Uyu mutype abeshya abarundi avuga amagambo atariyo kabisa yaravuze ngo Drama T arafunze Kandi arukubeshya Drama t arikigali kabisa yari no kuri RBA tv ( radio television yigihugu no mukanya arajya kuri kiss FM kabisa ubwo rero urumva arabeshya
Akes kwasigay yitonda Kar yara gayana Ivyo ba mubaza sivyo yishura Yigiri cambwenge mumutwe Ari baratazaro za muta nga na makuru yanyu tumenye Aho mwa kwa miye mureke kwuvugi vyabandi bata bahaya kazi nizo zasaku kwer no mubari rinvyi Akes nariyo vyara kwamye Muga kagiri nguvu zo kuvuzingoma Zumubanyi munsaku
Mr fasha warafashijwe Mr nosentiment ❤❤❤❤
Big up Drama t, and all Burundian artist ❤❤❤❤❤
Muhichije mesh mur indasri yumuzik wuburund non habuzik kugira umuzik wuburund uterimber nkaband nihatar pe 😂😂😂😂😂
Carte jaune🤔
Abaririmyi murasuzugurana,Abo uriko uravuga nabo bozangaho bokuvuga ivyawe wotangara,
✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
❤🎉🎉🎉🎉😢
Sha Abarundi ishari ni vyo vyabo
None nkaha uriko uvuga iki?
bro niwiber um entertainr man vyotoka sana
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Akes ndakwemera kk ivyashikiriza bitahura bake
Sammy Kazima ayifise we niwirirwa uyerera namaguru namavya akavyimba😂😂😂😂
🎉❤❤
Karabaye murarushenye koreshumwanya muramwahukaniye pe😂😂😂
akes incabwenge
Akes warazimye ntakamaro ugira mu muziki wuburundi 😂
Bitaha uruhanga
Carte jaune ? Nyene ?
Naze atubwire carte jaune aho bayitangira
Uyu mutype abeshya abarundi avuga amagambo atariyo kabisa yaravuze ngo Drama T arafunze Kandi arukubeshya Drama t arikigali kabisa yari no kuri RBA tv ( radio television yigihugu no mukanya arajya kuri kiss FM kabisa ubwo rero urumva arabeshya
Akes, rab ukuntu wogabanya ubwanwa, nukuri burakubihiye😅
Carte jaune😂😂😂😂😂
n ubu ndacatwenga nukuri
Je akes nihatar niyo bagenda basunika ntaniyafise ah yabuz ic akora
Non imistar yaraheze kutakiririmba
Inzigo zabarandi nukur ww urikiryoryi urananshish 😅😅😅😅
Nta carte jaune umuduga ugira.umuduga ugira Carte rose 😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ubundi nuwagutumiye yagize ikosa ufise ishari kandi nawe ataho uragera nawe umerewe nabi my brother 😂
Non kuberiki mw'injira mubuzima bwabandi
Wewe ufise iyahe
Akes kwasigay yitonda
Kar yara gayana
Ivyo ba mubaza sivyo yishura
Yigiri cambwenge mumutwe
Ari baratazaro za muta nga na makuru yanyu tumenye
Aho mwa kwa miye mureke kwuvugi vyabandi bata bahaya kazi nizo zasaku kwer no mubari rinvyi
Akes nariyo vyara kwamye
Muga kagiri nguvu zo kuvuzingoma
Zumubanyi munsaku
Muracozanya nimama.mwarasazegusa
🔥🏆🇨🇦
❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂🎉🎉🎉🎉🎉
non twokora iki kugira Muzik ndundi utere imbere ariko iconzi nuko habuze gushigikirana nubumwe muri IDs kubera muraziko abaririvyi beshi mwariguze mureka gushigikira impano zishasha mugihe bazana cacu mumuziki ndundi rero hamwe hamwe umuziki ndundi wicwa namwe
Kuberik aba star mufakana sha ntavyanyu umwe wese narabe ivyubuzima bwe
Gusa urirata ngoimodoka yiwe imeze gut? Wew kutayifise wumva utari ikijuju kuki iyoitazimbuts ww utayifise
Abaririmyi murasuzugurana,Abo uriko uravuga nabo bozangaho bokuvuga ivyawe wotangara,