Izina ry'Umwami Yesu|Take the Name of Jesus with you - Indirimbo zo Guhimbaza N°186 mu Kirundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 ก.ย. 2024
  • Igikorane c'indirimbo n'ubutumwa bwiza categuwe n'Ishengero rya Pentecôte ry'i Gitega kuva ku wa 28 gushika 31 Mukakaro (28-31/07/2022)
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 11

  • @mukaribanjeodette7795
    @mukaribanjeodette7795 2 ปีที่แล้ว +1

    ameeeeeen aleluaaaa shimwa yesu

    • @meirratv
      @meirratv  2 ปีที่แล้ว

      Amen🙏💓

  • @esteraakizimanaakizimana4715
    @esteraakizimanaakizimana4715 ปีที่แล้ว +1

    Ameee

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @esteraakizimanaakizimana4715
    @esteraakizimanaakizimana4715 ปีที่แล้ว +1

    Nizina ryiza pee baryizigire

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @JordyOfficial-sl5bb
    @JordyOfficial-sl5bb 11 หลายเดือนก่อน +1

    Muzohore mufata neza. Ibi ntabwo biri professional. Iyi ndirimbo ndayikunda cane.

    • @meirratv
      @meirratv  11 หลายเดือนก่อน +1

      Murakoze cane! Ivyo tubifata uko nyene baba babitanze natwe ntibiva kuri twebwe! Ngira ngo mwabonye yuko itandukanye n'irya yindi yateguwe neza!

    • @JordyOfficial-sl5bb
      @JordyOfficial-sl5bb 11 หลายเดือนก่อน

      ​@@meirratvego nivyo irya yindi imeze neza cane. Kandi muzoshireko izindi cantiques zimeze neza

  • @jeanclaudenijimbere120
    @jeanclaudenijimbere120 2 ปีที่แล้ว +1

    Cameramen yoza aregereza

    • @meirratv
      @meirratv  2 ปีที่แล้ว

      🙏💓