwi!

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 ปีที่แล้ว

    Bob Rugurika ibi binu uzanye turagusavye ubihagarike vyihuta uzoba ukoze.
    Iyi promotion yububwa irafise abandi ibereye we raba ibindi plz..
    Ce NAZI impitoyable, uwo mumenja nyakygenda aboshe ,sekibi Gahini ntawumuvugira ngo abivemwo..
    Ikibi yasize yigishije ibihumbi nibihumbagiza vy abatutsi yahoneje biramaze Arrêtez de raviver nos souffrances niba udasara nawe.
    Ivyo Denuza yaguhaye bimusubize ntukarye kuvya satani

    • @pepeinno9336
      @pepeinno9336 ปีที่แล้ว

      Mbega burya ubututsi busigura iki? Umuntu aba umututsi gute?

    • @peaceloveisrael3992
      @peaceloveisrael3992 ปีที่แล้ว

      @@pepeinno9336 bicya kure ntabwo wabyiyumvisha. Byihorere wewe ntiwabibona !