INTAMBARA IKOMEYE!!! A great war!!! By Chorale Fanfare

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 ก.ย. 2024
  • Aba baririmvyi (Chorale Fanfare) batwibukije ko turi mu bihe bigoye! Satani n'abadayimoni bariko bitegurira gutera Ishengengero. Baduhamagarira kwambara ibirwanishwa tuje mu ntamba.
    MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 21

  • @nehemytuyishime2939
    @nehemytuyishime2939 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen .nanj nyen ndagomba kuzoririmbana namw mubwami. Kand bakundwa ntawuzigishuwundi . Oya kand nti tuzidondorana tuzohita tumenyana. Amen

    • @meirratv
      @meirratv  2 ปีที่แล้ว

      Amen🙏💓

  • @albertniyonizigiye4510
    @albertniyonizigiye4510 ปีที่แล้ว +2

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @niyonizigiye9073
    @niyonizigiye9073 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda bene Data Yesu abakomereze amaboko.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @niyuhireelias1125
    @niyuhireelias1125 3 ปีที่แล้ว +1

    Imana idufashe Kandi iduhe kwambara ibirwanishwa Imana itanga

    • @meirratv
      @meirratv  3 ปีที่แล้ว

      Amen🙏💓

  • @FistonN-g3y
    @FistonN-g3y ปีที่แล้ว +1

    Ndiho abakomeze❤❤❤❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @kazungueric5350
    @kazungueric5350 3 ปีที่แล้ว +1

    Twambare ibirwanishwa vyurugamba

    • @meirratv
      @meirratv  3 ปีที่แล้ว

      Egoo🙏

  • @reverienmukamarakiza6954
    @reverienmukamarakiza6954 2 ปีที่แล้ว +1

    Amenaaaaa mwarahezagiwe

    • @meirratv
      @meirratv  2 ปีที่แล้ว

      Amen🙏💓

  • @ErastNkurunziza-uu2ee
    @ErastNkurunziza-uu2ee ปีที่แล้ว +1

    😅

  • @reverienizibariza5865
    @reverienizibariza5865 ปีที่แล้ว +1

    Uwo muntu yahinduye Mu congereza hari ahantu yabongereyeko ivyo batavuze: "Uzovyihanganira"?yongeyeko: "egome tuzovyihanganira".

  • @chadracknduwayezu2632
    @chadracknduwayezu2632 3 ปีที่แล้ว +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  3 ปีที่แล้ว

      Amen🙏