Issac je suis une congolaise, je comprends pas tout ce que tu dis alors stp tu peux mettre le sous-titres en français ou en swahili,sinon j’aime vraiment tes vidéos
Ndayisenga Claude ivyiza nugusahura utwabanyagihugu? Ngo zana amafaranga kubonana na apotre! Mbe Yesu ko atarufaranga yigeze asaba? Kandi ariwe dukurikira? Aruko navyite irindi zina apana urusengero. Apfume avuga ko ar'umupfumu, point et trait!
Imanibahezagire ntimurambigwe komeramubikogwa turabashimiyecane igihugucacu dushimimana
Imana Ibaharire ngo mwosengerumuntu aronkamahera isengeruyaronke we ntayukeye wa Mufalisayowe
Imana idutabare iduhe Impwemu y'ubwenge bwo gushishoza 🤔🤔 numviriiije Aho yavugiiiiye avuga yiyitirira ibikorwa vyose Akora n'ivyiwe, ntanavugamwo yesu eeeemwe muze muragira amakenga ntimurye vyose😢 KO azura abapfuye naje Ku mpanda, agende no mu bitaro abazigirijwe na cancer n'izindi ngwara batahe
Ubuhanuzi bwose buri mwijambo ry'IMANA rivugango nimurondere ubwami bw'IMANA nokugororoka ibindu muzobihabwa nkinyongera
Ngo bashaka ayigitoro yesu ati mwabiherew ubuntu muzobitangir ubundi
Mungu wangu!!!!!! Izo sida ziba Ari izimiyaga mibi nyene,ntawupfa akazuka Atari yesu wenyine,
Abo baba basinziriye basha turek kubeshanya
Sha
Nihatari none uwosengera umuntu agakira wocuvuga ngo atangigice camahera yarigutanga yesu yakiza abantu kubuntu
Hhhhh yoooooo 🤣🤣🤣🤣 merci ❤️❤️❤️❤️ ndabikunze kwr uwurikarabakindaga nabareke imanibakomeze cn cn trop 🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Eraga aba Pasteur bafis imbaraga Za gi Chetan bariho!! Ntibibatangaz
Merci frérot unabaza ibibazo vyinkoramutima
Mungu ni mwema sana mungu akutumikishe zaindi na zaindi
YESU ndamufana ngomugih canyum hazoz abiyitirir izin ryanje bakor ibitangaz bisumb nivya YESU IMANA ikuturind subiz izonguv zasantani iwiw ukizw ahubw ataruk umurir wimana murareh
Isonera
Shalom mikozi w'lmana.Non uwutagira amahera ntimumusengera?
Respect man bro. Ibikogwa vyiza ukura. Allah yuko nawewe. Komera komera
Mwabiherew buntu ni mubitange ku buntu,mbega Chris Ndikumana kw'Imana iriko imukoresh agasengera bagway bagakira,za sida,abatavyay bakavyara,cancer,diabeth,heart,ni bindi vyishi kdi agasengera nabatazi,harumusi urunva arko asaba ma franga??ahubwo baba cunge mwebw izo mpwemu siziza kuhoraho ni zimyuka mibi.nta muntu numwe nzunva asengey muntu amusavy mahera ngo azoba Ari mukozi w'Imana,na bandi muhabere maso.
Sha ivyo namayobera kabisa mutubwire ko ivyo yahanuriye TV yanyu vyabay impamo
Huyo ni pepo mbaya koma shetani shindwa na uregee katika JINA la YESU
Imana.ikore.ibitagaza
Nukuri ndakwemeye urondera amakuru yose big sna isaac nakubali sana💪💪
Mana weeee ntabitazoza mugihe c'iherezoo sha jewe ntavyonameye
Ni murek kuyovy abant n'Imana nibabur gusenger mur Kanguka, ba christo mumeny ko satan ahar knd akor ibitangaz ark Imana niy ir hejuru yavyos
Uvuze ukur
Muri Kanguka sihi honyene ibitangaza bibera n'ahandi birahabera ukira kwizera Imana. Igituma tudakira nukwizera guke dufise. Ntawoca urubanza
Paster muvuge bikebke kuko siokilakitu hua nimcezo lakini kivyanvu songs mbere ikiwaninguvuyamungu nisaw sio take itakura kwenu
Pasteur none udafise kuburyo arya ahangayitse akaba agwaye sida nawe yoza????
👂sinumvise neza Isaac avuze abakira ntibisaba kwizera na Yesu yavuze genda ukwizera kwaw kuragukijij.🇧🇮
Isaac uyo ni shirki eti wanatabiri ya takayo kutokeya subhanallah Allah awaongoze inshaAllah
Rek ububeshi basha ntamuti WA sida uhali kiretse Iman yonyen igukijij murek kubesh abant
Tuzobona vyinshi mumisi yiherezo Mana wee udutabare ariko ijambo ryimana ni ngombwa rishike vyaravuzwe ko misi yanyuma tuzobona vyinshi hazoba abavugishwa vyibinyoma bazoba benshi
Gusa turakwemera isaac cane usigaye ukorana I shaka
Uwo mugabo ntibamufunz aho avugiy ko azozura abantu...? Kuberiki mudafuta amamyanga yiwe?
Imana.iracakora
Abo mugenda muhenda ngo barakira murakira imisi Mike inyuma muzogwara izisumba izambere muce mupfa .mwibuke wamutama yavurisha ibibabi vyibiti namazi yokwiriba Arusha Roriondo muzobaze abagiyeyo inyuma Bose Barapfuye
non mur kanguka hose ntitwama twumvise intahe zabakize sida naz diabethe ivy kumana nibisanzw urakir ukir kwizer Imam
Gabanya ubuzonge wamwinaziwe
Uko nukuri kweri imana ibandanye imuha izombaraga🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬♥️♥️♥️♥️🥀🥀🥀🙌🙌🙌🙌👏👏🤲🤲🤲
Issac vt thank you very much kuganira numukozi wimana
Sha wahora ugira ibiganiro vyiza ariko ubu biranse!!Utanguye guha ibiganiro abasuma!!
Imana igukomeze
Imana itubabarire
Bazovugango twarakoz ibitangaza mwizina ryawe azobabwira sindabazi
Burya igitangaza kumana nukuzana abantu mugakiza
Kuvugishwa ivyo imana ntibiyitangaza gose
Isaac ndagukunda vraiment,ngo twinjire turabe ukwobariko barazura abantu.hahaaa,wakoze kumugirira publicité ariko j sinzoza .
Imana igukomeze can nukur bibaho cane imana irafitabo ikoresh pé pasta umwami agukomez can😗
Amen
Amen Hallelujah 👏🙌
Olla baba uw m pasteur kwasomesha sana none
umusuma yuzuye kabisa uwo sumukozi w'Imana numudandaza adandaza ijambo ry'Imana
Nawe uradandaza bazogushorer wanjiji we
Abant dufita ukwizera guke biragoy kugirang tugire icotubivuzeko.Isaac dans 6mois uzotubwir kovyabonetse
Uko msazi yakesho yanajuwa mungu .
Nareke kutubesha.
Biratangaje nukur *Isaac* urakoze cne👏👏
Mwombwira neza aho uyo mukoziwimana akorera???
mubarize avuge iherezoryiwe hama bazebarareka kugerageza imana
N'importe quoi. Natubwire Date, umunsi ni saha trompette zizovuga kugira twitegure ngo ntituzo rater ijuru yoba akoze.
Bantu bimana muragabe Abo niba bavugishwa bavugwa nkibimenyetso vyiminsi yanyuma. Imana idufashe cane.
Ndabahanuye mubandanye mwizera yezu ntimusamazwe
Koyamis 60 yahez ubon ivy yavuz vyarabah ????
Isaac komera cane muri yimisi ndabona ufise akazi kenshi
Mbe umuntu afise ubuhanza muramusengera akamera umushatsi?
Ijamboryi Mana riravugati ntukizere umwana wumuntu iana kwijaja jewe ninaba nkiriho zoraba iherezoryiwe
Ivyo banywesheje uyo muntu n ibiki??
Je mbona aramavuta ya olive oil
Mbega ko yesu yakijije beshi,haramahera ya basavy,iki nicagihe tugizemwo,hazoza abigir abakoz b'Imana bakore ibitangaza ariko aru kuyovya bantu.ahubwo nuwugway naze arunviriza kanguka agire kwizera azokira.uyo ndabon yashatse kurondera mahera
Abo nabatek mitwe
Nsindavyemera ibi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Sengera mur #Kanguka
Ihane utabesha:ngobose barakwemera?none jewe kontakwemera.ukorana nikuzimu ba uretse kubesha:ukabura kugenda kuramutsa barya bose barwaye bagakira
Uwo mugabo arabesha.jewe naramuterefonye acaranyandikira ngo agira ampishurire yambwiye ibintu ntazi munyuma acambwira ngo ndamurungikire amahera arabesha cane
Kand iyo warikumubaz iyo mpeta yambay à gauche ico isigur kuri wee kuk biratey amakenga 😏🤔
Mbega vyizawee 🤝🤝
Mbega ko avuga ko atakobonana n'umuvugishwa iminw misa,birumvikana,mais mugihe ufite ikibazo asanzwe nawe yarapigitse ntashobora kumwitura?amwituye ntafashwa?!!!
We mbuzi!!! NGO amatora yagenze neza kandi mwitoye,mukatuiba amajui! !! We mwehuu!!
Uwo n'Umusazi!
Isac tv ndabemera cane mutuzanira ibintu bigezweho
Nyereka Za Numéro Zawe Mukozi Wlmana.
Issac je suis une congolaise, je comprends pas tout ce que tu dis alors stp tu peux mettre le sous-titres en français ou en swahili,sinon j’aime vraiment tes vidéos
Veuillez apprendre la langue mademoiselle.
c pas du tt la reponse qu'il fallait repondre elle n'est pas oblige d'apprendre l kirundi et C a Isac de repondre
Mugihe ciherezo hazobaho abavugishwa benshi nama dini menshi ariko imana ituzigame🙏
Urarek gusnga reo
Higa iyindi mikoro uzoze ukoresha 2 vyoba vyiza
uko ni ukur
Aba corona bara yumva gusa ntibayizi abayizi nibarya bugaye ikibuga cindege muburundi kandi nikubera muburundi hari imi cayi cayi .irafasha cane
Nukur pe
Place impa nimero yuwo muvugishwa muzoba mukoze
@@alinenshimirimana5438 corona muburundi vyari bigoy ko isinzikaz abanyagihug kuber hashush arik aho ndi kuber hakanya caaane yarakorey k'ubant.uyo nawe nimba ivyo avuga arivy muzobibon abar mugihug
numero yiwe ngirang niyo mbona amaja hasi m'uruhand rw'ububapf urik urarab iyo video
Yesu wenyene isi yaheze
Jahiyo nagira numuti nature mwaronse. Nayivyo nubuzimire mubundi
Yesunacimwe Izahake niwemara imana🇧🇮🇧🇮
Ingwara zirakira kuko ntacananirany imbere y'Imana
urabanza ukure iyobage kubera tumenyereye kubona bakoresha imiti
Nihatar kbx iyisi igeze kumusozo nimana gusa noje gusuma urusaku natiki fise yogushik iyoo munyuminj
Niwubahwe musaza 🙏👏🙏🙏
Caneeee
havur Imam abo sib bakiz Iman irakoresh
Yesus yavuzeko ngo hazoza abiyitako ari jewe imana ari ukuyovya abantu
Ngwahooo
Nukuri nukuri ninaza ijisho riraho kwr nukuri rikize nokwemerakarivyo
mezing kweli👊🏾👊🏾👊🏾
Mwasenge umuntu akabona amaher muzabwire
Iyo mpeta yambay irateye amakenga iyo siya mariage
Uburyo avuga gusa araboneka ko ari umutubuzi
Isaaaac urasimbaguruka mukiganiro nivyiza KO ikiganiro kiba gifise titreibibazo
Ahumbomujamukuzim.nimurekekubesha.bazovyaramajiningonaban🤔🤔
Isaac nkushimira ko atamacakubiri yidini ugira kuko nabagukwirikira dusengera heshiii hatandukanye murakoze
Isaac tv turagushimiy cn ukoribikorinka
Nitwa ndayambaje ndimurwanda wampanimeroyawe
Yemwe yemwe reka abantu baje gutora imiti yo gupfupfahaza sida kwa muganga nay'ivyo muvuga bizotuma bijajarako inkanda zitikire
Rekubujiji sida urakira kuwizeye sha
💪imana.ninyekomezi💪
Imvura yoyo yaraguye kweli nabantu turimuka
Nimubanze mwisengere mwubake urusengere rwanyu. Apana kururondera amahera, mubanyagihugu bikeneye.
Ahubwo kobabuze ishengero😆😆😆😆😆🤣🤣🤣🤣🤣
Sivyiza gupinga muvyimana
Ndayisenga Claude ivyiza nugusahura utwabanyagihugu? Ngo zana amafaranga kubonana na apotre! Mbe Yesu ko atarufaranga yigeze asaba? Kandi ariwe dukurikira? Aruko navyite irindi zina apana urusengero. Apfume avuga ko ar'umupfumu, point et trait!
@@ndayisengaclaude3747 imana itanga kwagusa nisaba amafaranga
Yesu yasengera abantu bagakira ntamahera
Yigera asaba.😱
Isaac komera akazi kabaye kenshi nawe
Oya murabesh
Anonibamwe bakoreshwa nimyuka yikuzimu Aho babasigamwo abadaimoni barenze iyo sida
Izombaraga si iz'uhoraho.
None ntibovura isi yose covid igahera hama amahanga akabaha amafranga yokubaka ivyo bifuza?
Mie nataka mpenz wangu anipende bitawezekana 😂😂😂😂🤦♀️🤦♀️🤦♀️
🤣🤣🤣🤣
komashetani mana Urampa kumira kuco wampaye
Iyi ikintu kigiriwe publicité kitabay ari gishasha kiba carabuze isoko!rero muntu ivyo bintu vyawe reka kwigirira publicité uzoshingirw intahe n'ibikorwa vyawe!
Huuuum ntumbaze nkabajana nimiyaga....
Ubwonububesh najehariy arazan uwoyavuy atubwirukur
Mubaze iyo mpeta yambaye iyariyo