Intahe ya Prezida Evariste Ndayishimiye aho avuga Isezerano Petero Nkurunziza yamusigiye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 13 ต.ค. 2024
  • #Burundi Umviriza Intahe ya Prezida Evariste Ndayishimiye aho avuga Isezerano Petero Nkurunziza yamusigiye. Iyo ntahe yayishikirije kuri uwu wa gatanu, ku munsi ugira kabiri w'amasengesho y'iminsi ine ariko abera mu ntara ya #Ngozi, i #Buye, muri komine #Mwumba

ความคิดเห็น • 35

  • @alphonsinetv1276
    @alphonsinetv1276 4 ปีที่แล้ว +1

    Amen hallelujah Imana ibarinde

  • @gka9147
    @gka9147 4 ปีที่แล้ว +3

    Huo wimbo unaoimba mwanzoni naupataje ndugu zangu wa Burundi
    From🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿

  • @eliaselyonmutoni5874
    @eliaselyonmutoni5874 4 ปีที่แล้ว +4

    Amen;Mana warakoze kuduha indongozi zubaha Imana amashimwe nayawe

  • @chishidesert9900
    @chishidesert9900 4 ปีที่แล้ว +3

    Nakupenda sana mr president humble man God bless u Sir

  • @alphonsinetv1276
    @alphonsinetv1276 4 ปีที่แล้ว +1

    Imana yarizi ibikwiye ku Barundi

  • @henryclinton8715
    @henryclinton8715 3 ปีที่แล้ว

    Am a ugandan by nationality, but I love you his Excellence evereste ndayishimiye president of the republic of burundi.

  • @wambulagadi8265
    @wambulagadi8265 3 ปีที่แล้ว

    Nawapenda sana ndugu zangu warundi natamani kufika huko

  • @pstjeanfilsmbonimpa5007
    @pstjeanfilsmbonimpa5007 4 ปีที่แล้ว +1

    Imana ikomeze ibane nawe Nyakubahwa Président wacu! Ur'umugisha ku Burundi n'abarundi. Imana ikomeze ihezagire igihugu cacu n'abenegihugu bose. Shalom

    • @basaboseberahino7351
      @basaboseberahino7351 4 ปีที่แล้ว

      Nanka ukuntu aba bagabo bakorera ku ma emotions y'aba paysans nn k bataza gusuka ayo marangamutima yabo muri milieu intellectuel???
      Ese abarundi bose boshobora gusoma nokwandika bagaheza bakabafukura.
      Ivya Cesari birekere Cesare ivy'IMANA mubihe IMANA.
      None wewe ga Never 2015 ntiwari kwisonga ry'aba frondeur??????😫😫😫😫😫😫😫😫

  • @annickniyokwizera1414
    @annickniyokwizera1414 4 ปีที่แล้ว +3

    Ndagukunda mutama wacu sebarundi

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 4 ปีที่แล้ว

    Sawa

  • @rosentakarutimana2432
    @rosentakarutimana2432 4 ปีที่แล้ว +1

    Amina

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 8 หลายเดือนก่อน

    Nivyo guhanuza ni vyiza
    Ariko ico nabonye Abarundi turikunda cane, kandi turiyorobeka rwose.

  • @innocentniyomugisha8041
    @innocentniyomugisha8041 4 ปีที่แล้ว +1

    IRYO NISEZERANO RYIMANA .YATANZE KUVA 2006-2007 ITEGEKA KO IKENEYE KO INDONGOZI ZUBURUNDI ZIZOKWAMA .ZIFATA UMWANYA WO GUHA IMANA ICUBAHIRO .NAYO ISEZERANA KO IZOKOMEZA INGOMA YAYO NKUKO YAKOMEJE INGOMA YA DAWIDI AHO YAMUBWIRA KO HATAZIGERA HABURA .UMWAMI MURUWO MURYANGO .

  • @alliancesafina
    @alliancesafina 4 ปีที่แล้ว +1

    Hezagigwa n Uhoraho mutama

  • @ahishakiyedivin4734
    @ahishakiyedivin4734 4 ปีที่แล้ว +1

    Mbega ndayishimiye ntazikuvugivyiwe atarukuvuga ivyankurunziza mbekoyama avugako bavuganye nankurunziza ubwo sukunyegeza ivyobamuvugako kwariweyagandaguye nkurunziza

    • @Dieroz12
      @Dieroz12 4 ปีที่แล้ว

      Nyamb wabuz ivyo uvuga ja ku ryama sha kibondo

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 2 ปีที่แล้ว

    Leta nkozi

  • @rajabuussein6582
    @rajabuussein6582 4 ปีที่แล้ว +1

    Wewe waratunganye kweli ibereyishegero uravunga kowatunganye ntaninisoni ufise ahuvyo imana iyaba yohanira ibere yabantu womaramaye nukuri ahontasoni

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 4 ปีที่แล้ว

      Umuntu iyo umubonako ikosa uramusengera kuko ubu ntawera akibaho ntamuntu yarwany atishe kandi kuva nokuri bamose habayemwo abapfa intambara yamyeho icotwosaba ubu nugusengeranira kuko ntamuntu numw ndabona yokunda uburundi atari Imana gusa bose ni bampa mbendihekenyera

    • @jeanclaudesimbananiye9488
      @jeanclaudesimbananiye9488 4 ปีที่แล้ว +1

      Tekana imana niyo izivyose siwewe ubizi kandi siwewe ucimanza.

    • @basaboseberahino7351
      @basaboseberahino7351 4 ปีที่แล้ว

      Mbega abo barundi avuga ngo batanguye igihugu kizimagurika bagereranya uburundi namazi yatobekaye nibande bayatobekanije ko mukigejeje ku murizo wibihugu vyooooose bigize isi mu bukene gushika naho mwiyamamura ngo nta Corona iri mu gihugu nn yahevye irabakosora🤭🤭
      Ariko ka Mana weeeeh ngo mwatonganuye igihugu mutigeze mufata mwakiganiwe na Buyoya abakuye i Tanzaniya mu makambi y'impunzi iyo mwari guhunjagura intete????
      Shame on you🙈🙈🙈🙈🙈

    • @someaafrika.3379
      @someaafrika.3379 4 ปีที่แล้ว

      @@basaboseberahino7351 utavimba viiiii upasuke paaa

    • @someaafrika.3379
      @someaafrika.3379 4 ปีที่แล้ว

      Wenye roho mbaya watavimmba viiii wapasuke paaaa

  • @louisbau56
    @louisbau56 2 ปีที่แล้ว

    .

  • @johnisrael1968
    @johnisrael1968 4 ปีที่แล้ว

    Kwa kweli wewe ni rais.maneno yako ni mazuri na ya kujenga warundi.sasa vurugu zilizokuwa zinakabili warundi hayatatokea tena.Mungu akubariki raisi wa nchi kwa busara na hekima zako

  • @alouisengendandumwe49
    @alouisengendandumwe49 4 ปีที่แล้ว

    Intahe nyabaki yokwiba amatora nagende hariye ico kirogorogo

    • @someaafrika.3379
      @someaafrika.3379 4 ปีที่แล้ว

      Alouise Ngenda, utavimba viiiiii upasuke paaa

  • @sylvainininahazwe8024
    @sylvainininahazwe8024 4 ปีที่แล้ว

    crazy

  • @real_ffelipe
    @real_ffelipe 4 ปีที่แล้ว +1

    mureke kuryamika abarundi ariko mubakorere uburundi buri mubihugu vyambere bikenye kwisi ariko idongozi zikabaho ubuzima bwohejuru aho hariho abene gihugu baje kumuraba baburaye

  • @rajabuussein6582
    @rajabuussein6582 4 ปีที่แล้ว +1

    Ibibi yakoze kutavunga konawe wabikoze mwishira murivyinza bibi eka imana irababona sha korivyushaka ntacho

    • @jeanclaudesimbananiye9488
      @jeanclaudesimbananiye9488 4 ปีที่แล้ว +1

      Ntaco cawe ntaco izoshikako imana niyo cabona abarundi barakunda imana.Atari uruhendo beshi

  • @constanceniyibizi3134
    @constanceniyibizi3134 4 ปีที่แล้ว

    Id