INGARUKA Series S6 EP 2 DIVA VYASE KO YIYAKIRA, MAMAN ALICE NA TATY HARAHIYE ,CONSTANCE DISI😭
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ค. 2024
- Bakunzi beza mubandanye na Ep 2 tubandanye twige ingaruka zikomeza ziba Ingaruka kabisa.
Mbe ubuho bigiye kugenda gute?
#sabbas
#gnfilms
#shoptherealdeal
#love
#drama
#trending #ingaruka
#movie #rwandaupdate
#Burundi
@sabbasburundi2404
@KAMIKAZISandrine
@ZABURINSHYA
Muryoherwe bakunzi beza muhe nabandi❤❤❤❤❤
Usa ivyomwakoze ku ntore ntindi sivyo
Mutegura neza
Turabikora ❤❤❤hm intore ntindi mwababaje abafanzi kbx turababaye harihagezeko iryoha cane mucamurayiheza ubwo iracafise ivyiyumviro vyinshi bibandanya rr muratubabaj vrt muyibandanye yarifise iminota mikemike mugacamuyiheza igifise akanovera umwanditsi abandanye ntirahera irya muvyiyumviro vyayo abavyumva nkanj mumpe like mukande nokufoto yanj mump subscribe mbabone ndabakunda❤❤❤❤❤
Hama abashaka ko sabass ahura na ba Remy tumenyanee😂😂😂
Natwe naho twacerewe turahari ibintu mbona bituma biryoha
Abantu mukunda constance nkanjye mumpe like
Ababona ko constance aryosh iyi film ama like ndayahabwe eeeeee
Iveteweeeeeee 😂😂😂😂😂ngofara twarare mukama 😂😂😂😂😂😂mpavu Zang abakumv munsigire like💃💃💃💃💃💃
Haraje hashe p taty turabivyiwe na marâtre we abipfuza kubibona mump like turabe😂😂😂❤❤❤mbakunda cyane
Ingaruka ikomeza kuba ingaruka hagiye gukomeza gusha❤❤❤❤❤❤❤❤vyett gayemwe😂😂😂😂😂😂😂
Harasha ndakubariy dutoragatebe twihweze😂😂😂😂😂😂❤❤
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉
Mugabo naho nacerewe abakunzi bingaruka ntimurinde kuraba Aho naziriye munyihere twatundi twabahamagawe kugira ngo dushigikire ingarukaa❤❤❤
Abari murukundo ningaruka séries abaza nyuma mugonge liké tumenyane muri gwarukundo ❤🎉🎉🎉
Nduwambere nimundemere utwotuntu. Kuvayatangura sinari bwamube🎉🎉🎉
Nr20🎉🎉🎉🎉🎉
Ntangazw n'ingen ingaruka ikunzwe birenze❤❤
Abagize ico biga biciye mungaruka séries nkanje bamp likes❤❤😂
Yvette muzamumbarize niba abana be batajya ba mureba bagaseka bitewe nuko yitwara tugende fara twarare niba wakumvise mpa like😂😂😂
Mbaye nimero yamber😂😂❤❤🎉🎉🎉 like zanj dazihabw❤🎉
Yvette ngo nimukorumbone😂😂😂yesu yumva bamuyaga mump like zanje utwo natwumvise❤❤
Satani yazanany n'a satania nabakwe nabakazana?????😂emw ivyo mungaruka birabay ingoma da
Abantu mwese mukunda ingaruka nkange murihe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Jew nacerew 😂😂mam Chris aranyumij mubamper ayo ma like nda❤❤❤
Nahageze abakunzi biyi reresi mumpe like ❤
Naomba like mwenye atakuja nyuma ❤🎉❤🎉
Ooho kingi yubahwee
@@egidendayizeye kabisa
Nanj nazindutse abaza nyuma mumpe like
Narinumva nkumbuye ingaruka abaribayikumbuye nkanje muduzibiganza🙌🙌🙌❤️❤️
Jewe senge na Yvette muranyica nukur kwimana😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤
Mukina neza imana ibajimbere diva nawe nareme akomere ahuwosanga se atari Dieudonné ❤
Nubundi si sewiwe nyina yamuzanyinda
Niba harumuntu nkunda nkandiva uwamuma nkamuhoberapeee🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Nkunda diva kuburyo utabyumva 🥰🥰🥰🥰
Yuuuuuuu😢😢 mimi diiisiii pole mwiza knd courage bcp ubirimwo nez ❤❤❤❤❤
Ingaruka séries my favorite série
Ingaruka in the world 🎉🎉🎉🎉
Courage bantu banje nanj mump twatuntu nazindutse
Murhe nshuti zange ngo twirebere our serie
Constance urandunduye 😂😂😂😂 igufure rirahari baragupfunga uwo munwa pe!
😅
ntakundi komwantaze mundemere like
🎉🎉🎉🎉 Imana ibahezagire mubikorwa vya buri munsi Kandi ndabakunda cane❤❤🎉🎉
Waoooo twar tuyinyotewe ❤❤❤❤❤
❤❤❤😂😂😂 waooo ni vyiza can
Mbaye mub mbere abaz nyum musige like
Senge aranyishe nukurii🤣🤣ngosatani yazananye nasataniya🤣🤣🤣 ibintu bigeze kuyindi mpwemu🎉🎉🎉🎉
Mwakoz kuyidusangiz vrt nrindayknee p imana ibashikan kurund Ruger.abnt mubonak taty agie fuhangan nintar yingor muz tumenyan ❤❤❤❤❤
Yvette naw kwl ngo ntiyikorako ngo agenda ngo kuchu kuchu ngo nimukore umbone uwavyimvise ampe like
I film nziza kandi yigisha nukuri muranyubaka kandi cane mwubahwe 🙏🙏
Tuguruk fara twarare😂😂😂ew Yvette imbavu zanj utanguy kumenagur nkiyiraba😂😂 arik fara naw arashobor kuba yagukemy😂😂
Abaza munyuma mumpe like nazinduye❤❤
Nuukurikose ingaruka irakaze
Yivette uzigukina cyn urabsekeje😅constance ndamukunda kbx❤nacyanecyane abakinnyi nabakunzi biyi flm❤❤❤❤munyihere like
Ubund nimwe bajye❤❤❤
Waoooo constance uranyica
Abantu mukunda ubwenge bwa Yvette mumpe like
harahiye mbega bizakugeda gute kuntare yingore natati🔥🔥🔥🔥
Yayayayaya ni fayaaaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥 !!!!!!!! Mwese ndabakunda ❤❤❤❤ ndaboraho mpire nahompereza vyukuri muranyuzuza mukanyubaka yooooo constance 🤣🤣🤣🤣 uranyishe ndakunda cane gose senge welcome wariwakumbuwe 🫂 Yvette wewe wubahwe chef kng sabbas musaza vyukuri wubahwe unduha impanuro zikomeye 🌹🌺💐⚘🥀🌷 merciii beaucoup taty ndakwize intare yingore ntakukange 🤷♀️🤷♀️ Diva iyakire vyarabaye kuko ntayandi mahitamwo 💔💔💔💔 😭
Wooouuh muraturyohereje umusi🎉🎉🎉
Uwa 6 ingaruka hejuru cane✌️✌️✌️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏
Waouh muradutetesh pe❤❤❤
Mbaye uwambere
Banza mureb ham mugir commantaires muterer ivyiyumviro 😂😂😂
Nanje unomusi nazindutse raba mutundemere🎉🎉🎉🎉
Ngo twarare ewe Yvette nawe, gusa INGARUKA iri mumi Coeur yabenshi pe
Ni ukuri Mazi Iminsi Ntasinzira Nshaka Kubona Aho Ibya Diva Sabass Biherera
Mana yanje mbayuwanyuma ariko abakunda iyi serie nkaje munyihere twstuntu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Constante nie ambabaje😂😂😂😂😂mana yanje weeee reo abasenga kugira diva tuzosange batavukan na king mum ❤❤❤j nshak tuzosang diva atar wa Dieudonné ababishk muz hano❤❤❤❤
Turihano kwl jewebirikurya umutima wanje uzotuza nsanze diva naking batavukana❤❤❤🎉🎉🎉
Ivetteeeee!!!❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤tubifuriza Kure cane
Senge naw rér ngo satani bazanany n'a satania🤣🤣🤣🤣🤣 natwenze nduma
Ingaruka séries 🥳🔥ewee Yvette sha uransekej pee 😂😂constance 😂
Abumvis k chriss agahiri kamurembej agong ngaha😅😅😅😅😅😅😅
Ndi murukundo namwe🥰🥰GN films kure caaaanee🙏🏼🙏🏼
Waoooo mubikora nez cn
Nahigereye pe
Abakunzi bingaruka niho muri???❤❤❤❤❤❤❤❤
We king zurarek kutunyotez
Yvette nikaryamyendabenedata😂😂😂😂😂😂😂
Abacerengwa nkanje nimuzikupitek🎉🎉🎉❤❤izo like
Constance urumuti wamenyo pe mana yanje urantwengeje pe😂😂😂😂
Eeeeeeee bavandimwe erega ntitwaribwarabe film ubuzim niho igitagura ndabibon ❤❤❤ mukomere
Uyumusi ndahageze kare
Nkr Iman ibaj imber pe❤ sha costance we aranyic nagatweng ndakund utunt yigir😅😅
Ahwiiii mura❤❤❤🎉🎉🎉
Turabakund caneeee!
Mubandany muter imber❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Mwazagaruye Noliya akaza gusura mama wiwe akabona na brother we king sabas bakamenyana naho Yvette we yigisha benshi nukuri Imana ibahe imigisha bakozi b,Imana ndabakunda pe byindani♥️🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Film ndundi kuyindi mpwemu idasanzwe❤❤❤❤❤sabass tora amashurwe yawe🎉🎉🎉🎉
Ewe Yvette shaaaa1🤩🤩🤩🤩🤩🤩
Ndabashimira caaane kukuntu mutwitwararik mukuduh film nziza yigish
Ingaruka hejuru cane mutere muja imbere turabakunda kandi turanabasengera kure can muzohashika kubera Imana
Yvette na constance muratwica😂😂😂😂😂
Yvette uranyeguye nukuri ❤❤
Love from Gloire to GOGO LOVE OFFICIAL.❤❤❤
Diva ihangan mwiz gukund birababaz p😊
Bnjr tous GN films soyez benis
Ingaruka hejuru❤❤❤🎉🎉🎉
Uwiteka abahaze Kurama nezererewe iyinkuru kuko ikomeza kwigisha abantu disiii mutere mujimbere🙌🥰🥰🥰
Ivett kaman ng mukugend ntiyikorako ng agend moj mbili sha🤣🤣🤣
Yvette ndamukunda😂😂😂😂 ng twarare fara😂😂😂😂 mbamukorumbone😂
😂😂😂 Yvette ga yemwe aranyishe ngo ntari muri famille ya Bikira Mariya 😂😂😂😂😂😂😂
Yvette😂😂😂😂😂😂😂nukuri uranyeguy
Film nziza cane
Irimwo inyigisho nziza
Turabakunda ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Twahishikiye abajinyumayanje mumbe like
Mubikoraneza beza banje
Like ndazishaka ngaha mundemere 😂😂😂
Consta salutiiiīi😂😂😂😂 amashurwe kwl🎉🎉🎉
Ego fara twarare nkindege😂😂😂😂
Ahaaa😂😂😂Yvette weee
Yvette naw ng stock ugum yuguruy🤣🤣🤣🤣 gus ndabakunda sana❤❤
Mwirambire ndabikundira mwese atanumwe nkuyemwo Imana ikomeze kubazigama ❤❤❤❤❤❤
Waooooo nanje nahageze❤❤❤❤🎉🎉🎉
Ds 3min nkaba ndahagez ndabakunda cane bezaaa✅
Satani,sataniya,abakwe,abakazana n'abuzukuru babo ngaho baje kwa senge turashize😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ingaruka❤❤❤❤
Jew Yvette nawe ngo twigire mukirere hhhhh ngo moja mbiri😂😂😂😂gusa Diva yihangane iyo ni consequance yingaruka
Ingaruka séries je sindohoka nagato nd murukundo nayo❤
Imana ibahezagire caaane iranyigisha bikomeye
Agafilm nikundira❤❤❤
Waouh mur 3min ndahishikiy😂 ingaruka hejur can🎉