Marraine wa FANNY LAVINE ntaco amusigarije | Intahe yurukundo rwabo mutamenye |Norasque namubajije..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 มี.ค. 2024
  • #Dote #Dot #Nadege #Nana #EtatCivil #SolutionCouple #FannyLavine #Norasque #rwanda #burundi #LibertNsoro
    Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 76 806 014
    Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze

ความคิดเห็น • 78

  • @PascasieHabiyaremye-tj4xg
    @PascasieHabiyaremye-tj4xg 3 หลายเดือนก่อน +1

    Nade Imana ibandanye iguhezagira kuko uzovura abagwayi beshi bigwariye irya ngwara ya Fanny Nade ndagukunda cane❤❤❤

  • @ChchaNkuru-cj2fw
    @ChchaNkuru-cj2fw 4 หลายเดือนก่อน +7

    Sha nadège nukuri nanj ndagukunda ❤❤❤kandi biraboneka kuri sèrieuse can bandanya ugubwa neza mugore mwixa ❤❤

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 6 วันที่ผ่านมา

    Iyinkuru ya Nadeje irandyoheye cne❤❤❤❤❤❤

  • @oman4303
    @oman4303 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nadeje.. Komera.. Sha. Ubabehafi.. Unabasengera🙏🙏🙏🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @user-kn1kg7ni2c
    @user-kn1kg7ni2c 4 หลายเดือนก่อน +1

    Courage mu Maman mwiza nivyiza ku guma mukuri kwawe wubahwekbs🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 4 หลายเดือนก่อน +1

    ❤Uvuze, nezacane🎉❤wabaye, mwiza, abamuzima🎁🤙

  • @dedeiteritekacovenant6751
    @dedeiteritekacovenant6751 4 หลายเดือนก่อน

    Wauuuu Nadège chr 🎉🎉urakunzwe Ur umu maman mwiza Can

  • @BugandaAmigo
    @BugandaAmigo 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nadège Wirambire nanje ndagukunda ❤❤❤❤

  • @user-jh4pg5lz3l
    @user-jh4pg5lz3l 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nadège.ndagukunda.vyimvamutima.uranezeracane.urumugoremwiza❤❤

  • @khanwkk
    @khanwkk 4 หลายเดือนก่อน +2

    Nadège IMANA igume ikwongera inkomezi .ukuntu uteye sivyabos.hama ndagushimiye ingene waciyekumpandezose ukabaza ivyobagiyemwo kobabitahura.ndagukunze cane. Uraziguhanura uru mudame aciye ubwenge kandi yubaha IMANA.abantu nibareke kwivanga murukundo rwa Fanny n norase kuk ntibabazi mumitima yabo.kandi nurugo rwaboruzorama.kandi uretseko abantutuvuga vyinshi si Fanny wanyene yavanye numugabo.kandi ntawusambura urugo gwiwe abishaka.imana ibajimbere.

  • @user-hl1eb6py7k
    @user-hl1eb6py7k 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤Nadège ndagukunda cn urumuvyeyi wukuri

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 4 หลายเดือนก่อน

    Nahorangukunda Nana ubuho ngukunze gusumba uko nahorangukunda uze wamane uyo mutima wawe wifitiye🎉🎉 ukomeze ube umwizigiga mwiza🌹🌹🌹🌹🙏🙏🙏 nkunda Fanny lavine nintwarikazi kbs👌👌 Imana imujimbere urugo rwiwe ruzobe rwiza cane ❤️❤️❤️❤️❤️

  • @emilyKay8
    @emilyKay8 4 หลายเดือนก่อน

    Beaucoup de courage 🎉🎉🎉❤❤❤thank youuuuuuuuuuu Nana uzabiteho ntucuhebera haryanyene urugamba rugiye kuba rurerure🎉🎉🎉❤❤❤

  • @alinekanyamuneza-it4um
    @alinekanyamuneza-it4um 4 หลายเดือนก่อน +1

    Allô,mumbarize Nadège aho série ipfundo yagiye.ko batunyotej!vyankiyeh?

  • @DorianneYankunze-xw8wr
    @DorianneYankunze-xw8wr 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nadendagukundacane ♥️uvugukuri

  • @user-lo2uq5en6l
    @user-lo2uq5en6l 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège wanje disi hejuru cane mwiza❤

  • @user-ti2dh9uo8h
    @user-ti2dh9uo8h 4 หลายเดือนก่อน

    Nana you are beautiful love you and miss you so much marraine wa bien courage sha Nana

  • @user-uq8nc7qo2f
    @user-uq8nc7qo2f 4 หลายเดือนก่อน +2

    Nuko maman wanje Nadège girahuba wubahwe ndagukunda sibanga💋💋💋💋💋💋

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 4 หลายเดือนก่อน +2

    Love you Nadège ❤️❤️❤️

  • @digneirakoze4139
    @digneirakoze4139 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ndamukunda❤❤❤❤❤

  • @leocadieniyomwungere3114
    @leocadieniyomwungere3114 4 หลายเดือนก่อน

    Ndamukunda cane Nadege

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 4 หลายเดือนก่อน +2

    Nadège sha🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @leilainyitayeho4710
    @leilainyitayeho4710 4 หลายเดือนก่อน

    Ndamukund cne ndakwibuka nkirakana twaraban disi wamany urukundo ndgukunda cneeeee❤❤❤❤

  • @nyleneuwimana6184
    @nyleneuwimana6184 4 หลายเดือนก่อน +4

    Ma tante chérie Nadège Karangwa Wanje ❤❤❤❤❤❤💋💋💋💋🌹🌹❤️🌹🌹

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège wanje ndagukunda sana urumu dame aciye ubwenge uzomubere umwizigirwa Fanny yarakomerekejwe cane 😭😭😭 wubahwe nana ariko kalibu ubugirakandi mur film twagukumbuye sana

  • @seigneurdieu9351
    @seigneurdieu9351 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège ndamukund ❤❤❤❤

  • @blankoblanko1550
    @blankoblanko1550 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nadège mazin wirambir kwer ndagukund kandi ur namazin kwer uramp akanimer kaw tuz twiyagire❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NiyomugishaRachelle-vc6fc
    @NiyomugishaRachelle-vc6fc 4 หลายเดือนก่อน +1

    Mbere najewe nzokwigirira marraine di Nagede❤

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège ndagukunda disi❤❤🎉🎉🇴🇲🇧🇮

  • @IshimweBrigitte-zn1vr
    @IshimweBrigitte-zn1vr 4 หลายเดือนก่อน

    Nadege ndagukunda can sibanga ❤❤❤

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 4 หลายเดือนก่อน

    Waoooooo mama imana iguhe kuramba ❤❤❤🎉🎉🎉

  • @user-pk9vk6gj9n
    @user-pk9vk6gj9n 4 หลายเดือนก่อน

    Nana wanguuu❤❤❤

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 4 หลายเดือนก่อน

    Ndamuku uno muma❤

  • @alicenimbona1436
    @alicenimbona1436 4 หลายเดือนก่อน

    Nadege ndagukunda ❤️❤️❤️

  • @user-ww1uu9mq8v
    @user-ww1uu9mq8v 4 หลายเดือนก่อน +1

    Mumbwirire Nadegeko akunzwe vyumwihariko nintunganepe yarahezagiwe

  • @SggzgxgSggzgx-dd5uf
    @SggzgxgSggzgx-dd5uf 4 หลายเดือนก่อน

    Uyumumama ndamukunda cn❤❤❤

  • @nizigamajules5006
    @nizigamajules5006 4 หลายเดือนก่อน

    Uwiteka abanjimbere muri vyose ndakunda ukuntu mwiyitaho na Fanny Lavine

  • @angerubeneirakiza1628
    @angerubeneirakiza1628 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège ❤❤❤

  • @user-jn1mg6jt7y
    @user-jn1mg6jt7y 4 หลายเดือนก่อน

    Hejur can mwiz ndagukund atabang ubwiz bwa Ndiho bukomez bukwumek ❤

  • @pascasienyandwi4222
    @pascasienyandwi4222 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège ndagukunda cane nkunda ukuntu w,iyubaha .Gira Aho uba wubahwe muvyeyi.

  • @user-ug4ef8ew6t
    @user-ug4ef8ew6t 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nadège ndagukumbuye mur film

  • @AmandineNIWENKUNDA
    @AmandineNIWENKUNDA 4 หลายเดือนก่อน

    Eira❤❤❤

  • @user-do8hl4pj9i
    @user-do8hl4pj9i 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @mdoman5229
    @mdoman5229 4 หลายเดือนก่อน

    ❤Nivyo 🤷‍♂️

  • @osualdnahishakiye117
    @osualdnahishakiye117 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤

  • @user-ei9mc9pv4z
    @user-ei9mc9pv4z 4 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @denisehakizimana9828
    @denisehakizimana9828 4 หลายเดือนก่อน

    Uyumudamu ndamukunda cane

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 4 หลายเดือนก่อน

    ❤️❤️❤️❤️

  • @AimewaldadigneNiyonsaba
    @AimewaldadigneNiyonsaba 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia7325 4 หลายเดือนก่อน

    Umu maman nikundira disii

  • @user-vf1nw2sh4p
    @user-vf1nw2sh4p 4 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉🎉❤❤

  • @NadineNana-io8hf
    @NadineNana-io8hf 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 4 หลายเดือนก่อน

    💪💪💪💪💪💪💯✍️💯

  • @Nadinekwizera
    @Nadinekwizera 4 หลายเดือนก่อน +1

    🎉❤🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤

  • @ClaudineNituyimana
    @ClaudineNituyimana 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège mwiza

  • @lydi791
    @lydi791 4 หลายเดือนก่อน

    Gusa Fanny yatoye umu marraine mwiza

  • @user-lq5iq8hs5y
    @user-lq5iq8hs5y 4 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉🎉❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-ct7kx9qm3p
    @user-ct7kx9qm3p 4 หลายเดือนก่อน

    👏👏👏👏🌹🌹🌹🌹🥰🥰🥰

  • @EstellaUwikunda-yb9so
    @EstellaUwikunda-yb9so 4 หลายเดือนก่อน

    Urasa neza nade

  • @claudinenimpagaritse
    @claudinenimpagaritse 4 หลายเดือนก่อน

    Nadege disi nukur ndagukunda cne

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 4 หลายเดือนก่อน

    💘💘💘💘💘💘💘💘💘💘💘

  • @emerynkurunziza5458
    @emerynkurunziza5458 4 หลายเดือนก่อน

    ego sha tantine nanje ndagukunda iyoba ntaragira mariage nanje nokugize marraine ❤❤❤❤

  • @user-re5je9sd9y
    @user-re5je9sd9y 4 หลายเดือนก่อน

    Uranyubaka Nadège wirambire

  • @moungamfawume1865
    @moungamfawume1865 4 หลายเดือนก่อน

    Benny nubandenye twese turinyumayawe twese uzoshima

  • @JosetteDusabe-zo1uu
    @JosetteDusabe-zo1uu 4 หลายเดือนก่อน

    Na visage yiw iramwerekana kwari sérieuse kbx

  • @anitha641
    @anitha641 4 หลายเดือนก่อน

    Nkunda béni fanny Nadège kugwego murumenye vyobatangaza

  • @IrihoNana
    @IrihoNana 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège mazina yanj ndakwikundir

  • @user-bs1ld6fx9f
    @user-bs1ld6fx9f 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège ndagokunda kubi

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 4 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-pg5wi8ts1k
    @user-pg5wi8ts1k 4 หลายเดือนก่อน

    Nadeje ndamukunda sha yansanze kuri poisonnerie ndamukunda kubi

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ukomeze ube umwizigirwa rata muribàke babika ibanga

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 4 หลายเดือนก่อน

    Nadège sha🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @user-ug4ef8ew6t
    @user-ug4ef8ew6t 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nadège ndagukumbuye mur film

  • @NdimuLyne-be4nf
    @NdimuLyne-be4nf 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @amnah631
    @amnah631 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤