My name is John from Nairobi kenya burundi is good place in East Africa just sometimes try speaking ENGLISH ndio pia na sisi tusikie but i trust burundi 100%
Gahugu kanje ndagukunda vuba cane natwe turashika ahantu hashimishije ham tuze turab bamwe bakda kwandik ngo uburundi ni igihugu gikeny kw'isi ivyo bazosubira kwandika my country big up sana❤❤❤
Aho hantu hejuru hazoja salle de spectacle/ restaurant mwohashira autour yiyo local ikintu gikinga kugira abantu ntibazokoroke,du moins pour leur sécurité
Nabivuzekeshi jyendumunyarwanda uburundi nigihugu gifite ibanga ryubyiza gusa bagashaka buhake aribo ibihugu byiburayi nibihugu bibakikije n,ibifujeko mutekana ngomufate akannya mukuzamura igihugu cyimana cyuburundi ibihugubibakikije byifuzakomwahora muryane kugirango mutabacaho mwiterambere mukomeze mushyire hamwe murikumwe naneva president wannyubirashoboka turabakunda❤❤❤ murabavandimwe abarundi
Uruwagaciro God bless you.
May God give you wonderful live 🙏!
Uburundi mon frère buzotangaza beshi cane
Niwaza iBurundi uzondonder umvuzijambo rizima❤
urumunyarwanda wumutima mwiza
Ibintu vyose nibukebuke kandi ikintu cose kigira intango👌Ntaho Imana itokura iki gihugu cacu ntanaho itogishikana Dupfa kuyizera 🙏🙏 Tera Imbere Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤❤❤
Umukuru w'Igihugu cacu kiza c'Uburundi yabivuze neza ko umufasha kumenyikanisha ibiri muburundi vraiment Imana ikomeze kubazigama toi et ton équipe.
Hama iyo kopangi COMPIMEX PARKING ikora ibintu vyiza cane❤.
Ubuntu bikaba bimeze neza
Muzokaze sécurité cane ( identification spécifique de chaque véhicule) kuko nigeze gukora kuri aéroport Montréal muri Canada hafi ya parking imodoka baraziba kandi hitwa ngo sécurité irateye imbere kurwego rwo hejuru.
Montréal, Canada bariba imodoka?
Hahaha, USA nta kintu cibwa ngo ugutware hehe?
Ifone uyibagiriye ahantu, ugarutse uyisangaho nyene.
Bonne idée.naj nobahanur kuzigirir sécurité kuko parking nkiy izobagor Can kuko uko biyumviriy ukw kubik imodok aband barik biyumvir ukunt bazopilata iyo système yabo
Respect kbsa Gael kutwereka uburundi bwacu bwiza waouh mbega ivyiza
Amazing. Congrats to my country Burundi 🇧🇮
My name is John from Nairobi kenya burundi is good place in East Africa just sometimes try speaking ENGLISH ndio pia na sisi tusikie but i trust burundi 100%
✔️
No English there Only french
@@trophywilson7211 don't lie people English and French both are spoken in 🇧🇮
Many burundians don,t know English,you will try to find a translator.But thx for yr comment
I guess you're lucky for Lord , god bless you My friend 🙄
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Burundi on another level 2040-2060 🇧🇮🇧🇮🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
Mwibaza akajambo EDENI kokazijana niwitwengere muzotangara hahindutse Dubai number 2🎉🎉🎉🎉
We bareke bibazango ni gufyina we tekana vuba , imana n'umuhungu wayo bazovyivangamwo batangare😀
Ni ivy'ikizungu vraiment.
Ico kizu nahora mbona aho cubakwa sinarinzi ko kizohera vuba. Bravo !
Buke buke nigwo rugendo waoooo❤❤nahora mbona izo parking mumahanga none niwacu vyatugezemw mbega iterambere weeeee Burundi bwacu hejuru caneeee💃
Gusa aba journalistes babarundi bafise defaut imwe. Kudatanga adresse yivyo berekanye. Mwikosore please
Ngira ntiwumvirije neza ikiganiro wew.
Mutama yavuze yuko uburundi bwishwe na mashetani ayandi aho ejo niheza kuko tuvuye mubidutandukanya tukibuko ivyo dusabikanye ntacobuza ko dushirahamwe mwiterambere ariko ntaco turiko turajijuka ejo niheza,my Eden Burundi paradise take 5👊 Mr Mukubito you're real Compatriot🎉🏆
Gaël ndagukunda ukuntu uguma utwereka ivyiza vyigihugu cacu.🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
Love from 🇷🇼
Tekereza uRwanda nuburundi bishize hamwe tukagendarana abanyarwanda bafite amafaranga bagashoro muburundi nabarundi bagashora murwanda ndabarahaye abantu beshi batangara
Oya muriryarya abanyarwanda
Hhhh nibyiza gusa kubwinnyungu keshi bishingiye kubanu cg kucyofata nkumwanda sorry wenda nunyumvenabi ibyo bita ubwoko abannye protic. Ahusanga aribyobibandaho ahokwibanda kugihugu gusa byose bizashira ngonagahora gahanze twenkaturage dukore Kandi twungubumwe nahibindi nimishinga yabakoroni bizeneza hagamijwe gusahura ibibihugu batuzanira numwanda witwa amoko. Ahusanga twibera mugushondana hakunguka uwize iyongirwa mushyinga yamoko gusa gusa jye nkumunnyarwanda twamaze kunga ubumwe nahandi birakwiye gusa umubyeyi azafungure imipaka. Twongere. Tuze Ibujumbura. Abarundi muravandimwe
@@douce9601 iyo sura yawe ntakindi yovuga, ntanubwo yohinduka!!
@@MaydayMayday-zw8pw mwabana binzoka nka sowanyu Kagome
@@douce9601Hindura ivyiyumviro vyawe birashaje ! Nta muntu yaremwe n'Imana aba inzoka !
Gusa twe aha iwacu bene izo parking 🅿️ twe tuzishyuza kukwezi umukiriya kumukiriya Uba ukorera munyubako Kigali tugira inyubako nkizonnyishi namwe birashoboka twiyubakire African muve iburayi mwiyubakire African byumwihariko mwe barundi nimwunga ubumwe nacyo mutazageraho birashoboka mutinnyuke
No abashaka bariha k'umusi canke bakagira abonnement y'ukwezi
Harabariha kumusi naha Dubai Niko biri ivyo vyukwezi bivan nuwubishaka reo banyarwwnda humure
Iririre,Sha abarundi barunga ubumwe bwabande!? Hagati ya nde na nde!!?? Ivyo vyiyumviro nivya,Abanyarwanda mwe muhora munzangano ninzika zidashira!!!! Naho abashingantahe!! Bareke Muzumirwa gusa kuko isi yose irimo irabareba ivyo Muhoramo!!
Tera imbere my burundii nkundaa ❤❤❤✌️✌️❤️❤️
Nibyiza cyaneee ❤❤❤ naboneraho gusaba abarundi barihiryanohino mubihugu bikikije uburundi ndabiziko harabarundi mufite amafaranga meshi mbere yogukora ishoramari mubindi bihugu nyara iwanyu ntashoramari rihari jyesimbanenga ahubwo nababwirango igihe niki ngomumanuke mushore iwannyu mugire yuburundi Prada's muhumuke kumutima igihe niki jye ndabakunda nizereko ejohazaza nimwunga. Ubumwe muzatungura insi muhaguruke uburundi kumutima. Mukore cyaneee Kandi mushyire ubumwe imbere one days muzumva icyanga cyiva mugukora cyaneee nogukunda iwanyu nurwane intambara yogukunda iwanyu kandimukore cyaneee Kigali Rwanda turabakunda uyumubyeyi nirumwe mungeronziza nabandi mutwereke icyomwakora korandebe iruta vuga numve uburundi kumutima ndabakunda cyaneee. Cyaneee nkakunda Neva president.
Merci namwe turabakunda
Erega ntibararekura neza business.
Hatacariho akabuze ariko biriko biraza nuko nyene abantu bazoza pole pole tumanza kuraba iyo biva niyo bija
Gahugu kanje ndagukunda vuba cane natwe turashika ahantu hashimishije ham tuze turab bamwe bakda kwandik ngo uburundi ni igihugu gikeny kw'isi ivyo bazosubira kwandika my country big up sana❤❤❤
Hewe umuvuduko abarundi bazanye ntusanzwe .
Abavuga nabo ntibonuma erega bonuka mukanwa😂😂😂😂
J'aime
Kin kibanz ndagikunz❤
Kazi nzuri sana ❤❤
Ivyo muvuga mukirundi ba muza mubihindura no murundi rurimi kugira nabanyamahanga bavyumve!gusa turashima iyo projet ni nziza cane
Nahora nifuza kuhabona none murahanyeretse nahaca impande ntazi ibirindani merci sana Gaëlle
Naje nahora nipfuza kuhabona ariko uno musi Gael arabikoze
Burundi,courage.
Wowe ufite mumutwe hakora neza uwakugira President ahubwo
Mugihe haza imodoka zibiri bari bakwiye guca umurongo kuburyo imodoka zibiri zibona inzira yayo
Byiza cyane peee !
Kigali 🇷🇼hoho nibindi bindi
ntanzu étage yakubakwa itagira parikingi nikizira
Gusa ibicirobyo ndunv'ari bitoya kubyo mu Rwanda
Wewe uri umusaza kabisa. Turakeje compimex 🏢
Bro Big up sana kwer urumwe kwer ndakwubah
Gael Cameraman wae nageragez kuza AR detailla ikintu muriko musgura!!
Yitaho kwerekan wew numutumirwa ico muriko musgura ntaciteho cane!! nageragez vrt!!
Ivyo bintu vyarahise like developped country.Keep going
thank you for achievment
Aho hantu hejuru hazoja salle de spectacle/ restaurant mwohashira autour yiyo local ikintu gikinga kugira abantu ntibazokoroke,du moins pour leur sécurité
Big up to you Guy , thank you very much
vyiza gose❤🇧🇮 bakomeze gutera imbere
Kiekiekiekie mungali nyuma kweli asha ntimwakwigeza ku gwanda basha ugwanda nugwa mbere ndababuriye
Compi Max Felicitation 😊
Muzokwihangane mushireko Amarangi y ibimenyetso vyayo ndets n Ivyapa hasi!!!
Kbx uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏 igihugu canyinarutse candeze nkakura ninkure gusa iconzokora Nije ndakizi
🎉hongeleni sana burundi
Asante
Gaël yubahwe kabisa numushinganta akundigihugu.
Iciyumviro ciza cane co gushiraho parking nziza cane kandi izomfasha nabenegihugu👏🏿👏🏿
I love my burundian people more wins
I love my country Burundi
Umukubito iri mubituma uburundi Buryha. Merci kuri video.
Vyose n'Imana birashoboka
Umuvuduko witerambere uburundi buriko urashimishij ,Gael big up sana
Bravo !!
Keep it up the good work brother Gaël
Nibindi tuzabigeraho❤
Buja biriko biraza vrm
Vyiza cane
❤❤❤
Ngumugoregero umututsitutsi umuhutuhutu ngwinzoka harubantu bakirwaye ingwara mbi hagowe abana babo bariko babareresha umugera mubi.
Erega Gaël mwaduhenze mwamanutse mwiyugaranye ntiwabonye ukuntu vyagenze😂😂😂😂 but we❤❤❤❤❤❤you
Ndakwemera
Big up mon pays burundi
birandyoheeye vraiment, mbe iyo iri majahe?
Waoh vyizaa cane
Nice
Uburundi Buri kuyindi ntabwe 2040 Na 2060 igihugu giteye imbere
" Nimba atari abanga" :
Iryo jambo urakunda kurikoresha ariko rizana ingaruka yo kutisanzura mu kiyago. Muri make rizana " ziba; gaba, biragusha, urarubona, ..." mu kiyago
Irihe jambo?
waaaawoooo🙏🏾🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️
#TheBurundiWewant
Vyakataraboneka utarasohoka i Burundi mon frère Gaël
Erega ibitari i Burundi ntibituraba,rero nivyakataraboneka koko kuko biri iwacu.
@@simbarakiyedamien7775 ahhhh bon aho nibaza kubivuze gutyo kuko nawe wosanga warifuje kuva burundi bikanka reka ishavu mon ami 😅
Toka kule ibilis hari uwaguhamagaye ngaha reka twishimire ivyacu nawe gumana ivyanyu wakigoryiwe😮😅
Wewe wavuyeyo ko mbona ivyiyumviro bigicafuye se?@@KuzikoTV
@@ArianeNikuze mbwir ico navuze gicafuye ?
Ah w uramaz kubona izamber?
Sayangana Burundi bwanje
Mukomere barwizatunga ayo mafranga asohoke akore imigambi nkiyo mwubake amagares hose,tubipfurije imigisha myinshi kumatalenta muriko murarwiza
Imana Ibajimbere
Murashiraho signalisation, yerekana voie de sorties et entrée, stop, sens interdit etc.
Niko parking mwene izo zimeze muhigu zirimwo
Vyiza cane gose kabisa
Miller George Martinez Michelle Lopez Jennifer
Parking mubabarabara muri ville abant bategerezwa kuriha mubisagara bikurubikura parking downtown ntavyagusa naho haba mwibarabara
Mon pays 🇧🇮🇨🇦
Kuyindi mpwemu idasanzwe 🎉🎉🎉
Mbe ni ryari parkings zo muri sous-sol ko espaces ari nto i Bujumbura ?
Nivyiza cane,iryo shirahamwe rifise ibikorwa vyinshi vy'iterambere mugisagara cacu,rije haheze,nashaka ndarisabe rimpere akazi kumwana ryoba rikoze cane
Terimbere Burundi bwanje bwiza🎉🎉🎉
5000fbu ku musi ni sawa
500fbu kw' isaha, haha mu Burundi ibintu ni ivyagusa.
USA mu gisagara ndimwo ni 3$ kw' isaha
Turabibona pee from. Mozambique
Aho hejuru kuri Rooftop bazohashire clubs nka Kigali universe ya Coach Gael wo murwanda bizaba bitesa
Mwarakoze izo parking ino Amerika nizo zuzuye urumva natwe tubaye abahirwe babakire
Erega les maisons des particuliers sico kibazo. Muri RDC amazing meza aruzuye mugabo akaba iruhande des routes zitobaguritse. Reta niyubake d'abord amabarabara. Ibindi bavyita les elephants blancs.
Ville nibayihindure kwel
Terimbere ❤❤❤
Iyo parking niyarujugiro ndayizi cane kuva muntango yubakwa iri hafi ya airburundi
Ushatse kuvugako ari iya rujugiro wo mu Rwanda 🇷🇼?? Canke nuyundi yitwa ukwo ??
@@boashamah3642 niyiwe kuko yubatswe mukibanza cahoramwo ibikorwa vyitabi nakoze muri buceco ihinguriro ryiwe ryisima riri mucibitoke aho nahazanye isima kenshi ndahazi neza nuwahubakishije numusungu ava south africa niwe yarahagarariye ivyo bikorwa
none uwundi hariho yarapduye Rujugiro
Urikuvuga ayabatwa??
Supermarket ntibagira imiryango nkiyinzu. Izo mpome ntizizotuma supermarket iboneka neza. Sinziko mubitahuye ico mvuze. Thank you.
Reka uzobitwerekere kuyo uzubaka
@@vianneyndizeye8714
😂😂😂😂😂😂
Ewe uratwenza abafise amaso bazobashirirako ivyandiko bazosoma di
Nagira mbaze !
Mbega uwuje n'amaguru agomba kumenya ivyo mukora vyomworohera ?
Ariko icambere iciyumviro cubahwe.
Ndemey kwel
Uwo ni tantine sha!!!
Igihugu cacu kiriko kiratera mbere kabisa ivyo ndabizi south Africa
Mwubahwe
Can
Ejoniheza kuburundibwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nagateka,nukuri mugabo mushyireko imirongo udufresh twanditse hasi!! Ni vyiza cane!!!
Nababwiy ko Imodoka yurira Etage😂😂😂
Iyo Kiboko😅
Gael Comedien!
😂😂😂
❤❤❤😮🎉🎉🎉
Wooow aho nihe ?
Bien fait Gaël
❤
🥰🥰🥰🥳