Intahe ya Evariste Ndayishimiye aho avuga ivyo yaganiriye na Petero Nkurunziza

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ก.ย. 2024
  • Umurwi washizweho n'Uwahoze arongoye Uburundi Petero Nkurunziza kugira ukurikirane abasesagura amatunga ya Reta urabandanya igikorwa wahawe. Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye amenyesha ko icegeranyo c'uwo murwi yamaze kukironka :"Ntmwibaze ngo vyaheze kurya. Rapport nayisanze ku meza ariho iri." Yabishikirije kuri uwu wa gatandatu, mu masengesho ariko abera i #Ngozi, asozerwa kuri uwu w'Imana.

ความคิดเห็น • 14

  • @nk.p.9503
    @nk.p.9503 4 ปีที่แล้ว +1

    Merci, Président ! Umwera uva i bukuru ugakwira hose.

  • @DadyMuadi
    @DadyMuadi 4 หลายเดือนก่อน

    Yes

  • @pascalmanirambona9201
    @pascalmanirambona9201 9 หลายเดือนก่อน

    Salom umwami mwiza

  • @angenitunga6719
    @angenitunga6719 4 ปีที่แล้ว +3

    Uvuzukuri indongozi nizo zisambura nkumbure bazohinduka

  • @fafalove4531
    @fafalove4531 4 ปีที่แล้ว +1

    I like my contry

    • @jeannettehabonimana2825
      @jeannettehabonimana2825 4 ปีที่แล้ว

      Indongozi nimwe musa mbura igihugu nyene. Nibarabe bahinduke kko igihugu nitwe abarundi tuzociyubakira nyene.

  • @asterntakirutimana6019
    @asterntakirutimana6019 3 ปีที่แล้ว

    Ndagufana

  • @mohdkwt5378
    @mohdkwt5378 4 ปีที่แล้ว +2

    Mugabo turagushimira hariho vyinshi watunganije mugihugu cacu

  • @jamaicahusseinkabange3795
    @jamaicahusseinkabange3795 4 ปีที่แล้ว +3

    Tubwire sha varisito harigihe twokira niyimvugo yabingiro

  • @thimuhatangi4609
    @thimuhatangi4609 3 ปีที่แล้ว

    Urakoze perezida

  • @mohdkwt5378
    @mohdkwt5378 4 ปีที่แล้ว +1

    Uvuzukuri kabisa gose bahindutse bamwebamwe

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 9 หลายเดือนก่อน

    ✊🏽🇧🇮

  • @sandresandren6413
    @sandresandren6413 3 ปีที่แล้ว

    Evaritse turagushimiye ukunku ugomba utwubakire isokonkuruyabujumbura🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪

  • @sandresandren6413
    @sandresandren6413 3 ปีที่แล้ว

    Jesigayenkunda sendedekubera evaritse