Uwiteka we urigitangaza urarimba neza alvella iyiyo ije inkor kumutima much love❤❤❤ watching from south 🇿🇦 🇿🇦 🇿🇦 🇿🇦 abarihano mumpe like burundi 🇧🇮 🇧🇮 bwacu hejuru
I love Alvella Muhimbare's 'songs, this one is of my favourite songs that i like to play manytimes❤ including Israel Mbonyi's songs. Rwandans and Burundians are the same blood ❤❤ Thank you Lord for this amazing job you did for Alvella❤❤❤❤ much 💕
amen amen mam indirimb pe nuwaheby Iman nibaz kwayigarukiy pe nah alvella courage pe nizin riragukwiy pe uri muhimbare pe kand Amazonas yose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbaye uwa mbere mumpe izo like zanje.kandi uwumvako alvella aruenze nawe azimpeee❤❤
th-cam.com/video/3csZm6r7T7k/w-d-xo.htmlsi=Cv0Z3z1GbGo9u0DS
😅
Ndi mugihugu cy'Urwanda. Ndagukunda cyane.
Ntimumfate nabi mumpe like nabangutse reka inzigo😅😅
Igihe cose nzosanga like kur comment yanj,nzoca ndab iyi song
Yitabe
Abakunze iyi song bakayisubiramwo 5 fois tumenyan ❤❤❤❤Hashimwe IMANA yadukijije amaboko ya farawo😢😢😢 IMANA ihindu Amateka bikemera 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nguma nsubiramwo
Waaaaaooh ❤❤❤❤🎉yamisi disi IMANA yarayiduhinduriye hashimwe IMANA yakoreyemwo Alvella akiyumvira iyi nyandiko
Abemera ko Wema Entertainment iri mukazi mumpe Like zanje🔥🔥🔥
Nimba ari mukazi Lino G Arimubiki nabona kwabafana bamwibagiy kwe😅😅
@@Biracaza-h5sturafise Imana kutaramwibagira👏🏼👏🏼
🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Komera
mana nukuri uratangaje mama Alvella ndagukunda rwose uri umuhanga lmana ikongerere imigisha myinci iyindirimbo sindahaga kuyumva pe❤️❤️❤️❤️❤️🇷🇼🇷🇼
Nanjye nuko mwiza
Uwiteka we urigitangaza urarimba neza alvella iyiyo ije inkor kumutima much love❤❤❤ watching from south 🇿🇦 🇿🇦 🇿🇦 🇿🇦 abarihano mumpe like burundi 🇧🇮 🇧🇮 bwacu hejuru
Every day I listening this song thnk you my sister Alivella Muhimbare Uwiteka ahindura 0 akabugira 1000 nukuri kweli
Ndasubiymwo burimusi ntiryoremga ntunvirij iyindirimbo Uhoraho agukomeze akwongeramavuta
Ubundi Alvella turamufise.ababon😢a ko Uburundi bufise kazoza Munfashe gushima❤
None nkabo basaba ama like Nico bajejwe gusaba ahumbwo mumusengere akomeze kuko satani akorera mubantu nkabo nkiyo ntimwunva ko satani yamaramaye Imana ikomeze kukwimana turacagusengera❤🎉
❤
Tanzania oy ndagushima mwami
Vyukuri ndamukunda Alvella ndamukunda cane nukumusengera gose Imana imuzugame
Abemera ko Alvella muhimbare ari umwamikazi wa Gospel mumpe like zanje
Habwicubahiro uhoraho mana yacu kuvyiza wakoze kandi ukibandanya gukora nushemagizwe uhoraho mana yanje amashimwe nayumuremyi wisi nijuru imana igukomeze ikuremere amajambo meza mumuti wawe❤❤❤❤❤
Hallelujah 🙌🙌🙌Abanezerejwe niyi ndirimbo yaminsi nkanje abamaze kuyisubirawo akarenga 2 mumpe like tumenyane🎉🎉🎉 Hallelujah 🙌🙌🙌🙏🙏🙏
Nanjye nuko mume like
Uyu mwana yarahezagiwe seriously
Mbona inauhondo wenye radha yake.Asante Mungu kwa kiumbe chenye baraka ulichotupatia Bdi.Muhimbare kamwe usiishiwe nguvu🎉🎉🎉❤
Indirimbo nziza amasanamu meza 🎉🎉ababibonye nkanje musige like vrmt ❤❤🎉
Egooo kl nice song
Hezagirw muhimbare wubahwe warasizw amavuta yampwemuyer kbx beautiful song 🇧🇮🇧🇮🤝🤝👍abarundi mwes ahomuri nimba wemer yesu muze dushigikir mwenewac Ariw muhimbare wubahwe
Ndamukurikira ndi mu Rwanda mumpe like zanjye.
Bite turakunda indirimbo zawe birimwo unutumw
Iyi ndirimbo ninziza cane ndimo mbakurikira mperereye arusha Tanzania uyikunze nampe like❤❤🤸🤸
Umwigeme wacu arvella muhimbare turagukunda ukomeze uterimbere yesu agukomeze🙌🙌🙌🙌🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏👏
Jewe maze kuyunviriza nka 10 nukuri alvella courage
Ngize uwa 3 ayiravye nari nayirindirimanye igishika Alvella Focus cane ndazi uburundi Buratunze kuko bugufise vuba witegure uzz kuririmba muri Congo abarundi turuzuyeyo🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Halellujah Imana iturindire impano yu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 abahezagiwe niyindirimbo bakayisubizamw akarenza 2 mump utu like muhezagirwe cane ❤❤❤❤
Oya namwe kwl aha ntimwoma am like yanje 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🌹🌹🌹🌹🌹
Indirimbo irimwo amajambo akomeye pe Imana Ishishikare kukwagurira imbibe mumpande zose mukobwa wa Ndiho
Abemera ko Alvella i burundi kwariwe aduserukira muri gospel nimpumpe izo likes kuk arabikoze neza can🙏🙏🙏🙏
Ba dudu boba barihe?
Mukundwa Imana y'Amahoro ikomeze kubashyigikira mubikorwa byanyu byaburi munsi.kandi ikomeze iguteze intanbwe mubihangano byawe
Namba mukunda arvella mumpe like❤❤❤ twagiye
Alvella disi ndemeye ubarikiwe imihezagiro myinshii kuri wewe Imana ikomeze kubampezagirira neza🍓☘️🌺🌹🌹🌷🌷🪴🪴💐💐💯💯💯♥️♥️♥️☑️☑️
Agaki a karanyuzuye disi uwutanezezwa nijambo ryimana anyime like
HAFI YANJE SERIES Nayiravye it’s next level nukuri
Abakunda @Alvella nkanje mumpe izo j'aime 🥰
Uhoraho ni mwiza yakugize uwuri ubu,ndakunezererewe cane Alvella,Uhoraho ashishikare kugukoresha ivyubuhizi
Good song. Abakunze iyi song nkanje mumpe like
Amen aman
Alvella bravooo👏👏👏Imana igukomereze ahugejej kand kure cane hashoboka izaguhe kuhagera❤❤❤❤❤❤❤
indirimbo zawe zose uko zingana igihe cose ziranyubaka mukobwa mwiza yesu agukomeze agushoboze kand abanday kukuduza mubury bwimpwemu no mumubiri ubwenge nubwitonz ndagukunda can
Waaoooo I am in Rwanda, this song is healing our wounds and strengthen us to trust in in God, IMANA ikomeze igukoreshe ibyubutwari .
Teams alvella mump like kubeneranya nanjekobatabawe niyindirimbo
Muhombare kristo nakomeze akwagure ndagukurikira ndi mu Rwanda ❤
Ndafashijwe weeeee muhezagirw mukobwa wa Yesu Kristo 😭😭😭😭😭❤️🇧🇮
Uwiteka we uhindura ubusa ukabugira igihumbi
Halelua!
Be blessed sis Alvella ❤
Ako Mana mwiza wange ndagukundaaaaa❤❤❤❤❤❤❤❤❤ cyereka duhuye amaso Kumaso, IMANA idukura kure pe ,nuko akenci tubyirengagiza 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Hezagigwa cnee alvella❤❤ .nkwipfurije kugera kure hashobokaa ku ndirimbo nziza zaw❤❤❤🎉🎉
Uko mumpa like ngaruka kumviriza 😂😂😂. Hezagirwaa mukobwa wa yesu🎉🎉
Halejaha Ameeeena ndafashijwe shimwa mwami warakoze hejuru caaane mukobwa wa yesu 👌👌👌👌👌👌👌👌👌❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Hezagirwa ncuti nziza. Ruyigi yubahwe. Uradufasha gutazira Imana. Alvella WE nukuri ndagukunda
Yamisi abakunzi biyi ndirimbo mumpe like
Ehhh iyi ndirimbo ni nziza kabisa, Imana iguhe umugisha mukobwa mwiza wa Yesu.
🇷🇼🇷🇼🇷🇼Abi irwagasabo ndavuga Abi Rwanda benewacyu mumpe likes
❤❤❤🎉
❤❤❤❤❤
Uramuzi alvella?
Yego rata
@@epaphroditeofficial3600
Uwutamuzi n'umuntu adakurikirana gospel Burundi. Alvella n'um🇧🇮kazi
Ntuzofate nabi abantu nkuwibagiye iyo yavuye,Imana izogushira hejuru cane
Uwumunkundir kundush namp like ham tubndany twiyumvir iyi New gospel muhimbare wanj wamber
Yamitwaro yose warayiyuruhuye Mana Amen ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉 hejur cane nih nkwifurij mukobw wa yesu
Amen mu Rwanda 🇷🇼 turagukunda nice song , Alvella❤
Imbere niheza ,urampezagiye cn amajambo meza,amasanamu meza ingene bitonze neza naho ntiworaba nukuri uhezagigwe cn kndi ikinigihe cawe p.abamaze kuyisuburamwo akareng rimwe bamp ❤
Alvella hejuruu mumpe like nkwiye👏👏👏
IMANA ikuje imbere mwigeme mwiza ,inkomezi z'Imana zibane nawe ijoro n'umurango
Mbeg igikogwa ciza yesu agukomeze ❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana ishimwe cane! Amen kandi Ameeeeeeeeen!! Naw Alvella ushishikare gutera imbere! Imana mushobora vyose ikuje imbere muri vyose! Indirimbo zawe ziramfasa cane! Merci beaucoup !
Namba one ❤❤❤❤❤❤ abakunzi b, Arvella tumenyan❤❤❤🎉😊
🎉🎉 waah muri bwabumwe nurukundo bavukanyi 👍🌺
Nacanecane 🥰
th-cam.com/video/3csZm6r7T7k/w-d-xo.htmlsi=Cv0Z3z1GbGo9u0DS tumemyane
Je sais pas vraiment combien je regarde cette Bell chanson.les mots m ont vraiment plu.sois bénie Alvella
Nice songs mbaye uwambere uwayikunz nkanj abinyereke🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Courage alvella wnj ndagukunda can iman igukomeze kd ikirut byos iziguh kurangiz neza ❤ahuri wunveko ukundwa
Ukaba ukunda alvella nkanje nunpe j aime❤
Mbandanya ndagusengera Mwamikazi windirimbo z Imana Muburundi indirimbozawe zibandanye zigira akanovera ibihe vyose
Indirimbo zawe ndazikunda nkongera nkazikunda 1000fois❤❤🎉🎉
Alvella ndagukunda,Yesu akomeze kukwagurira ingabire igeze benshi kugakiza nokugororoka.❤❤sibanga
Yamisiii😢😢
Be blessed my lovely sis❤
Abashaka kodukwiza 100k subscribers mumpee like❤
Thank you dear
Sha wew Imana igukomeze kuko urandenze . Kimwe gusa uze uranyarutsa kuduha indirimbo nkizo
❤❤❤❤
Amennnn uhoraho akomeze kukwihishurira ukomeze ngukora ibikwiye mungihengikwiyeee
th-cam.com/video/3csZm6r7T7k/w-d-xo.htmlsi=Cv0Z3z1GbGo9u0DS mwiranbire mwese dufashamye
Kurecane nih nkwipfurije kugera alvella urampezagir vrt Imana ikujimber mur vyos
Indirimbo nziza cane alvella muhimbare udukoreye umuti pe!!!!! Ariko muze muribuka natwe abaririmvyi batobato mudufashe
Ko mutamp jaime
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Umuntu yakunze iyi ndirimbo kunsumvya Anduze urutoke🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼🖕🏼
Nanje nihaye kuyamamaza igihecose nzobankihari warerekanye urukundo kubantu abandi bacakure yabo reka tubikundire nabo bamamare kubwuwiteka imana❤❤❤🎉🎉
Namba1 mumpe Like bakunzi nukur uwuhezagirwa acagonga ngah ham tubandanye duhezagirwa❤❤❤❤❤
Yamisi❤❤ uwiteka uhindura 0 ukabugira 1000 Hallelujah 🙏🙏 ndafashijwe alvella Imana igukomeze mukobwa mwiza
Mbaye uwambere utakererewe cyane mumpe like🔥🔥🔥
Fyonda kuriyi T ukurikirane ibiganiro vyiyi chaîne
I love Alvella Muhimbare's 'songs, this one is of my favourite songs that i like to play manytimes❤ including Israel Mbonyi's songs. Rwandans and Burundians are the same blood ❤❤ Thank you Lord for this amazing job you did for Alvella❤❤❤❤ much 💕
Imana iguhezagire Kuko utuvugira ivyacu vyari vyarananiranye
❤ ndagukunda arvella urimbanezacane kand amajambo arimwo nimeza AMENA
Mbaye uw 10 alvella courage naho War watunyotej
Turagukunda cyane Alvella komeza utere imbere Imana igushyigikire.
Maisha ni safari ah twar siho tukiri ❤🎉
Komera muri yesu uzarangize neza mpano twiherewe n'lmana
🎉🎉❤ waah muri bwabumwe 🇧🇮🇿🇲🤘💎
Akomaze kuyisubiramwo nikeshi abovyashikiye nkanje mumpe ayanje❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 alvella ndagukunda bihagije ahurihose uvyunve ubeho utababaye❤❤❤❤so mach
Mwarahezagiwe Iman ibandanye kubongr imbaragq
Quelle belle chanson!!!!!!! Muhezagirwe Alvella, Massive congratulations.Indirimbo iremesha iduhamagarira kwama twizigera Uwiteka.
Nanj mpererey Africa du sud ndamukwirikiran cane gose I need my like thank you brothers and sisters
Amen Amen Amen Amen haleluya haleluya imana ishimwe cane yankuyekure nanubu ndaziko harahozoshika harenze ubu
Nimumpe like ndaziko ndimubambere bayiravye love fromm##Fabenice
Iyindirimbo muzo yakoze zose iyinayo ije irenze izindi kweri. Nudutere agateka tukurinyuma maze uze utwibagize bamw ngo ni ba dorockas ba vestine Rwanda. Turagukunda cane 🙏🙏❤️🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲
Wararyohej kurush .Mukayanza ni heza PE (nantorinda wararyoshej PE)
Izindirimbo zawe. Narazikunze. Cyane cyane. Imana. Igushyigikire. Amina
Mumpe Ama j'aime guyz
Wakoziki?
@@LeoncieNiyonkuru-s3k😂😂😂
😂😂😂😂😂😂@@LeoncieNiyonkuru-s3k
Parasites !! Ugomba kwimbura utarimye??😮😮😮
@@LeoncieNiyonkuru-s3k😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
😊😊😊😊
Amen Amen amavuta mensh mukobwa wa Yesu urashoboye
Courage nukuri mulmpe linke nukuri mukure izigo nimbemumwe linke umukobwa wacu yesu amukomeze❤❤❤
Ubandanye ujimbere,Imana izogushoboza gushika ahowipfuza.
Imana iguhezagire cane lmana ikuzigame be numuryango wawe lmana izaguhe urugo rwiza izaguhe iherezo ryiza urakoze kuduhezagira utwbutsa gushima kuko utwubuta ivyotwabayemwi ariko lmana yaraduhinduriye amateka lmana ishimwe cane
🥰🥰🥰iyi ndirimbo irankoze k'umutima nukuri😢mrci Alvella you are a shining star✨Love U 💞
Imana ishishikare kuguhezagira Iyo ndirimboiramezagira cane ntintahe ivyo Imana yangiriye ndahezagirwa cane turagukunda
Abo Yesu yatabaye mumvugire uti Amen🙏🙌🙌
Courage cane Alvella muhimbare uhagaze neza tera imbere nk'umuzinga turakunda ibikorwa vyawe 👏👏👏👏🙏
amen amen mam indirimb pe nuwaheby Iman nibaz kwayigarukiy pe nah alvella courage pe nizin riragukwiy pe uri muhimbare pe kand Amazonas yose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤