B-FACE ahaye Gasopo SAT-B atakury'umunwa|Ahuye na Landrypromoter Ubwambere Ashiz ahabona ivya DramaT
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 1 มี.ค. 2024
- @SatBOfficial @bfaceofficial #hittoptv1 #rwanda #rwanda #rwanda #congo @dramat1826 #dramat #landrypromoter @LandryPromoter #nkarwagasore #nosara
- บันเทิง
th-cam.com/video/zZLBDQZKWgQ/w-d-xo.htmlsi=iHX7ZOGYePy8e9ni 👉👉👉Adam oooh yeah iyindirimbo ikeneye gushigikigwa
Landry kutashizeko link ya b face yindirimbo nosara bakome b face ndakwemera 💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷
😊😊😊😊😊😊😊
😊
Umuhimbiri Landry aguha ikiganiro ciza ukaza uza kuzana ubu link buboze inyo🙄🙄🙄🙄
Très sympa
Nosara yariy indirimbo zose iri hejuru abayikunz mwis mump like nyishi
Hahaa😂 Rap fire subirayoo wallah❤
Abashaka ko Satura na B face bahongoranira muri Rap munyihere Lokes😂✌️✌️✌️
Niho turi😂😂
Rapper yuda mutoto w Nyakabiga, love from IHURIRO TV
Sha.wew.nisaw.ariko.sat.b.umurek.kuk.arakurenz
@B-Face on'the flo❤🎉
Sat b is number one for everything
B ❤❤❤❤
Tuliya my friend satb nubwo ari intaree yuburund ntanzigo afitee
B face nawenyene aragoye nn ivya drama t ntivyaheze kwaguma abivuga
Mukurire hasi yasaze😅😅
Ako kinkonda niko kabi zurababwira b one❤
Ikigwanisho gicirumuriro,,,the on de Floo#tupaa likee....
B face the big man waaaana
Ako gapet kashaste gusunika umusozi bitookunda
Drama☝☝☝
Ntuzosubire
B face ntakintu ushoboye wow ucangagirabya ibintu nkumusax
B face rap yudaaa🎉🎉❤ ndakwemera muga sat b nurundi gwegoo🎉🎉🎉🌹🌹🌹🔥🇧🇮
❤
Bagabo mwebwe nimukore akazi turabe yuko nimwakora ibintu vyiza kobatazovyumviriza keep working
Umu journaliste ahengama ntaba arumunyamwuga.wew landry warahengamye kandi narinaciye ngira desabonné iwawe kubera uburofa bwawe
B face yubahwe cane arashoboy
Oya b face mwerap mengayarabananiye sat b ayizimurure kbx Big up sat b
ewaan b face fasta umukosore.rap yuda ntakeka yama isara
Landry ibi bintu vyoguha ikiganiro B-face akigora akaguha ikiganiro ciza nk'iki aho gushirako Link munsi y'indirimbo yiwe ugaca ushirako iyindi y'uwundi uzovyicuza. Kandi birateye isoni k'umuntu nkawe twemera. Big up sana B-Face. Urabarenze
Landry ni indyadya sana,gusa nkuko ubikora neza mu kazi kandi ntuhengame reo
Sat-b welcome to hi pap x rek turab ivy mushoboy
😂😂😂😂 big up wa Kayanza..one love ❤️ ❤
Mureke kumenyera muhungu wacu mwabarezimwe abaribyi bose arabasumba
Duhugworuntu ibindi barek bisaze babwiruti olohaaaaaa❤❤❤❤
Ico nkundira B face avugana ubwenge ✌️🤌❤
Landry natok baramuhemvy ngwapond B, B mubwire yisubireko be na simbizi
Number one BURUNDIAN Gameiro mpa izo likes saana kur hit top tv narinamwanse dramat t kuber Yar yatuvuruz bamaz gusubuza hamwe naciy nja kuraba code rero kur you tube
Anakunyamanzisha tena yeye njo guest
B FACE ❤❤ UBAHW MAZE 😂😂😂 🤜🤛🤜🤛
Ibintu bigira bisubire kuryoha😂😂😂😂😂😂😂
𝗢𝘆𝗮 𝗧𝗼𝗸𝗮 𝗮𝗿𝗮𝘀𝗵𝗼𝗯𝗼𝘆𝗲 𝘀𝗵𝗮𝗮 𝗵𝗼𝗿𝗮𝗮
Satura yaragukomye fo 😂
Nukuri ikiganiro kiranryihoye cane.... Nkumpera yikiganiro @b-face on the flow araturyoheye cane vrt..... God Bless Him
❤❤
🇨🇦🇨🇦🇧🇮Sat b 👑🔥 arakurenze wangu kuri rapu ariko ntimubishiremwo inzigo
Nticokunda
Oya ntazigo irimwo nibaryosh gato entertaiment
Si no between satb and bface ntazigo ihar
Rap commando ngira ntawe muzi rap niyiw mumureke ariko ntanzigo
Wewe ntavyuz rab ivyohiy canada wambwaw
🇨🇦🇨🇦🇧🇮@Sat b numwami wumuziki wuburindi👑 kuko ntawundimuntu Azoza amusubirira ahubwo Nuko ntomuronka ngondamucorere na cent ndorare100$ kuko yankoreyumuti kubayampondeye @Simbizi wasemavumba hamwe na @B face yadukoreye ivyodushaka hasigaye @Akes don ariko uryawewe tuzomwihanira namuturekere
Okeee
B Face hejuru cane❤
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤
Nosara hejur caan❤❤
Nimumugezaho mwabagabomwe umuziki wuburundi hejuru Hama umuririmvyi ari fort yiyemera muri style zose.
Tuza satura arabafuta nimumuhe amashurwe yiwe🎉🎉
B dutemwo ico gisasu ca 17min ushiremw nivya sat b mazeux
Nagume hamwe sat b ndazi yitegure kwazovugamwo yaramuvyonze azobandanya kubaca iyo minwa ko baguma bamuvyonga
Ico nico nemera kbx kubarundi, na B-face arabonye , aranumva ko Sat-B abakoreyeko mama, gus ndabaku❤ aba stars babarundi pe
Landrypromonter twara mvyumvise vyowavuze Wewe urumuntu mubi uburyarya
Hongora injavyiiii
Boniface SAT B yatanguye Rap wew ukiri matongo ntimungana nagato bugira ico wubaha
Wantanze nivyo nagira ndamubwire yarakiri Ruguru Muri Primere.🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦
Nn sat b afise rap zingahe iyo mutuma muvuga big fizzo nayo sat b atarirya remix narikumwe na chriss eazy ibindi mutekane uwo arapura 7mun apana abo bavuga amajambo atatu ubuho b face agomba abazanire Iya 17mun hoho muzosara aracabemeza bro icara mutekereze ❤❤
Mubwire
Sat B Nimukuru Wabo Bana Ningombwa Aze Arabakosora Kuk Bar bataye Umudiho Bose hasigayemw Umugabo yiyemer Fabe Love Atavang Umudiho Akomez Akaz Kiwe
Haaaaaaa yooooooo🎉🎉🎉
Rap igiribe 🔥🔥🔥🔥
Nawapend
B-face nn kumeng imbabz drama-t ntazowamuhay kuk urik urarenger mwaravugany bigaher kuk ugm ubishimangr mum interview twarumvis ko yagusavy imbabz knd urazimh so bigezah
B face nta caméra ya Randry womena ndakeseri ngontuyirihe wallah Gus ndakwemera sn tuu
#B-Face
Landry bawemera ikosa ivyo wavuze tuba twavyumvise gusa buvuga nkumu journalist man reka kuba uhengama twarumvise ivyo wavuze landry
Nububaracayivuza mutubare chef187 & b face on the flo
Be-face ndagufana arko ngaho ntaco gukosora kirimwo kuko sat-be naw ni fundi this is Bonte
Umwam wumusik b face 🇧🇮 ndakwemer wllh
Boniface yishimiriki kwataco ashoboye We ntiwomushikira king satura💪💪🔥🔥 We urumwana kuriwe ntanirobo yigarama upima kuriwe urya numutama wa hipap We uruwejo #TUZA
Unaumwa wew ja kubitaro
Uraremvye kwr tubwire izo rap za sat b wumve nimurekane na b face man
Mubwire ngira ntavyo azi..SATB yatanguriye kuri Rap imbere yuko aza muri RNB...ico gihe yarakiri mubitoke mu kayanza
Cane bro
Mubwire
Umusaza b face ❤arantwengeje😂 knd ivyavuze nukuri p ndabe❤❤❤❤❤
Kabissa rap goliath mutemw yumigw nzukee
B Face ivyo bintu urabireka vyaraheze nimba utaduhenze kuwagatanu
❤❤❤❤🎉🎉🎉
eeeeeee mamaw karabaye bas 😂
😂😂😂B face hejuru cane
Ubw bu camera uzobumenagure bakwubah nkeuu🤣🤣
🤣🤣🤣 On the flow washa moto🔥🔥🔥
Rp yuda Rp Comand
Duhe kabis
Sat b arabAkanguye Tu
Rap taich ❤❤ ❤ 👍
Bro sat-b uramurez Rap mn😮😮
B Face Chana uyo mu pt Landry numwana mumutwe
Ndegutse😂.ngocenongerako.nivya.satb😂
❤️❤️❤️
hahhhh ndagukund b face wubahwe vrt ndakwemera cane urumu star aririmba mumico yose wewe urakaze
😅😅😅😅lyndrypromoter hary muburund turya umuririmvyi ashoboy ashoboy kuririmb umuziki akawutamba nind muburund intare batinya sat-b numw vrt yubahw?
On the flow B🔥🔥🔥🔥
B face usifanyage hivo eti muende kubishania kwenye media. Wao wanaingiza ila nyiye mnapoteza heshima zenu .wao ma media wataingiza sana jili kila mtu atahitaji kwenda tufwatilia icho kipindi . Views wanaingiza wao . Kama wanataka mfanye hivo wakulipe kwanza
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
B fc❤
Mbga Landry wewe iyo ngeso uyikurahe gutanga link y'umuntu atanaguhaye ikiganiro encore uwakiguhaye afise song nshasha ariko aramamaza 🙄🙄🙄 ntasoni ??
Ewan B face wacu wubahw brother ufis ubweng burenze bro👌
Landry urashobora kuvuga kugezaho mwijwi vyumvikana ko wababaye🤐🤐🤐 ubundi aba journaliste ba🇧🇮 uwubashoboye ni B face kbs
Rek yiberh
Ebna amajwi nisawa arko izo sating za camer wapiiiii rab muhindur umunt wacu suko asa iz color sizoooo
Uraduhebro burya tumazimisimyishiturindiriye iyo new song ya onder fro twararushe kwayivuga kumunywagusa tutayibona nanyarutsetutarayimuhebera
B face Ndabizi ko Atari buze guheza 😂😂😂 🔥
Music no need permission to enter your spirit 🎉🎉🎉 sat his a big musician frfr
bampe impanuro abo bana shn Bro hary bar bazi kutabazi amajwi😂😂😂we Bally ntuze usubire
B Face reka k8yemera.Nta Rap uzi.Uzi dance hall.Rap ntayo uzi
Noe barya ba petit bo muri isanamu gang ko ataco muriko murabakorera
Kwaribo barez muri rap
Except GQ Nigga bif fizzo yakoze akantu
Muko munaongeya ama muko muna shwana
Umuraper ntemer a part fizzo ni bizo uwez naho ari umunebw
😂😂😂😂😂😂😂😂 erega ato baponz nzayo mwovyura
Oscar Fashion ,niwe nemera caaane
Umutananirwa
B Face hejuru
Izonyishu zababasani bacu zokugara, ukamenga agira agukure amasanu, vrt yabaye Akagwara,
Ariko jewe ikimbabaza nuko bakicirondeza usanga bafise Indero idasanzwe, abayishurana Ikinyabufura
We be face mwe murimbwa mwarahevye hip-hop murimbwa mwebwe ngo mura ba hip hop
Abamenyesha amakuru muraza muraraba ivyo mubaza none nkivyo vya dram t bijegute nimwe muteranya abasani
Noe B face gd frere .. ww urumuririmvyi shaahu waririmvy muri eglize😅🙈🙈… ntuntuke ariko🙈😅
Nicyo nkundira abarundi😅😅 ntabyo gunfusha b face ahise akoma inzererezi yumunyamakuru..turamwemera b niwe wasimbuye riderman wiwacu
Sinibazako ivyo biteza Imber igihugu.narikubona mur rirumvy ivyoteza Imber igihugu maz mugahiganwa muhimiriza ubweng,ubushakashatsi,umubano mwiza,
B face rek kwishim man sat akora ivyaz rer wew nyimb ushak gusohor yisohor apana kubon kurenz bosse wapi ntavy guhaguruk