INGARUKA S 2 EP 7 KING SABBAS ARONSE AKAZI, CONSTANCE AZANANYE NA MAMA ALICE NONE UMURIRO UGIRA WAKE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 17 ต.ค. 2024
- BAKUNZI BA GNFILMS MUBANDANYE KURYOHERWA KUBASHAKA GUSHIGIKIRA IBIKORWA VYACU MUHAWE IKAZE
CONTACT FACEBOOK NA INSTAGRAM NI
SABBAS NKURUNZIZA
#gnfilms #ingaruka
#sabbas
Mbay'uwambere basha murabe mundemere vrt😂abakunzi film ndundi cane cane ingaruka tumenyane 💪💪gusa❤❤
Love from mimi🇧🇮🇴🇲 abari murukundo ni INGARUKA series tumenyane🤟🤟courage king sabbas🥰🥰🥰🔥🔥🔥🔥
𝗞𝘂𝗿𝗮𝗷𝗲 𝗯𝗿𝗼 𝘁𝘂𝗿𝗮𝗸𝘄𝗲𝗺𝗲𝗿𝗮❤
Narinumva nkumbuye constance ngombe ndatwenga😂😂😂😂😂😂😂😂😂💞💞💞💞♥️♥️♥️💪🤣🤣🤣🤣
Waoooo ubuzima agahinda kwa maman finl nikose yvett gaming agatwengo kiwe karanyumya ngo siwe ntwenze 😂😂😂😂😂😂😂😂🏋🏋🏋
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉
Abar murukundo nin film tumenyane💃💃💃💃 courage team sabbas Kure cane niho mbipfurije mwubahwe🙏🙏
Ashandazindutse abakunzi bingaruka tumenyane abatanguye nabazanyuma❤❤❤❤
Ndi murukundo niyi film nukuri mwubahwe❤❤❤❤
Nkaba mbaye uwambere INGARUKA SERIES❤❤❤❤
Guys sinacerew gos ingaruka série ❤ abakunz ba king sabbas tumenyan
Abarundj muribe,za gusa muri benewacu rwose from 🇷🇼
Costa uranyeguye kabisa nañje ndatwenze nkamabuja wawe papa Alice yarakubesz
Abari murukundo niyiserie ingaruka tumenyan 🤝🤝🤝❤❤❤
Nshikiye muri commentaire 😂😂😂💞
Murakoze nd1ra icomvuze hinge nicare
😂😂😂ndabakunda cane beza banje sabbasi courage turinyuma yawe mwiza wacu
Imana ishimwe UYUMUSI nitwa uwazinduye ndabakunda mwes mukunda ingaruka🇧🇮❤️
Guys nanje muminota 30 nkaba ndahashitse abakunzi bingaruka mumpe izo like tuhatwike ndazik mwari muyirindiranye igishina courage mes amies mbakunda kanini 😍👌👌♥️♥️film ndundi hejuru cn💪💪💪
Ooho finire imana izoteba imucirinziraa azonabonan na maman wiwee courage kl
Mbaye uwambere mubafana ba sabas
Nkunda cane King sabbas Lionel ntareyingore nabandi yemwe courage mwubahwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯✅✅✅✅✅✍🤝👍🤲👌🙏
Abakinzi ba sabbas mumpe like
😂😂😂😮
Ntababesha nar ndabakumbuye vyukuri king sabbas courage vrt👌👌👌🤲🤲🙌
Constance nari ngukumbuye 😂😂😂😂😂😂
Mumpe like mbay mubamber
Imana yaremye constance oya ndatwenze pe
Nanj nazinduy kbs😂😂😂 constance rro she is my happiness
Constance uranvunye imbavu shaaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤
My favorite series ❤️❤️
Constance ngo mbe harya niko zubakwa😂😂😂😂😂😂
Much love from Cape town Guys 🫰🫰😍❤❤
Iyi film ninziza cyane king sabbas ukina neza ❤
Mbaye uwambere😂😂 sabasi mpa iyo link😂😂😂 1. Basi. Consitase. Nawe. Imbavu zanje
Uwumusi eggooo. Rekarero nicare ndabe. Fayaaa🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉🎉🎉
Nacerewe ingqruka ifisinyi gisho zikomeye
Constance ubikora nez uratwenz pe! Sabbas naw courtage cane❤❤❤
Nibazeko ndimubambere ndabakunda cyane ❤❤❤❤❤
Ingaruka❤🎉🎉 rek ntore agateb nicare😊
Constance ubuhoho uragowe umunwa barawuca kbxa gusa nda❤❤❤❤
Courage murachoboye ndabakunda ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Sabasi Mungu mwema umepata kazi mshukulu Mungu
mama chris arazi gukina nukuri❤
Murakoze gushima
Inzira yogutabarwa ikoiregereza Sabass🥰🥰🥰😊
Mwiriw bagenz mwari mwatunyotej caneee knd turabakund ❤❤ crg
Intare yingore mungaruka courage bantu biwacu mbega bizorora kubona sabbas koyihinduye izina
Courage cane bigisha. Beza mukomerezaho turinyumaa yanyu❤❤❤🎉🎉🎉🎉narinkumbuye constance. Ga yemwe😂😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉
Nukur constance nanj nar ndamukumbuu😅
Nukur constance nanj nar ndamukumbuu😅
Abari murukundo n'ingaruka film mundemere aka LIKE❤
Ese mwoza murayiduha kabiri mundwi❤❤
Good Movies Mr Sabas Conglatulation
Courage❤❤❤ nkund ukunt constance yivugir amajambo mensh
Bujumbura ❤❤kigali 🇧🇮🇧🇮❤❤🇷🇼🇷🇼❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪👌👌👌
Constance izimbavu zanje urazisubiza😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂naww king wihagane ndagukunda cane
Nukuri costanc ndakwikundira pe kurage❤❤❤❤❤❤
Courage Sabbas Imana ibashoboze🥰
Uwubwiy ikintu yvette ababuze uwabwira😂😂😂😂😂😂🎤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Belyse warasaze 🤣🤣🤣 gusa scène yawe iyama intwenza pe❤️😘
Lionel twar tugukumbuy,,Ew Ntare y,ingore ahubw Queen ntakuz aragendabaz 😳😳🔥🔥💪💪🥰🥰
Shaa king sabbas na Yvette murabantu mubikora neza Sanaa Hama Yvette nawe komeza kudutwenzaa
Courage team ya sabbas nda❤❤❤❤❤ nana
Ndagukund king sabbas
Imana hejur dis 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😍😍😍😍😍🎧🎧🎧
Constance uranyeguye🤣😂😅🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Munyarutseeee ❤ ❤ ❤ ❤ ❤ 😮
I'm in love with my Film Ingaruka❤❤❤
wooo sabbaas ararosakazi kositase uranyinkuyimbavu.
My favorite serie❣️❣️❣️❣️❣️❣️
Constance ndakwikundirasha uranezera cane urankura mumubabaro wanyamwema😘
Abo kwanyamwema tumenyane😂😂
hh mpise nseka😂😂, uwo mumubabaro uwitayeho wasandara,, jya ubifata nkibidahari kuko ntiwahora utegereza costanse
Ndihanooo😂😂😂😂❤❤❤❤
Couraje mukinaneza❤❤❤
Ingaruka my favorite movie welcome
Hejuru niho tubifueijee kugera turi kubakurikiranira hafi mais King sabbas uri gutuma ndira nukr 😭😭😭😭
Ndayinyitew
Nahigereye🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪
Much respect To Sabas's team ❤❤❤
Ubanya akuna faida❤❤❤
Courage mubikora neza
Courage 💪💪💪💯🙏
Ndabakunda abakinyi mwese ❤❤❤
Ingaruka yubuzima❤❤😢😢
Love from🇧🇪
King sabbas hejuru cane eee
Mwubahwe cane turabakunda 🙏🇧🇮🇸🇦
Courage💪💪💪🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰
Imani shimwe wee
king komeza kihangana❤❤❤❤❤
King sabbas wihangane mwiza, abisiniko bameze,
Mwubahwe team sabbas muvyumve murakunzwe ❤❤❤❤❤courage 💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪
😂😂😂😂😂😂😂costance aratwenza cane 😂😂courage
Ndimubambere❤❤
Imana izogufasha King SABBAS
Komer Mukina nez cne❤❤
Mwisi ngira ntamuntu arusha yvette guseka 😂😂😂😂
Eg kabsa Yvette nuwambere ahubw yubahwe kugutwenga kwiwe
Bury ndababwir Yvette aranyica nukuri😂😂😂😂😂❤❤❤❤ ndabakunda bakiny beza
😂😂😂😂constance uriruhukije ubuho azogukuramwo izokotsa papa alice
Courage
Ndaje
Sinzimpamvu iyombonye uwo mu mama ntare yingore mpita nibuka mama wanje amaze imyaka 22 yitavye Imana 😢😢ariko kuva ndamubona uwo mu mama murirya filme yintare yingore numvise umenga hatikintu kiguma kimbwira kumenga haraho yoba afitaniye isano na mama wanje kuko nyina wa mama yarumunyarwandakazi usivye ko je naciye ubwenge ndamubona mu Burundi😢😢
Cnstance waribwahure namugabo wantare yingorepe uyomunwa bazawugara❤ Wawooo na Lionel raba ukore umuti Sabasi ahure numuvyeyi mugire muhatwike🔥🔥🔥 finir urarose akazi wibuke Kw'Imana idaheba umuja wayo ❤❤❤ Yvette wewe irumuti wibinyigishi narinashavuye mwe Costa muratumye sekape imbavu zirandembeje😂😂😂❤❤❤🎉🎉
Yooo king sabbas hejuru cane
Courage vraiment 💪💪💪
Constance weeeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mbeg bamw birukan king sabbas baroye he? Ndashak kubon nab iherez ryabo
Imana ishimwe ugomba uronke akazi
Muduhe na film ubuzima mwarayitwimye 😢
Courage bakinyi bezaa bibihe vyose
Nukuri birababaje kubura umwana😭😭😭😭😭😭😭