SIMBIZI : B-face yashatse kugwana nanje ||Double Jay na Kirikou bariye 6M zabandi bari baje kubafata

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.พ. 2024

ความคิดเห็น • 36

  • @Xlsmdjdodjid

    Franick arihangana kumara ikiganiro cose n'umuntu nka simbizi vrt , courage nyinshi ubaza nezaa ataho uhengamiye wubahwe❤️🔥 Magic channel

  • @nyiramuzikapatronjeune8833

    Tutoriel pour écouter SIMBIZI 😂 icamber nukwikuramw'ubwenge icakabiri nukwifat'imbavu ntiwicwe n'agatwengo 😂 ikindi ugacagura avug'ibintu vyinshi ugatoramwo gwawe atamutima mubi this is love ❤❤

  • @user-qq6mv6vh3e

    Simbizi ungeze ahantu

  • @nyiramuzikapatronjeune8833

    Umwanya utanga inyishu muburyo bwihuse cane 😂😂B face niwe yazanye ibitero bikomeye 😂kubanyamiziki non'ubu nabo baramuhagurukiye 😂😂😂mbeg'ibibazo weee 😂ivyo har'ukuntu twahora twibaz'iyo bizoherera ariko ubu bisa nkaho B face arik'aragwan'intambar'idasanzwe nkababaririmvyi ya disinga😂😂😂 umuziki uraryosh kbx 😂 this is love ❤❤

  • @habimanaignace7235

    Jyenda wagituba we

  • @user-mi6ni6zu9r

    Wew rofa ngo uri simbizi umushenzi gusa ngo ushaka 50$ uriko uvuga b face ugateranya we love muzika kuri symplice ngo myooomyo Toka kure mushenzi noe niwunva wew ngo abantu baradunyura BAVA mukayanza bagashika ibujumbura nawe uzodunyura kuba star ushike hehe?

  • @berkamp1

    Abahimvye urumogi bose ngo ni ba Rwagasore.

  • @user-vw7ok6ve2b

    Planet rappers from burundi iritayari kubumviriza❤❤❤

  • @ingonankuru4829

    Shaa simbizi nikugugu kl 😂😂😂

  • @jacquesntabagara2702

    Simbizi is on hustle 😂😂😂

  • @ThierrySmith-rc6uu

    Semavumba b face numugabo.ntimuzopfa munanganye

  • @egidenijimbere7237

    Simbizi muzoze muramwima micro kuko ashaka uwumuha amahera

  • @niyibitangasamson4156

    Simbizi usigaye ushisha

  • @PascalNDAYISABA-hn2dz

    Imbere yokuvuga b fac urabanza wiyubake urondere nimpuzu zogukuranya nkio single yarakwumiyeko nkimis uyimarany hm ngukora ivyunwguka atanama style ufs urarekana n b fac yaragusize nta brand munganya

  • @santiananiciteretse6297

    Gukor ikiganir na simbizi bisab kudashavra😂😂ew frannick wamvuy imbavu 😂ng bayiririmb gut😂😂mumvuy imbavu nukuri

  • @nyiramuzikapatronjeune8833

    😂😂 this is love ❤❤❤

  • @lograpper6569

    Icomaz kubona simbizi inda yiwe nyamba ari inyabarega,umwanyumwe akora ibiganiro arikanwa inzoga,ahandi jus ahandi amazi,urumv Icabony nicanwa😅😅😅😅😅,niba no mukurya abigenza ukwo finalement n'akabenzi katabazeee

  • @arsene_mafiateur

    uwomuhungu simbizi namavyi hubw ndabaza ntabanukira kumngo ntasuku

  • @user-kv2cb5nw3k

    Ikiganirooooo kiranyisheee 😂😂😂😂😂 @simbizi wa semavumba urareunzeee kbx abasaniiii barakwiy kuza baraguha moya vrmttt uraryosh game

  • @user-gz8vz1qg3w

    Simbizi ww uri rofa