Dufise Imana itabara//Chorale DUKWIZUBUTUMWA - Pentecôte Nyaburumba/Makamba

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 ก.ย. 2024
  • Kurikirana izindi ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 11

  • @TheHanso1961
    @TheHanso1961 2 ปีที่แล้ว +1

    This is give me chickenskin so pure and perfect vocal🙏🏻🙏🏻🙏🏻

    • @meirratv
      @meirratv  2 ปีที่แล้ว

      God bless you abundantly 🙏💓

  • @oscargarrido3409
    @oscargarrido3409 2 ปีที่แล้ว +1

    Saludos desde Chile
    Dios les bendiga

    • @meirratv
      @meirratv  2 ปีที่แล้ว

      Amen🙏💓

  • @niyukurimarius5978
    @niyukurimarius5978 9 หลายเดือนก่อน +1

    • @meirratv
      @meirratv  9 หลายเดือนก่อน

      🙏💖

  • @manirafashaodette9006
    @manirafashaodette9006 2 ปีที่แล้ว +1

    Imana Ni nziza ibihe vyose🙏🙏🙏
    th-cam.com/video/vD8TUByhQTY/w-d-xo.html

    • @meirratv
      @meirratv  2 ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💓

  • @eliendayishimiye7418
    @eliendayishimiye7418 2 ปีที่แล้ว

    Play back !??nivyo?abanyamakamba barabikunda.kand si évolution nziza

    • @meirratv
      @meirratv  2 ปีที่แล้ว

      Oya si playback ni live😍 Ariko na playback har'igihe ikenerwa kandi bikaba vyiza cane !

    • @isaacnsabiyumva2516
      @isaacnsabiyumva2516 2 ปีที่แล้ว

      No nta playback