Intahe n'impanuro za Pastor Denise Bucumi/ Gusenga nico kinkomeza/ Iyi myaka 15 imana yabanye natwe
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2024
- Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862
Ubuntu bwa ndiho burushireze kukubako wamanye ubuntu lmana igume ikutuzigamiye urumukenyezi wokurabirako vrt god bless you
amenn
Maman Buntu ni wubahwe ndagukunda caane uru mukenyezi wicitegererezo vyukuri urumugwanaza Kandi uriyoroheje nsi nfinse ningene nidondagura ivyo nkubonako ariko urupfasoni wubaha Yesu Christo cane ni wubahwe cane goose Christo nakubashishe gusenga nogusengera abandi ndazi biri mungabire zawe
tkx
Ndagukunda maman Buntu IMANA ikomeze kukurinda
amen
Simpaga kumwumviriza, Imana ikomeze kumuhezagira nabiwe nivyiwe🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
murakoze
Imana ibahezagire cane Maman Buntu
Amen
Lovely Maman Buntu May our GOD JESUS-CHRIST protects u so much Maman de Gloire...MUrumugisha caneeee Muvyeyi
TKX
Maman buntu imana igukomereze uw omutima w urukundo
amen
Mama Buntu ndabakunda Kandi ndipfuza guhura namwe Kandi ndizerako Mwizina rya Yesu kristo azoduhuza.
😍😍😍😍😍
Ndipfuza kumera nkuyu muvyeyi narabuze ico nomuvuga igikuru afise,Imana wubahwe maman Buntu Turagukunda caaane
Imana igufashe
denise bucumi ndakwikundira , wicireye nabugufi, ubwamikazi bwari bugukwiye , ndagukunda tu, Imana itukurindire , turacagukeneye kumpanuro ziryoshe zirashe , ego tube abizigirwa
murakoze
Maman Buntu God bless the work of her hands we love you
AMEN
Iyakuduhay ukutuzigamire mama wacu yubuntu kbsa mwashirember gusenga 🙇♀️🙇♂️merc kumpanuro nziza waduhay 🙏uri buntu koko 👌👍
MURAKOZE CANEEE
Ndabakunda cane
😍😍😍😍😍
Mama Buntu, Turagukunda, komeza wubahwe.
MURAKOZE CANEEE
Koshaka madame nkurunziza namubona gute.mubury bworosh
Ok
Nukuri nange naragukunze cyaneeee.
Ese mamy Akoresha Facebook ko hari umuntu wanyandikiye akambwirako ashaka kumfasha?????
Ndi umuramyi ubikunda cyane you tube channel yange yitwa girimbabazi eriv tv. Mama buntu yari yambwiyeko yamfasha kuvuga ubutumva bw'imana ese ntabwo mwamumbariza niba koko ariwe wanyandikiye akaba yamfasha mundirimbo zange nkora zo kuramya ? Murakoze.
ok
Jew vrt ukuntu ndagkunda mama buntu birarenze uricitegererezo kbs Imana iziguhe kurangiza neza kko uraciy bugufi uranafasha abandi
ok
Imana ikutuzigamire Muvyeyi wanje ndagkunda
Murakoze caneee
Mama buntu ndagukunda ndagukunda mwicish bugufi.Imana ibafashe canee mukomeze kugera kure
MURAKOZE CANEEE
It's wonderful testimony!
TKX
I prefere you buntu's mum,ndagukund nah utabiz
tkx
Ndagukunda cane Iman ikogerereze imigisha myishi cane
ok
I love you esteemed Ma.
Such an inspiration, God bless you ma ❤️
tkx
❤ murah mubyey wacu dukund❤
Imana iguhe umugisha muvyeyi
AMEN
Mama Buntu nukuri Imana ikuge imbere kubwiri Zina rindi wahawe. Igufashe kugera ku nzozi zawe
ok
Maman Buntu ndagukunda vyimbitse bitari uburyarya
murakoze
Vyiza cane imana ibongere umugisha cane.
amen
Nice maman Buntu lmana ikuj imber
amen
Mwarahezagiwe n Imana mu maman mwiza.mwarahezagiwe pe
amen
Uhezagigwe muvyeyi
amen
Imana iguhe umugisha- ndagukunda kdi mbona ufite Imana muri wowe. Imana ikongere amavuta.Kigali tujya tubona ibyigisho byawe cyane kuri whatsup.
amen
Imana iguhezagire cane maman
ok
C'est bon
yesss
mamma buntu uraberewe caane , hezagirwa mamma mwiza , nkunda ukuntu uciye akenge
tkx
Ooooh IMANA yaramuhaye ubwenge butangaje
@@merveillejeannettewitonze6752 yes
IMANA yo mwijuru IGUHUMUGISHA
Muvyeyi
AMEN
❤️❤️💋💋💋
yeeeesssss
Urakaramba muvyeyi mwiza
tkx
Maman araciye bugufi cane kandi cane
YESSS
Uwu mu maman ndamukunda agira Ubuntu Can kand yicisha bugufi n'icitegererezo muband ba maman
AMEN
None konanjye mfise impano nkiyawe nakubona gute ngo ungire Inama
ok
😘😘😘😘😘😘🙏🙏
YESSS
Iyo mpanuro niyo ku bumva M.
ok
Turasavye inimero yiwe muzoba mukoze
ok
How can contact pastor denise from Canada l would like to bless them
good contact us on our whatsap number +25775410862
@@burundigospeltv2661 thx u very much l love u guys from Burundi so much special if l look at how u guys dance for the lord l feel bless
None iryo zina Buntu ryatanguye ryari ?
yabivuze
No English guys l want to understand
ok
Tz
OK
Umu Maman yahezagiwe n'Imana
😅😅😅😅😅😅😅🇧🇮💯
what