Juste Gael is becoming better in interviewing BRAVO! Kidum ndatahuye igituma yagize success. Ni scientifique sociologue, arazi ubwenge sana. Plein de sagesse. Big up ❤️
Icishe umuziki wacu ni quality irihasi muri sons ,uravye sons yo murwanda tanzania uganda kenya twebwe turacari hasi kuribeat nivyiza kodushiramwo umutahe muri production erega harya nivyashara umucleant aja aho bimuryoheye ,ubworero nugushiramwo inguvu
Kidumu Niw mu Legend wenyene Dufise Mugihugu c'Uburundi... abandi bose Ni zero...😍
Mc uri talentueux ariko wige kuvuga ikirundi.
Hongera sana mzee Kibido. Muga uramubarire yuko iyo ndirimbo y'ubunebwe ashaka kuririmba atazoba abaye uwambere. Hariho Dogo A 1000$ yararirimvye ururirimbo rwiza cane ku bunebwe kandi baramuhaye n'agashimwe .
Kidum aranshimisha kabisa hageze kubintu vy'impwemu ndaseka ngapfa🤣🤣🤣
Komera mutama kidumu Imana ibandanye kukunzingana nokuzamura.abandi baririvyi nivyiza cane shishikara kubatinza abandi
May God bless mzee Kibido kur izo mpanuro kuri new generation.
Kidumu turamwemera cane
Kidumu aranyica cane vrt karibu sana muzee wetu igiteramo gikurikira sinzosibana umwana nkunda ama couple murayaha agateka
Juste Gael is becoming better in interviewing BRAVO!
Kidum ndatahuye igituma yagize success. Ni scientifique sociologue, arazi ubwenge sana. Plein de sagesse. Big up ❤️
Nciye ngira subscribe kubera uyumupeti arazi kubaza muri interview
Love from South Africa ❤💯 keep it up juste Gael....you nailed it sir
Kidumu kubatumufise murutonde rwabaririmvyi babarundi numunezero mwishi noku vimbavimba cane.
Those youth artist must listen to you so they may improve
Concert ya kidumu naho yorihisha menshi twoyitaba
😂😂😂😂😂 Kidum utatutesa na ceko
Kidumu arashimishije kbs numuhanga murivyose pee
😂😂😂kaka yangu unaniuwaga sana nacheko
🤣🤣🤣 Kidumu azigutanga interview kabisa 🙏🙏🙏
araryosha interview saana
Aba ari mu mPwemu
Nice émission with my ninja @gaél
Kidumu numuntu muzima kuri Interview ziwe abumva nibatahure kugira umuziki uterimbere
Journaliste vuga utuje kugira nawe tukumvirize.
Kidumu Nawe ni mutama wacu turamukunda.
Muzzzeee na CEO mukunite
Umunyamwaro wiwacu. kandi abanyamwaro benshi baba hanze tutibagiye nabanya Rumonge
Kidumu ndagushimiye kumpanuro uduhaye twebwe abaririmvyi no kwumva ko ugiye kudukorera indimbo yitwa ubunembwe aho ni bon.mugihe nanje nakoze indirimbo yitwa( Urawerawera) ifise inyigisho nyishi kubajeune bibinebwe naho kumaradio itavunzwa nkuko ndabishaka gusa you tube irahari kubayishaka mwoyumviriza,wandika Urawerawere by R jais.
Nice interview mze wetu 🙏💪💪
Uy n mutama like
Icishe umuziki wacu ni quality irihasi muri sons ,uravye sons yo murwanda tanzania uganda kenya twebwe turacari hasi kuribeat nivyiza kodushiramwo umutahe muri production erega harya nivyashara umucleant aja aho bimuryoheye ,ubworero nugushiramwo inguvu
🔌Umwinonkuba😂😂😂
Lolilo niwe yatanguje clip muburundi no mugwandA nivyo?????????
Kabisa
@@anitamerry7134 nivy kbs
Uruta benshi muri government Mr Kidum
wambiye awo Watoto wakina Satura
Like and comment from #Kenya
Umu...
Mzee namkubali kabisa
🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮💪💪💪
👊
Kidumu bahanurekabisa koko baririmba ivyabadoresa kandi abarundi bakundabintu vyisoneye
Vuga neza izo ndome sha kadogo
Umwina nkuba ndatwenze mpakw gupfa. Ni mpwemu kweli
Mutu wetu wa East africa
🐐
Nabamenyeshamakuru mugire inderoyikirundi turabasavye bituma canozanyu tutaziraba
Sasa africa nova agira anyoke😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Neza
Mukubite umukubito🩸🩸🩸🩸
Kidumu
😀😀😀😀😀😀😀😀
😊😊🔥🔥😁😁
Kibido ndagufana
Ngo collabo ni 4?rally joe nawe?
umukubito ni kicwa yao
Turik tubakurikir 5/5 umukubito murashoboy
Urarenze mutama
Kidumu turamukunda afisumutima mwiza nka fizo
Ati nkande??? fizzo yananiw nogufata igisagara kimwe 😂 hama ngo numu Legend??
Ntawuzi Fizzo.kagame niwe amuzi.tuuuuza
Nimba atavyuzi Numa arawufs nyn ubabare
Hahhh Interview ya Kidumu iba itwika kbsa,kibido kibuganizo ndumufana wae ukomeye from🇷🇼th-cam.com/video/xbXsi2GlWLA/w-d-xo.html
Iyo ni interview yo kuraba abataama apana aba jeuene
🤣yombo
Umutwe niwew mutama
Il fo k vs faisiez
Mukubite umukubito🩸🩸🩸🩸