B-Face na Vania Ice kuncuro yambere barahuye show irabaye show muri studio...Rack na Juno Kizigenza

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
    ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
    follow us @ on facebook, instagram and twitter
    #magicchannelTv#Entertainment Media#TalkShow

ความคิดเห็น • 47

  • @nunuisimbi5031
    @nunuisimbi5031 2 ปีที่แล้ว +1

    b- face yabaye indaya kumunwa pe mukama ndagagaye.murashimisha mwese

  • @anefamm9802
    @anefamm9802 2 ปีที่แล้ว +3

    Weee b face urakunda guterana ingoboka bugabanya kubabaza abakobwa.hama elsie urinze unkundana numu star wemera ivyakora mukazi kiwe ntavyimipfuho ngaho.jewe niko ndavyumva gusa ndakunda abaririnvyi bacu

  • @urugandatv3323
    @urugandatv3323 2 ปีที่แล้ว +5

    Like from Uruganda tv, we love you

  • @deobiho
    @deobiho 2 ปีที่แล้ว +6

    ndi uwakabiri en direct kuri iki kiganiro

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 ปีที่แล้ว +4

    Muraryohey cane vyarivyishim bidasanzwe😂😂😂👍👍👍

  • @lydiairakoze2631
    @lydiairakoze2631 2 ปีที่แล้ว +1

    Ariko B face ga MANA ww urigitabo wallah

  • @patrickbitangumutwenzi8920
    @patrickbitangumutwenzi8920 2 ปีที่แล้ว +3

    So Funny 😃😃😃Abatumire top ndatwenze ndapfuye.......Merci Maggic/Ingoma257,BFACE Vania Na Rucky

  • @ines1660
    @ines1660 2 ปีที่แล้ว +3

    basha iyi debat iramena amatwi, its hard to follow till the end, next time muzohane ijambo

  • @richardniyungeko8249
    @richardniyungeko8249 2 ปีที่แล้ว +5

    Muranyishe pe, iki kiganiro kiratwengeje

  • @elviscotsingabirano8297
    @elviscotsingabirano8297 2 ปีที่แล้ว +2

    Débat en soi n nziza kand yogira Nico ihinduye mur mentality zabantu bakurikirana music industry ya Buja. Ariko nibaz ko vyoba vyiza habay guhana ijambo hama na sujet ikaba ifise objectif vyoba vyiza. Son nay nyen Kwa Ruck Yar down sana. C bcp plus mieux muhamagay aba invités bakwiranye nama 🎤.
    Merci🙏

  • @aneelaa3486
    @aneelaa3486 2 ปีที่แล้ว +4

    Muranyica keep bantubanje NDA bakunda can

  • @iradukundajonathan4714
    @iradukundajonathan4714 2 ปีที่แล้ว +3

    B face urarez kbs urabasumbij ijwi bos

  • @belyseinagateka8279
    @belyseinagateka8279 2 ปีที่แล้ว +5

    Minouche+B Face

  • @kessianshimirimana9339
    @kessianshimirimana9339 2 ปีที่แล้ว +3

    B- face nagende aratwenza

  • @nininahazwefefe6067
    @nininahazwefefe6067 2 ปีที่แล้ว +2

    Ikiganiro B- Face abarimwo kiragira ndigutwenga😂😂😂

  • @noellanshimirimana9488
    @noellanshimirimana9488 2 ปีที่แล้ว +2

    😍😍😍muraryohey

  • @iteritekaalima6817
    @iteritekaalima6817 2 ปีที่แล้ว +2

    Yooooh basha murantwengej kwl muranyuzuz kwl iki kiganiro kirates vrt mwangoroy imbavu kwl

  • @aimentahiraja8269
    @aimentahiraja8269 2 ปีที่แล้ว +3

    Mutu wangu uki na nguo zagufanana ndakwrra

  • @lionelndayisaba1482
    @lionelndayisaba1482 2 ปีที่แล้ว +2

    Mwari muborewe ntimuzosubire

  • @iyizirethedreamer9931
    @iyizirethedreamer9931 2 ปีที่แล้ว +5

    😂😂😂 muranyish ❤️

  • @FleuryOG
    @FleuryOG 2 ปีที่แล้ว +3

    Muba muhazee😂😂❤🔥🔥

  • @EricNshimirimana-x9o
    @EricNshimirimana-x9o 13 วันที่ผ่านมา

    Erega naba star NN sabantu knd nabonyen barafisu mutima nkabandi kbx

  • @NinaNina-xr8jj
    @NinaNina-xr8jj 2 ปีที่แล้ว +1

    Mbavuzangu we🤣🤣🤣💞ndashwanyutse muranyishe mbega interview ndavy gatanu ntarayimara ndahevye ndayimaze

  • @aimentahiraja8269
    @aimentahiraja8269 2 ปีที่แล้ว +2

    Magic oyeee

  • @nshimirimanajimmy3994
    @nshimirimanajimmy3994 2 ปีที่แล้ว +3

    Debat nziza ariko mwagize akajagari gusa kabisa..... Ntanumwe yavuz ikintu akimare😂😂😂🤣🤣

  • @BigMan-bi8it
    @BigMan-bi8it 2 ปีที่แล้ว +2

    nurya mukobwa wurya mu producteur arakwiye kuza aramuva inyuma

  • @eddyclaudekitale
    @eddyclaudekitale 2 ปีที่แล้ว +2

    Vyarivyaryoshe

  • @pamymuny9350
    @pamymuny9350 2 ปีที่แล้ว +7

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 imbavu zanje muruhishije vrt B izondobo buza uragabanya🤣Rega minouche wamukoreyeko

  • @maxmediatv6704
    @maxmediatv6704 2 ปีที่แล้ว +1

    Kuki mutatubariye kundirimbo ya B-Face na P-Fla?anyway thanks Rack for the kitu kipya you are going to give your audience.

  • @mc-officialchannel7333
    @mc-officialchannel7333 2 ปีที่แล้ว +2

    Ha ha ha, abantu baraho baratenza

  • @annaluxa2358
    @annaluxa2358 2 ปีที่แล้ว +2

    Much love❤️❤️❤️

  • @bukeyenezaamedee2011
    @bukeyenezaamedee2011 2 ปีที่แล้ว +3

    B face ntatanga umwana ngo bamubaze kandi sivyiza

  • @giselingabire2204
    @giselingabire2204 2 ปีที่แล้ว +3

    🥰🥰🤞

  • @emelyneniyongere7384
    @emelyneniyongere7384 2 ปีที่แล้ว +2

    Akokantu kinduru mudahana ijambo sisawa kabisa

  • @faustinntamatungiro5145
    @faustinntamatungiro5145 2 ปีที่แล้ว +2

    Ubusimbirahamwe murakoranyr

  • @djmega5319
    @djmega5319 2 ปีที่แล้ว +3

    Nimube muhana umwanya niho biba bimeze neza

  • @Tanganyika__Plus257
    @Tanganyika__Plus257 2 ปีที่แล้ว +1

    💞

  • @kekeclaire5177
    @kekeclaire5177 2 ปีที่แล้ว +2

    Shaaa nkunda b face kubi shak bas tuzohure bas kk inyishu ziwe ziranyica🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @inesirankunda292
    @inesirankunda292 2 ปีที่แล้ว +1

    😅😅😅😅B-face bambarize shn k bar batumiye ibiragi😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 2 ปีที่แล้ว +3

    Ba muhan ijmbo ni vyo vyiz ntimwifat...

  • @winneraburundi3906
    @winneraburundi3906 2 ปีที่แล้ว +2

    B face mana😂😂😂😂😂

  • @djchachouromantic9025
    @djchachouromantic9025 2 ปีที่แล้ว +1

    Kirikou ivyiwe nihatali abanya yamamaz IBISUSU👇👇👇👇👇
    th-cam.com/video/9U1vUPk-ecE/w-d-xo.html

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 2 ปีที่แล้ว +1

    😂😂🔥🔥🔥

  • @stevenihezagire2430
    @stevenihezagire2430 2 ปีที่แล้ว +1

    Uw mukobwa ariko akoresha ikiganiro nibaza ko afis ikibazo, l'amour n'a pas de couleurs et de frontières, arakundana na patiri niw badakorako cank ngo basome. Mukundana muzi ivyo murimwo kndi mutahurana.Elsie you need a docter

  • @bercafricain
    @bercafricain 2 ปีที่แล้ว +1

    Bill Gates: Menya Kudahusha Opportunity Nimwe Ibanga Rikomeye rya Bill Gates ✅
    th-cam.com/video/tjZT3oYcGZ4/w-d-xo.html

  • @nihezagiresandrine4329
    @nihezagiresandrine4329 2 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣