DRAMA T avuye MUGACERERE avuze ivya B FACE vyose||CAPITAINE ntaco abasigarije bose

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 พ.ย. 2023
  • talkyoshxt.com 👕
    / talkyoshxtapparel
    / talkyoshxtapparel
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 34

  • @Aisha-ip5vs
    @Aisha-ip5vs 9 หลายเดือนก่อน +3

    Capitaine Uvugisha ukuri Mubandanye Muduha amakuru Nkaye aratesa

  • @user-pm1hy6zq4i
    @user-pm1hy6zq4i 9 หลายเดือนก่อน +1

    Drama T hejuru cane urashoboye

  • @user-mc5qj2ym4h
    @user-mc5qj2ym4h 8 หลายเดือนก่อน

    😂ntamu journalist amez uk niwinumire

  • @ellalumiereiteriteka5148
    @ellalumiereiteriteka5148 9 หลายเดือนก่อน

    Drama-t

  • @user-vt6od1jr8r
    @user-vt6od1jr8r 9 หลายเดือนก่อน

    Urikigugu ndake

  • @irankundadivin7142
    @irankundadivin7142 8 หลายเดือนก่อน

    NN kuvuga ngo drama t ngo ariko arabazimya afise indirimbo nzingah?

  • @audifaxbigirimana9768
    @audifaxbigirimana9768 9 หลายเดือนก่อน

    Mwese ivyo muvuga ukuri kuzoja ahabona

  • @evelynenduwimana129
    @evelynenduwimana129 9 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂 muratwenza kweli

  • @limpopo-vo8ue
    @limpopo-vo8ue 8 หลายเดือนก่อน +1

    🤣🤣🤣🤣🤣😍

  • @kanezasifa963
    @kanezasifa963 9 หลายเดือนก่อน +1

    Dramat hejur cne ntucike intege impfuvyi imana irayikunda gumako

  • @NyamuniniMimi-yw5lg
    @NyamuniniMimi-yw5lg 9 หลายเดือนก่อน

    Ivyanyu nihatari,muzomarana Kimya kimya

  • @athanasewalker4528
    @athanasewalker4528 9 หลายเดือนก่อน

    noe ko yans kuvug ukur kwose kuri buja???????????????????????????????

  • @maximenordinigiraneza8082
    @maximenordinigiraneza8082 9 หลายเดือนก่อน

    B face aragowe dogo ya 2 igira isohokee 😅 fabe love murik muramuha imistarii😂

  • @user-qb2qm1oj2p
    @user-qb2qm1oj2p 9 หลายเดือนก่อน

    No uwo mugore😅

  • @audifaxbigirimana9768
    @audifaxbigirimana9768 9 หลายเดือนก่อน

    Kuvaho bavugiye ko yari gusohoka kwitarasohoka habuziki

  • @raoultunchi5927
    @raoultunchi5927 8 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂

  • @irankundadivin7142
    @irankundadivin7142 8 หลายเดือนก่อน

    drama t niyitonde kk ntaho aragera aracari umwana mumuziki?mbona abaririvyi bagiye tutaziiyo bagiye?

  • @titykingbdi6208
    @titykingbdi6208 9 หลายเดือนก่อน

    Komeza muryana kuko mwebwe mutamvuyeho ntituzoshika mwebwe turabazi pee!

  • @moyambiri257
    @moyambiri257 8 หลายเดือนก่อน

    Ntasoni mugira kabisa ubu ngira nkore tv nanje. Kumafaranga babahaye ndabishire hanze vyose

  • @user-ol8dl4wh2b
    @user-ol8dl4wh2b 9 หลายเดือนก่อน

    Ww urumubon

    • @Aisha-ip5vs
      @Aisha-ip5vs 9 หลายเดือนก่อน

      Yaco Umubeshera Capitaine wacu

  • @JaflayJabasilaba
    @JaflayJabasilaba 9 หลายเดือนก่อน

    captain sinarinz kurumubono nkuko gend mwumviriz Akes don niw arik aravug ukuri mweho ntimuz ivyomurimwo😮

    • @Capitainedelacapitale
      @Capitainedelacapitale 9 หลายเดือนก่อน +1

      Niwe yagutumwe Iyaba uzi k ariw Muntu Wambere yugurura Ikiganiro canje iyo mpostize😂

  • @user-vp8ex2oj7u
    @user-vp8ex2oj7u 9 หลายเดือนก่อน

    Aho uriko uvuga iki?hora sha ntavyo ufise uvuga

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 9 หลายเดือนก่อน

    Iyimbwa ngo ni capitain irekuza utubinga umengo nikarya

  • @user-bb1ld7nd2p
    @user-bb1ld7nd2p 9 หลายเดือนก่อน

    Harigihe azo ririmba akirorera atagabanije ukugara 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷

  • @user-ug4pd5jz1j
    @user-ug4pd5jz1j 9 หลายเดือนก่อน

    Reka gutanga amakuru atariyo wabuze ivyuvuga??? Toka kulee siyo tuzokumva kuko niyompamvu yatevy nugusohoka kuk yavyugay

  • @pacibeni1951
    @pacibeni1951 9 หลายเดือนก่อน

    Usigaye unwa itabi ryinshi gabanya

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker 9 หลายเดือนก่อน

    Eweee Capitale waruvyogo nimba ushonje sabanumutima munda kuk ntawuz ahobwira ageze!!🧑‍💼
    Turumv kutazi gutandukany ubufana n'ubumenyeshamakuru rero twogusubiza Skl ugasubira kwiga kubitandukany apana kuvyitiranya kuk turumv urashonje ubikoreshw ninzara disi bono😂😂

  • @user-xq8tu9bm7x
    @user-xq8tu9bm7x 9 หลายเดือนก่อน

    Nik ubibona wewe ntibivuze ko arik ukuri😂😂😂

  • @mikepmedia3540
    @mikepmedia3540 9 หลายเดือนก่อน

    None nkaho urik udahwa iki?mwebwe nyene nimwe mwonona industrie yuburundi nkawe urumu fan cank urumu journalist?murutwa gutanga amakuru nabaririmvyi tokaaa genda wumvirize Akes hama ugaruk kuvug ivyo watohoj nayo utwo dufyeri uzana ngaha urik ubesha abantu ntakamaro bro

    • @Capitainedelacapitale
      @Capitainedelacapitale 9 หลายเดือนก่อน

      Birakoneka ko Yagutumwe Iyaba uzi ko ariwe aba uwambere gukurikirana Ikiganiro canje iyo gisohotse😅

  • @audifaxbigirimana9768
    @audifaxbigirimana9768 9 หลายเดือนก่อน

    Mwese ivyo muvuga ukuri kuzoja ahabona